Igitoro ni co kibazo conyene igihugu gifise kandi vuba kizotorerwa umuti (E. Ndayishimiye)

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 26. 06. 2024
  • Evariste Ndayishimiye yongeye guha icizere Abarundi. Yavuze ko ikibazo c’igitoro kigiye gutorerwa umuti vuba kandi burundu. Yabivuze mu ndwi iheze hariko hasozerwa igikorane c’amasengesho yakozwe mu guhimbaza imyaka ine Ndayishimiye ari ku butegetsi. Akavuga ko Uburundi bugeze mu bihe vyiza cane. Na yo ikibazo c’igitoro kikaba kiva ku bakoreshwa na Shetani.

Komentáře •