Ihuriro Fleuve Congo risaba Abanyecongo kwikurako intwaro ya Tshisekedi (C. Nangaa)

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 30. 06. 2024
  • Abanyecongo bakwiye guhaguruka kugira bakure igihugu mu ngorane kirimwo, z’intwaro mbi irangwa no kurya ibiturire na ka mwana wa mama. Ako ni akamo k’umuhuzabikorwa w’Ihuriro Alliance Fleuve Congo. Akaba yabishikirije mu gihe co guhimbaza imyaka 64 igihugu ca Congo kimaze cikukiye. Corneille Nangaa amenyesha ko umukuru w’Igihugu ahari ubu, Félix Tshisekedi, ata co yitayeho mu bibazo vy’Abanyecongo aho abateshejwe izabo mu gace ka Kivu y’Uburaruko barenga imiliyoni 7, cane cane mu ntara ya Ituri.

Komentáře • 1