Inzigo ni kimwe mu biri muri kamere ka prezida Ndayishimiye kuva kera (L. Hatungimana)

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 24. 06. 2024
  • Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye ni umuntu afise inzigo. Bivugwa na Léonidas Hatungimana, umwe mu bo bagendanye igihe umuhari wa CNDD-FDD wari mw’ishamba ukiri umurwi witwaje ibirwanisho. Yabivugiye mu kiganiro « Agahaze » ca FOCODE co ku munsi w’Imana uheruka. Amenyesha ko kuva kera iyo azi ko umuntu azi intege nke ziwe, Evariste Ndayishimiye aca agerageza kumutoteza.

Komentáře • 1

  • @davidndayisenga-zf2uy

    Eeeh Tout autre ndakuramukije ndanagusaba guhinduka usenge Imana uve muvyo gutera Igihugu umuvumo.