Aho J.Baptiste BAGAZA yakura amafranga yo gutezimbere UBURUNDI// INTERVIEW y'umubanyi wiwe

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 9. 07. 2024
  • Wipfuza kuvugana na AGACIRO MEDIA mwotwandikira kuri watsap:68013513
    #ibangaryabatunzi
    #agaciromedia_68013513
    #UburundiTwipfuza
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬
    ‪@paeejburundi9895‬
  • Jak na to + styl

Komentáře • 41

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda Před 17 dny +1

    Isidore Hakizimana yavuye k'ubu ministre asubira kw'igisha kuri Lycée.
    Ariko Nyaboya Isidore na Ngenzi Pierre barajanywe mw'ibuye bagirizwa kunyonyeza. Mu nyuma bararekugwa, ntawuzi ko Buyoya yabarenganije kubera bakorana na Bagaza😊😊😊😊😊😊😊

  • @LachidyNzisabira
    @LachidyNzisabira Před 17 dny +3

    Nihatari du changement kuko Ubu uburyarya nibwinshi kubitwako bofashigihugu

  • @RogerNinziza-lq9ys
    @RogerNinziza-lq9ys Před 8 dny +1

    Amahinguriro uw mutama yasize iy babandanirizako Uburundi buba ar Chine ikind nyamba mwumvirije uw mutama neza ntagira comparaison na reta yubu avuga imv kur bagaza gsa imvyubu ntavyisunga araz kwaragahomera bunwa

  • @mauricekobako3992
    @mauricekobako3992 Před 8 dny +1

    Uyo twariganye mu Musema we aja muri ITAS nanje ngenda kwiga kuri GETO nkora muri SRD Rumonge, mvamwo nja kwiga vyubu Ingenierie, ndabandanya ndagira Master. Ati yambu.

  • @Aiuoex
    @Aiuoex Před 12 dny

    Nk'imanza za anniversaire kwa kweli n'izo kwonona gusa

  • @user-qp3uy8cy7u
    @user-qp3uy8cy7u Před 17 dny +2

    Ivyo bagaza yakoze ntamuntu numwe nibazako azobishobora kuko yabikoze mu mwanya muto, rero nibakorere kurivyo bagaza yakoresheje, kuko numva atayindi mpanuro

  • @mauricekobako3992
    @mauricekobako3992 Před 8 dny

    Uyo ni Mathias Sahinguvu yize mu Musema. Ati yambu a partir de Canada.

  • @EmileDari-iq5gn
    @EmileDari-iq5gn Před 17 dny +3

    Oya si moniteur yarahejeje itabu

  • @DiivinButoyi
    @DiivinButoyi Před 17 dny +1

    Umubanyi wacu rwampranyi

  • @burundishallsmile1day109

    Bariba ariko barafatwa bagafungwa
    Kandi warababona bafunguwe mwibarabara barabaye Imbwa bateye Ikigongwe kandi warigeze kubabona bakaze bubahwa!
    Je ndi Umwana narinzi abana benshi Mungagara twiganye primaire base babo bafunzwe baranyuruje itunga hama bakabanyaga bagasubira Ruguru kugatumba!

  • @burundishallsmile1day109

    Bagaza avait Raison 😢

  • @user-oe1vc3ph5x
    @user-oe1vc3ph5x Před 13 dny

    Nu bohimiriza ibigo wyamashire gutera agahawa mwobona ibitangaza

  • @user-oe1vc3ph5x
    @user-oe1vc3ph5x Před 13 dny

    Ixyinka Sawa ariko agahawa kojeriko yipampa ntawyo bazi

  • @henrylepage4671
    @henrylepage4671 Před 9 dny

    Ikiganiro visa cane

  • @BolingoTheodomir
    @BolingoTheodomir Před 17 dny +2

    Mathias bjr ,mba USA ,mugabo nahora nkora ISABU MAHWA 1988/1994 ndi tech agr responsible wa fertilization ,Nitwa BOLINGO Theodomir ndi umunye Kongo,ni jewe wa koraga essai I ciyubake mahwa /ISABU ,BUTUTSI ndabaramutsa caneee

  • @twororeturimekijambere5491

    Komera cane

  • @noelntirandekura7604
    @noelntirandekura7604 Před 17 dny

    Uyumusaza avuga neza cane

  • @ViateurKwizera-gk2pm
    @ViateurKwizera-gk2pm Před 17 dny

    Uyo ni Moniteur agricole communale?

  • @user-oe1vc3ph5x
    @user-oe1vc3ph5x Před 13 dny

    Aba batama iwyo yavuze basizixyingenzi nazi bike cane ntibavuzagahawa ipampa agahawa twatwzra amase kumashure mubihubahuba ishure ryose ryaba rifise igitara cagahawa

  • @bucumijoseph6842
    @bucumijoseph6842 Před 14 dny

    Bagaza nahezagigwe yarakoze ibikorinka

  • @wamupepe5301
    @wamupepe5301 Před 14 dny

    Mugabo, docteri Jean baptiste BAGAZA yatwaye icyo ki doctorat cye hehe ? Bujumbura -kiriri cyangwa kumutanga ?? Numvise ngo ni mu BAZUNGU , umfasiriye gake mtama moniteur burundais , cyibyo

  • @jeanmariebizoza654
    @jeanmariebizoza654 Před 17 dny

    Jewe nize EFI MUKENKE,MBIRA EFI

  • @luckymbonye4183
    @luckymbonye4183 Před 17 dny +1

    Guterembere numugani mugihe tugifise abategetsi bitwara gutya Bama mubikorane ninde yateye imbere mubikorane?nkamahera aherara Muminsi mikuru ngo turi mukwikukia imisi mikuru ya yabapresident pafuy hakubikura amahera bakayokoresha ivyalamaro

    • @nkundaburundi1597
      @nkundaburundi1597 Před 17 dny +2

      Reka kwasama none abo biwanyu batakoze ibikorane bamariyiki uburundi na barundi aturukwica abahutu gusa 😢

    • @ArcadeNsengiyumva
      @ArcadeNsengiyumva Před 17 dny +1

      Sha ruhuka abahutu ntimugipfa

    • @ArcadeNsengiyumva
      @ArcadeNsengiyumva Před 17 dny +1

      Ariko cnl ntiyicwa nabo

    • @nkundaburundi1597
      @nkundaburundi1597 Před 17 dny

      @@ArcadeNsengiyumva ndararuhutse nyene ikibi canyu

    • @jeanmariebizoza654
      @jeanmariebizoza654 Před 17 dny

      ​@@nkundaburundi1597userukiye umuhutu wa1 mu bijuju vya2024 muri coment