Agaciro Media
Agaciro Media
  • 512
  • 860 877

Video

Umukuru w'Igihugu #NEVA yaryohewe n'Umugwizatunga BUTOKI w'Ibururi arenza 80 ans//Umve uko yabigenje
zhlédnutí 3,3KPřed 2 hodinami
#IbangaRyabatunzi #UburundiTwipfuza #Burundi #Diaspora #HommeduChangement #agaciromedia_68013513
MURIYI VIDEO URATAHURA IBANGA #ABAGWIZATUNGA B'#ABARUNDI Bakoresha mukubandanya BATUNGA cane
zhlédnutí 863Před 4 hodinami
AGACIRO MEDIA twagendeye umwe mu Rwaruka ruriko rurakora bidasanzwe,akaba amaze gushinga ibikorwa vyinshi bimwinjiriza amafranga,bikayinjiiza abo bakorana bé n'igihigu Yitwa #Gervais_NTIRAMPEBA akaba ariwe muyobozi w'ishirahamwe ridaharanira inyungu za Politique ABG BURUNDI akaba ari nawe yaritanguje mu Burundi Nkuko yabitwiganiye ngo iri shirahamwe niryo ryavyaye imigambi itandukanye: -Twikang...
INYISHU KU #BAKIRISU B'ABARUNDI kubijanye no GUKORA BUSINESS NINI CANE KURWEGO NDENGAMBIBE
zhlédnutí 354Před 7 hodinami
INYISHU KU #BAKIRISU B'ABARUNDI kubijanye no GUKORA BUSINESS NINI CANE KURWEGO NDENGAMBIBE
Umwagazi w'Intama yagabiwe na Se wamwungukiye Inka 12 zikamwa cane||Umviriza IBANGA YAKORESHEJE
zhlédnutí 2KPřed 7 hodinami
Wipfuza kuvugana na AGACIRO MEDIA: 257 68013513 (watsap) #ibangaryabatunzi #UburundiTwipfuza #agaciromedia_68013513 #Burundi #Rwanda #Tanzania #Rdc #Kenya #Uganda #EAC
Mu Burundi habonetse uwundi Musore aryosha Imanza
zhlédnutí 699Před 9 hodinami
Wipfuza kuvugana na Yohani Mariya avyina,Watsap yiwe ni: 257 66 47 97 24 #agaciromedia_68013513 #ibangaryabatunzi #Burundi #CZcams #viral
Wa Mugwizatunga #WAJAMA asavye Reta ibintu bikomeye #UburundiTwipfuza
zhlédnutí 1,2KPřed 12 hodinami
Wa Mugwizatunga #WAJAMA asavye Reta ibintu bikomeye #UburundiTwipfuza
Ikiyago c'Umukuru w'Igihugu n'Uburimyi w'INANASI
zhlédnutí 766Před 12 hodinami
Ikiyago c'Umukuru w'Igihugu n'Uburimyi w'INANASI
Umviriza Ivyiyumviro vy'Abarundi kubijanye n'Amahirwe||kurikira iyi VIDEO ura.. #EntrepreneuriatQuiz
zhlédnutí 1,3KPřed 16 hodinami
Iki ni ikiganiro ENTREPRENEURIAT QUIZ Gitegurwa na Fidelité BAYUBAHE kigashikirizwa na AGACIRO MEDIA Wipfuza kuvugana na AGACIRO MEDIA: 257 68013513 (watsap) #agaciromedia_68013513 #ibangaryabatunzi #UburundiTwipfuza #entreprenariatQuiz
#WAJAMA:Ngaya Amakosa Abarundi bakora akababuza kuronka Umwimbu
zhlédnutí 2,2KPřed 21 hodinou
#Makamba:Umurundi wese ashikana imyaka 18 akwiye kumviriza no kuraba iyi Video @AgaciroMediatv257 twari twagendeye Umurimyi w'umwuga asanzwe ari n'umugwizatunga mugisata c'Uburimyi aho yerekanye ivyokorwa kugira Ubukene buhere mukanya gato ni Mr Alexi batazira WAJAMA akaba yarashinze Ikigo kigwiza imbuto Acita WAJAMA CENTER murako karere ka BURAGANE wipfuza kumuvugisha: 257 79 95 10 89 #agaciro...
Nahereye ku mutahe 0 none ubu ndi Millionaire kubera IBIRAYA//From Zéro to Hero
zhlédnutí 1,6KPřed dnem
Iki kiganiro twagikoze inyuma yo kumva inkuru itangaje y'uyu musore Jacques asigaye azwi nka Ingenier kubera Kurima cane IBIRAYA i MUKIKE Nubwo tutabatembereje mu mirima yiwe,ariko twizeye ko intahe yiwe iza gufasha benshi 👉Numero ya #JACQUES: 257 62 70 82 53 #ibangaryabatunzi #agaciromedia_68013513 @alvellamuhimbareofficial @NtareRushatsiHouseTV @paeejburundi9895
#Burundi: Batoye 12,7 Tonnes y'amabuye y'Agaciro mu Kirundo BUSONI
zhlédnutí 9KPřed dnem
#Burundi: Batoye 12,7 Tonnes y'amabuye y'Agaciro mu Kirundo BUSONI
#IKIYAGO c'umukuru w'igihugu n'Umwenegihugu w'i #Mukike// mu rugendo #Inkabuzo muntara ya Bujumbura
zhlédnutí 823Před dnem
#Umukuru w'igihugu mu kiyago n' #Umwenegihugu w'i #Umukike @NtareRushatsiHouseTV
INKURU YIWE IRATANGAJE!!
zhlédnutí 315Před dnem
INKURU YIWE IRATANGAJE!!
Umurundikazi afise IRARO RININI ry'UBWOROZI BW'#IMPENE|| Ziba hejuru kuri Étage
zhlédnutí 4,4KPřed 14 dny
Umurundikazi afise IRARO RININI ry'UBWOROZI BW'#IMPENE|| Ziba hejuru kuri Étage
Niki catumye uyu muDiaspora aza gukora ibi mu Burundi kunyungu z'Abanegihugu?Umviriza..
zhlédnutí 1,7KPřed 14 dny
Niki catumye uyu muDiaspora aza gukora ibi mu Burundi kunyungu z'Abanegihugu?Umviriza..
Aho J.Baptiste BAGAZA yakura amafranga yo gutezimbere UBURUNDI// INTERVIEW y'umubanyi wiwe
zhlédnutí 11KPřed 14 dny
Aho J.Baptiste BAGAZA yakura amafranga yo gutezimbere UBURUNDI// INTERVIEW y'umubanyi wiwe
Amashimwe menshi y'Abategetsi b'INGOZI kiri wamu Diaspora|| #NCDP_BARIYOBERWA
zhlédnutí 347Před 14 dny
Amashimwe menshi y'Abategetsi b'INGOZI kiri wamu Diaspora|| #NCDP_BARIYOBERWA
UKWIZERA RUKWISTU kwoba ari ukw'Abazungu canke Abantu bose?// #ITARA #Leadership
zhlédnutí 79Před 14 dny
UKWIZERA RUKWISTU kwoba ari ukw'Abazungu canke Abantu bose?// #ITARA #Leadership
Abakuru b'Amashengero ibi bavyumve//Uruhara rwabo
zhlédnutí 115Před 14 dny
Abakuru b'Amashengero ibi bavyumve//Uruhara rwabo
Narimye 1HA y'amabungo//Nabikoze batantahura ariko ubu FBU menshi//IBANGA RY'ABATUNZI
zhlédnutí 2,3KPřed 14 dny
Narimye 1HA y'amabungo//Nabikoze batantahura ariko ubu FBU menshi//IBANGA RY'ABATUNZI
IHINGURIRO rya mbere rihingura impuzu ryatangujwe n'Aba DIASPORA &ABANYAMERIKA//NGOZI niho twahisemw
zhlédnutí 3KPřed 21 dnem
IHINGURIRO rya mbere rihingura impuzu ryatangujwe n'Aba DIASPORA &ABANYAMERIKA//NGOZI niho twahisemw
Mbega ukwizera Rukristu ni INYISHU canke ni INGORANE Ku kwiterambere ryacu? #ITARA #BURUNDI
zhlédnutí 135Před 21 dnem
Mbega ukwizera Rukristu ni INYISHU canke ni INGORANE Ku kwiterambere ryacu? #ITARA #BURUNDI
Nk'umukunzi wa Agaciro Media niwitege ibi vyose ni kubwanyu...|#opportunities #knowledge #challenge
zhlédnutí 232Před 21 dnem
Nk'umukunzi wa Agaciro Media niwitege ibi vyose ni kubwanyu...|#opportunities #knowledge #challenge
IBINTU BITANGAJE MU NTARA YA #BURURI//Bimenye igituma ibintu bimeze uku
zhlédnutí 1,7KPřed 21 dnem
IBINTU BITANGAJE MU NTARA YA #BURURI//Bimenye igituma ibintu bimeze uku
#MerchiorNDADAYE:Ijambo rya nyuma yavuze agishika ku Butegetsi
zhlédnutí 430Před 21 dnem
#MerchiorNDADAYE:Ijambo rya nyuma yavuze agishika ku Butegetsi
A la découverte du fin fond du Burundi, mille et une colline #KwaNtare
zhlédnutí 754Před 21 dnem
A la découverte du fin fond du Burundi, mille et une colline #KwaNtare
Inama Nkenguzamateka isaba Abarundi gukora biyumvira kazoza k'Urunganwe rukurikira
zhlédnutí 112Před 21 dnem
Inama Nkenguzamateka isaba Abarundi gukora biyumvira kazoza k'Urunganwe rukurikira
Umu DIASPORA akoreye Ineza Abanya Makamba mu kubishura ineza bamugiriye mu bwana
zhlédnutí 1,7KPřed 21 dnem
Umu DIASPORA akoreye Ineza Abanya Makamba mu kubishura ineza bamugiriye mu bwana
Umwigeme yigeze kunezera Nyakwigendera Pierre NKURUNZIZA imbere y'isinzi ry'Abarundi#IndependanceDay
zhlédnutí 708Před 21 dnem
Umwigeme yigeze kunezera Nyakwigendera Pierre NKURUNZIZA imbere y'isinzi ry'Abarundi#IndependanceDay

Komentáře