IHINGURIRO rya mbere rihingura impuzu ryatangujwe n'Aba DIASPORA &ABANYAMERIKA//NGOZI niho twahisemw
Vložit
- čas přidán 7. 09. 2024
- Wipfuza kugira ico ubaza canke kurangura muri NAFI FACTORY wobandikira kuri:
+257 62 03 80 32
Agaciro Media turabandanya tubereka ibikorwa bitangaje biri mu Burundi benshi baba batazi
wipfuza kuvugana na AGACIRO MEDIA wotwandikira kuri:
Gmail:Agacirom@gmail
Watsap:68013513
#agaciromedia_68013513
#ibangaryabatunzi
#UburundiTwipfuza
#SUBSCRIBE
Bakunzi bacu dushigikire iyi chaîne ya Homme du Changement igira Vlog mukugira SUBSCRIBE
czcams.com/video/fXsslePX1Cc/video.htmlsi=8a0dax2-BIBFGavO
Sha ndemeye Kbsa Burundi hejuru
Amazing ❤❤
Mwugurure umurongo abohanze bagurirako.Good job.
Ngozi hejuru cane
Agaciro Média hejuru cane.murazi gutanga agaciro igihugu cacu
Korakora
¡Estupendo!
Madre mía cuanto me alegro de ver el Burundi emergiendo ya en 2040🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥
En dónde vives tu??
Agaciro media❤❤❤ komera
Egoooh
❤ Burundi
Ndakugunda wamunyamakuru we uzi gupromotinga ibintu vyiwacu
Murakoze cane mugenzi
Burundi ejo niheza
Baduhe numero tugire commande
Iyo société ije hageze ariko natwebwe abanyagihugu batonato mutwibuke mugushinga inzu y'idandarizo mu Gisagara ca Ngozi
Vyiza cane.
Komera cane
Ikibazo Niki : ivyo muzikoramwo nivyo ngaha i Burundi ????nivyaba arivyo ngaha nivyiza cane .niba inyuzu ziva inyuma yigihugu ntaco bizoba biragerako cane .gusa nintango .merci
Nivyiz caan Uburundi bwateyimber
Uzobasabe winjireyo ukore ikiganiro witonze
Ego cane
! Thanks for sharing this !
Thanks for listening
Muranyemeje pee muduhe isoko yokumurongo
Aba batip bubahwe
Nimwige ukuntu matière première iremerwa aha iwacu . sinon sinumva ivyarivyo hamwe twoba tuzana ivyabandi biremeye
Nibazako wihenze cane ego ivyuvuze nivyiza ariko kwisi yose amahinguriro harivyo akura hanze yibihugu vyabo
Ntanuko batweretse iryohinguriro indani ukuntu rimeze ewebamenyeshamakuru bubu 😂😂😂🤔🤔🤔
Bataguhaye ubrenganzira wojayo gute?
Ubanza kubusaba ntupfa kwinjira
@@nirenganira8433 oh okay Birumvikana kabisa jewe nagira wabiretse ubibona kuko ariko kwiyo video haboneka ifoto yihingurio jewe nagumye ndaba ko mutwereka ihinguriro ndabura. Ariko ndibaza hanyuma bazobemerera komwinjira👍
Mwubahwe@@Beautiful-Place
@@moisebukuru4608 namwe mwubahwe🤝