president Everest our God may bless u, & our country, u are a wise man. your heart love your people & your country, I see you saving Burundi in many ways. I believe you will win all the trouble Burundi facing one day is one day, murakoze cane kunyigisho nimpanuro uduhaye muvyeyi wacu murambe.
Komera mutama abarundi bose barabona umurindi wanyu uriko wukubogorigihugu inzitizi bosee barazibona !!! BURYA ABARUNDI SIMPUMYI, IYABA ABARUNDI BATABONA AHUSHAKA GUSHIKANA IGIHUGU UBUJA HIRYA NINO UKAKIRWA N'IMYIYEREKANO ARIKO KUBUJAYO UKAKIGWANA IGISHIKA NUKO BURYA BABONA KO KUBWAWE WIPFUZA GUTEZIMBERIGIHUGU KIRETSEKO HARIHO INTOVYI IZOZO NTIZISHOBORA KUBURA KUKO NO MWIJURU IMANA UBWAYO YARAGIZIVYAGO IHANZWE NA SHETANI!! BUT KEEP IT UP WE ARE BEHIND YOU ALL PEOPLE WHO NEED OUR COUNTRY BE CHANGED!!
I Burundi narahagiye ndahagirira amagorwa menshi cane. Kandi nari nkumbuye uburundi nabarundi, none ubu nsigaye ntinya gusubirayo. Nafashwe nabi bikomeye kuri Aeroport, Mairie , etat civil , zone eka no mu ma banks. Nta service nimwe baguha ngo utabahe ye 1milllion. Aha narumiwe! Sije nabonye ndasubiye inyuma. Nta gusonera ingenzi zije zibasanga, kera abarundi bagira ukubaha umuntu wingenzi none ubu ku kibuga c'indege umuntu asanganirwa namakuba yakataraboeka. Agasuzuguro, kutubaha umushitsi, gutanga service mbi nibindi.... Mana ndagusavye uzofashe abarundi bamenye kwa kira ingenzi neza.
President vyose biri muminwe yawe ubishatse birashoboka aha abarundi bashikawe nabenewanyu bararushe cane kandi niwe ufise urufunguzo gwavyose kuko uri president wuburundi nabarundi
Uri mwizigirwa kuri twese,dushize Imbere Imana ikuyobore
Imana ikomeze kuzigama samurarwa waduhaye ukomeze kumuha ubwenge nkubwo wahaye Salomon ukomeze kumuha ubutoni n'ubwira
Hezagira uburundi n'abarundi ikirushaho vyose uzoduhe iherezo ryiza
Amen
Imana yomwijuru ikuturindir abasi biterambere nukur
indongozi zonona zikadindiza ibintu Sebarundi naze arabakebura nyene uwo vyanse ko ahindura ingendo asezererwe uwariwe wese atakuraba ngo ninde
Yosuwa niww kalebu nawe nindongozi zigufasha nziza Imana igukomez kweri
Imana ituzigamire Sebarundi ku mutima wiwe wahezagiwe wo gukunda abantu atarobanura umuntu mutomuto, Mana mwongereze inkomezi, Amen!!
Imana Igukomeze munyacubahiro wacu wikirenga ndakwubaha Imana Iguhangaze kanzi ivyuvuga Imana iguhe kubisohoza bije muburyo Kandi nanje Ndatuye ko igihugu cacu kiziterimbere cane natwabanyagihugu duterimbere kubwindongozi nziza mukomere Imana irimbere vyose birashoboka ndakwubashe Imana iguhangaze
Nyakubahwa President, ve mumajambo , urufunguzo rwavyose niwewe urufise, Fata ingingo zikomeye kurabobose batagufasha nabaryi bibiturire. Murakoze
Gushirako indongozi biroroshe, mugabo kuzikurako biragoye mutama. Kubera hagomberwa ko haba ivyabona (ibimenyetso) bikwiye naho ubundi woca usanga Leta iriko irariha amahera menshi kubera abirukanwe binyuranije n'amategeko. Ntivyiroshe na gatoyi!!
Imana yacu, dusenga Irakomeye cne
Amen.uri.umugabowatoranijwenimana.komera❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Uvuga neza nyakubahwa.uburundi twarahezagiwe nuko aritwe tutabibona.
Gusa mugihe uriko utanga impanuro twari guhwekera ivyo bintu bivuzwa bigahagarara.erega havuye lmana ni mwebwe....komerezaho n'abandi bikebuke dukore.
President wacu bisankaho afise agahinda k, umutima kabamubera imbongamizi muvyo abariko arakora
President wacu bamahoro IMANA izokurengera
Komeraa Mutama!!! Utafika tu
Imana twashize imbere nk'Abarundi Idutsimbatarize inzego twitoreye kukigira dukore imigambi y'iterambere dutekanye. Umukama Imana Akutuzigamire Nyenicubahiro. Turi inyuma yawe!
Uyumutama ni Special Papa! Irambire caaaaaane! Ndakwemera!
Uri inyishu yacu Imana ikuzigame
Imana sigikoresho c’umwana w’umuntu.
Dayimoni zirudandazwa rw' igitoro, isima, isukari, etc vyarabaye akananira bahinga. Umuti nuguhana abadandaza barihejuru yamategeko bitwazigikenye
Inzahabu& ubutunzi nimumutwe, abarundi nibasabimanubwenge
Jewe ndipfuza ninaza mugihugu,nzokubone my president,imana ibandanye ikubahafi.
Ameeeeen
Muze kabisa Imana yawe n'abarundi ihabwe icubahiro turikumwe twese birashoboka Imana ibandanye iguha iyerekwa kandi ururugamba urarutsinda kuko Imana n'ivyose kandi niyovyose.
Nyakubahwa Neva Imana yamahoro igukomeze nabawe
Amen amen muvyey wacu
Iman ishimw kuba yaduhaye neva iman ikuzigame ushikan umurundimuto muto yogirijambo mwobobambuzi ibisuma vyinteko abatware.ibice60%vyarivyabasuma.
Nukuri Imana yaributse Uburundi
Video Inteye ikigumbagumba nsanga narize
Komera cane vous le Père de Notre Nation👍
Vraiment uyu mutama wacuu tumusabire gusa imuhangaze
Nukuri birababaje,ariko dukomeze turirire imana nayo izobikora ntakitagira iherezo.
Komera Nyenicubahiro! Imana ibandanye ikwereka nawe uheze utuyobore mu nzira nziza! Abahora bakwononera bose ubereke umuryango nayo inteko za Lusiferi tuzozitsinda turi kumwe na Bikira Mariya na Mikaheli mweranda1 Sagarara sagamba Muvyeyi!
Sha wagerageza Sebarundi .
niwirabire president, wi burundi
Egome uko nukuri gukwiyeee🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Nukuri kwigendera. Neva uravuga nuko utavura
Amen muvyeyi wacu
Amen amen Muvyeyi Nyen'icubahiro mes Respects. Imana ikoresha Abo yitiranirije kugihe cayo n'aha mw'iki gihe mu Burundi bw'amata n'ubuki. Muduku dure dukomeze gukorer'iki gihugu tugiteramira mubikirwa no mumasengesho,Imana ikomeze kubarongira ni kubashoz'ivyo bikomeye kandi muzigamwe mw'izina ry'uwaducunguye. Amen Imana imbere ntakinanirana n'amadayimoni ahunge . Amen.
UMUVYEYI??? Mon oril.umuvyeyi yicishije ABARUNDI INZARA mubukene bitagira izuba ??? Muradambea Basha mwe yahaye
Abobose bitwaza IMANA kugira babibyegezinyuma yabo,rindira gatoya IMANA yoyo ntifuina. Nkurunziza nambatarinkurumbi yahinduje ibeitizwa shingiro kugira abaryana bazoryane,ayirsramiye,mugabo IMANA idahendwa yaciye imurabira abisiga hejuru
Umukama Mana
nzima nakwunvire ku gisabisho uyituye. Amen Amen.
Yemwe wari wavuze n ahabarundi kubigendera
IMANA IHEZAGIRE KANDI IKOMEZE UMUKURU W'IGIHUGU CACU NYAKUBAHWA EVARISTE NDAYISHIMIYE. TURAGUSHIGIKIYE KANDI IMANA IRI KUMWE NAWE.
Kuramwo abo basuma bamaramaza ingihungu Cancu
Kora neza Urongogwe nImana igihugu kizoba amahoro nawe ube amahoro Imana iguhezagire
J ndi Jeshua na Caleb 👋🏽
Stay in the Game
Come Rain or Sun Shine
the Game must be won
Mr le President 🎩
Imana iguhezagire nyakubahwa mukuru wigihugu uvuze neza cyane ngo umukuru wigihugu hejuru ye n’Imana nabandi wa president babimenye.
Imana nyenamahoro ikuje imbere mumigambi myiza ufitiye uburundi n'abarunri kubwo gushira imbere Imana ntakitazoshoboka
president Everest our God may bless u, & our country, u are a wise man. your heart love your people & your country, I see you saving Burundi in many ways. I believe you will win all the trouble Burundi facing one day is one day, murakoze cane kunyigisho nimpanuro uduhaye muvyeyi wacu murambe.
Amen Amen Amen !!!
Waou! Stand in God Almighty. That's the answer.
Amen
Amen uko nukuri
Iyo ndongozi ngira ija kubapfumu ngira naca kinyoni caba mugasongero bita igifyoti 😁😁😁😁😁
WAVUGA NUKO INTUMVA ZAMAHO PAPA
Good job son president ✌️❤️☝️🇧🇮🇧🇮🤝
Iburundi nigihugu c'imana kuko iyo imana itazana wewe ube Yosuwa wacu igihugu kiba kirenve none iyonibutse campagne Sogo yabafata ukuboko akatubwira nimumuhunde amajwi muzoba muntoye icigwa caraho nyene umurundi yiyemera muzogendana uwuzi nuwo utazi nuwo utazomenya kuko uruha wenyene abandi bariko bariba batoteza abene gihugu hari ibisigarira vya 2010-2015
Mufite ibyiringiro. Igisigaye, nukugira Ibyiringiro bifite ibikorwa.
Komera mutama abarundi bose barabona umurindi wanyu uriko wukubogorigihugu inzitizi bosee barazibona !!! BURYA ABARUNDI SIMPUMYI, IYABA ABARUNDI BATABONA AHUSHAKA GUSHIKANA IGIHUGU UBUJA HIRYA NINO UKAKIRWA N'IMYIYEREKANO ARIKO KUBUJAYO UKAKIGWANA IGISHIKA NUKO BURYA BABONA KO KUBWAWE WIPFUZA GUTEZIMBERIGIHUGU KIRETSEKO HARIHO INTOVYI IZOZO NTIZISHOBORA KUBURA KUKO NO MWIJURU IMANA UBWAYO YARAGIZIVYAGO IHANZWE NA SHETANI!! BUT KEEP IT UP WE ARE BEHIND YOU ALL PEOPLE WHO NEED OUR COUNTRY BE CHANGED!!
Mr never ✌️❤️☝️🇧🇮❤️
Komera mutama ikitwishe abarundi turikunda cane gose ariko un vrai patriote nuwukunda intérêt général donc itunga rya leta
Amen Amen
Ntimureba President ukunda igihugucye akakigezaho ubutumwa bwijambo ryImana naho kagame ngo nakwica nange ntuzamenya ikigukubise
Theonest mdagusetse hhhhhhhhhhhuh uzambaze nyuma yiminsi kagame ntabwesikoro agira jya mumwika hanyuma ocompare
Umukuru w'lgihugu cacu Ciza c'uBurundi Yesu kristo akomeze kuganzanya nawe
I Burundi narahagiye ndahagirira amagorwa menshi cane. Kandi nari nkumbuye uburundi nabarundi, none ubu nsigaye ntinya gusubirayo. Nafashwe nabi bikomeye kuri Aeroport, Mairie , etat civil , zone eka no mu ma banks. Nta service nimwe baguha ngo utabahe ye 1milllion. Aha narumiwe! Sije nabonye ndasubiye inyuma. Nta gusonera ingenzi zije zibasanga, kera abarundi bagira ukubaha umuntu wingenzi none ubu ku kibuga c'indege umuntu asanganirwa namakuba yakataraboeka. Agasuzuguro, kutubaha umushitsi, gutanga service mbi nibindi.... Mana ndagusavye uzofashe abarundi bamenye kwa kira ingenzi neza.
Ewe navuge ariko ,ariko iyo ibintu biyangaye mu rugo bibazwa serugo kandi serugo imbere y ibibazo ntaganya arondera umuti wavyo , sinon
Imana ikurindumukoshi mutama
Nyakubahwa imana iguhezagire warubabwiye nuko batumva.
MWubahwe kweri muvuze amajambo akomeye
Igihugu c'uburundi ntigikenye Muzehe wacu ikibazo nukutamenya kugendereza ibihe iyotuvuye niyotuja kuko Sokuru wacu Peter Nkurunziza yarabivuze ko nitwamara kurya tukanwa tugahaga turohava tubagira ivy'uhoraho Imana yadukoreye. Rero Musa wacu ntankeka imana ikuje imbere tushike mwisezerano maze twirate inkomezi zuwuhoraho Samurarwa guma kwivora abenegihugu turinyuma yawe kanatsinda Sokuru yarakudusigiye Imana ikutuzigare kandi urugamba uzorutsinda .
Komera
Flying
Amen amen
Mutama muvuze amajambo ahambaye cane nivyo koko yaturemye kugirango itunezerererrwe Hama tuyikunde
Impanuro isobanutse kweri.
President vyose biri muminwe yawe ubishatse birashoboka aha abarundi bashikawe nabenewanyu bararushe cane kandi niwe ufise urufunguzo gwavyose kuko uri president wuburundi nabarundi
Ramba
🙏🙏🙏🙏
Birababaje kubona iburundi atana mashop on Line ahari namwe nimugerageze murabe mukorane naza Alibaba n'a amazone nnizindi zose turabe natwe ko twoja mumuryango wabandi kndi barenze nabanyamitahe babahinzira bikorere nukuri igihugu cishwe nabantu Bari kurushi
@@evelynenkurunziza287 aboshikira nyakubahwa umukuru w'igihugi cacu ciza c'ibirundi akadushigikira, ubundi uwo mugambi twarawutanguye, turi kukivi.
Ariko aravugishwa nka muhisi
Uvuga ukuri
Amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen !!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!,, Habwicubahiro mana wewaduhaye indongozi nyakuri,,,, Amen !!!!
Yf
KANDI NTANUMWE AZI IHEREZO RYA MOSE N'IMVA Y'IWE URETSE IMANA YONYENE
MWIBUKA KO KANDI KO MOSE : 1 YARISHE 2 YAKUBITANYE ISHAVU URUTARE ANARENZA INCURO IMWE YABARIWE N'IMANA AKUBITA KABIRI
3 EKA NO KURUZI AHO BARI BAKURIKIWE NA FARAWO ABIGENZA UKO
4 AMENA IBISATE VY'AMABUYE VYARI VYANDITSWEKO AMATEGEKO Y'IMANA ASANZE ABISIRAYERI BARIKO BARAPFUKAMIRA IKIGIGWA mana C'IMASA BACURIWE NA ALONI
1
Sogo wirambire waje hageze jembere ugumyutwara nzocanigarukira mugihugu nibwobwambere uburundi buronse indongozi
Uravuga ntuvura muzehe wacu.ariko mukomeze naho bitoroshe
Amen m'en🙏🙏
Jew nukuri ndumvumubabaro mwishi kuba harabantu bindongozi bariko bumva ubutumwa nkubwo muga w akaguma araramanga ntibigere bumva isoni kuba nubu igihugu cacu kiza kwisonga mubukene ega nubwo woba ufise ibirara hanze abomuvukana boose babura nayumunyu umuryango waw bawita uwukenye naw ubukeny njinjibuk
Uzewemere uhindure amasezerano ntuzorekure igihugu kiretse upfuye kukonaje ngiyekugaruka mugihugu kubwawe ntiwajehageze wariwaratevye
Wow wow Papa P Mungu akuwekeeeeee hadi 120yrs urambeeee Mungu akutumie kabisa Burundi 🇧🇮 ibadilikeeee.amen
Twarose president kabisa ewebosebovuga uko
Mutama wacu ntawushimwa nabose menya yuko twebwe abanyagihugu turikumwe nawe nubwo abo murikumwe bakugwanya komera samuragwa wacu imana ikudutungire
Vous Tous
Urumuvye wabarundi,tukurinyuma twese tubitezeko vyinshi 🙏🙏🙏
Wakurugutura nyakubahwa nuko ubwira intumva gusa
Wavuga nuko ivyuvuga kubishira mungiro vyabananiye.
Sogo benshi ntibatahura ivyuvuga arko tweturinyuma yigihugu nitwedutahura ukuri kwawe
Abo nibato bato; abo hejuru hejuru hejuru uriko urabavuga?Bamwe wari wavuze ko bagiye kwerekana iyo bakuye amatungo yabo. Ko kugeza nubu utarabikora? Tangurira hejuru. Nabo bato bo kumitumba uvuga bazoca bakora neza. Ivy’isi birahinduka.
Imana sigikoresho c’umwana w’umuntu
None naenda umufashe?.
Burundi, ninciza
Peter Nkurunziza yari umuvugishwa kuko ntabuhanuzi nabumwe muvyo yavuze bitazoja ahabona kandi nivyarangira tuzoba twinjiye neza mwisezerano maze duce twinjira mwisezerano kuko Nyakabanda Se Barundi muriko muhangana nimiyaga myishi kandi ntamisi isigaye kugira uyisangangure uwuhoraho imana ikujimbere .
Amen 🙏🙏
Ni zoome
Amen 🙏🙏🙏🙏 fom 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Babwire muburyo wacu
Amen
God Protect This Man.Amen
I love U My President
Nyakubahwa président wacu imana imukomeze ivyo arigukora nukuneza yabarundi bose abobabisha bashak kumucintege imana igiye kubereka kwariyo yivugira igategeka murikino gihugu cacu???
Ntaco ubesha wamuvigabi yuvuga ntibishirwe mungiro
Twubahe indongozi.ubutware bwose buva kumana
Ibyo uvuga iyaba aribyo wakoraga, umaze Inyaka ibiri kubutegetsi ariko Rushwa, ubwicanyi, nakarengane bravuza ubuhuha wangiza ngo ngwiki? Wapi ironda koko naryo nuko ahubwo vaho ugende.
Umuhoye ubusa ntako atagira murundi ngo akure akajagari mugihugu ariko har akagwi kamutobera Niko ariko aratuza jew sinkunda politique ariko Président wacu wumve KO ari kukivi ntawutovyemera🙌 Imana imurinde imufash kuyobora neza 💯 uburundi nigihugu ciza cane 🥺🥰 Imana iturinde 🙏
Ushindwe katika jina la yesu.
Prezida ndayishimiye ntacyo uba utakoze kdi uba wababariye kweri nuko batumva ahari bazahinduka ntuze ucike intege tuzagushigikira
Amen
Mutam ndiho akzigame kuko urumuvuga butumwa mwiza
Komera