Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Amen
Iman i gukomeze can
Mweeeese muragahezagirwa cane n'iyaremye ijuru n'isi ncuti zanje
Yehova aguhangaze
Ndashaka kubana nawewe mumasengesho
Amen Amen Mana yancu yomw'ijuru
Ndaguhimbaza Mana kubwijambo ryawe warungikanye umukozi wawe.kugira rihindure imitima yacu ndasavye inkomezi ngo ugire igikoresho cawe🙏🙏🙏
Nibagombe bakwanke iconikibazo ciza ubajije ishengero amarandevu yokujamuvyaha vyubusambanyi barayicaranye ayomubapfumu nabarozi barinayo ingoranezomungo nikirenga ubunubutumwa bwihishurirwa kabis kandibutavangiye vyankebikunde turakeneye abakozi b'Imana nka Mbayahaga Imana yomwijuru iguhezagire cane 🙏🇧🇮
Ndafashijweee, gumamwo mukozi wa Ndiho ,niwe usigaye umenerinda kurukumu.
Asante sana👏👏👏
Amen Amen🎄🎄🎄
Ati agacerere ngumengo nimuri moge 😁😁😁😁🙏🙏🙏🙏
😂😂😂😅😂😅
@@nanalove159 🤣
HALELUYAAAA IMANA IGUHE UMUGISHA
Ariko urufunguruzo yaruhaye PETERO
Mbayahaga wanj wubahwe cane
Amen 🙏🏻
😂😂😂😂😂😂
Jewe nzoheba itike yigihumbi Cama Dollars 💸 yamuli America 🇺🇸 ariko inze kuraba uyumukozi wimana burundi 🇧🇮
Izo funguruzo yazihaye Petero ryari? Mudufashe aho vyanditse muri Bibiliya yera
Ibindivyose nivyiza ariko ukwokwihana kutatuje bgokwature sikwiza 🤦sikwo 😭😭
Uravuga ntuvura mukozi w'Imana abantu turagoy kndi turagowe
Ati guhumigwa eka nuguhumigwa nyene