party 2.Pasteur Rehoboth: Abagabo bapangira abakobwa bato / ntamugabo akijana inkumi mwi hotel .....

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 17. 07. 2021
  • Télévision en ligne sponsorisée par Arise and Shine Center,
    Mieux que savoir comprendre.
    Ngagara, Q.10 Industriel n ° 16
    Bujumbura-Burundi

Komentáře • 26

  • @harerimananadia3433
    @harerimananadia3433 Před 2 lety +1

    Ikiganiro ciza cane kirimwo impanuro Iman ibahezagire

  • @beaimfurayase4482
    @beaimfurayase4482 Před 2 lety +1

    Ariko rero rekamvugire abakozi bomunzu mugerageze kubakoraho ayo mazina ngo ababoyi abayaya sivyiza ababoyi nabayaya nabantu nkabandi karya nakazi nubuzima ntibisigurako iryozina ribomako zamwiyaranja muvuge ati abakozi bomunzu👏

    • @ibinyoma8067
      @ibinyoma8067 Před rokem

      Ikibazo si izina bitwa.
      Ikibazo numushahara muto.
      No guhohoterwa

  • @celinerivuzumwami9310
    @celinerivuzumwami9310 Před 10 měsíci

    bonjour kumuvugira abagabo gusa vugira bose murako

  • @salimadevista8954
    @salimadevista8954 Před rokem

    Amen

  • @complexemultibusiness5997

    Ndashima Kino kiganiro cane..rero nyanyagiza link abantu baze barayikurikirana kuko TV zifise topic nkizi z'ubuzima ziruhura Imitima tuza twiruka kuziraba murwanda..aha muburundi izihari nyinshi nizabasani ibihavugirwa usanga ari ngo urarya umwana,wambariye angahe,imivumburo...ndabateye intege rero

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 Před 2 lety

    Mukomere cane

  • @user-fv2sn7js7g
    @user-fv2sn7js7g Před 2 lety

    Mutama reka sha ivyabagabo nurudubi ubusambanyi nibwo bubishe cane

  • @naginnagin6297
    @naginnagin6297 Před 2 lety +1

    😂😂😂😂😂😂😂😃😃😃😃😃😃😃

  • @SaadS-lr5lr
    @SaadS-lr5lr Před rokem

    🤣🤣🤣❤❤❤❤

  • @mqnslsjdj5968
    @mqnslsjdj5968 Před 2 lety

    Ndabakund🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @mireillemanirakiza6398

    Mahoro menshi Pastor, Asha vuga caane usemerere ikiganiro kirafasha. Kuko isi igeze kure cane mubusambanyi.

  • @cardinalendikumagenge7972

    Uravuga nuko utavura.Ivyubu namayobera

  • @spesruhwabare3439
    @spesruhwabare3439 Před 2 lety

    Mumenyesha amakuru kuvuza uruhwa uri mu kuganiro uraraba uhindure.

  • @gerard.nsengiyumva2294

    Nukubima barabi,ma pasteur ureke gukubitwa gusa

  • @user-fv2sn7js7g
    @user-fv2sn7js7g Před 2 lety

    Mutama hanura abagabo beshi babaye ndanse jew nubwo shavura gute ahohantu ndamuha p 🤭🤭🤭😁😁😁😁😆

  • @carolinenakirutimana1559

    Hari n,abagabo bazi ku kubaka urugo Ari kumenya kurongora umugore gusa. Ntibazi ko hari utundi tuntu dutoduto twubaka urugo.

  • @carolinenakirutimana1559

    Oyaaaa pastor. N,abagore n,abantu hari igihe umufata nabi akihangana ariko umugabo akamubera umururazi NK,uko wabivuze. Burya ayo mabanga y,abubatse arangurwa mu mutwe hameze neza . umutima utuntuye uba urimwo vyinshi. Ku buryo hari naho agufata nabi ukumva No kumuha indya kw,isahani ntavyo womuha peeee

  • @user-nu7cv3rt2w
    @user-nu7cv3rt2w Před 2 lety

    Muradufasha can kwer muhezagirwe

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 Před 2 lety

    "Ngo umu ya ya , umu boyi🤔"
    Bavuga ngo umukobwa araba abana canke umukozi wo mugikoni.

  • @carolinenakirutimana1559

    Hari igihe ruba ari irugabo rubi. Kikaba ari ikiburi n,umutima mubi afise bimuhangayikishije.Ariko urwo ntiruba ari urugo. Yotuma aba ayandi makosa,ariko gukubita umugabo nta gaciro noguha. Vyotuma amubisa cg akamutorera abantu. Yamunanira bakabana, agashaka uwundi mugore. NK,uko Umugabo abonye umugore amunaniye aho kugirango amwice aje mu gasho , abana baca basigara bahangayiki bazira ubusa

  • @spesruhwabare3439
    @spesruhwabare3439 Před 2 lety

    Abagore ntibakime abagabo babo kuko nico camukuye iwabo naho umugabo yoba ari ikigaba musengere Imana niyo ishoboye guhindura umuntu.

  • @nzeyimanajacqueline100

    Murabuze ivyo muvuga abagabo bubu basambana gusumba abasore urahiga kwabagore batabaha ukabura ushaka inkuru wobibaza abakobwa nibo bazi ibanga ryabagabo bubu nukuri birababaje kandi biratzyisoni igitsina basigaye bagisaba nkamazi yo kunwa nayo abivugisha ngwabakozi Bo munzu nabayaya ahubwo abamabuja baze bavuga ivyo bitondeye kuko ntaco bambariye kubagabo babo

  • @NZEYIMANAFrancois-xu3sd
    @NZEYIMANAFrancois-xu3sd Před 3 měsíci

    Icokiganirovyasabakibandanyekuko nanjendavyobonera