Amagara Meza; ukungene wovyara umwana w'umukobwa canke umuhungu

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 21. 08. 2024
  • umviriza uburyo woronkeramwo umwana wumukobwa cnke umuhungu
    utibagira kugira s'abonner kuri iyi channel kuri uronke ikindi kiganiro
    Télévision en ligne sponsorisée par Arise and Shine Center,
    Mieux que savoir comprendre.
    Ngagara, Q.10 Industriel n ° 16
    Bujumbura-Burundi

Komentáře • 14

  • @user-xh7hi9rn1h
    @user-xh7hi9rn1h Před 11 měsíci

    Mwakoze cn

  • @faida-5901
    @faida-5901 Před rokem

    Mwubahwe nukuri

  • @user-fv2sn7js7g
    @user-fv2sn7js7g Před 2 lety +1

    Jew nashaka kumenya ukuntu nobigenza kugira ngo vyare amahasa 💯💯💯💯💯💯💯💯💥🤝

  • @albertnipfukamirwe4237

    Muraduhezagira cane. Ariko harikiganiro mwatwemereye mutaduhaye cibintu kavukire umugabo yofungura agakurikiranya uruvyaro kurugero. Ntabashe gutera inda

  • @amalarrgod8588
    @amalarrgod8588 Před 2 lety

    Nukuri mwubahwe cane.

  • @bigirimanaevelyne7727
    @bigirimanaevelyne7727 Před 2 lety

    Mwubahwe kabisa. Mwarize muratahura. Natwe turatahuye kubwanyu.

  • @ireneburundi7144
    @ireneburundi7144 Před 2 lety

    Cha ndabikundiye mukomer kabis

  • @pierrenkunzimana7428
    @pierrenkunzimana7428 Před 2 lety

    Ndashaka numéro ya muganga désiré d'amour .

  • @michealburegeya8654
    @michealburegeya8654 Před 2 lety

    Hello gys hama harico mwariwatwemereye mutashoboye kukivuga ivyo wafungura hakaragira amezi 6 uwomwubakanye adasamye imbanyi

  • @dannypenina
    @dannypenina Před 2 lety

    Merc bcp muganga mwatubariy ubury twokoresh kugir tuvyar igitsin twipfuz akabaz kanj nkomugih nipfuz amahasa naho nokoresha ubury ubuhe???

  • @Durareminders3724
    @Durareminders3724 Před 2 lety

    Mudutegurira ikiganiro kivuga kwivuka ryamahasa asa nayadasa

  • @amalarrgod8588
    @amalarrgod8588 Před 2 lety +2

    Hasigaye kimwe co kudasama ukoresheje ibifungurwa. Umuco kama

    • @benjaminniyondiko99
      @benjaminniyondiko99 Před 2 lety

      Mwiryamisi yose yagasamo umuntu yoshobora kumenya umusi urubuto gwumugore gwashikiye mukibanza?