Evariste Ndayishimiye, Umukuru w'Igihugu ati : "Nta bujuju buruta kutamenya ubujuju bwawe"

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 21. 08. 2024
  • #diaspora_news |Umviriza ivyo Umukuru w'Igihugu #Evariste_Ndayishimiye yakoreye #Urwaruka
    Ibindi biganiro aha musi
    • Perezida Evariste Nday...
    • Ng'uku uko umukuru w'i...
    • Perezida Evariste Nday...
    • Ng'uku uko umukuru w'i...

Komentáře • 69

  • @rukoranyangabo9128
    @rukoranyangabo9128 Před rokem +5

    Nsigaye nkunda uyu mugabo cyane....🇷🇼
    Kandi mukundirako atagiraga ihonyabwoko.
    Abamurwanya bamuhe amahoro yubake igihugu.

    • @yesunimwema4497
      @yesunimwema4497 Před rokem

      Kabisa.

    • @fabricesemahoro6679
      @fabricesemahoro6679 Před rokem

      Abagwaye cancer yamacakubiri nabapfapfa nibo bamwanka nayo abafise ubwenge bwimana bumurikiwe tuzi neza ko abarundi twagiriwe ubuntu kubwuyu mu president! Nzohora ndamusengera kugira Imana imurinde imbere ninyuma!afise umutima uboneye kandi niwo Imana yishimira !🇧🇮🇨🇦❤🙌

    • @fabricesemahoro6679
      @fabricesemahoro6679 Před rokem

      Aho kugufasha abiwacu bishinga batukana gusa!

  • @mayaciza8337
    @mayaciza8337 Před rokem +3

    En fait notre président est un vrai entrepreneur..il a un mindset extraordinaire. Turaje kubafasha igihugu gitere imbere.
    Iyo ni formation atanze Kandi gratuitement. Ce qu'il dit vaut de l'or.
    Merci d'inspirer la jeunesse n'aba'di baribihebuye.
    Tout est possible

    • @fabricesemahoro6679
      @fabricesemahoro6679 Před rokem

      Tu as raison👍👍 ariko wamuco mubi wokwikwega , nogucritika niwo utuma batamwumva balishinga gutukana gusa. Muzomwifuza mutakimufise!

  • @user-di7tc9gq7m
    @user-di7tc9gq7m Před 2 měsíci

    Mutam nibareke yitwarire pe

  • @Mkrist
    @Mkrist Před rokem +2

    Le Burundi a été béni de t’avoir. Uri umugisha ku Burundi, mon Président.

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or Před 3 měsíci

    Ndayishimiye yubahwe❤❤❤❤

  • @habonimamartin2417
    @habonimamartin2417 Před rokem +1

    Ndubatswe cane ninyigishozawe ntahuye vyinshi bintwaye ahandihantu,komeza utwigisha nyakwubahwa🙏🙏🙏

  • @Nkotanyi1990
    @Nkotanyi1990 Před rokem +1

    Nice President Urincyabwenge Mr Nyakubahwa Abantu Ntitwunva

  • @fafapraiseofficial
    @fafapraiseofficial Před rokem +1

    Respect nyakwubahw nukuri inyigisho zawe ni Nzima Imana ikwagurire vision kandi ikujimbere mu mabanga yakujeje

  • @jeanboscondikumana8489
    @jeanboscondikumana8489 Před rokem +1

    Murakoze Nyakubahwa Umukuru w'Igihugu cacu c'Uburundi ,twebwe urwaruka ubujuju dufise n'ubwo mumitwe yacu,ubwo nabwo kugira butuvemwo bisaba inyigisho zoguhozako.
    Murakoze.

  • @wamupepe5301
    @wamupepe5301 Před 4 měsíci

    C'est un bon entrepreneur, bravo. Travaillez avec lui dans la DISCIPLINE mweee Burundi. Muretse l'indiscipline kubakuru banyu . Muretse za mayeri

  • @daniellagatavu7026
    @daniellagatavu7026 Před rokem +1

    Respect to you excellence

  • @user-no5yl9zd2t
    @user-no5yl9zd2t Před rokem +1

    ❤❤❤

  • @jeshi4988
    @jeshi4988 Před rokem +2

    Numva ngomba guhura nuyumuntu kabsa 🙌🙌

  • @IMPANOTVUG
    @IMPANOTVUG Před rokem +2

    Urakwiye kuyobora kabisa ndakwemera

  • @user-wz9rj7cp1x
    @user-wz9rj7cp1x Před 27 dny

    Urumuntu wumugabo ❤

  • @wamupepe5301
    @wamupepe5301 Před 4 měsíci

    👏👏

  • @kwizeraalain2322
    @kwizeraalain2322 Před 2 lety +2

    Mwodufash ah tukirab ico kiganiro cose👏

  • @akhousesolutionsltd9433

    Ndakwemeye

  • @GoodNewsFoundation
    @GoodNewsFoundation Před 2 lety +8

    Jewe ntabwo navukiye burundi kandi ntabwo ndagaba ariko mvuze ukuri uwunutama wacu PRESIDENT w’uburundi numukozi vyukuri kandi abarundi bari hanze no mugihugu dukwiye guhaguruka tukamufata mumugongo mukwubaka igihugu cacu…. Nukuri naho USA 🇺🇸 itunze kandi arigihugu gikomeye ntabuzi gifise Bwa reta bwokwira abahejeje amashure bose ahubwo abenegihugu iyo bahejeje amashure bavayo bafise ubwenge bwo kuzana ubuzi muri communities … tuje hamwe dufatane munda mugukomeza amahoro nubumwe mugihugu kandi dukorane na mutama wacu PRESIDENT…nukuri n’intwari kandi tumufashije igihugu cacu kizotera imbere

  • @pascalngabonziza2978
    @pascalngabonziza2978 Před 2 lety +1

    KOMERA Président

  • @user-vf6qf1tb8w
    @user-vf6qf1tb8w Před měsícem

    😢😢😢😢😢

  • @NIKIZA96
    @NIKIZA96 Před rokem +2

    Prezida nyenicubahiro , uriko urabangamirwa nabategetsi mukorana kuko igihugu kiracafise vyinshi kibura kandi abanyagihugu basigaye bababaye cane , busabwa ubanze ukuremwo ibinebwe nibihemu mubutegetsi . Kugira amatora azobe igihugu kiri kumurongo si non muzobura amajwi.

  • @jeanmanirakiza4082
    @jeanmanirakiza4082 Před rokem

    Nyene Iteka Uvuga neza caaaane

  • @jeanmarie6736
    @jeanmarie6736 Před rokem

    Komera Mutama narabibonye ndaye iwawe NDI Maître jean Marie muri Asia

  • @EmmanstonNsengiyumva
    @EmmanstonNsengiyumva Před rokem +1

    Urise Barundi koko impanurozaw wubahwe

  • @megaccebdi
    @megaccebdi Před rokem +1

    Turamushimiye Nyakubahwa ingene ariko ashigikira urwaruka, natwe ibikorwa vyacu turabonako turiko tuja imbere dufatiye kunyigisho aduha

  • @nivyimanacelestin8247
    @nivyimanacelestin8247 Před rokem +1

    Mugihe turimwo uyumutama arakunda igihugu nabarundi vrt

  • @burundishallsmile1day109

    🎩 Patriotismo

  • @vianneyvivi9457
    @vianneyvivi9457 Před 2 lety +3

    Uyu musaza aranyish NGO uyu mujanja ndk !!

  • @elsaal3016
    @elsaal3016 Před rokem

    Komera ivyivuga nukuri

  • @richardkwizera9962
    @richardkwizera9962 Před rokem

    Neva Wubahwe Ivyonivyo

  • @herahonyene4163
    @herahonyene4163 Před rokem

    Vrm imbere ni heza cane

  • @jeromesindibutume5638

    Twebwe ntiturashikirwa natwe ngutwigishe nyakubahwa president

  • @IMPANOTVUG
    @IMPANOTVUG Před rokem

    Urwaruka duhaguruke dukore dutezimbere igihugu

  • @pascalmanirambona9201
    @pascalmanirambona9201 Před 8 měsíci

    Umwami Salomon yazutse

  • @inezabrunel8374
    @inezabrunel8374 Před 2 lety +2

    EGA ubwira abatumva bazi ngo bazaguma biba igihugu

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 Před rokem

    Jewe ndipfuza kuza mugihugu canyubarutse,ndagiheruka nkirumwana icenda numunani intambara imaze kumpeza ko abanje bose,nkabona samuragwa wigihugu cacu ciza cuburundi,president wacu imana igume igukingira basumirinda ikingire uburundi nabarundi bose.

  • @KEREBUKATV1
    @KEREBUKATV1 Před rokem +1

    Mpaka menye kworora ibizinu

  • @deonshimirimana5723
    @deonshimirimana5723 Před 2 lety

    President uvuga ukuri,arik tangura uhane uwutubahiriza ivyo mwavuze,uwutubahiriza amategeko wanshinze ,ibindi bizoca vyikora pee

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 Před rokem +1

    None mw'iterambere ,abanyagihugu ntibambara ibirato?
    Kuki ntarabona Leta mu Nurundi ihimiriza abanyagihugu kwambara ibirato?

  • @aronhabarugira6646
    @aronhabarugira6646 Před rokem +1

    Wwubahwe mutama ukwanka akwandureko mutama

  • @entrepreneuriatrecherchesetcon

    C est ce qu on appelle l incompétence inconsciente.

  • @ireneentirandekura7395

    Ivyiyumviro birashe burya nasanze vyose ari mumutwe

  • @Chadracknduwayezu
    @Chadracknduwayezu Před rokem

    Komera mutama wamateka

  • @dieu-aimekubwimbabazi8329

    wavuga nutuvure

  • @astelbigirimana1348
    @astelbigirimana1348 Před rokem

    .ĺpm

  • @gatekaisrael2706
    @gatekaisrael2706 Před 2 lety

    nukuri niwubawe kuko uduhimiriza gukora tumenye yuko leta Ari yabose bareke gukuma baboshe amaboko

  • @manirafashaodette9006
    @manirafashaodette9006 Před 2 lety

    Irebere ibintu byatuma ugaragara neza👍🙏
    czcams.com/video/tiIxDCzwuwI/video.html

  • @lilpaff93
    @lilpaff93 Před 2 lety +3

    Wew mutama raba ukuntu wogurisha igihugu ,utugaburire kiramuntu amenye iyajya 🇧🇮

  • @emmanuelbaribarira1381

    Ikibazo nuko abantu nkaba baca babarenganya ntibabandanye vision Kubera abarundi ntibipfuza umuntu atezbere bene burundi babandi babi baca bamugirira nabi

  • @richardnininahazwe1706

    Ivyuvuga nukuri kuzuye kabisa knd ndagushikiye kizigenza wubahwe ariko Abantu bakora magendo ntamwana nikinono hana utaravye ukuboko nukuguru ana jeune nabo mwige kwibako ntakazi kareta

  • @kantaramaliliana4861
    @kantaramaliliana4861 Před 2 lety +1

    Biteye ubwoba yafunzwe azira gukundana numuzimu
    czcams.com/video/h3hNnaZ1fn0/video.html