Komentáře •

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 Před rokem +3

    Imana ibandanye itanga amahoro mugihugu cacu,imbere niheza.

  • @desirendiho4938
    @desirendiho4938 Před rokem +1

    Imana ikuzigame ufise vision mwiza cane❤️

  • @oscarfashionbuja1267
    @oscarfashionbuja1267 Před rokem +3

    Igihugu gikeney abantu bacitangira bamez nk Fabrice lmana ikuzigame canee nabandi nibabonereho bazan imigambi myiza yubak Igihugu

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 Před rokem +3

    Basha uburundi buracafise a akunda igihungu cabo

  • @ernestniyonkuru3599
    @ernestniyonkuru3599 Před rokem +2

    Imana ibandanye ihezagira

  • @user-jm3pc7tu7c
    @user-jm3pc7tu7c Před rokem

    Courage bro

  • @hakizaimmoisee9644
    @hakizaimmoisee9644 Před rokem

    Imana igufashe murivyose

  • @jimmynshimirimana9690
    @jimmynshimirimana9690 Před rokem +2

    Nugutanga inguvu aho ntawokwaka igiturir

  • @isaieniyomwungere1091
    @isaieniyomwungere1091 Před rokem +1

    Mwubahwe

  • @edissanzigama4108
    @edissanzigama4108 Před rokem

    Nukuri uwiteka akujimbere ariko je ndigushaka akanimero kanyu kuko shaka kuvugana nawe je mba muri canada 🇨🇦 please @manirakiza Fabrice

  • @nshimirimanamike1591
    @nshimirimanamike1591 Před rokem

    Fabrice nisaw mfatiye kuri kiyange bubahwe kbs uburundi bagomba kubuhindura nkuko abakozi b'Imana babivuze.

  • @nsengiyumvaclaude7064
    @nsengiyumvaclaude7064 Před rokem +2

    Nigute noronka numéro ya Fabrice?

  • @agogolafitness9467
    @agogolafitness9467 Před rokem

    Waooow itera mbere nziza kabisa ❤❤

  • @bukuruconstance9813
    @bukuruconstance9813 Před rokem

    Muhezagigwe hanyuma biranezereje kugikogwa mwatanguje.

  • @fidelemanirambona2329

    Defaut mufise nuko mupanga kuzobikora muma Province asanzwe akomey hakuja kuvyura ayandi ma province!!ikind naco ivyo biciro vyanyu mubona vyoshobora kuronka bangahe?iryo terambere niryiza nuko ryerekeye abasanzwe bifise nyene🤷

  • @misscrypto481
    @misscrypto481 Před rokem +1

    Jewe sintahura. 1. None burya inzu nk'izo nagira zikoreshwa n'ivyuma binini binini gose nka kumwe turiko turabona harya bariko bubaka ahahora Bancobu centre-ville bimeze?
    2. Aba ba maçons bene wacu j'espere k bahembwa plus par raport n' izindi chantier bama bajako. Niho difference yohabera kuko iyo projet izokwinjiza menshi

  • @innocentndayishimiye1091

    ikibanza ciza cane izo nzu muziduhe natw turi ngaha burundi

  • @mutabaziclaude6496
    @mutabaziclaude6496 Před rokem

    Turashimye cane batwita bayubahe shafi

  • @eslonblack8096
    @eslonblack8096 Před rokem

    Ariko igitangaje umushikiranganji abijejwe aracasinziriye ariwe yobaye imbere

  • @jonathanshendo-fy4bi
    @jonathanshendo-fy4bi Před rokem

    Monsieur Fabrice manirakiza urakabaho kbs kurandikisha amateka turabizi cn knd turagufana knd knd turabizi muribimwe byubakwa migifundi tirumwo , urakabaho mueshimiwa niwewe tu

  • @floridendayishimiye5641
    @floridendayishimiye5641 Před 10 měsíci

    None ga umuntu yemerewe kuza arariha angahe twumve ukobimeze nkabarihanze yigihugu

  • @nkurunzizainnocent7262

    Ni vyiza caaane ko hariho abarundi bariko bakora ibikorwa vyiza caaane nk'ibi. Raba mukosore" Fabrice".

  • @metucellandikumana9640

    urintore y'Igihugu

  • @jeanbucumi504
    @jeanbucumi504 Před rokem

    Birabereye Kandi natwe turinyuma .

  • @nice6372
    @nice6372 Před rokem +3

    Abari mubarabu twari twipfuza konatwe twoshikigwa mukatwubakira izamake ntonto

    • @evelynenkurunziza287
      @evelynenkurunziza287 Před rokem

      Nibarabe bakidufashe kweri nkiya 30milio hoba arisawa

    • @victorg7280
      @victorg7280 Před rokem

      @@evelynenkurunziza287 Nikibanza ubwaco gisanzwe gisigaye kigugwa muma 30.000.000frbu.Ico ciyumviro cawe urumva ko kikiri kure

  • @dominiquensabiyumva9444

    Uribuka amajambo Umukuru w'igihugu yigeze kuvuga?

  • @dominiquensabiyumva9444

    Ni vyiza mugabo nukureba abagura amazu. Hariho nagasambuye imiryango yabandi kubera ubusuma

  • @nice6372
    @nice6372 Před rokem +2

    None twebwe

  • @gemhajaybadegey7026
    @gemhajaybadegey7026 Před rokem

    Komera cane