Prezida NEVA arahanura abarundi na cane cane indongozi kuvavanura n'ingeso yo kwiba itunga rya reta

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 11. 09. 2024
  • Umukuru w'Igihugu arahanura abarundi na cane cane indongozi kuvavanura n'ingeso yo kwiba itunga rya reta. Mu mwiherero yagirishije abegwa n'igisata c'idandazwa ry'isukari mu Burundi, prezida Evariste Ndayishimiye yagize ati: Abarundi dufise ingeso mbi yo gukunda "mangement". Ukuye umwe, uwo umusubirije aza asumvya na wawundi, yihutira kubaza ngo ndabira yahora arira he?...Dushaka gukira iyo "mangement" tuyivemwo".

Komentáře • 23