Mu Burundi hariho akarwi k’abasuma kifatiye ubutunzi bw’igihugu (E. Ndayishimiye)

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 17. 06. 2024
  • Imyidogo ko hari ubusuma buciye mu kurya ibiturire no kunyuruza amatungo ya leta ni yo yagumye igaruka mu majambo yagiye arashikirizwa n’umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye. Rimwe na rimwe akidogera abari bakwiye kumufasha ko ata co bakora ngo baburwanye.

Komentáře • 13

  • @sadikiasmani9231
    @sadikiasmani9231 Před měsícem +4

    Arasamaza abanyagihugu ataco akora na kimwe😂😂😂

  • @Burundi-257
    @Burundi-257 Před měsícem +4

    Eka ntaco akora … ni ukuvuga gusa …

  • @Burundi-257
    @Burundi-257 Před měsícem +2

    Ubwo ayandi baciye burira none ko azi abiba akabareka ntakubite urusase mumutwe nareke bamusaze nawe azobona pe

  • @emmanuelnibaruta5834
    @emmanuelnibaruta5834 Před měsícem +1

    Erega nuko mubavuga ntimubahane

  • @user-wo9fi2iu3p
    @user-wo9fi2iu3p Před měsícem

    Uyo si Perezida ni kirogorogo

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira Před měsícem

    Gushika uyu munsi, Igihugu cacu nta muprezida gifise. Oya pe !

  • @user-bn5ev3oq7l
    @user-bn5ev3oq7l Před měsícem

    Arakwiye kwicwa uyo mujinga ngo numutware

  • @Princetuyi
    @Princetuyi Před měsícem

    Akokarwi komutagafata ngo mugafunge ? Akokarwi kayobowe nawe. Ubundi urabibwira abarundi ngo babimaziki ? Urashakabashake inkoho bajye guhiga akokarwise ? Ubundi umaze iki ? Woe biba igihugu uri umuyobozi umaze iki ? Kirofa cyigipesident.

  • @Aiuoex
    @Aiuoex Před měsícem +3

    Uyo n'ikirofa c'umugabo. Ahubwo sinzi ico abasoda barindiriye kugira bamukubite coût d'eta

    • @laremontadaofficial2760
      @laremontadaofficial2760 Před měsícem

      Nta Coût d'Etat dukeneye mugihugu izatubayeko ziramaze ico zatwungukiye twarakibonye

    • @user-if2qg7wd1i
      @user-if2qg7wd1i Před měsícem

      Uyu ni comédie yingendera 😂😂 je ndamuraba nkamugereranya Na kanyomvya

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira Před měsícem

    1° igihugu kigira isura nziza canke mbi bivanye n'uwugitwara.
    2° igihugu kivugwa neza iyo n uwugitwara avugwa neza.
    3° igihugu kigira agaciro iyo n'uwugitwara afise agaciro mu makungu.
    N.B. MBE UBWO AHA IWACU, IGIHUGU GIFISE AGACIRO, UMUKURU W IGIHUGU CACU AFISE AGACIRO MU MAKUNGU ?
    M U N Y I S H U R E