#NkurunzizaCup2023

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 8. 07. 2023
  • #NkurunzizaCup2023: Defire ndende igizwe n'urwaruka rugera ku 4500 bavuye mu bice bitandukanye vy'intara ya #Makamba hamwe n'abandi bavuye mu ntara za Gitega, Muyinga, Ngozi na Bujumbura nibo batanguje ibirori vyugurura urukino rwa nyuma ruhuza Vital'o FC na Flambeau du Centre.

Komentáře • 5

  • @ericknduwimana3715
    @ericknduwimana3715 Před 11 měsíci +1

    Batambuka nkanje nkiri umupionier. Pioneer toujour?

  • @chadracknimbabazi5246

    Uno mwubahwa kuva Muntara nziza ya Makamba yubahwe twige kuvuga neza umuntu akihari apana kumuvuga neza atagihari urabonako apanze kandi ibintu abitegura neza amashi menshi kuri nyakubahwa Nyeniteka Reverien Ndikuriyo coup de chapeau 🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @burundishallsmile1day109

    Nyakwubahwa Ndikuriyo
    Patriotisme yanyu 100%🎩
    Iyi Nkurunziza Cup ni nziza cane ariko yamara...
    Kuyi politiciza vyica intumbero mwihaye yoguteza imbere Sport!
    tuze turatandukanya occasion ya l cohesion Social na occasion Politique .
    Urwo rwaruka iyo mupfuma muruha ibikorwa bijanye na Sport gusa!ahandi ho bidutesha ya Ngumba!

  • @sereveolivier5395
    @sereveolivier5395 Před rokem

    let build a features Burundi proud to be Burundian ❤❤❤

  • @cvzx-2968
    @cvzx-2968 Před rokem

    Umuvyiwamatejka❤❤❤❤❤