Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Logo ya RTNB bishobotse mwoyigabanya ubunini kandi ikaja hejuru kuruhande ireke gukingira abantu. Merci
Mweseeeeeeeee mucubahiro canyu ndabipfurij amahoro ya Kristu nukuri nyakubaha urakoz ikintu kiremesha imitima yatwese hezagigwa
Biraryoshe cane kubona abarundi hamwe, Umukuru w’Igihugu canyu afise Urukundo n’Ikigongwe, Tumufashe guteza Imbere Uburundi no guhuza abarundi nakare turi bamwe bana b’Imana Imwe 🇧🇮👌🏾🙏🏽🙏🏽
Ikiganiro ciza kirimwo inyigisho nziza👍👏👏👏
Ohhh President wacu afise Ubuntu, Urukundo n’ubwitonzi 🙏🏽👌🏾
Abarundi bashime Imana yabahaye umukuru wigihungu muzima pe knd imana imukomeze akomeze kurwanya Amacakubiri
Kazeeeeeeekazeeeee mubu birigi. yemwe ;vyizacane❤
Wawo ndagukunda perezinda wacu wubahwe
Eh Uburundi ni bwiza kweli. President aratwenza.
Vyoba vyiza mugeragej kuja murashirako ibi biganiro juste bikiba niho ababakurikirana na cane cane abarundi bari hanze bohurumbira channel ya rtnb.....Murakoze.....
Gucci gangster 🤟🏿
Smart
Vyiza cane ,ibiganiro nkivyo
Leta yu Burundi niyorohereze Western union kuko biragoye kurungika amahera mu Burundi.
Imana uhezagire umukuru w'igihugu
never i love you my president
💚❤️ & BlancPatriotismo ✊🏽💯🇧🇮
Shetani yaragerageje na Yesu kabisa. None yoba arinde Shetani?
IYO NKENDE NYA HUTU
Logo ya RTNB bishobotse mwoyigabanya ubunini kandi ikaja hejuru kuruhande ireke gukingira abantu. Merci
Mweseeeeeeeee mucubahiro canyu ndabipfurij amahoro ya Kristu nukuri nyakubaha urakoz ikintu kiremesha imitima yatwese hezagigwa
Biraryoshe cane kubona abarundi hamwe, Umukuru w’Igihugu canyu afise Urukundo n’Ikigongwe, Tumufashe guteza Imbere Uburundi no guhuza abarundi nakare turi bamwe bana b’Imana Imwe 🇧🇮👌🏾🙏🏽🙏🏽
Ikiganiro ciza kirimwo inyigisho nziza👍👏👏👏
Ohhh President wacu afise Ubuntu, Urukundo n’ubwitonzi 🙏🏽👌🏾
Abarundi bashime Imana yabahaye umukuru wigihungu muzima pe knd imana imukomeze akomeze kurwanya Amacakubiri
Kazeeeeeeekazeeeee mubu birigi. yemwe ;vyizacane❤
Wawo ndagukunda perezinda wacu wubahwe
Eh Uburundi ni bwiza kweli. President aratwenza.
Vyoba vyiza mugeragej kuja murashirako ibi biganiro juste bikiba niho ababakurikirana na cane cane abarundi bari hanze bohurumbira channel ya rtnb.....
Murakoze.....
Gucci gangster 🤟🏿
Smart
Vyiza cane ,ibiganiro nkivyo
Leta yu Burundi niyorohereze Western union kuko biragoye kurungika amahera mu Burundi.
Imana uhezagire umukuru w'igihugu
never i love you my president
💚❤️ & Blanc
Patriotismo ✊🏽
💯🇧🇮