IKIGANIRO UMUKURU W'IGIHUGU YAGIRANYE N'ABARUNDI BABA MU GIHUGU C'UBUBIRIGI IGICE CA GATATU

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 3. 03. 2022
  • IKIGANIRO UMUKURU W'IGIHUGU YAGIRANYE N'ABARUNDI BABA MU GIHUGU C'UBUBIRIGI IGICE CA GATATU

Komentáře • 77

  • @jescahkayitesi6636
    @jescahkayitesi6636 Před 2 lety +6

    Wawooooo Ubururindi hejuru cyane, Perezida hejuru cyane🙏🙏🙏 love from Rwanda

  • @claudineali3561
    @claudineali3561 Před 10 měsíci +1

    Muvyeyi tsinda imana ikuturindire ❤

  • @luckymbonye4183
    @luckymbonye4183 Před 2 lety +5

    Kuko uturi imbere vyose bizoshoboka, turagushaka naywe uzotugendere natwe nyene icubahiro muri SA🙏🙏

  • @vicky158
    @vicky158 Před 2 lety +3

    Notre Président Son excellence Président de la République du Burundi a de la Sagesse divine, que Dieu le Tout Puissant vous protège, vous fortifie, vous remplisse toujours la sagesse comme il l'a donné au Roi Salomo.

  • @Keza0077
    @Keza0077 Před rokem

    Muvyeyi wuburundi ndakunda bivuye kumutima ivyowakoze muburundi igihe gito mutwaye vyarankoze kumutima .none IMANA yomwijuru ikurinde numuryango wawa.soyez Béni

  • @elagritour-turage7666
    @elagritour-turage7666 Před 2 lety +10

    Umuvyeyi wanje afise imyaka irenga 80 yumvirije ijambo Neva (Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Varisito NDAYISHIMIYE) ashikirije Abarundikazi n’Abarundi aca avuga ati: *EWE MANA, EKA URI PREZIDA KOKO*.

  • @rosalienahimana8425
    @rosalienahimana8425 Před rokem

    Urakoze cane uravuga nuko ubwira abatakumva baza twebwe tukubwire ukuntu togowe.

  • @chrisshakur5240
    @chrisshakur5240 Před rokem

    Président ndagukund vrm urikusubiz ibint numwany mumyakitanu turajabuj yorodan twinjir igihugu cisezerano iman ikuzigame ushikamam mumana

  • @jeanclaudenibaruta171
    @jeanclaudenibaruta171 Před 2 lety +7

    Notre cher président est vraiment l'unique au monde : sa sagesse, son intelligence, sa bonté, son humilité, et son esprit exceptionnel d'un homme réunificateur et transformateur, etc ... devraient changer la mentalité et inspirer tout Burundais à travers le Monde!! Nous te souhaitons longue vie , protection Divine et beaucoup de succès dans tout ce que vous entreprenez pour la pérennité de la paix et le développement de notre cher pays le" Burundi".

  • @nahimanamana9532
    @nahimanamana9532 Před 2 lety

    Urakoze muvyeyi wacu waje urinyishu yibibazo vyabenshi imana ikurinde ndagukunda🙏🙏🙏🙏

  • @n-ally250
    @n-ally250 Před 2 lety +4

    YOU'RE MY INSPIRATIONAL PRESIDENT HIS EXCELLENCY EVARISTE NDAYISHIMIYE🙏

  • @fatiyananzeyima
    @fatiyananzeyima Před rokem

    mungu akubariki samurangw

  • @allahakujazekheriwowww5694

    Urumuvyeyi imana iguhezagire🙏

  • @user-tr6qw8wx4c
    @user-tr6qw8wx4c Před 2 dny

    Umukur wigihug hejur

  • @samuelnizigama9362
    @samuelnizigama9362 Před 2 lety +2

    Raisi wetu nakubali sana mimi tanzania nakufatilia sana nakubal sana na nakupenda sana

  • @josephitangishaka960
    @josephitangishaka960 Před 2 lety

    Go ahead my President Neva. Amen

  • @amosmunezero9958
    @amosmunezero9958 Před 2 lety +4

    That's it! mindset, we Burundians defnitly need to change our mindset in so many aspects!

    • @fatumantirampeba8186
      @fatumantirampeba8186 Před 2 lety

      Urasara.mumutwe.evarisito.nutembagare.ugende.ubisabandiba.geragezentavyuzigutwara.igihugu.???

  • @freetimetv9598
    @freetimetv9598 Před 2 lety +3

    RTNB bwir Mr président aéroport international de Buja hari ngorane trop 🙏🏿🇧🇮

  • @MusengayireClematine
    @MusengayireClematine Před 24 dny

    niwowe muyobozi twemera komerezaho nukuri

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 Před 2 lety +8

    Iyurikuvunga nkibi nfatwa nikiniga cumunezero😭😭😭

  • @nkundajimmy4881
    @nkundajimmy4881 Před 2 lety

    Nyakubahwa H.E Ndayishimiye Evariste uri umuhanga kd uwiteka Imana yae ikurinde

  • @niyonkuruelia6814
    @niyonkuruelia6814 Před rokem +1

    Nitwa niyonkuru eLlx ndikigari murywanda ndumurundi perezinda wacu ndayichimiye narambe sagarare murakoze

  • @fatiyananzeyima
    @fatiyananzeyima Před rokem

    ndagukunda samurangw

  • @lasardbahondi8756
    @lasardbahondi8756 Před rokem

    Urumuvyeyi atagira agasembwa pee!! Nukuri Imana ikujimbere nawe ujimbere yabarundi twese,nkasaba nabarundi guhinduka,nokugutega amatwi ham duhinduke,ham nkabasaba gukemura ibibazo vyaba police nabasoda,cane cane bato bato,imigisha nimihezagiro kubarundi bose bumutima.

  • @eliasbaranyikwa-we5uj

    Banyakubahwa bayagire kuko ibiyago nivyo vyubaka ahatagira ibiyago ntabumwe vuba buhari murakoze cane.

  • @aronnkeshimana2956
    @aronnkeshimana2956 Před 2 lety

    You the best Mr president NEVA Burundi 🇧🇮❤️💚❤️💚❤️🇧🇮

  • @tuyigineonesphore3821
    @tuyigineonesphore3821 Před 2 lety

    Nyenicubahiro ndafise icizereko uburundi buzogera kura bivanye n'Imana murikumwe .kandi birampimpaye.

  • @niyizompozaalbert5930

    Muranezeza vyukuri twaridushaka Abavyeyi nkamwe muzi gutsindagiza iyavunitse.

  • @user-du1cy4nq3v
    @user-du1cy4nq3v Před 7 měsíci

    I mana iguhezagire cane gone ijambo ubashikirije niryuri kuko naravyobe narimfise imyaka cumin ibri

  • @emmasunzu-ardley4493
    @emmasunzu-ardley4493 Před 2 lety +1

    Ibiganiro biryoshe cane. Yotugendera U.K. twoshima. Iciyumviro ca politique de prise en charge yabana bari muri prison ni ciza cane. Bakeneye ababifisemwo experience twofasha.

  • @cedricniyonkuru4436
    @cedricniyonkuru4436 Před 2 lety +2

    Aka numéro ka son excellence nanj ndagakeneye

  • @alextuyishime8253
    @alextuyishime8253 Před 2 lety +5

    Uyu eva numugabo kabisa,abarundimurabagabo kabisa,mugombakugirinama urwanda kabisa

  • @pascalirihose1999
    @pascalirihose1999 Před rokem

    Muze ubahwa

  • @wilsonngilimo8744
    @wilsonngilimo8744 Před rokem

    Hongera mweshimiwa

  • @safariphilippe1180
    @safariphilippe1180 Před 2 lety

    Wiser president,God bless you mr President,

  • @jeanboscondikumana8489

    Hanyuma kukijanye no gusaba ideni muri Banque Mondiale canke Fonds Monétaire International nivyiza ariko vyoba vyiza mugishoje inama inzobere mubijanye n'ubutunzi( nk'akarorero Dr Rusa Bagirishya aho mugihugu kibanyi c'Urwanda,) amatwi ansumira amadeni atangwa n'izo banki asa nayasubiza inyuma iterambere ry'i bihugu vyacu.
    Murakoze.

  • @user-qi2qh6fu9n
    @user-qi2qh6fu9n Před 8 měsíci

    Vega u

  • @catherineburundi4982
    @catherineburundi4982 Před 2 lety

    Ndagukunda president. Wacu rambaaa

  • @niyizompozaalbert5930

    Nukuri Nyene Icubahiro ntaco mudakora kugira tugere heza cane

  • @mixstarboy992
    @mixstarboy992 Před 2 lety

    Kwel kabisa 🇧🇮🇧🇮🇧🇮✍️✍️✍️😭😭😭🇧🇮🇧🇮

  • @niyonkuruelia6814
    @niyonkuruelia6814 Před rokem

    Perezinda wacu turagukond

  • @dddiii2330
    @dddiii2330 Před 2 lety +2

    Muradufasha natwe turi mumahanga twaguze parcella zo mumaramvya none batubujije kwubaka ngonimpaka wewe président uzekuduha uruhusha. Rwokwujaka

  • @johnqueen4008
    @johnqueen4008 Před 2 lety

    *Muri África yose uyu niwe mu president ndigukunda kweri Imana imuhezagire imurinde ababi*

  • @uwitonzefelicite1013
    @uwitonzefelicite1013 Před 2 lety

    IMANA yo mwijuru ibahumugisha.

  • @mixstarboy992
    @mixstarboy992 Před 2 lety

    Buchanaha🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @wilsonngilimo8744
    @wilsonngilimo8744 Před rokem

    Nya kubahwa prezida ndangusavye ukuri kuri mukuja aha bona kuko izara muburundi kweri ungwaruka turi inyuma yanyu kuko tufise ubumenyi two Ana iwachu imburundi

  • @nesstv8029
    @nesstv8029 Před 2 lety

    Good President, but all you need is to create companies ,so people can have jobs and pay taxes

  • @burundishallsmile1day109

    ✊🏽🎩

  • @dddiii2330
    @dddiii2330 Před 2 lety +1

    Murampiyonimero ngaha

  • @richardndikumana3959
    @richardndikumana3959 Před 2 lety +1

    Muratubariza urupdfu gwagalère EC
    Z

  • @ngundachris7598
    @ngundachris7598 Před 2 lety +1

    🇧🇮 bwubahwe

  • @NdayisabaEzeckiel-vz9dx
    @NdayisabaEzeckiel-vz9dx Před 9 měsíci

    Président wacu uri mwiza kuko ndakunda inyigisho ariko utwibuke tugorewe mubuhungiro kandi twivpfuza kwitahira mubihugu iwacu

  • @kumurundi6120
    @kumurundi6120 Před 2 lety +1

    💧

    • @thomasndayikeza5869
      @thomasndayikeza5869 Před rokem

      Nyakubahwa nkuko twakwizigiye n'imana ikakwizigira turagusavye mukwerekanako atawurengeye ubutungane manza uhane uryamutegetsi urakoze ibara ryokwica umukenyezi mungagara

  • @fmalin7136
    @fmalin7136 Před 2 lety

    Vyabaye iteka ry agatangaza twaronse inyuma y iyi myaka yose twari tumaze atawacu aza.
    Komera komera natwe tuzofasha mu vyo dushoboye.
    Mwatwishuranye ukuri ku bibazo vyose n akatari bwaboneke mu burundi.
    Hezagirwa nyakwubahwa

  • @yvettegakima2211
    @yvettegakima2211 Před 2 lety

    Ni vyiza ko are connaissa ko U Rwanda twateye imbere!

    • @Nikiza.Bellansine
      @Nikiza.Bellansine Před měsícem

      Mbemwebwemuteyimberegute. Mucaro. Bicwenimyandaninzara. Muritwenga

  • @fatiyananzeyima
    @fatiyananzeyima Před rokem

    🫶👏

  • @erickgeorge8883
    @erickgeorge8883 Před 2 lety +2

    Komerakomer,mutam,esi,abarundi, twese,twohinduk,tukagir,umutim nkuwaw

  • @othmanndayishimiye8416

    Komera mutama uravuga ijambo nkumva umunezero kabisa

  • @richardburengengwa6998

    Nyakwubahwa abarundi nti bumva fata inkoni twubake igihugu catwibsrutse.

  • @inkoranetv
    @inkoranetv Před 2 lety

    Biteye ubwoba ariko bigaragaza impamvu bamwe bakomeza GUKIRA cyane ABANDI bagacyena cyane!!!
    czcams.com/video/22uvAI7pHP0/video.html

  • @richardismail5145
    @richardismail5145 Před 2 lety

    reka ububeshi😂😅😢

  • @phocasndayikeza2892
    @phocasndayikeza2892 Před 2 lety +3

    Aho mutama ukomereze aho

  • @catherineburundi4982
    @catherineburundi4982 Před 2 lety

    Ndagukunda president. Wacu rambaaa

  • @harerimanaalexis1224
    @harerimanaalexis1224 Před 2 lety

    ivyo ukora vyise nivyiza turabishima ariko umuntu muto mwamutaye pee ntushobora kuvuga abamotar nabama tuk tuk namakinga ko batera ama accident ukabeterera inyuma yimuji aho badashobora gukora muvugako abarundi tungana ivyo sivyo raba mubikosore