part5:Ninko gusambanya umuntu yapfuye||ndeze abana barenga 130, bose n'abana banje||uku niko biheze😍
Vložit
- čas přidán 12. 01. 2021
- mwarakoze kubana natwe muriyi ntahe yuyu muvyeyi maman Rita canke soeur Sandra. uwifuza kuganira nawe mwibanga yomurondera kuri +25775940289
ukaba wifuza naho gukurikirana ibikorwa vya Ritha canke vya maison yiwe Mary Angel fashion house bakurikirane kuri instagram yabo
#+25775940289
mwarakoze kubana natwe muriyi ntahe yuyu muvyeyi maman Rita canke soeur Sandra. uwifuza kuganira nawe mwibanga yomurondera kuri +25775940289
ukaba wifuza naho gukurikirana ibikorwa vya Ritha canke vya maison yiwe Mary Angel fashion house bakurikirane kuri instagram yabo
#+25775940289
Kubera iki udashibora kuvuga mu rurimi rumwe? Birabish nukuri 🙄
Urakoze caaàaane.bless you
@@gogoizere2423 bitakunejeje urashobora kubireka nukuri
Umwe wese avuga mu rurimi yiyumvamwo kandi rumworohera !
Ba amahoro !
Ritha ♥️
@@angelrithamary6073 Intahe yanyu nukuri iraryosh kumviriz, gusa kuber ikiganiro cari mu kirundi, wari kuguma uvug ururimi bose bumva hano iwacu, si bose busa English.
Be blessed 🙏
@@gogoizere2423 nukuri siren vibes ntirashinga itegeko ryankira umutumire kuvuga ururimi ashoboye
Merci infiniment de nous avoir partagé votre histoire si touchante nukuri personnellement sinshobora kwibaza courage et la force mwagize pour nous la raconter dans les moindres détails...Nikintu gikomeye cane#Sachez qu'elle ne nous ait pas laissé indifférente et plus particulièrement les personnes boba bari retrouvyé dans la même situation que vous ( viol )et qui s'étaient ou se sont peut être désespérés,pour eux et pour tant d'autres personnes en tout cas j suis presque sûr qu'à 80%que grâce à votre témoignage si triste et si touchant leur a redonné une envie de vivre et qu'elles viennent de gagner des amies,des confidentes qui grâce à la prière et la foi,la sagesse... vont les aider à surmonter leurs moments sombres qu'ils traversent...Aussi Soeur Sandra tu es vraiment une maman incroyable rien qu'avoir Rita nukuntu yifata yiy'exprima et son grand et bon coeur malgré ubuzima yaciyemwo...Nukuri uri um maman wigitangaza pee!!!Umukama akomeze kubahezagira cane abandanye abaronsa inkomezi zo kubashikana kwihangiro ya vocation yari yarabashizemwo kuva kera
Hmaa Siren vibes mercii bcp namw cane kukuntu mudahengeshanya kuduha ama histoires adukorako kandi anatwigisha muburyo butandukanye...
Merci Kelly ♥️ sending love
Ritha ♥️🤍
Hosy this content fits u. Abarundi baryamany ibikomere ni benshi. Kip it up
Ibikomere bindasazwe ,Abavyeyi babarundi nukuri turakwiye kwiga kuganira nabanabacu,kk hari marque de communication.Sandra urumuvyeyi mwiza cane waraciyebugufi urasaba imbabazi ta fille nibintu bitabaho .biraryoshe cane kubona urukundo rurihagati yanyu❤️.God is good🙌🏿
Que Jésus bénisse cette famille
Waaaooouh ntco Umukama akorera ubusa🥰🥳
Umukama ni mwiza vrt,ndbihamya🙌
Merci beaucoup Hosy, et je dis o6 merci à cette famille....👏👏 Uhoraho abazigame kdii ashishikare kubahoza kuri blessures zahungabinije imitima yanyu💫💫☀️
Important - Uhoraho azobahe ijuru vraiment 🌟🙏🙏
Iyi ntahe ya Ritha na maman wiwe narayikurikiranye kuva kuri épisode yambere gushika kuyanyuma, bikaba vyaranezereye kubona Ritha na maman wiwe ubu bameze neza. Hosy, nawe warakoze cane kuba waritanze kugira dushobore kubona ama épisodes yose.
Hosy urumuntu mwiza vrt.Imana ighezagire
Imana ikora mugihe cayo🙏 je suis heureuse pour vous la famille Imana ibandanye ibakomeza impande zose ❤❤
Merciiii bcp pour cette émission. Imana ihabwe icubahiro kuba yarazigamye uyu muvyeyi n’umwana wiwe. Imana ibandanye ibahezagire.
@Hosy bravo et bravo d’avoir bien mené cette émission. Ntankeka ko mukubigana nawe hari icaruhutse mu mutima wabo.
Uvuzukuri kuba ufise ubuntu bitandukanye nokugira ubuntu gutanga imbabazi kumuntu atazigusavye ubawihaye amahoro umubabaro watewe urahera❤❤nabakunze cane❤❤
Kuva hiryayejo ndaba iyi ntahe, vrt Imana igira neza!! Nukuri nakindi novuga atari ukubasabira imigisha kumana mwese
Muvyeyi urintwar abo bavuga ntawutwar inda arisugi barek kubah basama birshobok ndabizi ndiho agukomeze nukur nuko ntagir ijuru noriguhay Imana irakwiy kurwiz abntu buntu nkaw muvyeyi urintwri
I was waiting this.
nukuri ni histoire ibabaje Gusa abantu turafise defaut yukutumva ububabare bwabandi tugatangura ku jugea twivugira ayamuhe. Que Dieu nous pardonne. Hama Sandra nukuri bikunz wogira centre yokumviriza abantu bagiz ivyo bibazo. Kuko je suis convaincu k hariho abandi bagiz ivyo bibazo ariko batagira ikibumva mm nabahungu bafatwa murubwo buryo. Nukuri Imana igushoboz gufasha iyo mitima ibabaye itagira ikiyumva. Birababaje caane.
Imana yarakozeeer kubafasha muraz murafash aband batarager kuriy ntambw mugezek mwarahezagiweee cne Imana ibah kuyikorer nez birushirije gusumba
Love u Hosy
Warakoze igikorwa ciza gufata akanya ugasaba pardon Ritha🙏
From the 1st part to the 5th, mumenyeko mwanyubatse. Natahuye vyinshi ku bwanyu muntahe yanyu. Hama ndabashimiye caaaane #Ritha et #SoeurSandra kuko muntahe yanyu mwagiye muragerageza gukebura cank gutanga impanuro haba kubavyeyi hamwe no kubana mbese no kubantu bose muri rusange. Umukama abahezagire cane. Nitugire Kristu.
Soeur Sandra,simbona uko nogushimira simbna ah nohera nah nohereza gusa Yezu agukomeze Kandi abandany akwitaho.hama Ritha ma p'tite,t'es comme moi,moi aussi c'était comme ça,ariko Imana ntaco ikorera ubusa.Ivyiza biri imbere kandi Imana ibandany ibahezagira kandi ibarinde Umuvyeyi Bikira Mariya abafuke umutamana wiwe.je vous aime fort 🥰❤️❤️❤️
Hosy mwakoze cane kuduha partie ikwirikira, imana ibandanya yivanga muvyanyu
Nukuri ndasubiyemwo mpore,biratangaje kwumva umuntu abwira nabi umuntu yamerewe nabi nkuko🤭
Murakoze kubwa histoire yanyu. Imana ibandanye ibakomeza
Wawouu Imana ishimwe kunkuru yanyu kk Imana itandukanye n abantu kk yabacishije aho yaba je kubaha umutima utandukanye nuwabandi ndahaye félicitation gusa shaka kubabaza Mukorerahe mbeho biraborohera gufasha abana nkabo bose gusa nabakunze cneee
Aaah Ritha ma petite, sinzi ico notangurira kukubwira,sindakuzi, Eka na ta maman ntawenzi .Imana izobahe iherezo ryiza, intahe zanyu zirandijije Ariko koko ziramfashije kandi iconzi coco zizokiza beeenshi. Maman Ritha ufise impano ikomeyeeee,kubabarira=gukora! Ritha mukobwa mwiza caaàaane vyukuri uri umumalayika, ukomeze gufasha abandi,ufise amajambo aruhura,aremesha ...Imana iguhezagire kandi Imana ikomeze kugukiza ayo ma blessures waronse ukiri muto. Maman Ritha Komera caaane Imana irazi igituma yagucishije murivyo vyose.Be courageous and blessings 💕
Amen
Emwee!!Birarenze vraiment ariko ndashimye Imana kubwanyu yabashobje kurengera ivyo bintu vraiment.Ndemeza neza KO atari inkomezi za Sandra canke za Rita zatumye bakira izo blessures.Jesus wenyene niwe abishoboza.So mukomere Imana akomeze kubashoboza.
Amen
Sending love
Ritha ♥️
Amen
Une soeur forte . Votre témoignage réconforte beaucoup qui ont subi un tel traumatisme psychologique mais qui ne peuvent pas témoigner . Courage à Vous Hosy !!!
Oooh quel histoire,
Partie 5 ,merci premièrement SVet grand merci à la Famille,Rita et sa Maman.❤
Gusa murambabaje uramuteruye kandi mama atanteruye nobafat❤❤❤❤❤❤❤🤗
Mwarahezagiwe abashatse kubagirira nabi baramaramaye, mrci pour ce témoignage mwubatse imitima mwinshi
Vous êtes très adorable Sandra, nnumwana wamureze neza umuha na courage yawe. Umukama abandanye abaja imbere. Intahe yanyu yubatse imitima myinshi❤❤❤❤❤
Imana ikirinde muvyeyi
Imana ibahe gukomeza gukomera
Mwarakoze gutanga intahe ndabakunda jenarabakurikiranye kuva kwisimbi rita courage harabandibababaye beshi IMANA niyo idutabara gusa
Komera cyane mukozi w'Imana ntacyaha wakoze Imana ishimwe kubw'umwana wawe isi nisi Imana ikomeze ibarinde ibafashe ibahanagure amarira ibarinde muri byose
Murakoze cane mama Rita e sa fille...muri courageuse cane knd Imana igume ibakomereza imitima.intahe yanyu iranyubatse numva nobipfuriza vyiiinshi sinobivuga ngo ndabimare.mwarahezagiwe cane
Sha Osy iyakariye ntigata uyomuntu nubwohoca imyak 1000 ntiyohinduka!!! Sandra nakomere!!!
Sandra na Ritha Imana ibahezagire gose ibahe amagara meza murambe mubone ivyiza vyinshi. Muri umugisha kuri benshi.
Histoire yubaka nayiravy 2days zose.Sandra ufise umukobwa wigitangaza Umukama yaraguhojej amarira kandi Congrats ko utaciy uheba vocation yaw Umukama akomez kuguha inkomezi zo kurera izo mpfuvyi .ndagusabiy Ijuru.Lov from 🇺🇸
Sending love to you and yours
Ritha ♥️
Amen
Sandrine 😘😘😘
Ritha ♥️
Temoignages ninziza. Mwarakoze kutugezako izi temoignages.
Murakoze. Cane. Mwihagane. Kwer
Pole dear Sandra God bless you...sending message from Oman coz I like Siren Vibes TV keep it up dear... Masha'Allah We like ur TV....
Niwigmire mu mukama muvyeyi nayo ubwenentegerwa ni ku mutima. Wewe igumire muri Yezu hama Mutima Mweranda abigushoboze
Ubunyn niho nari mpejj kuraba episode 4 narinz nzosubira kubona ep5 noe iraj ubun yoo ndaryohew womego ni film ndiko ndaraba muhezagirw
Mwarakoze cyane
Imana Nibaje Imbere kuko Intahe zanyu zizubaka benshi
Bravo aussi à Hosy qui a mené à bien l'émission. Courage
Yooo!bamufashekungivu☺️
Umwami Yesu abahe umugisha.muze mugire iherezo ryiza
Ariko nanje ndabashigikiye, sinumva umuntu atibonekeje Rita akiri uruyoya, apfume yandika n'agakete agacishe musi y'umuryango, Sinumva ico yoza gukora mur'unomwanya kabisa!
Umubisha,nuwukwinyegeza,ninuwokwiruka,arareka kwiyerekana.
Ndabakunda
Shaa iman'iguhezagire shaa masera iman'ishishikare ikwirure ivyo bibura mutima vya bagabo
Nyamishambara ya bagabo bakwankana inda umwana yakura icambu ca Rita. bikaza ngo bishaka umwana wagwo kuko yakuze ya ryoshe .baragahura nimana bakizwe bahinduke.
Iyo Umugabo agiye guter'Inda arabimenya🙄😴
🤣🤣🤦🏾♂️
Uwabikubwiye ni Umusazi ntakomeye!!
N'uko ntagira amenyo nari kukwimyoza😊💗
Girl Friends 👍🏾
Imana ihezagire ikoeze uwo muvyeyi n'umwana wiwe
Nukuri amarira warise Imana iyaguharureko nkukugororoka🙏
Bravo mes belles pour avoir le courage de temoigner,je vous aime 🥰❤❤❤
Ntakundi ico ndakubwiye iyo nincuti nziza wavyaye kandi nawe niwe vyishimo vyawe niwe uzogutwenza ubabaye uzoguhagurusta ishaje niwe azotuma wambara ukaberwa niwe atumye uba uwuriwe rekuba atamugabo ataha ngaho ntacobitwaye kuko muru muryango ukwiye
Gusubiranana numuntu yagukoreye ikibi nukwitamumuriro wagupfubije ubwakabiri ugusiga urumunyota
Hosy courage kabisa part5 kandi ya plus d'1h?N͙D͙A͙K͙W͙E͙M͙E͙Y͙E͙
Sandra na Rita je vous félicite bcp pour avoir eu le courage yo gutanga izo ntahe, kuko ntivyoroshe kandi mwafashije benshi. Nama mvuga nti umuntu akora viol akwiye kumanikwa ku giti nko kuri stade abantu bose bakarorera uko yicwa, peut-être vyotuma les viols ziteba zigahera. Bon courage pour la suite
God is a good fighter
Mana iyi ntahe irababaje bikwiye peeee
Uwo mubikira biragaragara nezako yahamagaw ni Mana vyukuri.uwomwana naw lmana yariziko azabaho ivyabaye vyabaye kubushake bwayo.
Hosy Courage sh ndagukurikiran cane wakoz kutuzanir abo Bantu beza
Imana iguh kuramba vrt amjambo aramperany
💝
Intahe yanyu yari nziza kubabumva ariko ntifashije abarundi benshi nkuko vyari bikenewe """nta Kurundi muzi?""
💝💝
Rita ndmusabiy umunezero uv kmana pr l reste d sa vie yciy mubigoy m'y god
Ibana ibafashe ntimuzomwiyumvir ngo ahave agaruka mubuzima bwanyu kuko niwe ntambamyi yibibaz vyose mwaciyemw numwana wawe😭😭😭
Abobantu rita nubu ubirinde
Akogakobwa karishima mukuvuga
Kavuga neza cane.
Très intelligente.
cool
Kuki uwo mukorwa yivugisha nkuwutazi I kirundi? Ubusirimu wibaza ko ari gusuzugura ururimi rwi kirundi
@@emmanuelnibaruta5834 oyaa,basha uyo mwana yevolue, mubintu vyindimi bitandukanye,kuki ubona ubwishime,ntubone ubwenge budasanzwe afise,murundi iyakenera kwishwima yahisha,ayo yabonye.
@@josephinegahugano6148 urakoze kunyishu🙏🙌
@@emmanuelnibaruta5834 🤣🤣🤣Nanj vyandez kl amba urumwiga kuvug nokuyima vyananiy kl kubera izindimi fra ingl kir vyose aravag
@@emmanuelnibaruta5834 ariko abantu muratweza nonewarikugira comment utumvise ivyoyavuze reka umwana yizekuri international school ivugire indimikuko arazizi mukhama
Iyi ni partie yakangahe ?
5
Walah sinari bwabone umuntu adatahura impamvu yabaye,mais kuba ivyo vyarabay bifise impamvu kand uy mwan yavutse nizer ko atitayemwo,yavuts kuk yar mubazotegerezwa kuvuga,niy mpamv iyo myidogo bagize yose bovyihoza
Sinzi ingorane ufise aho iri Egide ! Kuba ikintu gishobora kuba ciza caciye mu kibi ntibikubuza kubabara kuko imbere y'ivyo twoba vyose turi abantu !
Na Yezu Yarababaye
Yaratinye kandi Yari IMANA
Yaranasavye ngo Data amukureko i kalisi
Twebwe abantu rero sitwe twobura amarangamutima, ububabare...
Ndavye uko wagiye urishura nibaza ko wagize ikibazo (naho twese tubigira) bikakunanira uko uvyitwaramwo peut être ! Uvuga nkumuntu yihebuye ataco yumva agisigaje kw'isi !
Impore !
Uyo mwana yavutse kubera yategerezwa kuvuka,uburyo vyagenze nta mpamvu nimwe yo kubabazwa navyo kuko hari impamvu vyagenze kurya,soit bishobora no kuba vyavuye kuri wewe,kuko ury yabigukorey ntuce wibaza ko imbere y'Imana ari ikivume
@@egidenkuriyingoma8995 uragenda bagufate ku nguvu, canke umukobwa wawe ou même umugore wawe nimba umufise canke maman wawe canke mushiki wawe ! Hanyuma ugaruke kwandika ibi! Ba wisonera !
None se ivyo bitwaye iki?😅😅ugira ivyo nivyo bintu bibabaje gusumba kubura umuvyeyi,acha sha,wew nturatahura impamvu wavutse,burya buryo wavutsemwo nibwo wategerezwa kuvukamwo,kandi umenye ko ataho vyanditse ko uwihebeye Imana aca areka kuvyara,kandi iryo jambo kwihebera Imana rirakomey cane si birya ngo ntakuvyara ngo nzogum kubita ibisabisho,
@@egidenkuriyingoma8995 urafise ikibazo 😂😂😂😂😂😂😂
Intahe y'ububeshi gusa
hosy azokundonderere utange iyawe yukuri. imbabazi sinkurengerey arik wakabij🤔
Imana ikubabarire. Ufise umutima mworo
Je réponds à Ben Eric Yarankunze