Nakuze ntinya abagabo||Yuda yarantoteje nd'umwana muto||Nabona Ritha adashobotse, kurikirana part4😕😥
Vložit
- čas přidán 11. 01. 2021
- mwaramutse canke mwiriwe. turabizi muri benshi cane mwadusavye ngo tubaronderere suite y'inkuru yawa mu soeur yafatwa ku nguvu akavyara umwana w'umukobwa yitwa Ritha, twarabibakoreye ngiyi ntibacike.
PS: iki n'igice ca mbere. Ni ndende cane ariko twizere ko abo yafashije bazoyiraba yose bakayiheza.
muhezagirwe🧡
#soeursandra#rithamaryangel#testimony#part1
Ihangane muvyeyi Imana izogukiza.hama uyo mukobwa wawe agerageze kuza ariha amahoro musenge cane
Uzohore ubesha abatakuzi nyene. Mwe n'umukobwa wawe muzohore mubesha abatigeze babamenya nyene.
Imana ifise inzira zayo mukomere ariko mama ritha iga gutahura ntukavuge ngo ntutahura ingene umwana atabitora mw'ishule knd yatonze naw hari abadatahura ingene umuzeee.Imana ntitanga 100 pourcent uko tubishaka.
Ndabakunda Imana ibakomeze
Inda yùmunsi. Umwe ìbaho mwana wañjye yego sikenshi àriko ibaho
Imana ibakunda humura! ❣️
I can't wait kuraba suite. Imana ibandanye ibakomeza mubandany mufasha abarundi nabandi bumva ikirundi bababaye
Imana Ikomeze kubishimira muryango mwiza. Murasa neza caane😘
Iyi nkuru buri munsi uko nyumvise agahinda karanyica sinzi impamvu.Gahunda za bantu bihabanye kure n Iz’Imana.Imana yabaye muruhande rwanye.Uwiteka abishimire.🌻
Amen
Nyagasani abishimire
Zana suite please.... Une histoire très touchante...
Merci beaucoup Hosy👏👏
Murakoze kuri témoignages yanyu YEZU abandanye kubahezagira
Ritha gerageza use uravuga ikirundi gusa hariho ibiducika tudatahura maman Ritha,zurihangana abakokeza bategerezwa kubaho abantu batagira amasentiment ariko inyuma yokugeragezwa habaho kunezegwa 😊
Iyontahe iramfashij cne mwibereho mutababaye bantu banje
Nanje iki kiganiro kiranyubatse cane.Sandra nomubwira nti Imana imube Hafi mubuzima bwiwe kuko yabaye mubihe bitoroshe ariko kubwo Imana yari yarihebeye ntako itakoze ngo imusubize umunezero nukuri yirambire cane.Rita nawe ndamukengurukiy kuba atipfuza kumenya Papa wiwe kuko ntakamaro ko kumenya umuntu nkuwo iyo aza akire muto vyari kuba vyiza.
Abantu si beeeezaaaa weeee,Imana yarakoz kubakiza Rhita&Sandra
Agahinda kanyuzura umutima iyo ndigukurikirana intahe yanyu. Turetse n'ivyo mwaranyubatse kuko mu buzima burya ibibazo birasumbana. Nimukomere mu Mukama.
Intahe iradukomeza cne Imana ibandany ibahezagira bezaa❤️🥰🥰
Murazokwerekan abana mureze none
Ndabaramukij Hosy, iyi nkuru irababaj, ariko Imana ishimwe, Rita na Sandra muri intwarikazi pe. Nukuri mwijuru hari Imana, mbega Imana iri muruhande rwanyu ninde yobarwanya? Imana ibarinde.
Amen
Ritha ♥️
Ndabigiyeko vyishi. Mercii
Uno musi ni fire wallah 🔥🔥
Mwarakoze cane Hosy. Nubwo ari ndende iyi ntahe iraryoshe kuko umuntu ahigira vyinshi. Uhoraho abahe umugisha mwese yaba wewe wabahaye ikibanza bavugiramwo yaba bo kudusangiza ubuzima baciyemwo ntibiba vyoroshe kuyaga. Narimfise akabazo nimba bashoboye kukishura boba bakoze ariko bitanakunze navyo ntaco kuko umuntu niwe yimenya aho ageza. Nagomba mbaze nimba boshobora kudusangiza ubwoko bwubwo bugwayi mama Rhita yararwaye numva navyo ari intahe ukwayo kugira umuntu atahure ubugwayi bumwe na bumwe uko abantu babana nabwo ariko ni mu gihe bumva babohotse kubivuga bidakunze ntaco ntakundi. Murakoze mumbabarire nanditse vyinshi
Waow cool motivational story
Mukomere ndabakunda cane❤
ABO bantu ndabakunda trop hosy uzompuz nabo vrt ❤❤❤❤❤
Bisous 😘
Ritha ♥️
Hadithi hii ni muhimu sana na inagusa sana. Hosy, la suite svp
Iyi nkuru iragisha cane!!!
Bvjj
Nihatari umuvyeyinkuyo yoshumwana rwanwe urumogi
Ikiganiro kibandanye plz story très touchante
Hosy uri intwari waturondereye ikiganiro ngirakamaro twagikuyemwo icirwa n'impanuro ngirakamaro
Courage Ritha et ta maman, votre témoignage est très touchante.Imana ibafashe gukira vos blessures, birababaje gutotezwa nabo mumuryango.Merci Hosy
♥️
Ritha ♥️
@@angelrithamary6073❤
Glory to jesus kubona utapfuy
Sandra et Ritha je vs aime bokuuuuu❤️❤️❤️❤️😍
Sending you love
Emma 😘
Turagukunda natwe
Ritha ♥️
Yesu abahezagire
Mana ijyitabara abantu kbsa abagome barahari knd bazahoraho gusa uyu mubyeyi yakunze umwana we bihebuje knd ndabimushimira mujye mudusengera natwe tuzarere abana bacu bavutse murubwo buryo gusa iyo numva iyi history ndababara nkanarira Imana izampuze nuyu mu maman ndabakunda
Easy Tanti
Mwandikire kuri email address
Ni: kanyanasandra@yahoo.fr aragusubiza
Impore ♥️
Ritha ♥️
@@angelrithamary6073 murakoze cyane kibondo ndabikora
this story is very important. thx Hosy
Nibeshi bariko bafashwa 'n,intahe yawe nanje naciye numva ivyanje vyoroshe naciye ntuza pee!!
Bzuuu hosy uyumunsi ukoze ibikorinka
yooh bitey agahinda
Mdme Aloysie baramuvuze🤣🤣🤣🤣🤣
Dead😂😂😂😂😂😂😂😂
Ritha ♥️
Ego we jeho agenze ahantu😂😂😂😭😂
briana INEZA ntarahinduka?😂😂😂😂😂😂😂😂
@@roxenedukundane2556 hamwe yohinduka ngir ni mutima mweranda yoba ya mu manutseko😂😂😂😂😂😂😂
Ndanezerewe niyi Emissions
Ndumviriza cane intahe zanyu,ariko umuntu yahufashe kunguvu uravuga ngo aramurekuriye nyimba wara murekuriyentusubire kuvug ngo ntiwifuza kumubona ariko nyimba yarireze akabayarabohotse mwijuru naho muhuriyeye wovuga ntukeneye kumubona kurekura nyakwo nugusubira kwuzura nuwakugiriye nabi
🥰🥰🥰
Ibaze umwana aronka 2000fbu ya pocket money minsi yose yiga primaire agaca ataha umunsi umwe abona ikijumbu😅😅😅 pole sana Ritha
😅😅😅😅
🤗😂😂😂😂😂ibaze vrt 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ritha ♥️
yooh
None wew warababaye yuko wavutse gusa nejobundi utazasuzugura iso wakubyaye wishimira yoko kubaho atabyara
Yuda ninde?
Rita,si wawe ni Docteur yakurikirana mama wawe mugihe yararwaye!
Je dis so wawe...
Shaaaa!icakoze muraciye ubwenge kbs muri ibisinga bwenge i don't know yuko arikubera pass a way ya life mwaciyemwo mukiyakira muma struggles ys muga fighting nayo kushika mubaye success nayo mwaciye muba aba philosophy mr Brain yanyu mwese jewe i'm just writing your story for my Script of Films oneday i'll Player it kuko irareze canee kbs kandi irigisha gose ikanafasha kr benshi nka bs hama Ritha arayobeye mr mindset uburyo ateye wogira nibabana bavukiye iburayi nibo bagira Big Brain nkinzo ziwe ukuntu afise ijisho rikaze ryokuraba ibnt akibwira ivyarivyo kuva akiri muto thi Anothing Ritha that's no easy take a care of that seriously, not to everyone keep rap The SuperFamily🙏🙏🙏😇
Some business deal there 😂😂😂😂 make sure we agree with you doing that
Elsewhere, it can be as not expected
But through it all
I'm sending love and positive vibes
You can email us at
kanyanasandra@yahoo.fr for details
Ritha ♥️
Impore cane Ritha na Sandra. Ndabifurije imigisha n'imihezagiro myinshi.
Ritha woshobora kumbwira ahantu wigiye icongereza n'ishure rya entreprenariat ?
Nomuba garde malade bari iruhande nukuraba kwataribo bakugiriy nabi
Ntaco bimaze kuko ntawuri mumatohoza y'ico gipfu
Ritha ♥️
🤐
Iyo nkuru inyibukije ubuzima nabayemwo na nubu nkirimwo,je sais cq ça fait guterwa ibikomere nabawe gukira ibikomere nkivyo nubuntu bw Imana
😂😂Basha uyo muntu mwise Juda komumugize icamamare kuko dumva afise the Big party ya effect muri life yanyu Yabakomerekeje Interview ys irataguye ari Juda nkuko mwamwise iragira ariwe ari domimate muvyo mwagy muvuga in fact Yaragz iyi Party Interview kr vys niwe yarishigiyeko ama action yagy abakorera nawe yakoze Script yabakomeje nubwo yariyubugome so Ritha i just need reo ubukurikira muri next party utubwira bivanye nkuko wavuze yuko atabahugu wakururana nabo wabatinya gs nitubeshanye we're people twese vyatubayeho mugukura kwacu so just Noted this Qstion: mr adolescence yawe namuhugu mwahuye nawe ahowakuriye ukamukunda akagukurura nyn mugasa nkaho mwagenda mwuvanamwo so uzutubwire uburyo wabibayemwo na none kandi uzutubwire abandi bahugu bagusatiriye bagutera imitoma ugifise amaraso ashushe ign wabafata mukabana kuk nawe urumnt witubesha warakururwa numubiri ugifs amaraso ashushe ya Adolescente sivyo uzunatubwire uko abahugu ukunda igene baba bameze mugeso zabo nabo wanka igene baba bateye Hama PS: ibisi dabimusavye aze abituganireho vyiwe kugira abandi munzoze mwigize intampa yiyoshusho azotubwira yabatipe akunda ukobameze so nukugira ngo agire kimwe naco azotwigisha bifatanye na spirit yiwe yatubwiye Testimony yigene ameze plz answer me next time Thanks. The SuperMans Family🙏🙏
😂😂😂😂 sinzi igituma hosy yavuze ko nanka abahungu
De nature, ntawe nanka
I don't have the spirit of hating
Comfort zone iyo umuntu akura, kandi agakurana purpose irahava
Uriga, urakosa, urakura... Abahungu n'abantu nkabandi. Nibazako nabivuze. Hariho abagabo babi, comme hariho n'abagore babi
Umuntu ntaba mubi kubera genre yiwe aba mubi kubera personnalité ou caractère asanganywe ! (Ntimunyumve nabi)
Gukunda c fait partie de la vie
Nubu ndakunda ! Ntibimbuza kubona ko umuntu kanaka ari mwiza...kuko hariho ibintu biboneka ku maso ! Murivyo, ubwiza burimwo
Sinohakana rero ko I've never met anyone attractive 😂
Last, gukunda nibintu biba mu muntu
Uwudakunda nawe ntaba yikunda
Kuko uwikunda, akunda abandi 🤗
Ibisigaye make sure you inbox on IG
aafricangem3
Sending you love
Ritha ♥️
Akandi kabazo, uko numvis les parties zahez, uwamufash ku nguvu yari uwa hafi, none mu bantu bagendera aho ma soeur yaba, muriko mubaraba nta numwe yoba afise agashusho ku mwana kugira basi umuntu amwikeke?
Ico kibazo naje naracibajije! Ariko ntibikenewe kuko ntawe bashaka Kandi kwikeka naco Nicaha ntiwuz, uratunga uruti umuntu atacemeza ufise! Azokwizana wenyene imana Haruko ubigenza bikemera! Kandi ndi sur niba ariho ntamahoro afise! Kiretse yishikanye agasaba imbabazi Kandi I bikomere vyokira bamubabatiye biensur! Bose uko ari3 bobohoka! Niko ndavyibaza
Ntakintu nakimwe bivuze ncuti yanje ! On ne donne pas une place au diable kuko uwabikoze wese c un prototype de démon 🥱
Ritha ♥️
Ntibivuga none??
Biravuga
Gura iyindi phone
Habuze uywatuzo, yashatse kuvuga umwidondoro
@@sirenvibestv ndagize mwiriwe.mwoshobora kumpa contact ya Soeur Sandra
Akabazo gato, natangiye kwumviriza kuva mutangura, nabaza ati ko Imana idusaba guharira, nkubu uyo muntu yafash ma soeur kunguvu akaza asaba imbabazi ati ni jewe nabikoze, rero ndabuz amahoro, mpisemwo kuza gusaba imbabazi Sandra na Rita, bomufata gute? Bovyifatamwo gute? Mwomubabarira canke? Si une fois mumubabariye les relations zoba gute? Mumubabariye agaca avuga ati ngire ndihe vyose vyareze umwana kandi mbandany mufasha, mwovyemera?
Mpore Sandra na Rita mwarakomeretse cane ariko Imana izobahoza kko ntacabaye itakizi kndi turashima Imana yashatse gicisha message iwawe yari yabonye umutima wawe kuzoshobora kuvyakira courage témoignage yanyu iriko irafasha benshi je vous félicite ,Dieu est là pour vous
Akabazo gato ,Rita ufise quelle âge? Tu aimes quoi dans ta vie gushika Ubu à part gusenga kko ivyo nivyanyu na maman
@@gaudencekaneza4359 😂😂😂😂 19ans by now
Nkunda guteka, kwandika, the thought of having a blissful family, having fun, chilling, intentional discussions, abana... I cannot list everything i like 😂😂😂 music...
Ritha ♥️
On a tout pour payé tout 😂😂😂😂 il a pas besoin de payer mes frais kuko il l'aurait fait dès le début
Sinzi ko mutahura umuntu agufata kunguvu inconsciemment, hanyuma akaza kwirotesha 😂😂😂😂avuga ibitagira sens...
De ma part, ntaco twovugana kuko sinzi gu faking relationships...
Nimba ashobora no gusoma comments,
Ivyo yomfashisha nabigirire abakene kuko kwoba ari ukumanuza IMANA🤗🤍
Ritha ♥️
Kubabarira n'urugendo , ntabwo arahagera Kandi ntabwo ritha Ari mwikosa kudahita ababarira
Mrcii knd noe Yuda aracabaho ntaraza naw gusaba imbabazi?
Ni muzima 😂😂😂😂😂
Ritha ♥️
@@angelrithamary6073 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣azojeregereta sha mureke