Temoignage de Vanessa MUGISHA WIESE " INYUMA Y' UBU BUZIMA HARIHO UBUNDI BUZIMA"

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 24. 08. 2024
  • Ukuntu Imana y amufashije mubihe yaciye mwo vy ubufakazi.
    #intahe #deuil #temoignagechretien #imana #burundi #lamort #urugo #kurongogwa #urupfu #gukomezwa #kubaka #kwihangana #kwizera
    music: www.bensound.com

Komentáře • 20

  • @stevenjoshua1894
    @stevenjoshua1894 Před rokem +2

    Courage Vava uri intwari ikomeye caaane turagukunda Yesu akuje imbere.

  • @angeliquetuyisenge7259
    @angeliquetuyisenge7259 Před rokem +1

    Urubatse umutima wanje Vava Imana igiraneza ibandanye ikubahafi

  • @lioneldumbo8625
    @lioneldumbo8625 Před rokem +7

    Du courage ma vanessa nukur ndakwigirako vyinshi t es une brave femme knd vuba cane Imana izokwirura iguh urund rugo rwiza @tine@

  • @brendakeza4407
    @brendakeza4407 Před rokem +4

    Ikimfashij muriyo témoignage nkuyemw ikintu cokuba positif god bless u vava yesu aracarikungoma yesu yamuguhay niw azi ivyiza biri mbere yaw

  • @ruthmuhayimana6197
    @ruthmuhayimana6197 Před rokem +1

    Komera Vanessa yesu arakuzi kd aragukunda

  • @lyseburundi4309
    @lyseburundi4309 Před rokem +4

    Warahezagiwe Vanessa ❤
    Take all the time that you need to grief over your husband it’s normal to feel pain... Imana yagukoreye bimwe vyambere ntaho yagiye Nubu iracariko irakora💐💐
    Amarira yose uriko urarira irayazi👏🏽👏🏽Ndasenga isubire iguhe I ndirimbo nsha

  • @irankundagagale6533
    @irankundagagale6533 Před rokem +1

    Ka Vava kanje t’es admirable et courageuse 🥰😍❤️

  • @menyeshamagazine9719
    @menyeshamagazine9719 Před rokem

    Amen Imana ikugirire neza caaaane

  • @emelynekigene3364
    @emelynekigene3364 Před rokem +2

    Bandanya ukomera mukobwa wa Yesu

  • @Adonai534
    @Adonai534 Před rokem +1

    Eh! Nari ngize ngo turabandanya inkuru muri Français !!
    Imana yagiriye neza Vanessa

  • @rosinedusabe5320
    @rosinedusabe5320 Před rokem +1

    Imana ibandanye iguhe imbaraga, tu es une femme forte

  • @fleurlydie6930
    @fleurlydie6930 Před rokem +4

    Dieu est tellement mervelleux🔥🔥🔥❤❤

  • @nkunzimanasandrinenkunzimanasa

    Vanessa nari nishimwe ku ntahe narimbonye ubwambere ariko naho mbonye iyi nayo ibabaje ariko komera ku bakunda Imana vyooose bifadikaniriza hamwe kutuzanira ivyiza ivyiza humura.

  • @syperensg4773
    @syperensg4773 Před rokem +2

    Imana vanesa yamubaye hafi

  • @ornellaigiraneza9403
    @ornellaigiraneza9403 Před rokem +2

    Force à toi Vanessa things don’t happen to you they happen for you igufitiye imigambi myiza pour ta vie ❤

  • @cynthiairakoze9222
    @cynthiairakoze9222 Před rokem +1

    God Bless youuu Vava🥰

  • @ella.ericanibigira701
    @ella.ericanibigira701 Před rokem +2

    💕💕💕

  • @temoindelalumiere4511

    benedictions