Ayo ma commentaire yose muriko mutanga siyo kk Reverien yama yasengeye muyandi ma Paroisse kd nama réceptions akauajamwo ,nn Aho niho honyene Imana iri ,biboneka ko hari akamibakiye nawe dusanzwe tuziko atarungurukwa mu bwonko
Uwibaza ko Hon Reverien ivyo yakoze ari ikijuju kwoba ari ukwihenda, bacumugani mu Kirundi ngo amafuti yumugabo nibwo buryo bwiwe. Murihenda cane ntamu Col ahagarariye umugambwe utwara igihugu ibyakorwa ari ubujuju ntimwibagire ko afise documentation imurabira vyose. Mwitonde
BURURI/MAKAMBA? Ibibazp vyinshi ku gihugu c'Uburundi Urupfu gw’umumenja Simbananiye Artemoni/ turufata gute? n’amabi nzi yakoreye igihugu / akagenda ata na kimwe abajijwe/ ukumva n’abatutsi b’abahima bariko baratuvyina ku muvyimba / bandika ko yari intwari n’incabwenge ikomeye / yahawe amabanga akomakomeye mu ntwaro y’igihugu c’UBurundi/ … mw’ishure / azokwigishwa nk;iki / abakiri bazobwigwa iki kuri bene ayo mazina ya ba simbananiye/ ba micombero/ ba Buyoya bishe ab oba gahutu Remy/ ….. ibibazo vyinshi/ vyinshi cane…. Kandi leta y’Uburundi yitegure kuba ari yo yishura ivyo bibazo…. Kuko ni vyinshi / ,,,,ubutungane…. Imigenzo…
Imana yama yigaragaza .Ntiraba igitinyiro c'umuntu ntihengama. Ihabwe icubahiro .
Shetani ntihura n'Imana
Imana ni bigirwamana ntibibangikanwa
Nivyaha vyishi,. Kuko yarari ahantu hari Imana ibimurimwo bizirana nImana
Mu vyo uvuze numva yarasangiye yanka kurya indya !
Yariko aramedita ku majambo y'Imana !
😂uri gito
none muvyo watweretse Reverien ko ataboneka, ntubona ko mu mutwe wawe huzuye ibinyoma gusa vyo gutyoza abantu. uri ikigugu gusa c'umu CNL
Mugisha ntabesha ahubwo wew usa na reverien
Réverien ndamwemera ❤❤❤❤100/100 at gute?tugiye gusenga ntituba tujanwe n'inda:ijambo ry'lmana rivug riti umunt ntaturw nivyokurya gusa nijambo ry'lmana riragutunga rero yashatse kuberako ibibanza vyiteka birimwijuru
Gusa ivyuvuga ntavyo Uzi abatamba mw'isengero siwe bariko barigina.bigina Imana.
Mwanyoye ibondo!!! Umupadiri n'a musenyeri nibo bapanga holaire yumubahwa nkurya!
Nukuri IMANA imuhezagire YONGERA imurinde Shetani! Kuk Icimani yamushakako yarakirangije ivyobibanza navyo biruta ivyomwidengero uragenda nawe uvyicaremwo ninbabatararonka abavyicaramwo
imana=: Imana Aho hejuru
Yari akeneye kwigumira murushengero imbere y'Imana😂😂😂😂😂
Suuuko
yafashwe n'umubabaro kubw'igihugu Kiriko kirasubirinyuma arumuyobozi ariko araraba yariko ashikiriza Imana umubabaro afise mu mutima yatinze mu rusengero yereka Imana amarira y'abarundi arimwo asengera
Yarabasengeye Koko guteza Abaturage ni Gihugu Imbere ntibiva mumasengesho bivamugukora cyane ibyoburi Muyobozi ashinze ubundi Imana ikabibiha umugisha
Agaca avyerekana muri ubwo buryo???
Erega mungoro y'Imana sikirimbiro ryama dayimoni Imana izobagaragaza polepole
Nukubera padiiri yamubujij gusangira ngo hasangir abiteguy nawe rer umugore ntiyamuteguye😂😂😂rer yagumy amaramara😢😢😢
Birababaje , iyaba yesu yarahari yaranabarimwo barabasabira imbabazi kumana bakobaha imitsima bose bagasangira , aho ntakantu mwunva ??? Mwibazako harimwo abera nkayo makanzu mbonye 😢😢😢 amacakubiri mubantu , no guciranira imanza bavyihane .
Wamubesheye.imisa na reception ni kihe gitangura ko wavuze ko bamubujije gusangira Kandi inyifato yagize vyabaye imisa iheze vumva ivyo wavuze bijanye?
Wewutanziyinkuru wobawarabajije abobariko bamuhagurutsa ijamboyabishuye kirazira kwinjirirumuntu uwosumwana arazicakora
Utagira ivyaha nagume amuvuga. Uravye ingene udendekeranya ibintu biraboneka KO uriko urabesha
Nsanze udakwije neza Daniel bwabundi mumutwe vyaragucanze
Pha nabi ya zege😊
Sivyo n'a gato,yarasenze munyuma aja muri réception niho twari. Rer reka gucafuza umuntu
Ewe urumubwa p, none nkah uvuz ik , j ico numvis nuko batagushize muri CP erega CP siyagatoreka.
Aba dd !!!! Ntabo twamenye aho uribwiye,ngo amanyanga: Emera utwarwe n'abizigiwe n'isinzi ry'abatoye neza ,n'ubu nta digidigi izojamwo ubeshe ukiriko 2025 irashitse mujuragirike nka mbere
Ndamwemera abantu si abo kwizigira.Yakozevyo.
Uri ikijuju ,none ikosa yakoze niryah?hariho impamvu yabikoze kko naw sikijuju,
Rekububeshi warabonye Aho angrika ni ijagusangira muriwanijujuwe karwamwise
Iyi nkuru yawe ntitomoye none bamuharugutsa isangira ryaranda ritaraba nahora nkurikira ibiganiro vyawe ariko iyo nkuru ntiwayireguye neza.
HYPOTHESIS 1: yibajije ko abakozi b'Imana bahava bamuha ishano agapfa, ubona ko atinya gupfa, ivyo akabibwigwa n'amangetengete yiwe akoresha;
HYPOTHESIS 2: ashobora kuba yibutse ingene yishe Kaburimbo kandi yabanje kuvyigamba bugatuma amata kuntebe bikanka kwaja mw'ikoraniro ry'abakozi b'Imana
HYPOTHESIS 3: Ubwenge bwaramujanye atakaza contrôle de soit même, ashobora kuba atamenya ivyarimwo n'inyishu ariko arishura (....)
ahubwo nsanze waragwaye wee mumutwe guko ivyo uvuze ntanakimwe numvisemwo kibi yakoze ahubwo urumusazi
Burya rero abasokuru batayamaze. Ivyo ubitumwa n'urwanko wanka umugambwe CNDD-FDD? Wibuke iyi myibutsa:
1. Inzigo y'innyo ntitobora isi.
2. Ishavu ry'imbwa riherera mu murizo.
Bandanya ubesha bagenzawe kuko bo baravyemera! Uzopfa wararushe ndakurahiye!
Yari akirorera abatamba agasimbo siko wavuze ko bariko barigina imbere yiwe ikindi aho binginga uwtabishaka iyobahitana uwuciye bugufi ntawariho ko Yezu avuga ati ntimutumire abatunzi gusa tekana yarinimpamvu yiwe ntakwinjirira umuntu sikazima yari yafunguye hamw nabandi ijambo ryimana ikindi ubeshe kirazira gusangira aho udasengera puuuuu
Twerek vidéo yerekana ivyo uvuze kwarivyo.hama imisa iheze kwari guca yitahira ntabindi
Ego ntitugomba ivyo atu ugira natange video twumvirize ntavug ko hatariho camera
noe yanse harico vyaribitwaye cnk yarivyo bashaka kumuha
Weho ubivuga warujejwiki mubirori urumubeshi bitwerek none mumu video vyaragucanz
Bwabundi urikijuju kwel . Noe guhaguruk suburenganzir bwie? Warasaz hasigayek wambar ivyats ukiruka
Yarikugifyiti ntimuze muranika kuba dd yanse kwinjira murubanza yarinuvye ngo bohava bamufyeta arik umuti wiwe urikuziko pe😊😊😊
Urakina Numuyobozi utajyayumva Amakuru mumutwe nizero ariremereza yumvaga nomurusengero ahayoboye 😂😂😂😂
Nihatari nugusengera abategetsi
Ivyoo nimba ariko vyagenze Imana nitabare kandi Aho nimba yaragararije musenyeri asha.........reka nigumye naje gusa birababaje
Mwabiboneyehe?? Kwariho twari kwatavyo twabonye urahumba sha
Muri bose wabonye Révérien
Murababaye ko mwari mwateguye kumuroga akavyicura akiyankira?Katolika ivyayo birazwi n'ivyo bakoze muntambara iBurundi n'irwanda ntibiribagirwa.
Nari aho mugabo ivyo kwanka kwicara mu kibanza ciza sivyo, yaragiye muri réception avayo hageze
Tangumuco urumvako hari ukurementanya
Ivyo bintu biragoye gutahura kimwe gusa Imana imuharire ivyaha vyiwe izomuhe iherezo ryiza
Jew ndamwemera nb Ubu nayo kugenda wasamye kazima yasenze
Nimba n'aba anglicane bahora basangiraa ,vyoba vyagenze gut ko iyo Mupatiri abakumira ntabwo nagomba gukumira Abo banyacubahiro. Erega nivyo vyoba vyamubabaje ati n'ibindi bavyisangije kd arivyo vyakamaro ,erega hari hasigaye ivyisi ivyijuru bavyigungany koko nawe uti"iyaja gusangira ntibamuha "Nn ko tuzi arumu catholique bamuhoriki?
God help u
Iyonkuru muyitondere harimwo kwitiranya ibintu, harimwo nugutukana
Daniel imbere yogutanga inkuru wobaza ukayitohoza neza
Muvyo wavuze birunvikana kohari ivyo mudahurizako nuwo Uriko uravuga
Dukundane tureke gucafuzanya,kandi twubahane,
Daniel nusenge wisabire kuba mukuri.
Très honorable asanzwe asengera muri Église catholique aranakora ibikorwa bitaribike
Vyiterambere
Aho akunda gusengera aba muzi baramuzi
Kandi ntaho ndunva bamwagiriza ivyo Uriko uravuga,
Ikindi womenya inyuma yinkuka yamisa hariho abafata akanya bagasenga gutemba mwisengero inyuma yimisa ntakosa turimwo
Kandi kuja muri Réception si obligatoire
Bivanye nibifatira abantu
Ntakosa riromwo.
Umukama aduhe kuba mukuri dukundane
Tureke kwama dusamburana
Kandi twese Turi kurugendo
Nari narindiriye ndabura none ndabiguyeko😀
None mwababajwe Nik ? Niba umuntu adashaka gukor ikintu nagira womureka .kuk ans afise impamvu .nikabamunge Reo .Erega ntarya yashak wakintuwe . Nyambushonje we yarikomeje.yase kuguma agorwa nizo ngegera zitaruhiye igihugu .niyabahagurutsa mwijuru barareka guhaguruka !!!!
Imbwa zirama zitabaye amavoka w ngaho uhimvye sapor
Ivyo nibisanzwe none burya apatiri nabakozi bimana yitwande? Bazokubitwa intahe mugahanga
Ayo ma commentaire yose muriko mutanga siyo kk Reverien yama yasengeye muyandi ma Paroisse kd nama réceptions akauajamwo ,nn Aho niho honyene Imana iri ,biboneka ko hari akamibakiye nawe dusanzwe tuziko atarungurukwa mu bwonko
Aba dd nka bose bwaragurutse
😂😂😂😂
None yaramushaka hwiki?yarabisuzuguye numuyobozi wumunyabwenge Kandi aciye bugufi,mwihangane
Ahubwo turwizemwo ibiganiro bitujana mwiterambere
Ukure kutuzanamwo ibitatugirira akamaro !
Mwe twarabatahuye canee!
Nayubundi ama vues yoyo na ma s’abonner ukura mububeshi ntaco azofasha bene wanyu ni Gihugu cakuvyaye !
Kuko Umwana wisema avuma ibere ryamwonkeje !
None ingwanyi wibaza ngo n'ugupfa kujana iyo ushaka!
Iyo ni ingabo wa mugabo!
Nukuri reveriyano yarakoshej vyizabirutibindi yosibabazi kuko inyumayivyah iyunaniwekwihan nurufyunumuriro utazima
Bro nagukund,ariko naw ivyowumva bitwunguriki?
Amatiku wanjijiwe umunya politike niwe uzi impamvu atavuye aho yari yicaye arko nge ndi umunyarwanda nongere nti uri ikigorwi😮
Yarafise ivyaj guhamura biramwanka mumutim 😂😂😂
Ivya patiri ntitubizi arakabonavyanse Aho bomugandika ntazosubire kubitaba
Mugisha, uraza urabesha abagukwirikira nk'intama kuko ivyo uvuze ntabgo vyigera biba ngo batangaze iyo hageze gusangira. Tohoza neza
I mana yubahwe kuk sidagoni crank Bahari land irumva irabona.
None ntituri muri democratie? Ukora ico ushatse, wumva ko gikwiye.
Icutumva NTIGIKUNDA,
Ivyo none ngo bimariye iki abenegihugu! Ubwo nubu lofa bro,vuga ibifise akamaro! Kwicara ahantu erega sikwitegeko,ubwenge bwiwe bwose mushaka kubu controla? Ntivyokunda kuko nubwiwanyu bwarabacanze
Abbaye jewe uvuze uko noca ndakwicish'amaboko
Akira aka like wamusweranyoko wumwicanyi nka ba sobuja
Reverien ndamwemera burya catholic siyo kwizera irayoboye,uravye nkurupfu rwa ndadaye uko rwagenze,havuzwe vyishi,rero reverien araciye ubwenge can
Ntaye umwanya nkwumviriza .
None nk'aho kutubwira ubwo burofa uba wiyumviriy umusaruro wavyo?
Utahire aka gacommentaire!
Yariko aravugana kaburimbo nga amuvugire kwarurwma aronke ikigongwe
Ngira yari yiyononyeko
Ubu aho bigeze umusazi abona ko abakomeye aribo basara😂😂ndagusuhuje cane
Nn we yaragutumye ngumuvugire canke haruwagutumye!! Hoho ayomajwi yiwe yemeza koyabivuze niryahe? Usivye kotubona ayomafoto uguma werekana😂😂bamureka kwambikibara umuntu vyobafasha kuko urose icokora ntiwambika ibara umuntu😮😮
Ivyo kubikora nuburenganzira bwiw umuntu yanse mwirekereeeee
None ivyobashaka kumunyegeza vyaribiki twarabameny kobafukamy uburundi munda katorika ntiyera ubusuma kuzingamika ibihugu vya african nabambere !
Urakoze mutama.iyareka gufungura agahaguruka Bravo ta fini raye. Aho bomuvuma.
Ahubwo umutima wanyu uzogwara.twerek vidéo,apana Ama photos .gutyoza umuntu nibwo bugabo??Aho woshaka iyindi politique ntiwoba umuntu???namba ubabaye,ja kwitwara
Uwibaza ko Hon Reverien ivyo yakoze ari ikijuju kwoba ari ukwihenda, bacumugani mu Kirundi ngo amafuti yumugabo nibwo buryo bwiwe. Murihenda cane ntamu Col ahagarariye umugambwe utwara igihugu ibyakorwa ari ubujuju ntimwibagire ko afise documentation imurabira vyose.
Mwitonde
uratubeshe gooose.urabanza umenye ingene Imana zikurikirana.hagati ya réception no gusangira mw'isengero habanza iki?urabanza utondeke neza uko ibintu bigenda.
Mbega mukorerahe?kumengo muratey amakenga?
Iyo nkuru yawe irimwo ububeshi , ubwambere uvugango yanse guhaguruka imisa iheze ahandi ngo imisa yarigeze hagati hageze gusangira. Wapi wahora utabesha none urabesh
Kwuzuzwa muri mpwemu no muri Catolika biboneka ko birabaho. Uwo mwubahwa yujujwe numva ari ivyo gushima!
Kuki ubeshe none barahamagara abaja muri réception bataraheza gusangira ivyo uvuze ntakuri kurimwo😊
Inyuma y'imisa hab ico bita isangiramutima kand bab bagize cotisation nukvuga ah ntakidasanzwe kirimwo. Ahubwo w ushaka kuvyibusha umunwa gusa.
Nimba yari yiketse ko bomuha isano ndiwe iyo misa ntayo najamwo akareka kwimaramaza ico kijuju😊
Reverien rero yaba ibyo yacishije cg amangetete , yaba ubwoba bwibyaha bye,
Ntugire afite amahoro mumutima kireka nagenda bakamusengera aharuhuka. Kandi aca aryama agasinzira.
Urarwaye mumutwe we nono kutamwerekanye yaseguhaguruka rekamatiku karworwa
Urazoshirako ifoto ivyemeza ariko nawe ntiwobeshera kuri réseaux sociaux koba kabaye akamaramaza
Urabesha Kuko misa ntiyohera batarasangire Kuko gusangira ntibasangirira muri réception 😢😢😢
Nanj nar numvis kwarububesh nawen avuz ivyo atazi😂😂
Uyo mwicanyi yibaza ko Isi yayiranguye? Imana Iramuraba Ikamwihorera. Ariko yitegure kubera Izomukubita ikofe fungabuso. Kora afise ububegito burenze. Tuzomuboha atari kera. Yarigize akamana.
Imana ntikorera kubishobisho vyawe. Ubwicanyi bwabaye kuva 1972 ubona batakihari kndi bakarya neza
Yunviye mpwemu yera. Ivyo mwisengero ntanukubitebako canke yagonvye kubanza kwihana .
Birashoboka ko mw'ipantalon hatari normal nayo ubundi ntawokwanka kwitaba uwumuhamagaye n'umunuta n'umwe wowo
Gusa ntiwakoresheje ifoto ya Musenyeri wa Bururi uwo munyacubahiro Musenyeri wakoresheje suwo hiyo za Makamba oya !!!!!!!!!!!!.
Urazokwiga nokuvuga ijambo,,0,5/10
BURURI/MAKAMBA? Ibibazp vyinshi ku gihugu c'Uburundi
Urupfu gw’umumenja Simbananiye Artemoni/
turufata gute?
n’amabi nzi yakoreye igihugu / akagenda ata na kimwe abajijwe/ ukumva n’abatutsi b’abahima bariko baratuvyina ku muvyimba / bandika ko yari intwari n’incabwenge ikomeye / yahawe amabanga akomakomeye mu ntwaro y’igihugu c’UBurundi/ … mw’ishure / azokwigishwa nk;iki / abakiri bazobwigwa iki kuri bene ayo mazina ya ba simbananiye/ ba micombero/ ba Buyoya bishe ab oba gahutu Remy/ ….. ibibazo vyinshi/ vyinshi cane…. Kandi leta y’Uburundi yitegure kuba ari yo yishura ivyo bibazo…. Kuko ni vyinshi / ,,,,ubutungane…. Imigenzo…
Yayatira hariya nturi mugisha urimukoshi none nkaho ubona uduhayiki toka
Mugisha usigaye utubesha inkuru ntuzitohoza neza. Imigirwa ya catholique ntayuzi iko ikorwa.
Yafashwe nubutumwa abona ko vyoba VyiZa yigumiye mu rusengero agomba gukizwa.imana igira imuhe akanyafu kuko wiwe naho yarari Hari heranda namajambo meranda ntagasuzuro yogira.ikindi Bari mukwatira barahamagara imana iba ihari sikibanza uwo mwanya cogukiniraho.yarahiye ku mutima.
Non wew wibazako k,umusi w,urubaz,Iman,izomubaza ngo kuberiki waseguhaguruka murusengero?
Icuko vyoba arivyo cnk atarivyo ntaco nobivugako, ariko ububeshi bwambere umukuru w'inama nkenguzamateka ntabwo yari i makamba,yari yagiye muri paroisse gishungo diocèse ruyigi.
Kandi n'amafoto aravyerekana ko ndikuriyo batarikumwe numukuru w'inama nkenguzamateka
Shangiy nemera komurema ikinyoma kabisa kariho twari wew ubikuyeh ivyuvuz vyose ntanakimwe cigeze kiba.nukuri ntubesha warasaz.
kubwanje yarkumiriwe mumisa kandi ari umutumire kuko iryo jambo uwo mupadiri yavuze vyasaba KO ariwe yisuzum atarinze kubibwirizwa kuko ntawomenya nabene kuvuga ijambo ntawuzi KO Bari batunganye
Gsakire twebwe ivyo ntavyo turimw hoh mwoyaronka mwoyaduhako?tubabarore kl