"Abarundi turasinziriye"🤔 Réverien NDIKURIYO Atanze impanuro zikomeye kuvyokorwa mu gisata c'ingenzi

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 11. 09. 2024
  • #fulgencemika #burundi #ReverienNdikuriyo

Komentáře • 189

  • @FulgenceMikaOfficial
    @FulgenceMikaOfficial  Před 6 měsíci +7

    Kanda Subscribe, like na comment dusangiza abagenzi maze dukomeze kubana mu biganiro n'amakuru agezweho!

  • @therayantvshow
    @therayantvshow Před 4 měsíci +3

    Ese kuki uyu Mugabo Mutamugira President ko Numva Avuga ibintu bya Bien kbsa, speech ze ni Sawa cyane

  • @josephbukuru2685
    @josephbukuru2685 Před 6 měsíci +5

    Ndashimye cane ingene ubutegetsi buriko buha agaciro ururimi kavukire bataravye abazingu barimwo.

  • @user-ly1nz1di1m
    @user-ly1nz1di1m Před 6 měsíci +5

    Abarundi mwasigaye inyuma kweri respect My Rwanda❤

    • @Giraffe-b5c
      @Giraffe-b5c Před 6 měsíci

      Basigaye inyuma kuko bakunda kurya akagabuye. Arko ibaze kubaka ubukungu bw'amaraso wavaho bugasubira inyuma imyaka 50😭😭😭😭

    • @Caroline.1727
      @Caroline.1727 Před 6 měsíci

      Bahe sha 😒 😑 🙄 😕 😌

  • @user-kd4co8lo9s
    @user-kd4co8lo9s Před 5 měsíci +5

    Uyu mugabo konumva afite ibitekerezo bizima byiterambere kuki abarundi bemera kuyoborwa numuntu ufite imishinga yindagara namasazi?

  • @rusakazatv7930
    @rusakazatv7930 Před 2 dny +2

    Uyu Mugabo mumugire President

  • @user-uw7zb2wx3e
    @user-uw7zb2wx3e Před měsícem +2

    Kubakonjiga verbe 😂😂😂 ndagukunda uvyumve . Iyaba bikunsa noba imvukira ya Makamba. ❤

  • @HamufariMpawose
    @HamufariMpawose Před 4 měsíci +2

    Wow kuvuga birimwo ,uraruta neva atazi ivyarimwo ,mukuvuga nivyasoma biramunanira,murabe mumushire kuruhande ntakwiy kuyobor igihugu akizezeya nkakuriya

  • @munerik_ii9495
    @munerik_ii9495 Před 5 měsíci +3

    Uyu rwose afite Vision ifatika

  • @user-wn2qb2hu6h
    @user-wn2qb2hu6h Před 4 měsíci +3

    Kbxa musaza ,komera komera mutama

  • @charlottekalunga5987
    @charlottekalunga5987 Před 4 měsíci +2

    God protect u and be blessed🤝

  • @M6Hugo
    @M6Hugo Před 6 měsíci +2

    Vraiment ndagukunda cyane kandi ndakubaha cyane,ni wowe urwanda nu burundi dukeneye, abaturage bakeneye umuntu nkawe, ubabwiza ukuri kandi ubakangurira iterambele

    • @christianndegeya8473
      @christianndegeya8473 Před 6 měsíci

      Uri ikigoryi uyu se u Rwanda rymukenneyemo iki??!

    • @RoseNijimbere
      @RoseNijimbere Před 5 měsíci

      Abanyarwanda muzikwicagusa kuko mwivanga muvy'abarundi bo bativanga muvyanyu?ntibitangaje muri bene kayini

  • @rudahunganzideson7383
    @rudahunganzideson7383 Před 6 měsíci +2

    Reverier ni umuhanga cyane, u Rwanda na Kenya mu karere tourism iri hejuru cyane kubera imbaraga bashyizemo. Uburundi bufite ibintu byinshi abantu basura ariko buracyasinziriye

  • @HavyarimanaGilbert-fc5pz
    @HavyarimanaGilbert-fc5pz Před 3 měsíci +3

    Mutama wacu yubahwe mucubahiro ciwe imana yamuhaye ibandanye imuzigama mucubahiro ciwe agire ahaba yubahwe numuryango wiwe komera kjwibanga nyakubahwa

  • @user-uw7zb2wx3e
    @user-uw7zb2wx3e Před 4 měsíci +2

    Kikupenda tu ndo najuwaga reveriyano ❤

  • @kakas6648
    @kakas6648 Před 6 měsíci +1

    respect ! c'est homme est très intelligent et ouvert.

  • @Freench20204
    @Freench20204 Před 6 měsíci +1

    Nyakubahwa munyamabanga ijambo ryimana rivugango uwuzozigama ibanga muri bitoyi azoshingwa nibiruta ivyo yarafise ndatuye kuduzwa kugera kurugero rushimisha umutima wawe nabarundi bakaharonkera impinduka bivuye kuri wewe gutyo tukazorangiza turi barurangiranwa mumakungu❤

  • @KayinamuraKabareNsolo
    @KayinamuraKabareNsolo Před 4 měsíci +3

    abayobozi buburundi bakunda ibiryo🤓all their speech is around food and funny stories.

  • @thieryniyonkuru5023
    @thieryniyonkuru5023 Před 6 měsíci +2

    Vraiement Reverien urahabona pee👍🤝

  • @blaisegasore5420
    @blaisegasore5420 Před 6 měsíci +2

    Bon conseil,il faut forme les agents immobiliers

  • @DeliciaHereTv
    @DeliciaHereTv Před 5 měsíci +2

    Bavandimwe babarundi, biraboneka ko mufite umuhate wo guhindura ibintu nukuri courages!
    Ariko hari byinshi bikwiye kubanza guhinduka mbere yo gushakira kure! Urugero ni ukuntu abayobozi banyu ari ABACURUZI, ibyo bintu sibyiza kuko bituma aba investisseurs bacika intege kubera ntiwakwubaka hotel mumujyi umwe nahari hotel ya president cg ministre ngo woroherezwe

    • @user-km5zm8zf5n
      @user-km5zm8zf5n Před 16 dny +2

      Abarundi twese turabibona koherabagabo basunba abandi shimire nananyagwand nazigutanga igiterezokizima

  • @user-su2ek9pm6p
    @user-su2ek9pm6p Před 6 měsíci +3

    Turavye nkabarundi bari mumahanga bakorerayo ivyo gucuruza canke nabikorera ubundibuzi nibenshi cane nkaha izambia turibenshi turavye ukungene baduturubika kandi turabariko batuma urudandazwa gwaho rubandanya rutera imbere kandi nikori bakaguma batoza kumudandaza uwariwe wese ,ariko migration nayo ikajamwo itubuza umutekano dufatwa dufungwa bakaba batigera babona yuko umunyamanga nawenyene aruwutuma urudandazwa rukoregwa iwabo ruterimbere ndetse nikori mugihugu rikabandanya ritangwa muri reta.

  • @guysmartboy146
    @guysmartboy146 Před 5 měsíci +2

    Nice Speech 👍👍

  • @michaelzulu5084
    @michaelzulu5084 Před 27 dny +2

    Mazina wanje ni umuhanga ndavyemeye. Ako Kantu Ngo umurimo wa nyakanga karandyoheye cane

  • @ndayikundaolivier2745
    @ndayikundaolivier2745 Před 6 měsíci +4

    Uyu mugabo ndabona ashobora kuyobora uburundi

  • @RwemeraJeannepomuscene
    @RwemeraJeannepomuscene Před 6 měsíci +1

    Bakugire president kbs ,uranasetsa abantu bakishima

  • @hakizimanaeric2077
    @hakizimanaeric2077 Před 6 měsíci +1

    Umugabo afise mumutwe🎉🎉🎉tagata Mr Reverien

  • @cadeaunsabiyumva5304
    @cadeaunsabiyumva5304 Před 5 měsíci +2

    Imana imurinde

  • @tuyiveda7992
    @tuyiveda7992 Před 5 měsíci +2

    Bazakugire umukuru wigihugu ufite ubwenge wowe!
    Kdi ufite nijambo ryabantu babagabo. Not uwo muyobozi wanyu wirirwa avuga ubusa.

  • @cadeaunsabiyumva5304
    @cadeaunsabiyumva5304 Před 5 měsíci +1

    ndikuriyo niyirambire wallah nimboneza nka sekuru.

  • @RubinNiyoyitungira
    @RubinNiyoyitungira Před měsícem +2

    Aha rero abanyagwanda ngo reverien atwaye ntimwoguma mwibihero imipaka niho yoba igiye yafungwa nez

    • @rusakazatv7930
      @rusakazatv7930 Před 2 dny +1

      None iyo mipaka ifunze u Rwanda ruhomba iki,murusha Congo itunga kuba itarugaye imbibe? Mubituma mubandanya kuba abambere mubukene kw'isi ni uko mwiha morale gusa

  • @graceirakoze2868
    @graceirakoze2868 Před 6 měsíci +1

    Bravo , Abarundi n'ibavyuke dutangure gukora kuri standard y ibindi bihugu nihabe igisata co kwigisha tourism .

    • @FulgenceMikaOfficial
      @FulgenceMikaOfficial  Před 6 měsíci +1

      Iciyumviro ciza cane!

    • @hangiroetincelle8167
      @hangiroetincelle8167 Před 6 měsíci

      Tourisme? Abantu bacituma iruhande y'amabarabara muri 2024?
      Harya hahoze isoko urazi ingene hasa? Les toilettes za ho?
      Kuri cotebu urazi ingene hasa?
      Turi inyuma nk' imyaka 200.

  • @user-uw7zb2wx3e
    @user-uw7zb2wx3e Před měsícem +1

    Kabisa dufise icayo kiryosh kuruta kenya . Ndi oman umusi uraho nhira nteke icayo sinz ukuntu naravye mbona handits made in kenya narishimy kubona nkira ntekenicay ca kenya nishizemwonko kiryoshe niciwacu nasanz kitaryosh kimwe

  • @gerayotv3240
    @gerayotv3240 Před 5 měsíci +2

    Nibyiza dikuriyo numuntu wumugabo Gusatubasaba kudukurikira Kuri Gerayo tv CZcams ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-su2ek9pm6p
    @user-su2ek9pm6p Před 6 měsíci +2

    Nimukomere ntwari zacu z' UBURUNDI ,ndashigikiye kubamuvuze kwata immigration ikenewe mu Burundi kuko immigration irateza umutekano muke mungenzi zibazitembereye mugihugu.

  • @venantniyoyitungira3935
    @venantniyoyitungira3935 Před 6 měsíci +1

    Ndakunda uwo Mutama vrema❤❤❤

  • @CharlesNdayizeye-ym6lo
    @CharlesNdayizeye-ym6lo Před 5 měsíci +2

    Umwubahwa winararibonye wacu reveriyano ndikuriyo dusigaranye ,imana imutuzigamire.

  • @ndikumanaarsene1264
    @ndikumanaarsene1264 Před 2 měsíci +2

    Uvuze ukuri

  • @mugumealex9873
    @mugumealex9873 Před 6 měsíci +1

    Uyu Mugabo yayobora neza Uburundi he seems to be knowledgeable in terms of development, Abarundi mushyigikire uyumugabo azababere the next president

    • @Giraffe-b5c
      @Giraffe-b5c Před 6 měsíci +2

      Next term ni Ndayishimiye nkuko bisanzwe. Uyu azaza nyuma ye kuko muburundi ntawahindura constitution

    • @zacharienihangaza9839
      @zacharienihangaza9839 Před 6 měsíci

      Constitution siko ivuga. Perezida ntarenza mandats zibiri ariko atwaye imwe arashobora kubisa abandi canke abanyagihugu barashobora kumuhindura biciye mu matora.​@@Giraffe-b5c

  • @jeanMarie-y8r
    @jeanMarie-y8r Před měsícem +2

    Igitum bakany ubuzim burazivy

  • @user-ij1vd7ul3q
    @user-ij1vd7ul3q Před 6 měsíci +1

    Bashaaaaa iy video , ni bagumeee bayerekanaa

  • @nkusiemmanuel9860
    @nkusiemmanuel9860 Před 6 měsíci +3

    Uyu niwe akwiye kurongora Uburundi EVARISTE ntakirimo
    Mumatora ataha muzotore NDIKURIYO

  • @davidmukeshimanadavid1636
    @davidmukeshimanadavid1636 Před 4 měsíci +2

    Abakoroka tubavuze😀😀😀😀😀

  • @user-pv7wu1rw1q
    @user-pv7wu1rw1q Před 6 měsíci +2

    Noe abantu batora umukandida bisungiki?mpamagarra Eva aze yunviriz discour

  • @user-fh9dd3mr7u
    @user-fh9dd3mr7u Před 5 měsíci +3

    umuntu avuga ukaryoherwa nuyo amajambo Ari serieux

  • @user-qi1yl6cd3d
    @user-qi1yl6cd3d Před 4 měsíci +2

    Mutama uraciye akenke kabisa nibaguhe igihugu agihindure kib cukwishimira

  • @japo5050
    @japo5050 Před 6 měsíci +3

    Ibitekerezo nkibi nibyo bikwiye kuyobora igihugu, apana ibya mikeke nindagara!

  • @ErickNduwimana-tp9gb
    @ErickNduwimana-tp9gb Před 6 měsíci +1

    Munyakubahwa ndagukunze kabisa ❤😂

  • @NgengeRutiti
    @NgengeRutiti Před 10 dny +1

    Dukomere muri Burunga,twibuke amabaranara namashuha ya Muhweza na Munini Tubsianure

  • @user-rb4nh2zo5g
    @user-rb4nh2zo5g Před 6 měsíci +2

    Sha rêverien iyaba président ndibaza ntiyozanye ivyiyumviro bifuye.

  • @usfun668
    @usfun668 Před 6 měsíci +2

    Uyu Muyobozi Ntaho Ataniye na Evode Mu Rwanda N'Umuhanga Cyanee.

  • @RwemeraJeannepomuscene
    @RwemeraJeannepomuscene Před 6 měsíci +1

    Urumuhanga sha kabisa niwewe ubereye unurundi

  • @FondationMariam-up5ew
    @FondationMariam-up5ew Před 6 měsíci +1

    Muta komera caaane wanvugiye ibintu nahora nibaza kuki Abarundi biyugarana uravuga ntuvura komera komera

  • @RwemeraJeannepomuscene
    @RwemeraJeannepomuscene Před 6 měsíci +1

    Urumuyobozi kbs ,kuberii abarundi batareba abayobozi nkuyu ,tegamatwi ukuntu apanga,aba bayobozi nibo bakenewe ,ikibazo wasanga agezeho yahita ahinduka,

  • @user-rb4nh2zo5g
    @user-rb4nh2zo5g Před 6 měsíci +2

    Ivyiyumviro vyiza kuri reverien. Ivya 2040 na 2060. Ibaze ngo 2060 bizokora bande.

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 Před 5 měsíci +1

    Iyo zone bazayihe agashimwe kandi mwubake ubumwe kuko abahutu bamwe vashyize imbere ubwicanyi

  • @candidegahugano7058
    @candidegahugano7058 Před 5 měsíci +2

    Mububirigi turafise ubuswage bwo migitaza buriko n'igicapo y'idarapo w'Igihugu , hagire uwipanga akore quiospue nziza harya kuri aéroport abantu bashobore gufata akantu ' ni danger kubona ntana kinju ...murakoze

  • @Miradjimugisha
    @Miradjimugisha Před 6 měsíci +2

    Respect mutam

  • @JeremieKing-fj2ml
    @JeremieKing-fj2ml Před 5 měsíci +3

    Nn nkuyo mugabo habuziki ngo bamuhe igihugu ??

  • @user-su2ek9pm6p
    @user-su2ek9pm6p Před 6 měsíci +2

    Mugerageje nogukuraho udukori tudafise iyo tuva niyo tuja. Hamwe umudandaza atangiswa ikori dya reta gusa arinadyo dyinjira burimwaka ,erega icishe urudandazwa ngaho iburundi nayo makori nivyo mwitango intererano birimubituma bisubiza umudandaza inyuma kuko iyaciye aharura inyungu ajakubironkamwo ucusanga arinkeyi kandi bicabituma nawe acagerageza kuzimba kubidandazwa vyiwe kugirango agaruze yamahera yatanga muri twadukori nazantererano zidafise insiguro.

  • @sadimuhezagiro-tr4ef
    @sadimuhezagiro-tr4ef Před 6 měsíci +1

    Imana ikutu zigamire urashoboye pe.

    • @Caroline.1727
      @Caroline.1727 Před 6 měsíci

      Muzabanze mureke amacha kubiri ibindi bizikora ,ibyo nubuturage kuva aba mukazi ,muri parlement, ni bibi

  • @Freench20204
    @Freench20204 Před 6 měsíci +1

    Turagukunda cane nyakubahwa munyamabanga wumugambwe tugasabako amakomine yabutanyerera yoronswa amabarabara ameze neza kuko biratugora cane mukuja kumurwa wintara nokuja ibujumbura turinda guca muringozi kukibarabara rya kayanza rica igahombo rikabandanya muhanga gitega ryarononekaye

  • @EmeryTuyisenge-zx8mw
    @EmeryTuyisenge-zx8mw Před 4 měsíci +2

    Komera caane

  • @gabrielmanirakiza6731
    @gabrielmanirakiza6731 Před 2 měsíci +2

    Uyu mugabo n'umugabo nkewasi

  • @noendayishimiye3496
    @noendayishimiye3496 Před 5 měsíci +1

    Courage Fulgence

  • @alphadee9021
    @alphadee9021 Před 6 měsíci +5

    Ndabona uyu mugabo arusha sendagara

    • @Giraffe-b5c
      @Giraffe-b5c Před 6 měsíci

      Sendagara yarabazengereje koko😂

    • @hosewebtv77
      @hosewebtv77 Před 6 měsíci

      😂😂 umugabo akuzibiriye icutariburonke abagucumise icumu,abanyarwanda mwarakomwe,ahubwo nukubaka inkuta kumipaka

  • @nshimirimanaphocas
    @nshimirimanaphocas Před 6 měsíci +1

    Good❤❤❤

  • @mugishagerard8241
    @mugishagerard8241 Před 6 měsíci +1

    Wow ndagufana

  • @alexisniyomugisha1117
    @alexisniyomugisha1117 Před 5 měsíci +2

    SG Umutama twubaha cane,arapanze pe!! Ko Démocratie yatsimbataye l'autre Mandat boyimuha.Twomutora vraiment !Afita ivyiyumviro bigezweho.

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 Před 6 měsíci +1

    Ikintu ca Visa nsindagunshigikiye ni mutegure iguhugu neza abanya mahanadi bazi zana not amajambo gusa

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 Před 5 měsíci +2

    Reverien ntabwo wamugereranya na Neva kuko aratekereza kurusha Neva kuko Neva ntabwenge afise uretse kuvuga indya

  • @user-yt4pp3ri6u
    @user-yt4pp3ri6u Před 5 měsíci +2

    Akwiye kuba president kabisa

  • @RwemeraJeannepomuscene
    @RwemeraJeannepomuscene Před 6 měsíci +1

    Wambaye neza nkumuyobozi ,kbs

  • @ihuriroGroup
    @ihuriroGroup Před 6 měsíci +1

    👍👍

    • @FulgenceMikaOfficial
      @FulgenceMikaOfficial  Před 6 měsíci +1

      Thanks for the support brother Am...!
      May Allah grants us good!🙏🤝

  • @luckymbonye4183
    @luckymbonye4183 Před 6 měsíci +1

    Abarundi boreka gusinzira gute mugihe ababarongoye bo Bari kugonera?mumyaka bamaze niho bakibibona ubujiji gusa bafise,nka Jaques arongoye ico gisata yavyizehe?

  • @Ngendakumana_
    @Ngendakumana_ Před 5 měsíci +2

    Ndatangara Africana ntivugururimirwayo idasizemwo imvamahanga ibangaririmunguvuzigihugu nururimirwabo hinge Putin atuzanire ikirusiaso nakazima arikoberekako agombafashe African 😢😢😢😢😢😢

  • @innocentwasafi7787
    @innocentwasafi7787 Před 5 měsíci +2

    Asha ntubeshe turasinziriye tuzohumuka mumatora ya 2025 turifitiye ijambo ryiwacu ivyanyu twarabihaze amajambo nimenshi atagira ibikorwa

  • @fabricebarutwanayo9994
    @fabricebarutwanayo9994 Před 6 měsíci +1

    SG hejuru cane urumuhanga pee

  • @user-su2ek9pm6p
    @user-su2ek9pm6p Před 6 měsíci +2

    Naho zobaho zogerageza gukoresha amategeko zashinjwe atarayo gucurubika ingenzi, arizizoba zijegucuruza zizoze ziratanga ikori muri reta.

  • @mamydupont5750
    @mamydupont5750 Před 5 měsíci +2

    Nukuri ndaryohewe n’ ingene umugambwe CNDD FDD , uriko upanga akarere.
    Nyakubahwa Révérien, uvuze neza:
    Igihe n’assurait u Burundi muri 2023.
    Nabonye Ko bifide ivyiza vyinshi vyo gusura, mugabo, gakenewe office du tourisme yo kuvyamamaza.:
    Kubaka Aeroport nziza,
    Ama hotel kuri buri cité touristique.( Ex: Gishora, ku machute, amashuha yo mu Kibira, n’ ibara ara rijayo tirateye isoni, utegerezA kuba ufise umuduga ikomeye kugira Ugereyo., …
    Les bus du tourisme.

  • @comendikuriyo8564
    @comendikuriyo8564 Před 6 měsíci +1

    Ese uyumuntu ko umenga ntasanzwe.kumbe avons kure gushika ngaha?

  • @jayavatar1577
    @jayavatar1577 Před 6 měsíci +1

    Ntawutanga ico adafise, ntushobora gutanga amahera ngo bakuzanire umutwe w'umuntu hanyuma ngo utange impanuro z'ubaka. Narengana!

  • @RwemeraJeannepomuscene
    @RwemeraJeannepomuscene Před 6 měsíci +1

    Mukirundo narahavukiye ntakajagari kabayo kbs

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 Před 5 měsíci +1

    Mubogoze Neva ibindi bizoza

  • @jeanpierrenimubona4559
    @jeanpierrenimubona4559 Před 6 měsíci +1

    Irambire

  • @comendikuriyo8564
    @comendikuriyo8564 Před 6 měsíci +1

    Ndakwemeye pe burya ubukene muburundi dufise nitwe tubwitera°[amunguranka niyo mazikesha]

  • @gateteeric6576
    @gateteeric6576 Před 6 měsíci +1

    Waoh👏👏👏👏👏👏👏

  • @alexisniyomugisha1117
    @alexisniyomugisha1117 Před 5 měsíci +1

    Ijambo ryishi kuri SG

  • @nellykwizera1989
    @nellykwizera1989 Před 6 měsíci +1

    Aravuza ukuri nahezagirwe

  • @user-xy4nk9rl1z
    @user-xy4nk9rl1z Před 6 měsíci +2

    Ubu abarundi batoye Adam uyu arihe,uyu mugabo azubwenge Kandi uburundi bucyeneye umuntu ufite imyumvire iri hejuru

  • @reverienbarayandemera403
    @reverienbarayandemera403 Před 5 měsíci +1

    COPEX Burundi ntwese tube henza

  • @pascalirihose1999
    @pascalirihose1999 Před 6 měsíci +1

    Ici Gitama kiraryohey

  • @Ntambwe4040
    @Ntambwe4040 Před 6 měsíci +1

    ☆ Avuze make yakamaro vyukuri☆ uburundi bukeneye abantu nkaba. Apana abaduha plan 40,60.

  • @NtunzwenimanaIsaac-y2o
    @NtunzwenimanaIsaac-y2o Před 5 měsíci +1

    ukuri kabisa

  • @user-wx8ig1hn7m
    @user-wx8ig1hn7m Před 6 měsíci +1

    Woe rwose abarundi bazagutore rwose muyindi mandat azabe president w'uburundi

  • @ElvisNduwayezu-ok8ky
    @ElvisNduwayezu-ok8ky Před 4 měsíci +1

    Uvuzukur kuvyuvuz vyos arik mukureh amacakubir y kwak umugambw uwawuruhiy

  • @user-hj4fj8jr8p
    @user-hj4fj8jr8p Před 5 měsíci +1

    uvuze neza cane bikenewe kwunva

  • @iyakaremyefidele2515
    @iyakaremyefidele2515 Před 6 měsíci +1

    visit Burundi Mugabo😅

  • @user-rb4nh2zo5g
    @user-rb4nh2zo5g Před 6 měsíci +2

    Nibyo apana kuja kuvuga ibintu byamakosa.

  • @AmyStale-d6u
    @AmyStale-d6u Před 5 měsíci +1