Video není dostupné.
Omlouváme se.
Reveriyano Ndikuriyo yatanze umuco ku mvugo akunda gukoresha ku bijanye n'igifaransa n'ugufata inswa
Vložit
- čas přidán 2. 08. 2024
- Reveriyano Ndikuriyo yatanze umuco ku mvugo akunda gukoresha ku bijanye n'igifaransa hamwe n'ugufata inswa. Yagarutse kandi ku bijanye n'indinganizo y'ivyigwa bitangwa mu #Burundi hamwe n'ihangiro ry'iterambere mu Burundi. Kurikira Umunyamabanga Mukuru w'Umugambwe CNDD FDD
Mutama Tres Honorable ivyo bintu yavuze bijanye na Education yabivuze neza cane kandi ni ukuri 100/100.
Nugusubiramwo ivyirwa bigahinyanyurwa muriyo ntumbero yabivuzemwo❤❤❤❤❤😊
Uyu mutama avuga neza nimumumpere amashi👏👏👏
👏👏👏👏👏👏
Nyakubahwa aho mukuri watanze intigisho nziza cane gose ngirakamaro.
Birumvikana Cane Vyukuri Mutama Mwubahwe Cane
Uwu mutama buri gihe avuga amajambo apimye kandi y'ukuri.
Respect ,Mutama
Ndamukunda mutama wacu,nagwize izo nyigisho aba jeunes turazishigikiye,❤
Nyeniteka.turakurikirana.inyigishozawe.kandininyigisho.nzizacane.
NIMWEBWE NYENE UBURUNDI BWARI BUKENEYE KUVA 1965
KOMERA BATAAAMAA
ndanezerezwa amajambo yaw yukuri
Ijambo ry'ukuri kandi ryumvikana
Urakoze ku impanuro.
Ikibazo: ko hari radio ikinda kuvuga ko ushaka gusimbura Neva, nibyo koko? Nyabuna uzamureke kumurwanya kuko ni Umugabo nkunda kandi ndabo ahubwo wamufasha mukagorora Igihugu kikazamuka. Murakoze!
Nibaza KO atarivyo nibakorere hamwe ndabakunda Bose. Imana ibazigame.
Ijambo ryiiza cane mzee!!!
Bien dit kbsa
Komera mutama! Wavuga p!!!
Ni ukuri
Wirambire
Kabisa kubuna ata nikinga kwl dukora baradukoreyeko kbs
Bose barakenewe ku rugezo rungana. Baruzuzanya. Imyuga yonyene ntiyoteza imbere igihugu, murihenda cane.
Uko vzr mzee
Ukuri kwose musaza
Ijambo ritomoye rwose.
Naho nzobumwe ❤
Mukoreshe abafungwa mwiterambere ry ‘imyuga yigihugu nokugabanya imyaka yogufungwa nkomuri america
He s got a good point though 🤔
Respect ❤❤
Neza cane
Nyeniteka wacu ntubeshe uvuga ukuri kwuzuye
Nukuri
❤❤❤
Murakoze cane kabisa.
❤❤
Nanje ndashigikiye iciyunviro
Reverien avuzeneza
Komera
Ndamweye uyu mutama
Mpizonumero za dalcile😂😂😂 baaa
Uyu yarusha ubwenge babagabo bandi babayoboye
Wavuga mutam ntiwavura izondime ntizikenew
Uyumutama naho yovuga ijambo amasaha munani ntarambira