Inyuma y'ibihugu biteyimbere,Uburundi nabwo Burashikiriwe/Ufasha Abarimyi kuronka umwimbu mwinshi

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 25. 02. 2024
  • GACIRO MEDIA nkuko twama dushigikira Uburimyi,nubu turabandanya
    Turabafasha kuronka uyu Mwavu Muti (Fertilisant Biologique): Turondere kiri 68013513 (watsap)
    witwa #Nutriplant
    Uyu mwavu ushingirwa intahe nabamaze kuwukoresha bose,no ngaha mu Burundi uramaze gukoreshwa n'abatari bake
    Inyuma yo kuronka umwimbu utangaje ubu bawurangira abandi
  • Zábava

Komentáře • 17