Umurima w'Agatangaza kubera AMAGANGA Y'INKWAVU/ 24Tonnes kuri 3Ha gusa||Raba neza uko abigenza
Vložit
- čas přidán 27. 01. 2024
- Umurima w'Agatangaza kubera AMAGANGA Y'INKWAVU/ 24Tonnes kuri 3Ha gusa||Raba neza uko abigenza
WIPFUZA KUVUGANA na
#Honoré_79981604
WIPFUZA KO AGACIRO MEDIA IKUGENDERA CANKE IKINDI COSE WIPFUZA,Twandikire
#agaciromedia_68013513
#ibangaryabatunzi
#entreprenariat
#diaspora #Ubur - Zábava
Ikiganiro ca Honoré kivigwa ku NKWAVU
czcams.com/video/6qpNba7mqaU/video.htmlsi=9qCotcstnC4doD_9
Murakoze guma mutuzanira bishasha
Girumugisha mugenzi.Aband bashishikara kudusangiza ubuhimbiri nibidusamaza,ark Raba ivyiza utwitangira ukadusangiza.Biciye mubiganiro vyawe, maze kubon vyinshi nogutahura vyinshi ntarinzi KO dufise.Ukwiye agashimwe kumu jeune wamber ariko akangurir abene Burundi mwiterambere
Murakoze cane
Cana umuhunhu w'i gihugu arakwiye agashimwe vy'ukuri.
Akwiye gushigikirwa kuko intererano yiwe mw'iterambere ry'igihugu n'intashikirwa.
@@AgaciroMediatv257Agaciro Media courage cyane nkukurikira ndi iwacu I Rwanda
Jwe ibiganiro ndabikwirikiran kuk haricozakungukamw mukomer 🙏🙏
Murakoze can natw tubakurikirana umwanya kumwanya igisigay nugutangura
Merci ku kiganiro,amase ni sawa wamubajije urupimo mais amaganga ntiwamubajije urupimo be n'incuro yayakoresheje gushika vyere.Niwabimenya uzombarira
Yoooo courage bro❤❤
Mwihangane mwitungire inkwavu, irwanda dutunga inka.
Komera HONORE Ndibaza ko umutama akiriho komeza uburimyi iwacu i Bururi abatarabitahura bazobisamira munzira; naraje kugurira mini tubercules aho kwa mutama turakwiye abantu bakunda i wabo
❤❤❤ndabaramukijee mutaa ..go on
Nyenicubahiro NEVA iyo ariko arababwirako inkwavu arubworozi buzotuzamura benshi baramwibasiye abandi bamwita umugwayi ariko mumyaka mike abamwumvise muzobibona.
Ndagukunda cane nibiganiro uduha
Tubashimiye ikiganiro cyiza
Komer
❤,
🤙❤
Félicitations ku bikorwa biteye igomwe
Dukeneye abantu nkabo
UBurundi burikwije
chalma courrage vraiment
Thanks
vyaramukundiye kabisa
❤
Komeza
Guma utizanira ibindi vyorwa