Agathon Rwasa ngo niyatsinda yiteguriye kwubaka uburundi bwabarundi bose, uburundi budakumira
Vložit
- čas přidán 4. 05. 2020
- Agathon Rwasa ngo niyatsinda yiteguriye kwubaka uburundi bwabarundi bose, uburundi budakumira. Yabishikirije mu gihe yariko yiyamariza mu gisagara ca Bujumbura muri zone Kanyosha
Komera CNL
Niv
Yo mutamarwasa
ayo namaresha mugeni uzoba nkuwanyunawe ashaka kuja kwiba ntabeshe
🫡💯💯🥰
neje kunya narebere kuri ruto nareke kuvuga menshi ejo bazomuzomera
Yote uongo watu wameshakua hizo Sera za kitoto saaaana
Huyo unona ni mtoto?
Ikibabaje bazokwiba amajwi