Umurundi wambere yahagaze mu kibanza kimwe Na Obama|Umukuru w'igihugu yamuteye intege|Imiriyaridi 10

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 8. 09. 2024
  • #DiasporaNews|ComeAndSeeBurundi| #Fablice_Manirakiza ivyo yakoze kumyaka yiwe n'ibitangaza

Komentáře • 81

  • @Rajabu95
    @Rajabu95 Před 2 lety +1

    Ndaryohewe kabisa kurico kiganiro Fablice . Imana iguhezagire. Dukeneye uburundi buhinduke bube nka kenya canke Tanzania mabye America 🇺🇸, tugire ama apartments meza ,amazu meza. I like your vision ku diaspora twese turi hanze yuburundi

  • @josephmudahigwa2475
    @josephmudahigwa2475 Před rokem

    Fabrice big up sana,umurundi nyakuri dukeneye ninkamwe ncuti yacu,mugume cane Imana ibahe kuramba ubuzima bubi butegura bwiza

  • @gregoirekennedy8573
    @gregoirekennedy8573 Před 2 lety +4

    Fabrice keep going bro🇺🇸🇧🇮 wadikundishije i Gihugu cacu ubu natwe ntidusinzira twiyimvira imigambi twoza gukora

  • @gospelsofthelord9789
    @gospelsofthelord9789 Před 2 lety +3

    Hezagirwa hezagirwa nimudufasha twese abari hanze nayubundi bari baraduhemukiye abotwizera ngo bariko baradufasha. Komerezaho Fabrise Umukama aguhezagire 💒💒💒💒

  • @andrehakizimana7616
    @andrehakizimana7616 Před 2 lety

    Fabrice, komera. Imana ikuje imbere.
    Ahubwo ni wewe wo kwitwa ICIRORE mw' iterambere ry' UBURUNDI.

  • @laurettetetero3529
    @laurettetetero3529 Před 2 lety +2

    Yesu amuhe umugisha ❤️❤️

  • @amosiarthur1505
    @amosiarthur1505 Před 2 lety +6

    Murashoboye nukuri murabe mworohereze nabafe amikoro make kugira bose bashikigwe nukuri Imana ibajimbere kabisa itera mbere ni ryabarundi twese

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 Před 5 měsíci

    Fablice juu 🎉🎉🎉🇧🇮

  • @laurettetetero3529
    @laurettetetero3529 Před 2 lety +1

    Ndamukundaaaa goseee

  • @emmanuelbanzi7027
    @emmanuelbanzi7027 Před 2 lety

    Ndakwemera man

  • @orlankevyirambona4720
    @orlankevyirambona4720 Před 2 lety

    Fablice ,Imana Imuhezagire kbs

  • @jacquesntabagara3682
    @jacquesntabagara3682 Před 2 lety +2

    I love this guy ; Alain the real you are the best and Fablice Manirakiza is Rastaman for real❤️❤️✌🏿✌🏿🙏🙏

  • @jorgettemwajuma5428
    @jorgettemwajuma5428 Před 2 lety +3

    Nice

  • @burundiinitiative1339
    @burundiinitiative1339 Před 2 lety +3

    Great interview

  • @agrippinendabagiriye1476

    Ndagukunze Fablice. Iciyunviro ciza cane ndi muri Italie

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 Před 2 lety

    Mugerageze muhure kenshi n'urwaruka na cane cane abize za kaminuza kuko bari inyuma
    Imana isasagaze uyo mutima niyo leadership na patriotisme exemplaires

  • @nzoyihayapatrick3423
    @nzoyihayapatrick3423 Před 2 lety +4

    Fabrice ndamukunze vrt

  • @habonimanafridolin7882

    Vyizaaaaaa Fablice uciye umbwenge Ndiho ashishikare kukuzigama 🤝🤝🤝

  • @ndayikengurukiyebenjamin3695

    Terimbere nk’Umuzinga Umuhungu muto ariko Ufise Ivyiyumviro bishika kure.God bless you.

  • @emilemoya622
    @emilemoya622 Před 2 lety +1

    Uwomu jeune wacu yubahwe cane kandi Imana imuzigame abanyamahanga ntibazohave bamutwiba

  • @kevinniyonsaba6906
    @kevinniyonsaba6906 Před 2 lety +2

    My friend waduhevy raba ugaruk dukore nibndi my president 🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 Před 2 lety +2

    I wish to be the next buyer of those building

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 Před 2 lety +1

    kabisa ivyo yavuze nivyiza cane

  • @jacquesntabagara3682
    @jacquesntabagara3682 Před 2 lety +1

    Iki kiganiro ndagihaye 11/10 kuburyohe bwaco👍👍👍

  • @rosehakizimana8691
    @rosehakizimana8691 Před 2 lety

    Ndashimiye cane Fablice kuko yagize ico yimarira nico amarira izindi mfuvyi
    Ndabivuze kuko nanje nzi ico bivuga kuba imfuvyi kandi nafashije Imfuvyi nyishi

  • @Cpodcast1
    @Cpodcast1 Před 2 lety +1

    👌👌👌

  • @wininimfasha8293
    @wininimfasha8293 Před 2 lety +1

    Fabrice😍😘😘

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 Před 2 lety

    Amerekamuduheinambazanyu

  • @mamasandy7986
    @mamasandy7986 Před 2 lety +1

    YOU TALK SO NICE. I didnt catch your name . just ihene .. lol we love yalll

  • @carmellefuraha207
    @carmellefuraha207 Před 2 lety

    God bless you

  • @ndayikezajuvenal9115
    @ndayikezajuvenal9115 Před 2 lety +2

    Bro mutumye nkunda igihugu canje ubugira Kandi vrt gukorana namwe ntagihombo icompa abarundi twese tukabona ibintu kumwe namwe

  • @didacenkunzimanatv8903
    @didacenkunzimanatv8903 Před 2 lety +1

    WE need your help

  • @rosehakizimana8691
    @rosehakizimana8691 Před 2 lety

    Mwaramutse neza Nashaka kuvugana na
    Fablice

  • @belloboy6342
    @belloboy6342 Před 2 lety +1

    The right of Burundi is Fabrice wollah (ivyiyumviro bikaze binarashe )

  • @louisbau56
    @louisbau56 Před 2 lety

    Fabrice komera mwana wa mama. Iryo jambo ryimana niryo rizatuma imigambi yawe itungana

  • @niyonsabajeanrobert8435

    Imana niyaba ifise umugambi mwiza k'uburundi nizigame aba bene data badufitiye akamaro kanini cane mugihugu.

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 Před 2 lety +1

    🎩

  • @jeannettengabireyimana3010

    Komera

  • @cmaaoafyabora9655
    @cmaaoafyabora9655 Před 2 lety +2

    twisunze iki kiganiro mwakoze na Fabrice, twifuje kubaza atanga audiences ryari?contacts?

  • @bruceuwayo1409
    @bruceuwayo1409 Před 2 lety +4

    Courage brother ♥️🇫🇷

  • @volo-music2263
    @volo-music2263 Před 2 lety

    Ebana komera man
    Turagukunda kabisa
    Komereza ngaho

  • @mpawenimanaisidore734
    @mpawenimanaisidore734 Před 2 lety

    Je suis intéressé

  • @jeanmarievianneybizimana7111

    Umugani Fabrice aciye suwikirundi ahubwo aratweretse ko yabaye muri Tanzanie kubera abatanzaniya bawuvuga mugiswahiri ngo UGIKOSA LA MAMA UNANYONYA LAMBUZI. Nibaza rero kwariwo ahubwo yasobanuye mukirundi

  • @avanhangaiko6330
    @avanhangaiko6330 Před 2 lety +6

    Nimuteze imbere igihugu cachu iman izobibahembera

  • @ockieoctober5308
    @ockieoctober5308 Před 2 lety +1

    NIMWE UBURUNDI BUKENEYE FABRICE IMANA IKUZIGAME

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 Před 2 lety +2

    muburundi turafise incabwenge

  • @mugishajpiere8261
    @mugishajpiere8261 Před 2 lety +2

    Imigambi nimyishi gsa problem ni capital

  • @didacenkunzimanatv8903
    @didacenkunzimanatv8903 Před 2 lety +1

    Turikumwe twese birashoboka

  • @augustinnzeyimana7374
    @augustinnzeyimana7374 Před 2 lety

    Mwaramutse
    Noronka gute contact za Manirakiza Fabrice ?

  • @eliasbizimana8246
    @eliasbizimana8246 Před 2 lety

    Ikiganiro ciza kabisa

  • @ngabo8221
    @ngabo8221 Před rokem

    Ndumva hariho n'abandi noguha namafoto bari kumwe na Obama

  • @rosehakizimana8691
    @rosehakizimana8691 Před 2 lety

    Turemeye kwinjira muriyo bank the adresse

  • @ireneentirandekura7395

    Nanje ndizeye ko kwiyi Reta Vyeyi Uburundi burashobora guhindura isura

  • @alkebulanb5929
    @alkebulanb5929 Před 2 lety

    Uranejeje cane Fabrice , ese icompa nkaronka number ya We.

  • @papaviy424
    @papaviy424 Před 2 lety

    Inomero ya terefone

  • @rosehakizimana8691
    @rosehakizimana8691 Před 2 lety

    Nagira mbaze Fablice ingene umuntu yokwinjira muriryo Shirahamwe ???

  • @emmanuelmarafiki1022
    @emmanuelmarafiki1022 Před 2 lety

    Ufitimigambi mwiza

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 Před 2 lety

    Twetwarayarishentituziyoyagiye

  • @justinbigirimana465
    @justinbigirimana465 Před 2 lety

    Fabrici imana ikujimber ufis ivyiyumvir biturenz twes abarund dukure amabok mumpuz tub nkaw

  • @rosehakizimana8691
    @rosehakizimana8691 Před 2 lety

    Imana nihe Fablice kwama yereka abandi
    Bakiri bato kugororoka mu Rukundo bakunda abandi cane cane Imfuvyi Ibimuga Abakene n Abatama

  • @volo-music2263
    @volo-music2263 Před 2 lety

    Ewana wewe Fabrice ndakwemera komera kabisa

  • @nimubinaanicet6583
    @nimubinaanicet6583 Před 2 lety

    Nivyokwi shimira

  • @phanuelofficial
    @phanuelofficial Před 2 lety

    Fablice urintwari irinincabwinge kuba mumahanga birifise akamaro umuntu aruguruka mumutwe akazana nivyo arahuye mumahanga

  • @emmanuelmarafiki1022
    @emmanuelmarafiki1022 Před 2 lety

    Tugombakwibukakwivuko nisamwanawacu nahoharyaho ujyayo bakakunyereza

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 Před 2 lety

    Baremeyekobayabonyehahezemyakaine

  • @dafrozanahimana
    @dafrozanahimana Před 2 lety

    Ajambo uvuga arimwubwenge cane igambi yawe nimyiza

  • @giselegahwa9622
    @giselegahwa9622 Před rokem

    Mwoduh nim zuw muntuu

  • @fleuryniyimfasha2351
    @fleuryniyimfasha2351 Před 2 lety +1

    Abarundi muranyica pe🤔bigenda gute kgra uburundi bugire incabwenge nkiyo ifise ibikorwa vyinshi vyamateka akabazwi na 1%yabarundi emwe nibareke shobizi ndundi iravumye kbsa🙄🙄🙄😂😂😂 kimwe gusa indundi courage ngira mweho murabona aho ababanyi bageze mwiterambere bwa entetaments

  • @lesportetlanutritionpourla9956

    Uyu musore araciye ubwenge cane

  • @bcmdecoration4262
    @bcmdecoration4262 Před 2 lety +1

    Fabrice Umugambi wa village ya wivye BCM Decoration .

    • @aloysniyonsaba2532
      @aloysniyonsaba2532 Před 2 lety

      Reka kubesha abarundi muhu twese niho turi

    • @andrehakizimana7616
      @andrehakizimana7616 Před 2 lety

      Bimenyeshe ubutungane.

    • @andrehakizimana7616
      @andrehakizimana7616 Před 2 lety

      BCM none ntiyoheza ngo imushengeze?

    • @Jirhley
      @Jirhley Před 2 lety

      Nkawe ko tukuzi kuva mubwana nuko ubayeho nubwenge ufise aho bugera wewe urafise umugambi bokwiba kandi nawe atamugambi wonashobora gutegura?