Abanyororo 944 bo mw'ibohero rikuru rya Mpimba i
Vložit
- čas přidán 25. 04. 2021
- #Burundi : Abanyororo 944 bo mw'ibohero rikuru rya #Mpimba i #Bujumbura barekuwe kuri uwu wa mbere ku kigongwe c'Umukuru w'Igihugu c'Uburundi. Prezida Evariste Ndayishimiye akaba ariwe nyene yari yishikiye aho ku Mpimba gutanguza ico gikorwa c'ukurekuza abo yagiriye ikigongwe, hakaba hitezwe ko hazorekurwa abanyororo barenga ibihumbi bitanu bo mu mabohero yose uko ari 11 yo mu Burundi.
Mutama uragahoraho iman ibandany ikurongora uko papa iman iguhezagir can kand can papa wacu 🥰🥰🥰🥰👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏
Se Barundi urarikwiye koko nkunda ivyiyumviro vyawe cane gose Imana ikugirire neza ufise Impanuro nziza
Mwarakozenukurikubarekr
Urakoze papa kubarekura kuko ahabana beshi bajamungesombi kubera batabonabase🏃♂️🏃♂️🏃♂️✌😃
Sha kabisa urumuvyeyi nkuko wabivuze uragahora kungoma
Imana ishimwe cane kandi ibakomez cane
Kugez ubu ntawobahora amabi imbonerakure zikorer abanyagihugu Imana yomwijuru irababona ivyo birigwa bakorer abandi ntibizijana
Komera papa uragahora kubutegetsi imyaka yose
Mzee gira Amahorooo mzee
Yoooo nivyiza cane
Uvuzukuri Nyakubawa
Wenye walifungwa bila makosa watalipwa na nani baada yamda mrefu saana wakojela bila makosa watu wako nama family alafu watatoka apo hawana makazi wala pesa zakutunza mafamiliya yawo
Merci Daddy
Urakoze
Nimuramvya babanguke.
Nivyiza can
Good
Kuva cenided ija kubutegesti inzara yariyongeye mugihugucacu cuburundi kubera amakori cane cane yumurengera
Decoration Verte nk' imyenda yabo....même le chef Porte une chemise verte!!!
Nivyiza cane
Mbona mwirirwa murabica izo mbonera Munyo zawe
Nkubu imana yoca mumukuru wigihugu cacu agakura ikori kubindandazwa vyibifungurwa inzara yocihera muburundi emwe yobayandikishije amateka meza nukuri
Abaroko bubashywe....baririmbirwa kUriya kweli!!!
Wakoze nyakubahwa komera kumuheto nukuri urikurakora neza turabigushimiye
Nivyiza
Asante papa Burundi tmekubar
👏👏👏🇧🇮🇧🇮🇧🇮😭😭🏆🏆
Président Evariste Ndayishimiye, mwagerageza gukora ariko abantu babatobera
Abatovyi baramye kuva kera na rindi. Amaso y ibikere ntabuza abavoma.Tumushigikize ibikorwa .
Komera mutama
Miragahora kubutegetsi 😂😂😂😂😂
Umucanwa waturiye ibohero ry'igitega namwe muwitege. Ndabona Ari nka kumwe vyagiye biraba mu masoko.
Umukuru wigihugu arakoze can
Nadufashe rero yigekukibazo naco cokujahanze gukorakazi mubarabu nukuri bumvikane bugururinzira twigire urabona
Nabagore tugite kubisinzi mudufashe mwumvikan mutwugurire ikibuga cindege ubukene buraturembeje kwl
Ahubwo nyen nanj ikikibazo ndabon bakwiy kuciga