Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Hama uzo tubwire abantu dufise imishatsi yintetere ikuntu yoba nkiyirende yoroshe
sawa
Murakoz muvyeyi nn tubigir misiyose ugum uhindur umucer namaz nivyobishishw bishas
Merci bcp Mme Jeanine.Wotubarira ici bagirira peau sèche ikoroha?Ndisig amavuta ntamfata, wogirango yatumutse
Sawa ncuti vuba cane
Murakoze cane
Murakoze gusgima❤
Ndashimy ariko nanj nshak kumeny uko wogir umushatsi mwiza mugihe ufise umushats winteteri
Merci
Hama kandi kwamavuta yomumutwe ari ubwoko bwishi nkanje mfise udushatsi teinturerie kandi tubulure nokoresha ayahe nanj ugakura
MRC arik mubivug ugutandukany umucurw ukor nkindim?
Merci maman et courage
Urakoze cane kuko uludamu abegwa nimishatsi
egome
Murakoze
namwe murakoze gushima
Urakoze cane ❤❤
❤❤
Murakoze gooose ;Jew nagomba kubabaza shampoo nziza y'imishatsi natural niyihe?
jolie ninziza canke claire
Murakoze cane mwubahwe❤
murakoze gushima
Bsr jeani jw nukuri imishatsi yanje yarananiye.iyo nsutse ndiyagaza kubr imba gushikaho nikomeretsa.nsiz produit ikanturira.ubu nabuz icomfata
😢😢jewe vyarase kandi ni natural narabikoresheje imishatsi yagumye icikagurika kandi cane ikindi imvuvu zambanye nyishi cane reka ntegereze ibindi uzotuzanira
uba hh imishatsi yawe imez gute
Wabaye nkanje sha
@@jeaninetv mbamu Kayanza imishatsi yanje sintetere kandi sinirende iyondayikozamwo intoke gusa imishatsi iza arimyishi kuntoke shokoje hoho nakamuna😁😁
Mpore uraza kunyandikira nkurangire umuti naje wahora ucika pe ariko ubu ntukicika@@Darlene-ro9sc
Murakoze,mumbwire iyo champo kk umengo ninyinshi namavuta meza ya naturel
champion ya jolie uca usiga amavuta ya kuza
Murakoze cane , mugabo amazi ukoresha nayakazuyazi cank ayakanye
ndagushimira cane Madame jeanne. ngiye kubikorerako ndabe
bizogenda neza
Wauuu ❤
❤️
Uzamubwire umuti w'imvuvu
❤
♥️🙏
Murakoze cyane mubyeyi
murakoze fushima
Murakoze Hama twashaka muduhe ubwoko bwamavuta twosiga nayo mushatsi wa naturel
Sawa
NimporeJewe ndakunda ibiganiro vyawe nukuri Imana iguhezagireNone ukoresha ibingana gute?
ivyushaka
Merci,reka ngerageze nzokubwira
courage bizogenda neza
Vyiza cane turabakund courage
Urakoze cane
🙏✅👍
Tubwire ibintu navyo bituma umushats woroha Wa naturel jewe nfise umushatsi uragumye cane Ndiko ndasokoza moakwa kurira 13:48
❤❤❤
Nashaka mbaze mwayo mazi tubikanamwo umuceri dukoresha amazi akanye canke ashushe?hanyma mwavuzeko Umu ceri dushobora kuwukoresha irirenga rimwe.twowukoresha kangahe kugira tuwute?
❤️❤️❤️🙏
Thanks you
Nanje ndagukunda❤Kand'urakoze kumpanuro très naturels wama wadusangije Ariko jewe ndakeneye amavuta y'inka noyaronka gute? Nkeneye aussi ubuki nobironka gute ?? Murakoze Jeanine❤
murakoze gushima,ubahh nkurangire?
Jewe ndakeneye amavuta yinka numunyu wa gikurukuru mfasha ndi canada
None nkajewe ndi saudia nkaba mbona iyi miceri idasa niyiwacyu ese vyakora@@jeaninetv
Ivyobintu birakora cane najewe narabikoze birakora cane caneee
amen
Ngenahibyoeavuga bitababyo ukubuganda byonyine ndabigukundira
Merci sana tugiy kubikoresh turabe mugenz tuzakubwira disiii
Jew narabikoze ahubwo yaracikaguritse ndayoberwa ivyarivyo kuva mbaho narumiwe@@jeaninetv
Ndagukurikirans
murakoze cane
None wakoresheje ibingana gute (urugero)
Asante
Asante naweye
Nukuri nanj womfasha kugira umushatsi muremure
kora iyo uzobona impinduka
Bite nisawa mabuja murakomey natwe turaho turashima ham nashaka ndakubz ingene nzobigenza kumushatsi .Mfise umushatsi wa nature arikooo ntukura
kora ibi nukuri uzombwira
Warimosheje igipara imishatsi ikaba itanguye kumera hoho urayakoresha
egome cane
Namba atakandi kazi wobufise
Urakoze chr
de rien
Hama c ningombwa ko igihe cyose ubisizemo wakoga mumutwe?
Bjr jew vyaranse ivyo nakoeresheje kukobutwereka moyen nyinshi
mukama koresha ibi uzoshima
Merci ariko ngira umusatsi ucikira mugisikozo kandi ari naturel
koresha ibi
uzurashiramwo umutobe w'igitunguru gitukura
Tubarire twebwe dufise imvi kandi twifuza ko ziguma zera kandi zigakura !
Amavuta ya natural nayahe
Nukur Shaka ubwire umuti wogupunguka ibiro
Sawa ncuti utege amatwi uno munsi
Mwatubwira Aho twagura amavuta yimisatsi ya naturel
mw'isoko kuza'kantu nomeza
Murakoz cane
murakoze gushima♥️
Uwo ninge
👍
Wamazi yumuceribj'ai essayé vyaranse.vyabitunguru n'a vaseline vyaranse.none Jeanine ww ukoresha ayihe méthode?uzikoresha zose? Emwe vyansansz pe
Naje ibitunguru na vaseline vyarase nasigaye ndicuza ico nayaguriye
i'box
Murakoze champon nayo twokwoga igihe?
Merci .nne uwo muceri ukora rimwe irigira kabiri ntuwushiramwo ibindi bishishwa??mbega ho uwo ucuwuta canke urawuteka ntangoran ukawufungura ??
kabiri
Murakoze cane,Nagomba mbaze,kubantu bidakunda ko baronka umucungwe vyoroshe,ubuze umucungwe ugakoresha indimu birakunda?
oyaye mandarine basi canke clou de girofle
@@jeaninetv murakoze cane
Ndatanze mwiriwe nashaka Ubwirumuti wimba mumutwe
Uwudafise iyo champon yoga isabuni isanzwe?
Champon sinziza mumisjatsi y abirabure
Ahubwo womp numer yawe
Kangahe wogamwo mundwi?Merci
kabiri nisawa
Noe utarose champo wiyogesha ntiwokogesha amazi asanzwe
Hello mammy wazatweretse igitibita umushegesha aricyimera nshakakucyimenya murakoze
kiba iyo murwanda twebwe biza vyumye nukuri
Wewe wokuza umushatsi mundwi 1 komuza mubesha buretse
Ndakunda ibiganiro byawe urakoze. None umuntu ateguye ayomazi yumuceri yoyakoresha imisi ingahe amara igihe kingana gute ariko nkomuri fridge? Hama nayahe mavuta twoca dukoresha?? Urakoze madame Jeanine
ubikoresha kabiri ukiyemwo rimwe Usubizamwo amazi
@@jeaninetv sawasawa urakoze uturangire amavuta yogusigamo
Mwiriwe nanje narifise akabazo jewe ndavyibushe shaka kwonda nokoresha iki kugira nonde fasha muzoba mukoze
None ntawakoga isabuni isanzwe zirya dusanzwe dukoresha nyene zoroheje?
Urakoz can dushak utubwir amavut ya naturel yomumushats niy shampo twokwog uk yitw nay mavut utubwir uk yitwa
kuza canke kantu champon ni jolie
Ubutaha uzatubwire uko wokuivura imba
egome ncuti yanje❤️🙏
Mudushyirireho ifoto yayo mavuta yogusiga mumushatsi.❤
ok
Murakoze cane abadafise inzu y isima bobibika gîte?
sukuvuga isima gusa,ndahantu hasi hapfutse
Kndi murakoze cne ngiy kubikoresh kwr kuk ntamushats nakuza
Madame jeanine turangire ukunt tworwanya imvi ziza kare
Murakoze Non uyomuceri ukora rimwe? Ugacuwumena? Canke urongeramwo Ayandi mazi?
urongeramwo ayandi mazi
Jewe ndakunda ibiganiro vyawe cane.woduha fone tukazoguterefona nukuri jewe ndipfuza kukubona amaso muyandi kuko ndagukunda pe
62435218 nizo ncuti
Noe nimpak urinde gusuka udasutse ntibikunda ?ikindi udafise champo naho wokoga isabuni isanzwe?
ntangorane
Ivyobintu sivyo ivyowagiye utwereka narabikoreshej nka vyose ariko vyaranse sinzi ibind bintu ukoresh uratubesh nkeka usiga produit
imana ikubababarire
Uwudafise champau naw yokwoga iyah sabune
shaza nisawa
Ikibazo mfis ayomazi abashuhije cnke ntashushe?
abari mabisi
Ubikora kangahe mundwi ??
zibiri kandi urakoze gushima
Udafisechampo arashobora koga isabunisazwe atachoyicha
Imisatsi yose ushoboye gusukwa ntiyoreka gukweguka ariko uretse gusuka bisubira hahandi
Jewe umushatsi Urahunguruka cane
irawuronderera vitamine
Vitamine yitwa gute
Urasigamwo kuza
Ahubwo sha mbwira ivyiza vyayo mavuta yitwa kuza ndagusavye umbwire nze ndayagure
Imishugwe 14:19 dusobanuriri
Mugihe uba ufise plante urarindira uyikureyo vanke?
egome nukuri ubanza gusukura
Urashoboora kwogana ibisuko ah waga n champ?
cane gose
Umuceri ukuyemwo ayo mazi urashobora kuwuteka canke urawuta?
ucusubira gukora amazi uzosubira kwisiga vitamine Iba yavuyemwo Uba uwuhebeye imishatsi nyene❤️
Imishats ikura idacik
Wewe usanzwe ufise imishatsi ivyibushe kandi ikura ningoga
sikirenga
Tubwire abafise ibiherehere mumaso vyohera gut?
Ubikora rimwe gusa
urabikora kabiri canke gatatu mundwi
Uratubwira kumishatsi yacitse imbere ingene yosubira kumera
Sawa ncuti🙏❤️
Twereke amavuta yimishatsi ya naturel
ni kuza canke kantu nimeza cane
Jeaninetv merci,utanga ibintu vyiza,gusa kantu zirubwoko bwinshi,hariho ayatari meza,dc wobanza ukaraba uwubigize,dc iyo kantu wewe uzi wobabwira iyariyo kuko uraba ivyo akozwemwo,merci
Jew iyiwanj yarananirany vrt nzokora ndab
bizokunda
Mfasha champoing naturerel
Sawa ariko jolie burya ninziza
Stp mpa foto yayo kubera ndaguhamagara wotsap ntibichamwo kurizo namba wasize profil
Noé udafise champau ntivyokunda
wokoga shaza ya jaune canke orissa
Mbega ab'ubuhanza bo baikoresheje imishetsi yogaruka?
urakuza imishatsi cane
Non umuceri ucuwusesa iyuhehej
Jewe mfise naturel idakura kandi urimwo imvi mfasha amavuta noshiramwo muzoba mukoze
Sawa inbox 62435218
Mère udhizeyo utashizemw igisuko naho ntibikunda uyiyoze
birakunda
Hama uzo tubwire abantu dufise imishatsi yintetere ikuntu yoba nkiyirende yoroshe
sawa
Murakoz muvyeyi nn tubigir misiyose ugum uhindur umucer namaz nivyobishishw bishas
Merci bcp Mme Jeanine.
Wotubarira ici bagirira peau sèche ikoroha?Ndisig amavuta ntamfata, wogirango yatumutse
Sawa ncuti vuba cane
Murakoze cane
Murakoze gusgima❤
Ndashimy ariko nanj nshak kumeny uko wogir umushatsi mwiza mugihe ufise umushats winteteri
Merci
Hama kandi kwamavuta yomumutwe ari ubwoko bwishi nkanje mfise udushatsi teinturerie kandi tubulure nokoresha ayahe nanj ugakura
MRC arik mubivug ugutandukany umucurw ukor nkindim?
Merci maman et courage
Urakoze cane kuko uludamu abegwa nimishatsi
egome
Murakoze
namwe murakoze gushima
Urakoze cane ❤❤
❤❤
Murakoze gooose ;Jew nagomba kubabaza shampoo nziza y'imishatsi natural niyihe?
jolie ninziza canke claire
Murakoze cane mwubahwe❤
murakoze gushima
Bsr jeani jw nukuri imishatsi yanje yarananiye.iyo nsutse ndiyagaza kubr imba gushikaho nikomeretsa.nsiz produit ikanturira.ubu nabuz icomfata
😢😢jewe vyarase kandi ni natural narabikoresheje imishatsi yagumye icikagurika kandi cane ikindi imvuvu zambanye nyishi cane reka ntegereze ibindi uzotuzanira
uba hh imishatsi yawe imez gute
Wabaye nkanje sha
@@jeaninetv mbamu Kayanza imishatsi yanje sintetere kandi sinirende iyondayikozamwo intoke gusa imishatsi iza arimyishi kuntoke shokoje hoho nakamuna😁😁
Mpore uraza kunyandikira nkurangire umuti naje wahora ucika pe ariko ubu ntukicika@@Darlene-ro9sc
Murakoze,mumbwire iyo champo kk umengo ninyinshi namavuta meza ya naturel
champion ya jolie uca usiga amavuta ya kuza
Murakoze cane , mugabo amazi ukoresha nayakazuyazi cank ayakanye
ndagushimira cane Madame jeanne. ngiye kubikorerako ndabe
bizogenda neza
Wauuu ❤
❤️
Uzamubwire umuti w'imvuvu
❤
♥️🙏
Murakoze cyane mubyeyi
murakoze fushima
Murakoze Hama twashaka muduhe ubwoko bwamavuta twosiga nayo mushatsi wa naturel
Sawa
Nimpore
Jewe ndakunda ibiganiro vyawe nukuri Imana iguhezagire
None ukoresha ibingana gute?
ivyushaka
Merci,reka ngerageze nzokubwira
courage bizogenda neza
Vyiza cane turabakund courage
Urakoze cane
🙏✅👍
Tubwire ibintu navyo bituma umushats woroha Wa naturel jewe nfise umushatsi uragumye cane Ndiko ndasokoza moakwa kurira 13:48
❤❤
❤❤❤
Nashaka mbaze mwayo mazi tubikanamwo umuceri dukoresha amazi akanye canke ashushe?hanyma mwavuzeko Umu ceri dushobora kuwukoresha irirenga rimwe.twowukoresha kangahe kugira tuwute?
❤❤❤
❤️❤️❤️🙏
Thanks you
❤
Nanje ndagukunda❤
Kand'urakoze kumpanuro très naturels wama wadusangije
Ariko jewe ndakeneye amavuta y'inka noyaronka gute?
Nkeneye aussi ubuki nobironka gute ??
Murakoze Jeanine❤
murakoze gushima,ubahh nkurangire?
Jewe ndakeneye amavuta yinka numunyu wa gikurukuru mfasha ndi canada
None nkajewe ndi saudia nkaba mbona iyi miceri idasa niyiwacyu ese vyakora@@jeaninetv
Ivyobintu birakora cane najewe narabikoze birakora cane caneee
amen
Ngenahibyoeavuga bitababyo ukubuganda byonyine ndabigukundira
Merci sana tugiy kubikoresh turabe mugenz tuzakubwira disiii
bizogenda neza
Jew narabikoze ahubwo yaracikaguritse ndayoberwa ivyarivyo kuva mbaho narumiwe@@jeaninetv
Ndagukurikirans
murakoze cane
None wakoresheje ibingana gute (urugero)
Asante
Asante naweye
Nukuri nanj womfasha kugira umushatsi muremure
kora iyo uzobona impinduka
Bite nisawa mabuja murakomey natwe turaho turashima ham nashaka ndakubz ingene nzobigenza kumushatsi .Mfise umushatsi wa nature arikooo ntukura
kora ibi nukuri uzombwira
Warimosheje igipara imishatsi ikaba itanguye kumera hoho urayakoresha
egome cane
Namba atakandi kazi wobufise
Urakoze chr
de rien
Hama c ningombwa ko igihe cyose ubisizemo wakoga mumutwe?
Bjr jew vyaranse ivyo nakoeresheje kukobutwereka moyen nyinshi
mukama koresha ibi uzoshima
Merci ariko ngira umusatsi ucikira mugisikozo kandi ari naturel
koresha ibi
uzurashiramwo umutobe w'igitunguru gitukura
Tubarire twebwe dufise imvi kandi twifuza ko ziguma zera kandi zigakura !
Amavuta ya natural nayahe
Nukur Shaka ubwire umuti wogupunguka ibiro
Sawa ncuti utege amatwi uno munsi
Mwatubwira Aho twagura amavuta yimisatsi ya naturel
mw'isoko kuza'kantu nomeza
Murakoz cane
murakoze gushima♥️
Uwo ninge
👍
Wamazi yumuceribj'ai essayé vyaranse.vyabitunguru n'a vaseline vyaranse.none Jeanine ww ukoresha ayihe méthode?uzikoresha zose? Emwe vyansansz pe
Naje ibitunguru na vaseline vyarase nasigaye ndicuza ico nayaguriye
i'box
Murakoze champon nayo twokwoga igihe?
Merci .nne uwo muceri ukora rimwe irigira kabiri ntuwushiramwo ibindi bishishwa??mbega ho uwo ucuwuta canke urawuteka ntangoran ukawufungura ??
kabiri
Murakoze cane,Nagomba mbaze,kubantu bidakunda ko baronka umucungwe vyoroshe,ubuze umucungwe ugakoresha indimu birakunda?
oyaye mandarine basi canke clou de girofle
@@jeaninetv murakoze cane
Ndatanze mwiriwe nashaka Ubwirumuti wimba mumutwe
egome
Uwudafise iyo champon yoga isabuni isanzwe?
Champon sinziza mumisjatsi y abirabure
Ahubwo womp numer yawe
Kangahe wogamwo mundwi?