INTAHE YOSE YA JEAN PAUL//NGENE NAGIYE I KUZIMU//YESU NIWE YANKUYEYO ACA AMPA MESSAGE MBWIRA ABANTU

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 20. 08. 2024
  • Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
    Fyonda hano / @umucoweratv2021
    Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
    Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
    #INTAHE #UMUCO_WERA_TV#DR_TV

Komentáře • 34

  • @EricTv726
    @EricTv726 Před 2 lety +2

    Imana ibahezagire kbx ibisigay ubutunz,amazi,imiduga nibind biter icubahiro mw'isi
    Ivyo vyose birashira gufita Yesu mumutima nivyo vyagaciro

  • @miburoemeline4070
    @miburoemeline4070 Před 2 lety +3

    Yesu ni Umwami w’ibihe vyose

  • @kennynkurunziza1065
    @kennynkurunziza1065 Před 3 lety +5

    Imana izoguhe iherezo ryiza

  • @nadineniyonkuru8913
    @nadineniyonkuru8913 Před 3 lety +4

    Imana idutabare

  • @tuyisabeyvette7558
    @tuyisabeyvette7558 Před 2 lety +3

    Yesu afise inkomezi zikomeye

  • @clemencendayishimiye9071
    @clemencendayishimiye9071 Před 3 lety +4

    Yesu adufashe n'ukuri 🙏🙏🙏 n'urugamba

  • @joellaniyu8840
    @joellaniyu8840 Před 2 lety +3

    Yesu ahabwe icubahiro kandi adufashe

  • @nicemedia8029
    @nicemedia8029 Před 2 lety +3

    Iyi ntahe irakomeye nukuri murakoze cane muhezagirwe mwakoze kuduha ino ntahe

  • @sandyk4966
    @sandyk4966 Před rokem +1

    YESU CHRISTO mwana w’IMANA 🙈MWAMI&MUKIZA wacu ndakwinginze ukomeze kuturindira muriy’isi yanyuma🙏🏽AMEEEN AMEEEN AMEEENAAA 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽

  • @ngabireyimanajeanclaude2875

    Imana ibishimirwe cane kandi ihabwe icubahiro

  • @mbonigabajeanpaul7337
    @mbonigabajeanpaul7337 Před 3 lety +5

    Intahe ya Irambona Desire ko nta details yaduhaye. Muzamubwire aduhe intahe yose iri detaillee nkiyi. From Rwanda🇷🇼

  • @stavidossou2399
    @stavidossou2399 Před rokem +1

    Alléluia alléluia mes familles dans le Seigneur Jésus Christ De Nazareth tout les témoignages nous plait beaucoup beaucoup si vous plait traduit nous en français ça va nous bien pour comprendre bien le message de Notre Créateur Seigneur Jésus Christ De Nazareth amen vous toussez les peuples de Dieu Vivant vous êtes béni béni abondamment pour les œuvres de Roi des Rois Seigneur des Seigneurs Père Céleste Dieu du très Haut amen amen Shalom Shalom Shalom

  • @user-mu6ie9yv6e
    @user-mu6ie9yv6e Před 5 měsíci

    Yesu adutabare cane atubikiire imbabazi tuze turangize neza

  • @user-ze4zb5vi6e
    @user-ze4zb5vi6e Před 6 měsíci +1

    Yesu adufashe🙏

  • @nshimirimanacaline1166
    @nshimirimanacaline1166 Před 2 lety +1

    Imana ihabwe icubahiro 🙏🙏🙏

  • @kennynkurunziza1065
    @kennynkurunziza1065 Před 3 lety +5

    Izokurindire ubugingo

  • @user-ze4zb5vi6e
    @user-ze4zb5vi6e Před 6 měsíci +1

    Imana idufashe🙏

  • @andrenibikora2619
    @andrenibikora2619 Před 2 lety +4

    Ndatangaye kabisa umuntu atazi gutandukanya ivy'impwemu n'ivy'umubiri ntiyotahura neza,ukubohwa kwa satani bibiliya ivuga.

  • @user-rt3rl9zm7z
    @user-rt3rl9zm7z Před 7 měsíci +1

    Nshaka kuvugananawe

  • @AURIN.OFFICIAL
    @AURIN.OFFICIAL Před 3 lety +3

    💟 intahe nkiyi irubaka...

  • @user-rt3rl9zm7z
    @user-rt3rl9zm7z Před 7 měsíci +2

    Mwampa nomero ya j poul

  • @user-ll9wv1nd8o
    @user-ll9wv1nd8o Před 6 měsíci

    Mwondons utunimero k harivyo nashak kumubaza

  • @ancillecilla
    @ancillecilla Před 3 lety +3

    Satani aragendagenda muburyo bw'lmpwemu

  • @joachiimndayishimiye4987

    Jean Paul mpa numero yaw ya whtsapp kuko sindi I burundi

  • @user-ze4zb5vi6e
    @user-ze4zb5vi6e Před 6 měsíci

    Yesu adufashe🙏

  • @user-ze4zb5vi6e
    @user-ze4zb5vi6e Před 6 měsíci

    Imana idufashe🙏

  • @user-ze4zb5vi6e
    @user-ze4zb5vi6e Před 6 měsíci

    Yesu adufashe🙏

  • @user-ze4zb5vi6e
    @user-ze4zb5vi6e Před 6 měsíci

    Yesu adufashe🙏

  • @user-ze4zb5vi6e
    @user-ze4zb5vi6e Před 6 měsíci

    Yesu adufashe🙏

  • @user-ze4zb5vi6e
    @user-ze4zb5vi6e Před 6 měsíci

    Yesu adufashe🙏

  • @user-ze4zb5vi6e
    @user-ze4zb5vi6e Před 6 měsíci

    Yesu adufashe🙏