Intahe ya Irambona Desire//Nagiye i kuzimu kuronderayo ubutunzi//nabonye satani /ntaco naronseyo
Vložit
- čas přidán 8. 02. 2021
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV
Imana niguhe umugisha kwiyintahe utanze
Imana ikugirir nez can
Imana irakomeye
Mwami. Yesu aguhumugisha mukozi wimana. mwampaye. Numéro. Yuyumukozi. Wimana.
Haleluyaaaaa amena umwami wacu arakora nubu
Amhoro cane turaremeshwa Kandi turamenyavyinshi mumabanga ya shetani biciye murizontahe ariko twashaka gusaba abantu bazagushinta intahe benshi baranyotegwa bigatuma baruha bishobotse muzemurabaduhera amazi yokunywa arfasha cane mumihogo.
Murakoze Yesu abakomeze
Yesu we n'ukuza turasengera ivyo tuguze
Thanks for your testimony ❤❤❤
Yoooooh Umana ni nziza kweri
Yesu agushoboze akongere amavuta amavuta amavuta yesu agushoboze ivyurimwo
😮😮🎉00 au
Numva ntinye abantu bose. Ntawe kwizera
Very scary.
Imana urakomeye kandi irahambaye
Yesu kristu
Ahubwo bagukoresheje mugutera umukoshi abandi
Turasavye inimero ya Desire muzoba mukoze.
Yesu abandanye akuzigama mukozi wiwe.
Yoooooooooooooooo
Welcome pasteur
Intahe yaw yaratwubatse
Wewe warondera amatungo nabo baza kugukoresha kubugome butandukanye.
Amahoro bene Data.namba vyokunda mwondonsa numéro yuyu mukozi w'Imana:irambona désiré ico tuyaga.ndumukizwa wi muyinga
Muduhe numéro mukozi w lmana
Muturonse numéro ya desire
Ese naho habayo abazungu na abirabura?
Turasavy numéro zuwu mukozi w'IMANA
Ndabaramukije mwizina rya Yesu.Nyakubahwa directeur wa UMUCO WERA TV.mwompa numero yuwu mukozi w'lmana ? Je ni 71389524 cnke 68064763.mwoba mukoze nipfuza kuvugana nawe.
@@UMUCOWERATV2021 naje ndazikeneye
Jewe ntuye muri America