NAKOREYE ABA FREEMACON MURI OMAN BAGOMBA KUNYICA EP8//UBUZIMA BWO MUMPIMBA/INGENE NAGARUTSE IBURUNDI

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 20. 08. 2024
  • Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
    Fyonda hano / @umucoweratv2021
    Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
    Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
    #Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV

Komentáře • 141

  • @jeanruvugabigwi5954
    @jeanruvugabigwi5954 Před 2 lety +20

    Mana wee!!! Nafashijwe cyane n'ubuhamya/intahe ya Pascaline kuva kuri episode ya mbere. Nongeye kwizera Imana bundi bushya. Pascaline warakoze kumvira Imana no kuyubaha. Kandi Imana ihabwe icyubahiro yakurinze abafilistiya batakebwe. Wakoze mission y'Imana neza humura ibyo wahombye muri Oman byose Imana yarabikubikiye Kandi nijya kubiguha izabikuba inshuro nyinshi. Yanze ko utahana amahera yo muri Oman yanduye baroze. Imana yarindiriye ko ushyika imuhira ngo iguhembe Kandi ihemba neza. None niba abakorera abantu babahemba neza ugira ngo ukorera Imana yamwambura? Ihangane gato irimo kwegeranya salare yawe.

    • @TheCharity.
      @TheCharity. Před 2 lety

      Pascaline Imana Izamuhemba ntakabuza kuko yayihesheje icyubahiro.

    • @abayotvgroup6952
      @abayotvgroup6952 Před 2 lety

      Imana yacu ntikoza isoni ikorakugihe

  • @kayabubonheur2190
    @kayabubonheur2190 Před 2 lety +4

    Pascaline lmana uguhe umugisha kuko waravuze ubutumwa mukwemanga KO uri umukristo irya ndirimbo 108 iri mubugingo bwawe Yesu azoguhe ijuru amen

  • @AURIN.OFFICIAL
    @AURIN.OFFICIAL Před 2 lety +4

    YESU Mwami W'Abami!!!!!! Mbega mbega mbeg'Inkomezi z'Imana yacu👏👏👏👏👏👏👏👏👏 vyukuri , Imana Ishatse kwigaragaza,unva Satani akinda agaramye,Yesu yaranesheje 👏👏👏
    Mana yanje,Yesu Kristo mwami aganza vyose,ndagushimiye cane,kowashikanye amahoro i Burundi Pascaline mwenewacu muri Kristo, Nikoko Data,vyose wabikoze kugira wiheshe icubahiro,kandi abatakuzi bakumenye....
    Célestin mukozi w'Imana,Yesu aguh'umugisha utagababije kuriy'intahe ushikanye henshi.
    Iyi ni "LE TÉMOIGNAGE" de l'année !!! 👏👏👏

  • @angenadegeirankeje5268
    @angenadegeirankeje5268 Před 2 lety +3

    Pascaline, Uwiteka aguhezagire cane, imigisha yose izosohore amahoro, Imana izoguhembe ijuru. Amen

  • @samsonkajana4749
    @samsonkajana4749 Před 2 lety +1

    mwizina rya yesu pascaline ...ndagusabiye umugisha uva kumana data watwese....ize iguhoze amarira warize ...ahowaririye ..uzoharirimbire indirimbo yishimwe . kandi ndasaba imana ize igushumbushe ize iguhe umugisha ..kandi uzogire iherezo ryiza🙏🙏amen

  • @pasteurndayisenga1560
    @pasteurndayisenga1560 Před 2 lety +1

    Imana Yaramuzigamye. Iragahezagigwa. Niyo mwene Data Ahezagigwe yaragumije ibanga.

  • @divineniyonsaba3587
    @divineniyonsaba3587 Před 2 lety +4

    Amen Imana ihabwe icubahiro kuburinzi yabagiriye kandi iyi ntahe vyukuri nimburi kubantu batarakizwa naba négligeant ivyagakiza

  • @ornellairankunda8578
    @ornellairankunda8578 Před 2 lety +2

    Umusirikare wa Yesu w'ukurii.Imana izaguhe iherezo ryiza

  • @kanezasoso3221
    @kanezasoso3221 Před 2 lety +1

    Hallelujah hallelujah 🙏🙏🙏🙏 Pascaline ❤️❤️🥰🥰🙌🙌🙌urafise Imana Koko tumenyane mukobwa wa Yesu

  • @jacquelinenizigiyimana8378

    Izi ntahe zirubaka cane. Yesu abahumugisha.

  • @belyseuwimana9573
    @belyseuwimana9573 Před měsícem +1

    Niyo mpmvu nkunda yesu afise uburyo akoramwo nabahanga bagacanganikirwa

  • @TheCharity.
    @TheCharity. Před 2 lety +4

    *Tout est bien qui finit bien.👍*
    *Imana Ishimwe cyane👏👏 ko Yakugaruye amahoro mu muryango wawe.🙏*

  • @janinabb4578
    @janinabb4578 Před rokem

    Amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen

  • @felicienvyukusenge8432
    @felicienvyukusenge8432 Před 2 lety +1

    Imana yarigaragaje rwose ukomeze umurimo wayo.ndipfuza konogushimira kuntahe zose watanze.svp ndifuza uko novugana nawe

  • @HB-vj5zo
    @HB-vj5zo Před 2 lety +3

    Burya nsanze Imana tutarayimenya turushirize kuyirondera itwiyereke.

  • @dinenadi1702
    @dinenadi1702 Před 2 lety +1

    Amen 🙏🙏 Imana ninziza umwany wose knd umwanya wose Imana ninziza yesu ahabwe icubahiro turasavy natwe tukiri mwababarabu mudufashe mudusengere muzob mukoz Imana ibahe umugisha

  • @uwitonzefelicite1013
    @uwitonzefelicite1013 Před 2 lety +2

    Hama pascaline ntuze wibagire ivyIMANA yagukoreye

  • @niyonkuru3294
    @niyonkuru3294 Před 2 lety

    Imana yacu ninyembaraga pe iyintah iranfashij knd inkuy ahant inshir ahand Imana yacu itey ibwob caneee Imana ishimw cn yarahabay

  • @ikanguroryaafricatv127

    Imana iguhezagire cane mukozi w'Imana kandi nibisigaye izobigukorera Icubahiro kibe icayo ibihe vyose

  • @emmanuellamunyeshyaka8591

    Yesu ahabwe icubahiro!
    Numvise intahe nyinshi zivuga gukomera kw’Imana yacu ariko iyi nigaheta.
    Imana iguhe umugisha Pascaline ko utihakanye Yesu no murupfu . Kandi nshimye Imana ko ariyo kwizigigwa.
    Jewe nashaka nsabe contact za Pascaline nibiba bishoboka .
    Murakoze

    • @alinaalina3089
      @alinaalina3089 Před 2 lety +2

      Kalibu muri groupe tuhe hamw tugir icodukoze kubwa pascaline wipfuza kwinjira mwiyo groupe andikira umucowera nimero zabo ziriko bagushire muri groupe

  • @rooroom3067
    @rooroom3067 Před 2 lety +4

    Mubantubashinzintahe mubajino uyuniwe wambere ndafashijwe kuntahe yashinze

    • @alinaalina3089
      @alinaalina3089 Před 2 lety +1

      Nukuraba abiyumva kotwoja hamw tukamuba hafukuja kumuha pole

  • @hfhfvdhc3880
    @hfhfvdhc3880 Před 2 lety

    Ndafashijwe caaaaane Nukuri Ababantu tubamwo Tubayeho Kubwa Ndiho🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️

  • @nadineniyonkuru8913
    @nadineniyonkuru8913 Před 2 lety +2

    Imana ishimwe cane yesu yaranesheje

  • @nadineniyonkuru8913
    @nadineniyonkuru8913 Před 2 lety +2

    Urumuhanga yesu urashoboye

  • @luciaaug3524
    @luciaaug3524 Před 2 lety +1

    Imana ninyabushobozi , Yesu warakoze kugaragaza ububasha bwawe . Ndafashijwe 🙏🙏🙏

  • @inesmizero8015
    @inesmizero8015 Před 2 lety +1

    Pascaline hamwe Numugabo wawe muri ntwari cane, Imana mwakoreye ntimuyimaramaze mukaguma muyumvira muri mubumwe. Izibakorere ikibereye kandi Ndagushimiye kuriyintahe utanze nibenshi ifashije nanje ndimwo kandi nibenshi izobohora mumpande zisi yose kuko Imana yabanye namwe nimwe Itahinduka . Umuco tv muhezagirwe ndabashimiye namwe

  • @claudineniyonzima3014
    @claudineniyonzima3014 Před 2 lety +1

    Wow, Imanishimwe cane. Ntibesha izobishitsa inzira zayo zirenze ibihumbi. Iyagukuye iyowari ikagushikana muhira amahoro irashoboye kandi izobikora kwisaha yayo. Turabashimiye cane kuko intahe yanyu idusubijemwo ivyiringiro vyinshi muhezagigwe.

  • @v.5522
    @v.5522 Před 2 lety +1

    Amen Amen

  • @erickmanirankunda1459
    @erickmanirankunda1459 Před 2 lety +2

    Amen IMANA ihabwe icubahiro

  • @josephinesafali1779
    @josephinesafali1779 Před 2 lety +1

    Hallelujah! Komera kurugamba mukozi w,Imana KD mwana w,Imana uri umusirikare wa Yesu Kristo wokurwego rwohejuru general Pascaline! Ayo mahera yabo nahere iwabo Imana izoguha ayandi kd felicitations cyane kko urintwari idasanzwe ndumva gose warabaye yubu wikigihe, wabaye Dawidi Sauli amuhiga uba Dawidi ubugira kabiri kko wishe ba Goiati benshi eh mbega igihugu Yesu weee!! Ariko ndatwenze kumva ngo ntago bemera ibintu byuburozi kd 90% arabarozi? Imana ibahe agakiza pe!! Kandi Yesu wacu arahambaye nongeye kumukunda nokumwizera! Hmmm! Mbega intahe Mana yange! Nubwambere numvise ibintu nkibyo kko Yesu ubwe yarimanukiye murabana mwarahorana nuko yagukinze kumaso gusa ntumerebe visavi

  • @wecando4925
    @wecando4925 Před 2 lety +2

    Imana ikuzigamire mubiganza vyayo. Kuko yakubaye hafi, Kandi ntuze uyive iruhande uzoyinambeho.

  • @nkundaberatv3877
    @nkundaberatv3877 Před 2 lety +1

    Imana iguhe ubutunzi mukobwa wa Yesu!

  • @jeaninekamikazi8751
    @jeaninekamikazi8751 Před 2 lety +1

    Yesu Ahabwe Icubahiro yabanye nawe.

  • @user-ww2pe8qc5m
    @user-ww2pe8qc5m Před 2 lety

    Imana yacu irakora ibidashobokera abantu irakora ibikomey nahabant batovyemer

  • @gerardineakima1766
    @gerardineakima1766 Před 2 lety

    Mana yanje waciye mubikomeye ariko Imana itaburukwibigenza yaragutabaye hallelujah hallelujah Imana yacu irakomeye

  • @izibikwiyegrace485
    @izibikwiyegrace485 Před 2 lety

    Imana ishimwe pascaline urakoz kuntahe utanze

  • @divineniyonsaba3587
    @divineniyonsaba3587 Před 2 lety +1

    Uhoraho akomeze kubana namwe nukuri mwarahagaze kigabo muhagararira izina ry'Umwami Yesu ntimwaritesha agaciro Uhoraho azobibukire ubw buhize vyukuri warabaye umuhizi cane

  • @melissanishimwe2442
    @melissanishimwe2442 Před rokem

    Nshimye Imana kubwawe.nihabwe icubahiro

  • @niyonsabaesperance9839
    @niyonsabaesperance9839 Před 2 lety +1

    Ameen

  • @nyabisagekamayirese6006

    Mbegaa intahe nziza nafashiiijwe imanirahari nukuri pe

  • @mamacheiilla72
    @mamacheiilla72 Před 2 lety +1

    Imana yac irakomey kiranga niwe ari pirate

  • @joserinhatungimana1456

    🤲🤲🤲🤲🙇🙇man warakoze cane 🙌🙌🙌

  • @bernadettekosani9465
    @bernadettekosani9465 Před 2 lety

    Imana ihoraho dusenga iteye ubwoba. Yaraguhagurukije, igukoresha ibihambaye. Nawe warayigamburukiye. Yagucishije muri vyinshi biteye ubwoba ariko irakurinda. Ni Imana irinda ijambo yavuze. Nishimwe ibihe vyose. Imana iguhe umugisha muvyeyi ku bwo iyi ntahe udusangije. Igukomereze amaboko. Ishishikare ikwagure mu murimo wayo.

  • @cesariehakizimana429
    @cesariehakizimana429 Před 2 lety

    Ndagushimiye cane Kuri témoignage yawe yubaka imitima , ikindi naco uri uwa mbere uvuze KO uzi icongereza ukarinda uheza udacishijemwo n'ijambo n'a rimwe kandi washobora kukivugana n'uwukizi conyene mugahuza .

  • @uwitonzefelicite1013
    @uwitonzefelicite1013 Před 2 lety

    Yemwe mureke IMANA yo mwijuru ihabwe icubahiro cayo umwanya woose

  • @ernestndayegamiye8166
    @ernestndayegamiye8166 Před 2 lety

    Bte urakomeye, turafashwa nibigishingantahe vyawe

  • @MamaTwinsboys
    @MamaTwinsboys Před 2 lety

    Imana yarakurinz nihabwe icubahiro ngabizigiy Uhoraho ntabwo bazomaramara Imana iturinda amaza namaja nihabwe icubahiro cayo kuko yakwigishije ukigisha mubihugu bitazi Imana,

  • @nduwamahorojoyce2904
    @nduwamahorojoyce2904 Před 2 lety +1

    Imana Ihabwe icubahiro muri vyose yakoze! Ndize pe!!!

  • @natashauw839
    @natashauw839 Před 2 lety +1

    Mbega umu Gepe wa Yesu Christ, Pascaline ni umusilikare wa Yesu Christ. Mana yange uzamuhe byose akeneye kubwizina ryawe rihabwe icubahiro. Yubatse imitima ya beshi. Yaragukoreye byukuri, yabaye intwali kurugamba.

  • @niyitungaviolet9539
    @niyitungaviolet9539 Před 2 lety

    Imana Igukomeze Kandi namavuta yayo meshi cane nurwo rulundo rwame kuri wwe pascaline kk ivyisi ntaco bimeze ahubwo yarakoze kugukura muri kiriya gihugu harico wasize uhakoreye Kandi udusengere natwe aho turi tuze tumenyekanishe Imana nzima Atari zazindi bizeye zitaviga Imwe ya abdunego.. babahungu 3 ya Daniel Iguhezagire Igukomeze uhezagorwe nu w'Iteka

  • @shimaimana4912
    @shimaimana4912 Před 2 lety +1

    Icubahiro nicimana kweli kuko irahambaye..

  • @ccyoutube1485
    @ccyoutube1485 Před 2 lety +1

    Yesu wacu arakomey

  • @chellaniyinshoboza9146
    @chellaniyinshoboza9146 Před 2 lety +1

    Kwizigira Imana birafise ikimazi ncuti zanje

  • @estellaniyomwungere4531

    Rek Imana yitwe Imana👏🙏🙏

  • @alinaalalinion1876
    @alinaalalinion1876 Před 2 lety

    Imana irahambaye nanj narayibonye

  • @user-te4du9tv2j
    @user-te4du9tv2j Před 7 měsíci

    Imana yarakoze nukuri

  • @Cecile5005
    @Cecile5005 Před 2 lety +3

    I am very blessed

  • @mukamugemamerry2113
    @mukamugemamerry2113 Před rokem

    Imana yarahabaye kweri

  • @divineirakoze7343
    @divineirakoze7343 Před 2 lety

    Urumuhizikazi pasi nukuri Yesu nacukireshe Kandi azaguhe ibintu vyose mwububu buzima

  • @hildegardebizimana5546

    Pascaline, Imana iguhe umugisha. Uri ntwari y'umugore. Uwo wakurikiye ntahemuka, arasezeranya agashitsa. Ndagusabiye kubaho neza n'umuryango wawe. We gumamwo gusa, wirorere ibitangaza izogukorera.

  • @angebellairatunezereza313

    Amen imana ihabwe icubahiro amen

  • @nizigiyimana3sayidati80

    Imana ishimwe cane weee,mwami yesu we komeza utubohore

  • @dididivineofficho6080
    @dididivineofficho6080 Před 2 lety

    Unzuradusegeratwebwetugisigaye mubarabu

  • @sarasarah2242
    @sarasarah2242 Před 2 lety

    Amen amen tuguma dufashwa Imana izoguhemba

  • @lmeldenduwimana8568
    @lmeldenduwimana8568 Před 2 lety +3

    Gusa jew ndifuza numerooo yuwumudamuu. Kk intah ziw zitumye numva nukwihan ukund nukur MANA URINGABO YACUUU IDUKINGIRAAA IBIH VYOSE🔥🔥🔥🙌🙌🙌

    • @mariechantaligirurukundo896
      @mariechantaligirurukundo896 Před 2 lety

      Nanje ndifuza phone number yiwe

    • @alinaalina3089
      @alinaalina3089 Před 2 lety

      @@mariechantaligirurukundo896 injira muri groupe tugir ico dukoz mwandikir umuyobozi wumuco wra hama abashire muri groupe

    • @alinaalina3089
      @alinaalina3089 Před 2 lety

      Andikira umuco wera hari groupe agushiremwo

  • @caritasnihozeko7167
    @caritasnihozeko7167 Před 2 lety +1

    Imana nishimwe cane, amen

  • @gerardineakima1766
    @gerardineakima1766 Před 2 lety +3

    Ndashaka numéro zuwomuvyeyi ngiriconkoze murakoze cane🙌🙌

    • @TheCharity.
      @TheCharity. Před 2 lety

      Ushobora kwandikira Umuco Wera umusaba nomero za Pascaline.
      Imana Iguhe umugisha!

  • @bikundaelsieparfaite4517

    Mana ndushirije kugukunda nokugutinya!!! Ubwizirwa bwawe Yesu ndagukunda pe

  • @bensonfeliazer4296
    @bensonfeliazer4296 Před 2 lety +1

    😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏 thank you my God thank you thank you thank you thank you thank you icubahiro nicawe ibihe vyose

  • @kayabubonheur2190
    @kayabubonheur2190 Před 2 lety +1

    Kuko ljambo ry ' lmana wavuze ntirizogenda ubusa kuko nimbuto itabora abarabu barabonye KO haraho ikindi kintu gifise u ushobozi gusumba y'a mashetani yabo

  • @samsonkajana4749
    @samsonkajana4749 Před 2 lety +1

    numva atacomfise mvuga ..kuber intuntu ...😭😭😭😭😭

  • @hakizimananoella6089
    @hakizimananoella6089 Před 2 lety

    IMANA izoguhe iherezo ry,iza kuko wabaye intwari wabay umuhizi

  • @btsanime6138
    @btsanime6138 Před 2 lety

    Nukuri Imana ihabwe icubahiro kubikogwa yagukoreye nukuri. Muze muturonderere uyumumama kuko dukeneye kumubaza vyishi nukuri inimero yiwe ya telephone muyiduhe kabisa .

  • @violetteiradukunda7761
    @violetteiradukunda7761 Před 2 lety +1

    Yesu aguhe umugisha mwinshi, warakoze kuba intwari y umukobwa , ndatangariye Imana cane. Turasaba number zanyu Niba bishoboka please?

  • @abayotvgroup6952
    @abayotvgroup6952 Před 2 lety

    Uhoraho niwe ashiraho kandi agakuraho ahabwe Icubahiro murivyose azokwirura kowihanganiye Imibabaro

  • @alinelina8333
    @alinelina8333 Před 2 lety

    Ameeen Himbazwa Mana nzima 🙏🙏🙏🙏🙏

  • @niyitungaviolet9539
    @niyitungaviolet9539 Před 2 lety

    Nimba itararangira muduhe adusezere adusengera

  • @dididivineofficho6080
    @dididivineofficho6080 Před 2 lety

    Yoooo.imanirakomeye

  • @user-do7cn8nw8z
    @user-do7cn8nw8z Před 11 měsíci

    Kwl

  • @arakazaarcade7846
    @arakazaarcade7846 Před 2 lety +2

    Intahe yawe iradukomeje kandi itwibukije ubushobozi buri mwizina rya Christo Yesu

  • @elinbronda401
    @elinbronda401 Před 2 lety

    Amn uwitekaagukomez ntawayizigiy yakozwe nisoni natwemana dufash uducirinzira turuhiy mwikigihugu tuzetwambuk tuzogishma

  • @beatricenkurunziza3136

    Amen amen merci

  • @user-vk7hj3yi3x
    @user-vk7hj3yi3x Před 2 lety

    Mbuze ico kuvuga Imana yacu irakomey cane 🙏🙏🙏🙏

    • @alinaalina3089
      @alinaalina3089 Před 2 lety +2

      Muze tugire icodukoze tube hafi uyu mwenedata

  • @florencenduwimana8218
    @florencenduwimana8218 Před 2 lety

    Naduhe nimeroziwe à

  • @kayabubonheur2190
    @kayabubonheur2190 Před 2 lety

    None rero lc' lmana yari yagutumye ukirangije wategerezwa gutahuka

  • @niyimbonaanitha2285
    @niyimbonaanitha2285 Před 2 lety

    Intahe yawe Nukuri iraruhura ,abari mubibazo .

  • @nizigiyimana3sayidati80

    Haleluyaaaaaa, Imana ishimwe cane

  • @nkezimanathadee7433
    @nkezimanathadee7433 Před 2 lety +2

    Nari ndayirindiranye igishika

  • @iadeclementine5604
    @iadeclementine5604 Před 2 lety

    Amen

  • @rinkaoman9682
    @rinkaoman9682 Před 2 lety

    Nashaka nimero yuwumumama

    • @alinaalina3089
      @alinaalina3089 Před 2 lety

      Ja muri groupe numero yatanzwe hama turabe ingene twuha pole kuko namashimwe cane kumana

  • @stitore2388
    @stitore2388 Před 2 lety

    Amene

  • @divineniyonsaba3587
    @divineniyonsaba3587 Před 2 lety

    Uhoraho azoduhe kubana nawe mwijuru

  • @wecando4925
    @wecando4925 Před 2 lety +1

    Imana irahambaye, Kandi ukomere cane ariko iyaba vyokunda umuntu yovugisha uwomudamu gute?

  • @lionelnijimbere228
    @lionelnijimbere228 Před 2 lety

    N,intahe nziza caane, azotubandanirize gushika mu Burundi ,atubwire ubu naho ingene abayeho

    • @alinaalina3089
      @alinaalina3089 Před 2 lety +1

      Nukugira ico dukozee tuzotume umuco wera uyumuntu arakeney ubufasha

  • @HB-vj5zo
    @HB-vj5zo Před 2 lety

    Nihaba hariho ikindi gice mugishireko tumenye ubu ukuntu abayeho.

  • @erianne494
    @erianne494 Před 2 lety +1

    😭😭😭😭🙌🙌🙌🙌🙌

  • @joselynenduwarugira6436

    Wakoze cane muvyeyi gusa uduhe nimero yawe tuzozeturakuramutsa kuko ndakwizekovyishi bituma binkomeza

  • @mukankusieugenie2405
    @mukankusieugenie2405 Před 2 lety

    Mana uko wari kera nubu niko uri shimwa!!!!

  • @kayabubonheur2190
    @kayabubonheur2190 Před 2 lety

    Kandi pascaline wewe waruzi KO ugiye kurondera ubuzima nkabandi ariko tugukurikiranye wari wagiye kuvuga ubutumwa hariya mubarabu

  • @shimaimana4912
    @shimaimana4912 Před 2 lety

    Kukwabana bimana tugizwe nukwikoreranira imitwaro