Burundi : Umviriza Ingene Abashubi barokoye Umwami Mwezi Gisabo asagirijwe n'abakoroni.
Vložit
- čas přidán 8. 09. 2024
- Inyuma y'aho abansi b'Uburundi biciye ingabo z'Umwami MWEZI GISABO (Abadasigana) bakazigeseza, Abashubi nibo bahakuye Umwami mu kurwanya abazungu babomora aho bari barigaruriye. Umviriza uko vyagiye biragenda.
Mashariki TV turakunda guca ngaha kukibuga canyu👏🏿👏🏿😍😍
Mbega kahise karyoshe kwumva👍🏽❤️🇧🇮 Za murarondera abantu nkabo batubwire ivy’iwacu👍🏽🇧🇮
Rien que des légendes!INZOKA😂😂😂
Naje kimenya ko iby’Abatutsi. Hutu. Twa. Is all myths. Too sad very sad. System colonial ntitari kubashobokera iyo hatabaho butandukanya abantu. I’m convinced that we Afrika should out think the division left on us Afrikan by colonial powers in Oder for ourselves, children all over Afrika to move forward.
It’s not a myth, it was always there but as social class, if you were Hutu or Tutsi it didn’t mean that you were inferior or not intelligent… some say you were a Hutu when you had so many land and a Tutsi when you a lot of cows. Kuntwaro yabami abahutu naba Tutsi bamyeho kandi barumvikana, baranahana abakwe. In the royal court or the king entourage they were Hutu’s or Tutsi’s as king advisor. When white people came to this two countries they found that there was already a system of governance that works perfectly, so It was hard for them to colonize people, in French they say “divisé pour règne “ when people get along it’s hard to break them, they had to start their bullshit of saying this type of people are more intelligent and more handsome or beautiful and or this type of group deserve to go to school and not the other, that’s where issues started!!! “Divide to conquer “
Iyaba twese twari tuzi neza kahise kacu Abarundi twobaye bamwe
Nous, Burundais avons besoins de reécrire notre histoire. Abazungu batwandikiye kahise nabi cane. Urumva ingene uwo musore azi kahise kacu neza? Abivuga chronologiquement atagukekeranya
Ico n'ikinyoma cambaye ubusa! Birababaje kubona ingene akahise kigishwa n'abanyepolitike bashaka gukingira intwaro zabo!!
Nisawa
Ariko mana nkuwu aziki kweri kuvyakera
Arabizi nyene none wewe ntiwumva k abizi
Umuryango w'Abashubi: Abaha b'Abahanamigango,n'Abakamaninkinengo,n'Abanengezaminengo.
😀😀😀🤗🤗🤗
Uyo yambaye ibitukura mwamenye ? Murabe neza.Jewe mbona ari Pierre Nkurikiye
Kabisa abobana barashoboye komeza muduha vyishi kabisa
Yego niwe.
Ibiganiro nkibi ndabikunda.murakoze.ndakunda cane akahise.mbega burya umwami yapfuye kubera abonye Tanganyika?
Uwuzi amateka yabazibira yoncira Kumayange
Ndipfuza kumenya amateka yabo
Akazi lu kahise me!
Ivyo sivyo na gatoyi
None ko Nyenicubahiro Ndadaye Melchior batamugwanyeko. Barihe?
✊🏾🇧🇮
None iburundi haracariho ivy abami ko numva ngo hariho ababuze umwami kugenda?abazibira!!!!!
Uravuze kahise neza kweli
Dogo wubahw richard urarenz
Abo bana baravyize neza, barazi gutanga inkuru neza
Abashubi basenga ikimana c inzoka ariko mungwano batsinze abazungu n ibihemu bakoresheje inzuki barabatesha barahunga ariko umwami ntiyabahaye intara yabashiriyeho umutware yitwa Bishanga barashavura ntibamuherekeza hagenda bamwe. Abagiye bose ntanumwe yagarutse
bite mwoshobora nime yanyu nkagira ico ndababaza?
None uyo arabizi uyomwana wimyaka 25
Ikibazo nukwo wewe utabibonye nivyo wigishijwe twari dukeneye uwabibonye
Abatuzanye mwamoko nibo babi
Uyu yambaye i kofero na racoste vya rouge n'umu journaliste wa hehe? Ubwo porte parole wa police?
Urashaka gutunga? Nguku uko womenya kurondera, gukoresha no kurwiza amafaranga ? 👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻czcams.com/video/zuLb4hmAugU/video.htmlsub_confirmation=1