Evariste Ndayishimiye ngo abatovyi ni bagabe, nayo Fablice Manirakiza ngo ni uwo guhekwa ku mugongo

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 20. 10. 2021
  • #indundiNews|#diasporaNews | Umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yagendeye ishirahamwe #Come_and_See_Burundi mu mugambi wayo #CSB_Village w'umurundi Fablice Manirakiza yahoze aba mu gihugu ca Australiya
    Evariste Ndayishimiye ngo abatovyi ni bagabe, nayo Fablice Manirakiza ngo ni uwo guhekwa ku mugongo
    • Evariste Ndayishimiye ...
  • Zábava

Komentáře • 113

  • @gospelsofthelord9789
    @gospelsofthelord9789 Před 2 lety +10

    Imana ishimwe cane yoyakuduhaye muvyeyi wacu Prezida wigihugu cacu ciza cu Burundi. Imana yakuduhaye ikudutungire 👏👏👏💒💒💒💒💒

  • @Kibrike
    @Kibrike Před 2 lety +13

    We are the next Mr le président.ababa USA 🇺🇸 Turi maso vuba turaza

  • @neric37
    @neric37 Před 3 dny

    Mr President I support from 🇨🇳
    As Burundian development is on your daily agenda instead of travelling countries to countries.

  • @kamikaziannemarie5124
    @kamikaziannemarie5124 Před 2 lety +2

    Turagukunda cane muvyeyi w'Uburundi tugukundira urukundo wakunze abanyagihugu👏👏🙏🙏🙏🇧🇮

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 Před 2 lety +4

    Mon président Nukuri courage Raba ubandanye urwanya ibiturire kuko nivyo vyishe igihugu cacu

  • @dkedjffkkldldksjekxkdshl7867

    Magufuri Burundi woooooyeeeeee

  • @ndayishimiyeakbar4673
    @ndayishimiyeakbar4673 Před 2 lety +1

    That's excited news we were waiting for long. May God gives you power to achieve yr dreams and against corruption in our country. Abatovyi nabo ubirukeko kabisa frm S. A🇿🇦🇿🇦

  • @nshemezweemmanuelemmanuel7078

    Arakoze cane Nyakwubahwa Evariste IMANA imujimbere arambe ashobore gushitsa iryo jambo ryiza avuze ry ugutunganiriza abanyagihugu baba abarihanze canke Mugihugu c' UBurundi cane cane Mukuzana imitahe ivuye hanze

  • @jeandedieuniyomugabo4765
    @jeandedieuniyomugabo4765 Před 2 lety +1

    Imana ibakomeze nyakubahwa Président wacu💝🇧🇮

  • @Johnlee-y4
    @Johnlee-y4 Před 2 lety +4

    I love the idea 💡 Burundi 4life ❤️❤️🇧🇮

    • @SIAMBILIK
      @SIAMBILIK Před 2 lety

      Were you my dear? I'm members from Burundi

  • @fridaytv3818
    @fridaytv3818 Před 2 lety +10

    Bro , that's another level , I am a congratulations to you big let it up , I wish I can join too , but I would to donate too , to some little bit I have , is beautiful news to heard , that's was my exam I was study to look what we can do in beautiful country , people can have place to live , we build a company people can have a job .

    • @user2379
      @user2379 Před 2 lety +2

      rabukosore harimwamakosa menshi

    • @user2379
      @user2379 Před 2 lety

      Mr president thank u for that good Idea we really appreciate to have as a president ...God bless u and keep u safe

    • @jeantamara52
      @jeantamara52 Před 2 lety

      The idea is perfect but the language is englishish but not english. Keep right!

  • @nduwayodesire5960
    @nduwayodesire5960 Před rokem

    Uri umu President mwiza abikwiye. Mwubahwe Imana yame ibahezagiza uwo mutima wo gukunda abo murongoye. Nsabiye amabanga akomeye muvy'iterambere Fabrice kuko mushitse aho akorera musanga yabitunganije neza. Mwubahwe Nyakwubahwa President of our lovely country Burundi.

  • @user-dh6mr6tr2g
    @user-dh6mr6tr2g Před 7 měsíci

    Mon président turatahura akamo udutera,ariko udufashe uduhanire ibisuma bibuza iterambere mugihugu cacu,love Burundi ❤

  • @lyisetteodraiy
    @lyisetteodraiy Před rokem

    I'm so happy to see and hear this! My siblings and I discussed this...its always been a dream! Great idea!! Finally Burundi is going forward 🙌 🙏 Amennn

  • @jamesnyandwi7068
    @jamesnyandwi7068 Před 2 lety +4

    very good idea also this is news which we were expect to hear that thank you very much

  • @nsazabahizirehema7897
    @nsazabahizirehema7897 Před 2 lety +1

    Ndasavye inimero za terefone vrmnt ndipfuza kubaka iwacu 🇧🇮

  • @NIKIZA96
    @NIKIZA96 Před 2 lety +4

    Umugambi ni mwiza cane, ahubwo rero abo bavugwaho ibiturire bapfunge nibo batuboheye amaboko I mugongo

  • @christnkurunziza688
    @christnkurunziza688 Před 2 lety +3

    Its a great thing 💯.

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 Před 2 lety +1

    Mon President 👏🏾👏🏾👏🏾
    Very Patriotic🎩

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or Před 5 měsíci

    Hoboneka 5nkabo twoba tugiye burundi hejuru cane❤❤❤

  • @juliusnahimana4035
    @juliusnahimana4035 Před 2 lety +1

    Thank you President God bless you

  • @nadiabimenyimana3475
    @nadiabimenyimana3475 Před rokem

    Teribere burundi 🇧🇮 ♥ ❤ 💖 😍

  • @niyonkuruedmond860
    @niyonkuruedmond860 Před 2 lety

    Utumye ngukunda cyane muyobozi mwiza natwe vuba turaza kubaka igihugu cacu

  • @cedricniyonkuru4436
    @cedricniyonkuru4436 Před 2 lety +4

    Ibintu bariko barakora ntamuntu akunda igihugu atoreka gushima.muga nibarabe bahe Ama stage professionnel abanyehsure ndahejeje génie civile kugira nabo baronke visibilité.ukiva kwishure ubukeneye uwugufata ukuboko nacane cane abize ivyo.murakoze

    • @nizigiyeemmanicool7387
      @nizigiyeemmanicool7387 Před 2 lety

      Komera mwobake ninzu zirezire,nkigorofa 30kandi kumurongo,urabe kuburindi batazobukura mubihugu,bikenye

  • @konde24ful
    @konde24ful Před 2 lety

    Papa Burundi the Visionary Leader Burundi needs.

  • @2008gervasi
    @2008gervasi Před 2 lety

    seems this president is wise and humble...twizere ko bitagarukira ku magambo gusa...

  • @eliasndayizeye4160
    @eliasndayizeye4160 Před 2 lety +5

    Nyakubwa President nawe ibintu vyo kumenera inda ku Rukumu ngira niwe yabitanguje🙈🙈. Wubahwe cane💪🏿💪🏿🇧🇮🇧🇮

    • @lilianeerica3318
      @lilianeerica3318 Před 2 lety

      Kbx😆😆😆😆😆Yuramufana sana🤙🤙🤙 💪💪

  • @timotheeciza1592
    @timotheeciza1592 Před 2 lety +2

    Un homme de vision. Courage mon président. Nivyo navuze iburundi turonona isi cane iyo politike yo kwubaka tuduga hejuru muyishigikire cane. Koko nabo gufata mumugongo.

  • @didacendikumugongo8947

    Ndashigikiye ico ciyumviro ca Son Excellence, Mr le President

  • @aishaaisha8473
    @aishaaisha8473 Před 2 lety

    uragahora kungoma papa wubahwe❤🤝🤝🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @infosinvestment1380
    @infosinvestment1380 Před 2 lety

    Burundi 🇧🇮 is always the good idea 👍

  • @SIAMBILIK
    @SIAMBILIK Před 2 lety

    My present i respect you on what you forever

  • @brncinenikikiza4876
    @brncinenikikiza4876 Před rokem

    Mashalll

  • @NiyongaboAbel-tf7fr
    @NiyongaboAbel-tf7fr Před rokem

    Hoboneka abakunda igihugu nkuko uburundi bwoba i paradiso.

  • @inkingimalik7879
    @inkingimalik7879 Před 2 lety +3

    Uwo mugambi niwo

  • @celestinmutoka8782
    @celestinmutoka8782 Před rokem +1

    👷

  • @fabo5415
    @fabo5415 Před 2 lety

    Amashi menshi kuri H.E President Evariste NDAYISHIMIYE🙏

  • @emmanuelhatangimana3431

    Nice one Mr never!!

  • @hozagarafelix146
    @hozagarafelix146 Před 2 lety

    Umugambi mwiza wogukomera amashi kbx.komera kw'ijambo

  • @jacquesntabagara3682
    @jacquesntabagara3682 Před 2 lety

    Big up

  • @ashelyelisha7480
    @ashelyelisha7480 Před rokem

    👏👏👌👌

  • @irankundaamanishakur8095
    @irankundaamanishakur8095 Před 2 lety +1

    Good job Fabrice

  • @jacquesmusavyimana7885

    Hello, ni gute twaronka contact za Fabrice. Turasaba audience

  • @nizigiyimanablaise9442
    @nizigiyimanablaise9442 Před 2 lety +2

    Komera Mutama.

  • @simonnisabwe5734
    @simonnisabwe5734 Před 2 lety

    Iyo politique de logements sociaux ndayishigikiye cane. Mukomere.

  • @elianeishimwe2679
    @elianeishimwe2679 Před rokem

    Niwubahwe president ukunda igihungu nabo urongoye

  • @nduwayoaimable5582
    @nduwayoaimable5582 Před 2 lety +1

    None uwukene hufatimwemwizonzu yocahe? More information plz

  • @mdbosco1640
    @mdbosco1640 Před 2 lety

    🙏💞💞💞💞

  • @nduwayezualexandre71
    @nduwayezualexandre71 Před 2 lety

    Mbega umugambi mwiza!

  • @SIAMBILIK
    @SIAMBILIK Před 2 lety

    Kweli ni vizuri Sana panga vizuri mji hao ambao wana mashamba wasubiri wengine wapate

  • @Alyne2255
    @Alyne2255 Před rokem

    Umugambi mwiza cane. Tworonka contact za Fabrice gute?

  • @user-jm3pc7tu7c
    @user-jm3pc7tu7c Před 2 lety

    Ndakwemera mutama wubahwe

  • @user-dh6mr6tr2g
    @user-dh6mr6tr2g Před 7 měsíci

    Komera Mutama,ibiturire birwanye ubutungane bukore akazi kabwo.abatovyi bahanwe.

  • @irangabiyesamuel2593
    @irangabiyesamuel2593 Před 2 lety

    Wambiye mzee hapo fresh

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 Před 2 lety +2

    Ahubwo abo batovyi Bari bakwiye kwitukanywa mugihugu ubutagaruka

  • @maximendayisenga336
    @maximendayisenga336 Před 2 lety

    Visionery president

  • @jambonettv9431
    @jambonettv9431 Před rokem

    REGIDESO yoyo mbere bamwe mubayikoramwo bakwiye gukurikiranwa nkakumwe abacamanza bagirirwa kuko birateye isoni..kuba ifise monopole ariko umuntu akarondera amatara bakayamwima.

  • @remyntiranyibagira1432

    Kbs nyakubahwa mukuru wigihugu cacu cuburundi ntuhezagigwe kbs ababijejwe nibavyunve nukuri

  • @vivipro3172
    @vivipro3172 Před 2 lety

    👍👍🤸‍♀️🤸‍♀️🤸‍♀️🤸‍♀️🤸‍♀️🤸‍♀️❤❤❤❤🙏🙏

  • @dorissengiyumva6694
    @dorissengiyumva6694 Před 2 lety

    Komera komera Mutama

  • @sendeesupriydewoochiagaliy7474

    Magufuli of Burundi!!!!

  • @husseinibnshaban6198
    @husseinibnshaban6198 Před 2 lety

    Mwaje hageze kbx

  • @ernestciza4315
    @ernestciza4315 Před 2 lety

    Regideso ibise ababishoboye kuko iradusubiza inyuma mwiterambere ryigihugu!Turi inyuma yawe Mr President

  • @user-qy6ci3un7t
    @user-qy6ci3un7t Před 5 měsíci

    Nabwizabwe numugome

  • @sabushimikeaudace3157

    Urintwari nyakubahwa urumugabo wabagabo

  • @shafikbayubahe3750
    @shafikbayubahe3750 Před rokem

    Terimbere Burundi

  • @harerimanaemmanuel2088

    Umukuru w'igihugu yubahwe kuko afise ivyiyumviro vyiza uretse yuko abo bikorana bamwononera.Komera nyakubahwa Mukuru w'Igihugu kumigambi yawe yogufasha iterambere.

  • @jeannekaze560
    @jeannekaze560 Před 2 lety +1

    Ubwambuzi nubwo bubuza Afrique gutera imbere ibiturire birenze 🤔

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 Před 3 měsíci

    Nagitaga muyivugurure

  • @agneskabura6823
    @agneskabura6823 Před 2 lety

    Amakuru

  • @bahigamugema8082
    @bahigamugema8082 Před rokem

    uyu mugabo azoteza igihugu imbere 0:55 lmana izagushoboze 🇺🇸

  • @inkingimalik7879
    @inkingimalik7879 Před 2 lety

    Komera ramba president

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 Před 3 měsíci

    Ukonukurip hagueuka gasekebuye niyo ibikwiye kubaka iyigeretse 4😅😅😅

  • @SIAMBILIK
    @SIAMBILIK Před 2 lety

    Huyo wasiri Kama hafanyi kazi za wananchi mtoe

  • @rukundoalexis4845
    @rukundoalexis4845 Před 2 lety

    Niwew Twari turindiriye

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 Před 2 lety +1

    Abatovyi b'Iterambere ni abamenja!
    Bakwiye gufatwa uko! Bakomoka!

  • @alexpsibo7118
    @alexpsibo7118 Před 2 lety

    Umuntu yoronka inzu gute? Let me know

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 Před 3 měsíci

    Ubuzubutobuto buhave umujyi buja muwusubirehop amakanevu yagutse

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 Před 2 lety

    None umuntu yoharunka gute?nimutubwire twebwe tutari hafi mutubwira naho umuntu yoca ngo aronke iyonzu

  • @anithaingabir4678
    @anithaingabir4678 Před 2 lety

    Ntimwadusiguriy neza kumuntu akeney inzu bigenda gut?

  • @ericndikumana1504
    @ericndikumana1504 Před 2 lety

    Turabakeje natwe kbs

  • @steventagumuka2844
    @steventagumuka2844 Před rokem

    Nyakubahwa Abo basuma nayo mayanga ni ndongozi mbi ziriko ziradindiza iryo terambere boba barahanywe? Fash uzurahana kndi ukosora kugira ngo uwitambitse Imbere y'umugambi w'iterambere nkiyo kugihugu asubizwe inyuma uwo mwansi w'iterambere. Hama turakeza abantu bariko baraza muburundi bagakora ibikogwa nkibi duhimiriza n' abandi Bose kuza bakubak igihugu.

  • @nduwayezutadsonchannel4084

    Mbega murabona iryo zina rya mutama wacu uko mwaryanditse

  • @bobobit0763
    @bobobit0763 Před 2 lety

    aba nibo ba president uburundi bwashaka

  • @nzoyihayapatrick3423
    @nzoyihayapatrick3423 Před 2 lety

    Irambire mutama

  • @thine9667
    @thine9667 Před 2 lety

    Baduhe nimbe zabo

  • @agnesuwineza4163
    @agnesuwineza4163 Před 2 lety

    Komera perezida wacu no mubazungu niko bakora

  • @peggemegennaineza7952
    @peggemegennaineza7952 Před 2 lety

    Hhhh

  • @childofgod5357
    @childofgod5357 Před 2 lety

    Inzu zabo zirazimvye,kumikoro yumwenegihugu abayabaye,inzu ya 300million sibose boyitura atari ba sikobiri,naba mayondori eka na ziranotse canke rurimirije,mbe ko nibagiye venerand

    • @jilu1095
      @jilu1095 Před 2 lety

      😅😅😅😅😅😅

  • @rsfdzxzx2274
    @rsfdzxzx2274 Před rokem

    Murantaguye

  • @DUTAHUZETV
    @DUTAHUZETV Před 2 lety

    Mwarammutse canke mwiriwe!
    Mumfashe mwiyaboneshe Ku chaîne yanje ya youtube yitwa DUTAHUZE canke ufyonde kuriyo photo!!!dufashanye yemwe
    Mbaye ndashima

  • @immyndayisaba1908
    @immyndayisaba1908 Před 2 lety

    Ibomb ryaturits yarivuz koko Président aranka abatovyi BHB hhhhh yrihinduy izina

  • @truthboyofficial161k3
    @truthboyofficial161k3 Před 2 lety

    Nibagabe kwer #satb_vevo

  • @jamesnduwimana5457
    @jamesnduwimana5457 Před 2 lety

    Urincabwenge mutama wacu niwirambire

  • @mariagoretti8096
    @mariagoretti8096 Před 2 lety +1

    Ese kombona uwo mugabo ahagaze inyuma ya nyenecubahiro yarakaye arikujingitwa nikki?urabona ukuntu amurebana akagaye??rubanda ntibagira n'isoni koko ! Kuri Tv irebwa nisi yose ,abagome bigizweyo ntibaze bongere kuduhekura🤔muranona ra ??

  • @evaristevarisiti9308
    @evaristevarisiti9308 Před 2 lety

    Il

  • @15centerckz60
    @15centerckz60 Před 2 lety

    Ego musaz can kuraho igiturire