Fablice tumusanze kuri Chantier 🤩 yubatse hejuru ya Tanganyika🥶/avuze amajambo mukwiye kwumviriza

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 18. 04. 2024
  • #burundi

Komentáře • 36

  • @professordrack1534
    @professordrack1534 Před 3 měsíci +4

    Big up to the siren vibes cameraman.
    Aduha amashusho ameze neza cane.

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 Před 3 měsíci +6

    Nezerejwe ababantu bose barara bariye kubera wewe Imana ikomeze ikwagure

  • @user-ud7zd1lp7n
    @user-ud7zd1lp7n Před 3 měsíci +4

    Imana ibarinde mwes murafitiy akamaro kanini igihugu cacu terimbere 🇧🇮💪🏻💪🏻💪🏻

    • @oseendayi5046
      @oseendayi5046 Před 3 měsíci

      Kbs nawe ntiwigeze ucika intege kuko nawe kugira uhagere vyakugoye

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl Před 3 měsíci +2

    Aho wa Hosy nkunda ingene urondera amakuru uja kuri terrain nkabobantu bakora ivyo sinarinzi kobabaho kwel ndumiwe,nivyo vyiza vyiburundi

  • @B-Y-N
    @B-Y-N Před 3 měsíci

    Hezagirwa hezagirwa Imana ukomeze kugushigikira. Irakoze Yezu aguhezagire cane ndagukunda ukuntu wakira abantu bafise intahe zitandukanye 👏👏👏❤️❤️❤️❤️

  • @furahandayishimiye2000
    @furahandayishimiye2000 Před 3 měsíci +1

    Hejur cane hosyuterujimber tubadukeney abamenyeshamakur nkamwe💪💪💪💪💪💪💪

  • @cedricrukundo7229
    @cedricrukundo7229 Před 3 měsíci +1

    Hosi wabaye umu VIP mwitangaza makuruu ❤ Hama courage cane kuri fablice juste c'est un burundais décomplexé ...we move

  • @ImeldedianeNiyonkuru-gh5ii
    @ImeldedianeNiyonkuru-gh5ii Před 3 měsíci

    Hosy ndagukunda cane courage knd hosy uwo mutumire wacu ndamukunze umuntahirize cane aheruka kutwigisha muri univers. du lac tanganyika yirambire cane

  • @emmanuelnsengiyumva2731
    @emmanuelnsengiyumva2731 Před 3 měsíci +2

    Ndakunze ukuntu utanga akazi kubantu batobato...

  • @julesspencer517
    @julesspencer517 Před 3 měsíci

    Keep up the good work fabrice❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🏫🏫🏫🇧🇮🏫🔥🔥🏫🏫

  • @kwizeragauthier984
    @kwizeragauthier984 Před 3 měsíci +1

    Watumishi wa kwetu

  • @julius875
    @julius875 Před 3 měsíci +2

    Fabrice Wubahwe

  • @vyisijean7065
    @vyisijean7065 Před 3 měsíci

    Vyiza cane fabrice gumya nturekure make it shine

  • @Ncentmkuu
    @Ncentmkuu Před 3 měsíci

    Mon inspiration!
    Bravo

  • @theophileniyongabo781
    @theophileniyongabo781 Před 3 měsíci

    Wow.ubikora neza ukoresha drone.courage sister

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja Před 3 měsíci

    Yubahwe ❤❤

  • @biiriyesilasye9522
    @biiriyesilasye9522 Před 3 měsíci

    Tanganyika izobibomora...mbega basha Barabona cank..none niyaduga ikahuzura izobibomora

  • @lydia_wamaana
    @lydia_wamaana Před 3 měsíci

    Uyo ntavurwa mwizina🙌🏽

  • @christelle2465
    @christelle2465 Před 3 měsíci

    Mundabire abo bantu bose ahaye akazi. Ese buri mu diaspora canke mugwizatunga yotanga akazi kubantu 5 canke barenga. U Burundi bwacu ntibwoba buri muri bibazo tuzi. Imana iguhezagire Fablice. Uri akarorero kuri benshi. Natwe turi inyuma. Vyose birashoboka hamwe

  • @worldofstars-ex1ok
    @worldofstars-ex1ok Před 3 měsíci

    Mufise cameraman ari professional kuko atwereka amasanamu meza . Hosy uriko ukora ibintu bihesh'icubahiro igihugu cacu mukwerekana impano z'igihugu

  • @bevybienvenumpfumbase9942
    @bevybienvenumpfumbase9942 Před 3 měsíci

    Ndakunze ukungene watahuye umuhamagaro wawe fabri.

  • @Shem-ve7zv
    @Shem-ve7zv Před 3 měsíci

    J’étais vraiment curieux d’en savoir plus

  • @flak5496
    @flak5496 Před 2 měsíci

    None n'a Fabrice kibananire kwandikaaa...😮

  • @AudaceNzeyimana-kp7de
    @AudaceNzeyimana-kp7de Před 3 měsíci

    Jewe Fabrice ndakwemera kimwegusa nipfuzako umusi umwe twobonana twivuganiye kuvyayomanzu

  • @Shem-ve7zv
    @Shem-ve7zv Před 3 měsíci

    Ariko iyo technologie ni réelle dans beaucoup de pays comme les pays-bas

  • @user-ci1vz1cv3w
    @user-ci1vz1cv3w Před 3 měsíci

    Mwubahw

  • @bellardnijimbere1423
    @bellardnijimbere1423 Před 3 měsíci

    igihugu gikeneye abantu benshi nkaba ngo giterimbere

  • @user-fj9dq7ld8r
    @user-fj9dq7ld8r Před 3 měsíci

    Non k twumva ngo kirasa umusozi wamanutse naho hoba hashikiriwe?

  • @Shem-ve7zv
    @Shem-ve7zv Před 3 měsíci

    Ni bajije y’uko ari hejuru y’amazi mboye titre. Kiekiekiek

  • @knwoless
    @knwoless Před 3 měsíci

    Fablice???? FABRICE 💁‍♂️🫢

    • @aimonslavolonte7660
      @aimonslavolonte7660 Před 3 měsíci

      Fablice, erreur peut être d'inscription d'identité à sa naissance mais du coup ça reste comme sur sa carte d'identité.

  • @AmandaMonia
    @AmandaMonia Před 3 měsíci

    None nka hano hantu muriko murubaka mwakoze étude zikwiye??? ko Ambassadeur Mbonerane asaba ko bikwiye guhagarika kwuba ka ku nkengera z'ikiyaga ca Tanganyika. Na riya turi mu gihe tubona umwuzure yabaye ndanse kandi bivuye ko ikiyaga Tanganyika kiguma cagura ingenkera zayo.

    • @Rugambamachine7714.
      @Rugambamachine7714. Před 3 měsíci +2

      Aho nikure cane yatanganyika niharugur yibarabara bujumbura-rumonge kandi nikugasozi

    • @vanessagateka-nb7dm
      @vanessagateka-nb7dm Před 3 měsíci

      Aho bubatse si kunkengera na gato ni nahakurya yibarabara ni kure yikiyaga

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 Před 3 měsíci

      Nibaza ko ari titre yikiganiro ituma umuntu yibaza ko izo nzu zubatse muri Tanganyika.
      Nanje narinzi ngo ni nka kurya kwa Dubai