Naomie NKURUNZIZA:”Ibintu uba ufise ntibiba ari ivyawe gusa.Uba bifise kugira ubisangize n’abandi”
Vložit
- čas přidán 7. 02. 2023
- 🔴”Burya ibintu uba ufise ntibiba ari ivy’iwawe gusa. Uba ubifise kugira ubisangize n’abandi”.Bivurwa na Naomie NKURUNZIZA, umwana w’uwahoze ari Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Nyakwigendera Pierre NKURUNZIZA. Naomie asanzwe afise ishirahamwe ryitwa “Cross Conquerors in christ “ rifasha abatishoboye.
#lesbeautesdecheznous #akezanet #Gufasha #Burundi - Zábava
Vraiment que Dieu vous bénisse richement Naomie pour ton couarge et l'amour envres les pauvres
Mbega umwigeme avuga imana neza komerezaho imana ikongere amavuta
Eeeeeeeeh !!!!!🇧🇮👍mbonye bibereye ukuntu muhagararira ishaka ryo muri mwebwe ryo gukorera Imana nubuntu ✨✨🙏🙏 buva ahera h'Imana yomwijuru mwagirirewe ,,,hama uwogira intererano yiciyumviro yoyicisha hehe?
Isase riva kucuma, n'umwana w'Abavyeyi biwe nyene
Imana izokumpere ijuru
Naomie félicitations. Ndanezerewe .mwirerero ryacu ry'impfuvyi ndareze akana kitwa Naomie kandi gakerebutse nkawe
Ndakubda Naomie cane😢
Courage mwana Esprit d'integrité ; leaderahip
Courage vraiment,nigikorwa ciza
Uri mwiza nka Maman waw
Baraka afis amasoni
Iman imuzigame arigisha cane
IMANIGUME HAFI YAWE MWANA
Ndagukunze disi Naomi nkumi ya Yesu
Ryooo ndafashijwe nukuri🙏
Umwana wa mutama kbs
wubahwe
Courage
Hezagirwa kibondo ❤️💞🇧🇮
you are chugen generation
Iyi ni Life of worship
❤️❤️
we are together and we will have to be with you
🙏
❤😮❤❤
Wararahuy kubavyeyi nctuti yanj couraj imbere niheza.
👍❤️❤️❤️
Yooo abana bingozi twubahwe kurukundo
Naomie IMANA Yakuremye itagahezagirwa
ISASE RIVA KUCUMA
Kbs wubahwe naomi
Abarundi turibeza nomumutima
Uzohorane uwo mutima kibondo
Nimwubahwe mwana wasogokuru
même stratégie de parents à enfants: se servir de 'dieu' pour blanchir le passé et le présent délictuel et criminel de cette famille
Murafashij bensh kand ni vyiza
Murafashij bensh kand ni vyiza