Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
good abanyagitega bubahwe nabahinga cane
GASAPE hejuru caane kukugira ni umugisha kabisa🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Courage frère Imana ikuje imbere mubikogwa vyawe
Ubu ngiye gutangura gukoresha Ugo rubuga g'umurundi mwene wacu vraiment
GASAPE nkiyumva 2021 naciye ndayugurura ariko ndamaze kubona ifise ikibazo cokuganda nahubundi yari itessa knd vyasaba tuyihurumbire kuko nabanyamahanga bazoyijako aruko babonye tuyinezererewe.......NITWE TUZOKWIGEREZA IVYACU IYO DUSHAKA KO BIGERA
Ebana komerezahooo
Wubahwe mutama ur umushakashatsi Turagufise aha mu BURUNDI 💗💗💗🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Big UP Ir . Respect
Rwanda Turabemera cyanee
Big up justin wabikoze neza uyo mujama nincabwenge ubwo nubutunzi bwigihugu
Nivyo kwiyemera positivament
Thank you gasape
Courage mutama Dr ing gasape
Gasape ati: "NI IMANA IBIKORA IVYO!"👏👏👏
Imbere niheza courage 🇧🇮🇧🇮
Imana ibarinde bahungu ba Ntare.
Ikiganiro cose giheze nryohewe #Gasape yubahwe cane wongere utanga nubumenyi kubandi
Juste Gael , uranyeguye pe, narinzi ko intro uca uyihindura, aha na President wamutumiye usanga womubwira ngo take five😂😂😂😂😂
Izo introductions ziwe sizo
Na président azohava amubwira ngo tugiye muzindi mpwemu
@@christiansindayigaya9927 au faite intro kubasani bo muri entertainment ntaco bitwaye, gusa hariho catégorie z'abantu aba akwiye kuca ahindura intro akagira iyiri simple
@@emmanuellairambona3749 hhaaaa ukaca ubwira nka Président ngo biriko biza kuyindi Mpwemu, canke ngo take five rasta man hhaaa, boca bakuraza mukamazi
@@paracletdushime701 😂😂😂😂
I'm proud for this sir
que Dieu te benisse
Gasape wubahweeeee ,tukwemera kuva kirya gihe 2005
Gasapeyubahwe cane, ndamwiphurije ku zogira entreprise ya réseau et télécommunications kuko afise ivyiyumviro birashe, afise iyo entreprise yohurumbirwa cane kuko arazi ivyo Abarundi bakeneye
We are proud of you GASAPE
IMANA yaragukomeje uribuka guhindurira Ubuzima abandi
Umuhungu w'igihugu Gtg mungwa Kirwatiii✌️✌️✌️✌️
Turakeneye ikiyago kuvyerekeye internet
Courage n Stay hungry on yur dreams 💪🔥we're proud of u
jewe ndaguhaye iyindi grade yubu professeur
Ku do chapo Ir ... j adore votre courage
Uyu musi niho ntahuye neza Gasape uwariwe n'ubwenge bwiwe aho bugera
Ce jeune entrepreneur nous nspire vraiment
Naragiyeyo kweri akibitangura narabibonye kweri Kandi ntivyatahurika
Ndabaramutsa nukuri jewe vyarananiye kugurura gasape mumfashe vmt mwoba mukoze cane
Ati ngezeyo iciyunviro caciye gihagarara ...uhera kubishoboka
Urumuntu wumugabo gasape
Imana imwongere amavuta adutagatishe
Gasape narakumvise mbayahaga yaramutubwiye kuko urya mupastor ndamukwirikirana nkuko kwirikirana Gael ndabakunda🎉🎉🎉
Gasape afise confidences kbx, gsa arashoboye cneee gse,ururubuga ntegerezwa naj kurukoreshaaq kbx
Imana izoguhe kuramba kk uzokora vyishi.
Urincabwenge nukuri
Gateka comme le nom le dit kabisa Abavyeyi bawe bakwise neza, c est domage que bagiye kare We are proud of you Gateka
BRAVO 👌🏽
Nice emission
Right now all of us 🇧🇮🇧🇮on Gasape
uyu mujama ndamukunda sana gasape ni nziza ariko biguma bizunguruka ntivyigera vyuguruka harahera nka 10min bitaruguruka
Mwoshobor kuzozan ab danseur kuk nabon barimw mur entertainment
We Have Talent, Here Burundiii🇧🇮💪
IMANA ibahezagire Cane Mon Frère tera ujimbere
Ndagiye kuyugurura GASAPE nanje😜🖐️😂💕😋
Respect bro
Burundian power💥💪🏿💪🏿
Ndamukunda Gasape
Courage,courage encore. Va de l'avant."Niwabona umuntu w' umunyamwete ntazokorera ba nyarucari ariko azokorera abami"
Amen ndagushigikiye
Waouh ub mwabisiguy neza
Big talent in Burundi
Ashaaa niryambere mbejj émission kabisa vyase ko nkupa kuko vyari très intéressant
Hasi haravuna cane niyompamvu utazinanye no hasi biragoye guteba hejuru Iyuciye muma challenge menshi ugira expérience kuko bituma utava kubintu🗣️🗣️🗣️
Docteur ingenieur Gateka ndaguteye amashurwe urumuhinga abarundi tugushimire. Urakwiye amashimwe.
Interview tuba dukeneye nizi naho barya aba star bacu bimiziki ntibazi ivyo barimwo
Hezagirwa.ndibuka bon Samaritain mwaradufasha cane abana bavuka Gitega twavurije muri France, radio humuriza yaraduha micro tukabavugira.muhezagirwe
Génial
Arko kweli nikiberiki banse ko ukoresha made in Burundi 🇧🇮 nkuku rero ndunva nuwokora akamodoka bomwankira nkuko 😂
Barasarishije vrema barikumureka agakoresha ivyuma ndemanwa
umurwizatunga GASAPE komera
🔥🔥🔥🔥🔥thanks Gasape
Si au moins ces videos etais plus courte j aurai pu la regarder jusq a la fin
Sinobesha, iyo code niyo yari yananiye🤭. Ariko ubu ndayihejeje pe. GASAPE SN👍
Courage jeune homme...., Imana yaraguhezagije talent...
Uricabwenge koko
Important
Asha ukiriko urabivuga nariko ndayinjira vyanse, reka rr ndubireyo naje code yari yanse kabx. Umwana wacu i GTG
GASAPE🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪
Dogo ubirimwo neza caaane
GASAPE 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪
harivyo utamubajije.Gasape ibika ibika amabanga gute?hama turamukeje kuntambwe agezeko.bishobokera bake abere umuco abandi murakoze.
Genius
Much respect 🙏
Mwubahwe
Yubahwe saana
Vrm niyiyemere arabikwiye
Nanje uyumusi ndara ngiye kuri GASAPE
Shout ut Gael kutuzanir Umuntu nkuy
Greatman , Gateka
Very talented 🇧🇮
Courage
🔥🔥🔥
Uyo numusaza twubaha ngah Gtg
.kbs
Tout mon respect à GASAPE
Des idées eveillantes nkizo tuba tuzikeneye
None wewe kushaka kuca abantu intege ngo abantu kuja muri selbe none wewe kowagafashe iwanyu ntamukene akiriyo urese abo Baja muri selbe bawitonda kuvuga umuntu wese afise destiny yiwe ntabwo ariwe ubapangira 😊
Njye vya naniye
🥰🥰🥰
wubahwe. uzoduhe part 2
Umu hacker wambere dufise mu burundi 😂😂😂😂
Gael uri mukazi kabisa
Kweeeliiiiii
Gasape twongerereza connexion internet
Uyu mu petit tumufate munda aciye ubwenge Kandi dukunde ivyiwacu
Wubahwe cane kuk warakoresheje neza ubwenge bwawe
✌️✌️✌️
#Gasape nsinari bwamubone nakunze ndamwumva kubikorwa yakoze..Uwomwana ntasanzwe vrema kumpano yiwe
Uwo mu jeune yubahwe
Ariko urubuga gwawe ntirunyaruka kl
good abanyagitega bubahwe nabahinga cane
GASAPE hejuru caane kukugira ni umugisha kabisa🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Courage frère Imana ikuje imbere mubikogwa vyawe
Ubu ngiye gutangura gukoresha Ugo rubuga g'umurundi mwene wacu vraiment
GASAPE nkiyumva 2021 naciye ndayugurura ariko ndamaze kubona ifise ikibazo cokuganda nahubundi yari itessa knd vyasaba tuyihurumbire kuko nabanyamahanga bazoyijako aruko babonye tuyinezererewe.......NITWE TUZOKWIGEREZA IVYACU IYO DUSHAKA KO BIGERA
Ebana komerezahooo
Wubahwe mutama ur umushakashatsi Turagufise aha mu BURUNDI 💗💗💗🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Big UP Ir . Respect
Rwanda Turabemera cyanee
Big up justin wabikoze neza uyo mujama nincabwenge ubwo nubutunzi bwigihugu
Nivyo kwiyemera positivament
Thank you gasape
Courage mutama Dr ing gasape
Gasape ati: "NI IMANA IBIKORA IVYO!"👏👏👏
Imbere niheza courage 🇧🇮🇧🇮
Imana ibarinde bahungu ba Ntare.
Ikiganiro cose giheze nryohewe #Gasape yubahwe cane wongere utanga nubumenyi kubandi
Juste Gael , uranyeguye pe, narinzi ko intro uca uyihindura, aha na President wamutumiye usanga womubwira ngo take five😂😂😂😂😂
Izo introductions ziwe sizo
Na président azohava amubwira ngo tugiye muzindi mpwemu
@@christiansindayigaya9927 au faite intro kubasani bo muri entertainment ntaco bitwaye, gusa hariho catégorie z'abantu aba akwiye kuca ahindura intro akagira iyiri simple
@@emmanuellairambona3749 hhaaaa ukaca ubwira nka Président ngo biriko biza kuyindi Mpwemu, canke ngo take five rasta man hhaaa, boca bakuraza mukamazi
@@paracletdushime701 😂😂😂😂
I'm proud for this sir
que Dieu te benisse
Gasape wubahweeeee ,tukwemera kuva kirya gihe 2005
Gasapeyubahwe cane, ndamwiphurije ku zogira entreprise ya réseau et télécommunications kuko afise ivyiyumviro birashe, afise iyo entreprise yohurumbirwa cane kuko arazi ivyo Abarundi bakeneye
We are proud of you GASAPE
IMANA yaragukomeje uribuka guhindurira Ubuzima abandi
Umuhungu w'igihugu Gtg mungwa Kirwatiii✌️✌️✌️✌️
Turakeneye ikiyago kuvyerekeye internet
Courage n Stay hungry on yur dreams 💪🔥we're proud of u
jewe ndaguhaye iyindi grade yubu professeur
Ku do chapo Ir ... j adore votre courage
Uyu musi niho ntahuye neza Gasape uwariwe n'ubwenge bwiwe aho bugera
Ce jeune entrepreneur nous nspire vraiment
Naragiyeyo kweri akibitangura narabibonye kweri Kandi ntivyatahurika
Ndabaramutsa nukuri jewe vyarananiye kugurura gasape mumfashe vmt mwoba mukoze cane
Ati ngezeyo iciyunviro caciye gihagarara ...uhera kubishoboka
Urumuntu wumugabo gasape
Imana imwongere amavuta adutagatishe
Gasape narakumvise mbayahaga yaramutubwiye kuko urya mupastor ndamukwirikirana nkuko kwirikirana Gael ndabakunda🎉🎉🎉
Gasape afise confidences kbx, gsa arashoboye cneee gse,ururubuga ntegerezwa naj kurukoreshaaq kbx
Imana izoguhe kuramba kk uzokora vyishi.
Urincabwenge nukuri
Gateka comme le nom le dit kabisa
Abavyeyi bawe bakwise neza, c est domage que bagiye kare
We are proud of you Gateka
BRAVO 👌🏽
Nice emission
Right now all of us 🇧🇮🇧🇮on Gasape
uyu mujama ndamukunda sana gasape ni nziza ariko biguma bizunguruka ntivyigera vyuguruka harahera nka 10min bitaruguruka
Mwoshobor kuzozan ab danseur kuk nabon barimw mur entertainment
We Have Talent, Here Burundiii🇧🇮💪
IMANA ibahezagire Cane Mon Frère tera ujimbere
Ndagiye kuyugurura GASAPE nanje😜🖐️😂💕😋
Respect bro
Burundian power💥💪🏿💪🏿
Ndamukunda Gasape
Courage,courage encore. Va de l'avant."Niwabona umuntu w' umunyamwete ntazokorera ba nyarucari ariko azokorera abami"
Amen ndagushigikiye
Waouh ub mwabisiguy neza
Big talent in Burundi
Ashaaa niryambere mbejj émission kabisa vyase ko nkupa kuko vyari très intéressant
Hasi haravuna cane niyompamvu utazinanye no hasi biragoye guteba hejuru
Iyuciye muma challenge menshi ugira expérience kuko bituma utava kubintu🗣️🗣️🗣️
Docteur ingenieur Gateka ndaguteye amashurwe urumuhinga abarundi tugushimire. Urakwiye amashimwe.
Interview tuba dukeneye nizi naho barya aba star bacu bimiziki ntibazi ivyo barimwo
Hezagirwa.ndibuka bon Samaritain mwaradufasha cane abana bavuka Gitega twavurije muri France, radio humuriza yaraduha micro tukabavugira.muhezagirwe
Génial
Arko kweli nikiberiki banse ko ukoresha made in Burundi 🇧🇮 nkuku rero ndunva nuwokora akamodoka bomwankira nkuko 😂
Barasarishije vrema barikumureka agakoresha ivyuma ndemanwa
umurwizatunga GASAPE komera
🔥🔥🔥🔥🔥thanks Gasape
Si au moins ces videos etais plus courte j aurai pu la regarder jusq a la fin
Sinobesha, iyo code niyo yari yananiye🤭. Ariko ubu ndayihejeje pe. GASAPE SN👍
Courage jeune homme...., Imana yaraguhezagije talent...
Uricabwenge koko
Important
Asha ukiriko urabivuga nariko ndayinjira vyanse, reka rr ndubireyo naje code yari yanse kabx. Umwana wacu i GTG
GASAPE🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪
Dogo ubirimwo neza caaane
GASAPE 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪
harivyo utamubajije.Gasape ibika ibika amabanga gute?hama turamukeje kuntambwe agezeko.bishobokera bake abere umuco abandi murakoze.
Genius
Much respect 🙏
Mwubahwe
Yubahwe saana
Vrm niyiyemere arabikwiye
Nanje uyumusi ndara ngiye kuri GASAPE
Shout ut Gael kutuzanir Umuntu nkuy
Greatman , Gateka
Very talented 🇧🇮
Courage
🔥🔥🔥
Uyo numusaza twubaha ngah Gtg
.kbs
Tout mon respect à GASAPE
Des idées eveillantes nkizo tuba tuzikeneye
None wewe kushaka kuca abantu intege ngo abantu kuja muri selbe none wewe kowagafashe iwanyu ntamukene akiriyo urese abo Baja muri selbe bawitonda kuvuga umuntu wese afise destiny yiwe ntabwo ariwe ubapangira 😊
Njye vya naniye
🥰🥰🥰
wubahwe. uzoduhe part 2
Umu hacker wambere dufise mu burundi 😂😂😂😂
Gael uri mukazi kabisa
Kweeeliiiiii
Gasape twongerereza connexion internet
Uyu mu petit tumufate munda aciye ubwenge
Kandi dukunde ivyiwacu
Wubahwe cane kuk warakoresheje neza ubwenge bwawe
✌️✌️✌️
#Gasape nsinari bwamubone nakunze ndamwumva kubikorwa yakoze..
Uwomwana ntasanzwe vrema kumpano yiwe
Uwo mu jeune yubahwe
Ariko urubuga gwawe ntirunyaruka kl