Umu DIASPORA yahevye BELGIQUE agaruka KURIMA i MURAMVYA//bambonye nk'UMUSAZI//ivyo mutazi i BULAYA
Vložit
- čas přidán 7. 07. 2023
- Umu DIASPORA yahevye BELGIQUE agaruka KURIMA i MURAMVYA//bambonye nk'UMUSAZI//ivyo mutazi i BULAYA
@NtareRushatsiHouseTV
#diaspora #ubuzima - Zábava
Burundi TV on Line ziri stable ni 2 gusa : hariho umukubito TV Na Siren vibes... courage Juste Gaël..uzoshika kure
Merci juste gaël kubiganiro vyigisha musigaye muduha..
Felicitation et courage Madame
Félicitations muvyeyi gutanga akarorero keza 😍😍
Just Gael nawe courage uriko uraza neza mubiganiro bisigira inyigisho ababiraba
Courage ibi ni vyiza cane kuko bitera intege abandi👏🏾👏🏾👏🏾
Komera @Juste Gaël 🙌🙌🙌🙌,urazi kurondera abantu bazi kutezimbere Igihugu cacu ciza ,n’ijisho👁️ ni black ✊✊🤜🤜🤜,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Monsieur Gaël je vs encourage vraiment sur ce travail
Est-ce que je peux recevoir vôtre contact ?
Kabisa Imana irakunda uburundi natwe turi nyuma Gael merc!! Sana biriko bira dushira kuyidi poweme
Courage Juste Gael izi interview zibazikenewe cane kubantu bariko bateza igihugu cacu Imbere banagikundisha abandi😘😘
Ndagukunda gael
Uwo mu maman tuvyumva kumwe kuvyererekeye ibiti, jewe narabiteye kuri hectares zishika nka 20. Ndibuka nkibitangura abantu baritwengera.
Waooo Félicitations kbsa
Ndakwibutse nezaaa,warabaye directeur wanje
Nice one ..I wish to do this business
Courage
Na jewe naritahiye,ngira imigambi,i bujumbura,kandi ubulayi si bose buryohera
Gael nzoza ndakuraba
nivyiza cane gose iwanyu ni wanyu
FELICITATIONS Leoncie
Ndasavye umunyereke...
Aduhe imigambi.
Gregg
Imigambi wakoze ibere akarorero n’abandi barundi dutez’imbere iwacu
Félicitation Mme ndakwemeye cane
Gaël wubahwe uyumudam ndamukunze ukuntu akunda muhira nukuhatezimbere hamwe hiza icakabiru cabanyamuranvya barihanze botaha yocibintara yamber itunze
Baramwirukanye
Kontabirite😂😂😂😂
Aho niwacu
Gael ndagukwirikirana cane ❤🎉
Uyumusi gael wahuye namazina nanj nzokurondera nicacamwo🎉
Ego nivyo Inkoko, mubihugu vyateye imbere zirazimbitse
Kimwe n,ingurube n,inkoko ibulaya umwimbu wavyo nimwinshi cane gose. Nico gituma bizimbuka.
Ngo ehe zirya nkoni?😂😂😂, cameraman aranyeguye pe
❤❤❤❤❤❤❤
Nibamugire ministre wuburimyi nubworozi kuko arashoboye vmt
Iwacu ntihatwara ababishoboy hatwara ka mwana wa mama
Uyo mudamu ndamuzu numuntu mwiza Kandi wumukozi
Komer❤❤❤❤❤
Gael urikukivi p
None wunva yari kuguma hanze,akora iki. Yaripanze neza kabsaa
Yubahwe cane uwo muvyeyi!
Camera man Ariko yiga Gukora gute aguma atwereka isura zabantu Kandi mwagiye Kuri Terrain??
Mama wubahwe kbxaa
Uvuze ukuri
Nihatari
Ariko, umukameraman wawe yanyoye iki? Ntazi gukoresha kamera?
Vyiza can
Nukuri ntavesge uno nomubarabu naho wobukenye urayirya nyinkubuharage uwacu muri Africa.
Please naomba namba ya huyu mamam nijifunze kwake
Komera muvyeyi,
Mwenikikiyago ndacumviriza atanakamwe nsimvye kuko ringirakamaro,
Yubawe uyu muvyeyi.
Nukuri nanje ndabikunda cane ibiganiro benibi kuko birungura ubwenge cane.
Egome cane uwogisimba yoba ataterambere afise
Gusa muze mw'ibuka koyagiye kurondera amahera Hama ayaronse yaje gukora imigambi y'iteramberekndi birumvikana
None haruwo babuza kugenda ikibi nuguherayo mwongerako nokuvuma igihugu cabibarutse
Nukuvyerekeye uburimyi n'ubworozi tuvyumva kumwe, uretseko jewe ahanini norora inka
Ndumva ari umuntu mwiza
Justin Gaëlle turakeneye numéro téléphone yanyu kko turagukeneye caaane.
Ndumworozi w'inkwavu n'inkoko uyo muvyeyi nakarorero keza kurwaru cane cane uburimyi n,ubworozi n, ubworozi niyo nziro yonyene ishikana kwiterambere rirama
Nivyo inkoko ngaha dubai twe tuyigura $2 iyo nini iba ipima2kg500 mg
❤️🇧🇮
Nkeney mundonse numero zuyu mu maman canke zuyu mumenyeshamakuru
Ego muvyeyi
Camera man ategerezwa kwagura ubumenyi! Sugutunga abantu camera gusa ahubwo nibyo bikogwa vyabo ngo tube admire! Just like wode Maya does aratwereka nibikogwa vyabantu not amajambo gusa! Naho ubundi muriko murakora igikogwa gihambaye,murakundisha abantu igihugu kandi mukomereze aho
uvuzibintu vyiza kandi badufshe babikorereko
Birakenewe cane kuko birafasha abakurikirana ikiganiro bituma batarambirwa nikiganiro bituma bakiraba incuro nyinshi
Uvuki ukuri mubihugu biteye imbere inkoko niyo nyama izimbuste
Basha inkoko nizo nyama zizombutse gusumba izindi cane nka hano muri Zambia.
Umu Cameraman wawe ndamuhaye 0/10 ntiyigera yerekana ivyo mwagiye kuraba.🙄🙄
Iyupfuma umuha basi 4/10 iyaba afise 0 ntanico wari kuboona😂😂
Nkubu ntarikoaratwereka inkoko tuzibone .
Kwa kundi ha handi