Girlfriend:Mariage ya Hosy🤭/Gretha ati sinicuza mariage yanje ahubwo nicuza uko yaheze/ntisanzwe🙈

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 7. 09. 2024
  • #sirenvibestv #girlfriend

Komentáře • 145

  • @ismangirabakunzi519
    @ismangirabakunzi519 Před rokem +5

    Iki kiganiro cyari sawa cyane we learnt a lot from both of you gusa habuzemwo kumenya what lesson have you learnt from you previous relationships especially igihe mwari mwarashatse kufite umugabo naho ibindi imana izabikora ibahe abagabo babumva gusa reka mvugire abanyarwanda abarundikazi dukunda ukuntu muvuga rwose ikirundi cg faransa nuko ntacyo nzi neza p

  • @Reine257
    @Reine257 Před rokem +6

    Omg so sorry Gretta 😢it’s okay uko vyohera kose ariko harico wize ! God bless you and your son ❤️

  • @owanaishimwe
    @owanaishimwe Před rokem +5

    Nari nahomvye pee!🥺
    Hosy na Gretta boose baraciye ubwenge🙌
    By the way
    Ikiganiro kiratesaa 😍 dukeneye part 2

  • @lydia_wamaana
    @lydia_wamaana Před rokem +5

    Gré uraciye ubwenge👌hama utwo dupira turababereye ako ka logo gasa neza

  • @sandraumuhoza7333
    @sandraumuhoza7333 Před rokem

    Gretha please ndagukunda nukuri kwimana I don't know when I will meet you Gretha vraiment umunsi imana izamfasha nkaza muburundi ndifuza kuzahura nawe am at Kampala UG please nizeyeko nzakubona nubwambere nkunze umukobwa mubuzima bwange umukobwa uzubwenge umukobwa mwiza watumye nkunda abarundi kazi❤️

  • @febronieemerimana406
    @febronieemerimana406 Před rokem +7

    Ni mutuyagire twunve❤️ Girl Friend ya mwe na Greta

  • @labelle9215
    @labelle9215 Před rokem +3

    Gretta uciye ubwenge cn🥰 you’re so clever

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Před rokem +2

    Woooa murasaneza ❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅🥰🥰🥰🥰💕💕💕💕💞💞💞💞🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪🤛🤛🤛🤛👌👌👌👌

  • @user-hv5kl8jl1h
    @user-hv5kl8jl1h Před 4 měsíci

    Hosy et Gré courage bcp à vous les Soeurs❤je vous aime trop❤❤

  • @CherubineSancta-zn1rr
    @CherubineSancta-zn1rr Před rokem +2

    Ikibazo kur gleu mugih washavuriy umunt ukac wiarrangea ic mwar muhuriyek kikahav 😌🙃 atavyazi c sûr uba ubabay est ce k ntanumu besto wae ubwir situation uko imez kugir wumv ko uremuruts cnk biherer mur wew 🙈🙈🤗

  • @macjoy4897
    @macjoy4897 Před 9 měsíci

    Santa est mature. Kwizera umuntu ukamuremereza ingorane zawe zose , nawe ararondera aho yiremururira ugasanga arabivutse. Ico ushatse ko kidasohoka wocigumizamwo ukagitura Imana niyo mugumya banga adahemuka.

  • @karoprint-nb7mu
    @karoprint-nb7mu Před rokem +4

    Greta Ufise ivyiyunviro bizima vraiment
    Uri Sociable.
    Osi courage.(Umusi cerveau yawe izokubwira kurenze ukavyakira Niwomusi uzoba utanguye kubaho u Réglette.God blessing

  • @dushimeariella9490
    @dushimeariella9490 Před rokem +12

    Gretha Ari sage vraiment

  • @ininahazwejoyeuse8839
    @ininahazwejoyeuse8839 Před 8 měsíci

    Imana ibandanye kubaha ubwenge ....mubandanye mutuyobora intelligemment amajwi yanyu agera kure.

  • @ArthurVictorNtisumbwa-wg2fd

    Mariage ni sacrifices zirenze izo twari dusanzwe dukoreramwo. Kuko hari ivyo duheba nka habitudes zacu tukiri abasore n'abigeme tukakira izindi habitudes zigomba kuba compatibles n'iz'umukunzi twaronse. Hama guharirana Iyo twakoreranye amakosa birubaka cane Urugo gusumba kwitandukanya, croyez moi bifasha mwebwe, abana banyu, imiryango mukomokamwo, n'ibihugu mubamwo, hejuru ya vyose n'Imana yabaremye. Bref, dans le mariage, il faut mordre ses caprices de la jeunesse et accepter de se pardonner lorsqu'on s'est blessé mutuellement.

  • @user-dv1br9tr9e
    @user-dv1br9tr9e Před 9 měsíci

    Gretta icokibazo ubajije hosy vyarambayeko umuhungu dukundany aterinda umukobwa ariko sinigeze ndamuhe ndana mufasha kugura ibikoresho vyumwana ariko vyarangiye ampemukiye😢😢 gs courage ndaba kunda cn❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦

  • @kevinnsabimana3788
    @kevinnsabimana3788 Před 9 měsíci +1

    Hari ikintu numva nohanura gato,ndabona ubu abakobwa canke abagore b’iburundi bari kumurindi unyaruka mukwigana iterambere ryibagore baba aho bita iburayi,nkokucerekeye être une femme indépendante mu mico nimigenzo yo mu Burundi nta mugore yishira akizana nk’impene yo muci ikindi naco mwihenderako abakobwa b’iburaya bakura bafise amafaranga yabo kuma compte donc mubuzima bwabo nta depandance financiere bivuye kugitsina gabo cose baba barigeze babona nicogituma kuribo na divorce Nibisanzwe kuko aba yakuranye liberté financière,none nkatwe umukobwa iyo agize divorce burya batohoje neza ahantu akura uburyo bwokubaho simugabo kandi ????ko nzi tuzinanye buja !so nimurabe neza iyo modernisme mushaka muyige nezaa

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 Před rokem +3

    Huuuu ngo wibaza ko ubuzima buzoroha urikumwe numugabo ntanagato ahubwo ubu uri manager wawe ukaba ba CEO wawe niho worohewe nimba utari ubizi ubimenye😂😂😂😂

  • @kanezadorine8000
    @kanezadorine8000 Před rokem

    Iki kiganiro kiratesa vrma❤ka grtha sha karakey sanaa eka mwese muri intore

  • @ali-ckizofiolivierarakaza9284
    @ali-ckizofiolivierarakaza9284 Před 11 měsíci

    Hosy urumwan mwiza p ur mubamber batoheb abobakundany yateyvinda ahandi.komera sh.

  • @sandraumuhoza7333
    @sandraumuhoza7333 Před rokem

    Nshaka t-shirt ya girlfriend kuko ndabakunda cyane umupira nangahe please nimunsubize

  • @Christa_Ingabire
    @Christa_Ingabire Před rokem +4

    Gretha shaa ari sage et intelligente 🥰

  • @giselekaneza5674
    @giselekaneza5674 Před rokem +1

    Nn gretta k wavuz ng uraceda knd ng urank gutakaz umunt ukund kuki wemey gutakaza umugab waw? Knd ukab waranavuz k mutazonger gusubiran

  • @irakozeblaise1067
    @irakozeblaise1067 Před rokem +1

    Sinarinziko mwese mutakirikumw nabagabo bnyu.hama courage mubuzi bw minsi yose mukora

  • @havyarimanaeric5456
    @havyarimanaeric5456 Před 5 měsíci

    Mwakoze kukiganiro murazoca mutegura partie 2 muvuge ubuzima bwanyu nkabavyeyi babana. Ico cunomunsi kijanye ahanini na copinage. Nka kakarorero kibibazo vyo muri partie 2:
    1. Nikihe kintu mukunda gufungura mwitekeye?
    2. Nizihe ngigo canke uburyo ukoresha kugira umwana wawe azogere aho ushaka ko agera?
    3. Nikihe kintu mutinya cane mubuzima mubayemwo?
    4. Etc.....

  • @belyseirankunda7277
    @belyseirankunda7277 Před rokem

    Naraguhamagaye kuri fone kugirango ndakubaze ukuntu noronka imipira sha ntiwitamvye😢

  • @user-vh2nl5cw8v
    @user-vh2nl5cw8v Před rokem

    Je vous aime trop ❤️ Hosy et Gretha🥰courage beuza

  • @bellamanishimwe109
    @bellamanishimwe109 Před rokem +10

    Hosy urantwengej. Détrompe toi sha. Ubay mariée ivyo vyohinduka utanabizi. Abana ntuba comparer n'umugabo. Bafise agaciro kabo n'umugabo akiwe

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  Před rokem +4

      Les mentalités sont différentes et on respecte ça

    • @mec4494
      @mec4494 Před rokem +2

      @@sirenvibestvlol please ignore those bad comments and only answer to the good ones. Hosy, keep their bad energy far from you!! 😅

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  Před rokem

      @@mec4494 we have to pray for them 😩😂

    • @bellamanishimwe109
      @bellamanishimwe109 Před rokem

      @@mec4494what? un mauvais commentaire ngaho niyihe vraiment ! Nabivuze uko ndabizi kdi nta nzigo irimwo.

  • @Ida35715
    @Ida35715 Před rokem +15

    Soooo twarumvise ko Gleuu na Rasko bavanye, you know what? WE NEED THAT TEA! Gleuu siwewe ukunda kuzana gossips kuba influencers? (ex irya ya Laly Gomez, irya girlfriend yaba rirmvyikazi, mura gossipinga kuri Meili 😭eka nizindi nizindi) now we need to hear your story as an influencer 😂WHAT EXACTLY HAPPENED BETWEEN YOU AND RASKO 😭 bibaye ngombwa na Hosy atubwire ivyiwe na Mr DJ uko vyaheze😂

    • @user-mb4dk3vb1s
      @user-mb4dk3vb1s Před rokem

      Hosy na mr DJ vyaraheze🤔??

    • @Ida35715
      @Ida35715 Před rokem

      @@user-mb4dk3vb1s arakunze kuvuga ko ari Single mother, no muriyo emission yabivuze

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  Před rokem +2

      😂😂😂😂😂😂😂😂😂muzoze mubibazeeeee

    • @user-bi9pn1pm8z
      @user-bi9pn1pm8z Před rokem

      Urusaku ruzotwica ndakurahiye😂

    • @clarissabellaterimbere6073
      @clarissabellaterimbere6073 Před rokem

      😂😂😂😂sha ico kiganiro kizoba araga tea gashush gose

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 Před rokem +5

    Gusa muri beza

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 Před rokem +3

    Hosy you lying 😂😂 ngo womubabarira amuvanze 😂 kobigoye

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 Před rokem +3

    Hosy ntushobora kubandanya une même vie après le mariage si non il serait voué à l'échec. Vyos n'ibiganiro et faut trouver le juste milieu.chacun fait ses concession kandi vyose birakunda. Entre temps nanj Mèze nkaw ndakunda akazi je viens de passer 8 ans dans le mariage et depuis le début je travaille loin de la famille. Grâce au dialogue on tient le coup et à ce que je vois on est épanouis

  • @butoyielodie1013
    @butoyielodie1013 Před 9 měsíci

    Hosy jewe ndatahura gretta ukuntu yavuz ingene areagissa iyo yadhavuye ni vyiza guhora kwanza ariko ni vyiza kwicara ukabwira umuntu mukinyabufura ko yakubabaje mukabitunganya arivyumwihanikiriza ukabikora mukavana mwatunganije

  • @richardnkunzimana5096

    😂😂 ndabakunze muvugishije ukuri ntarusaku

  • @gerardrivuzimana9776
    @gerardrivuzimana9776 Před rokem +1

    Ka Gretta karatesa gusa ndakeka akara cane

  • @denisensabumukiza
    @denisensabumukiza Před 10 měsíci

    Nsanzwe nkwirikirana ibiganiro vyawe mugabo iki kiramara courage bcp

  • @wisdom1296
    @wisdom1296 Před rokem +3

    Hosy nawe waravanye nawamugabo mwavyaranye?

  • @Ntambwe4040
    @Ntambwe4040 Před rokem

    ☆ Courage ma petite☆ murikubikora neza!

  • @KC-wj7yh
    @KC-wj7yh Před rokem

    Ndi muri Canada nashaka kuguteza kugusapotinga kuri birya birato .nambara no12 USA SIZEFOR MEN.

  • @alexisbishaka335
    @alexisbishaka335 Před rokem +1

    Iyowama urazi kugema ahica ikibazo1. Ndemeye😂😂

  • @elyseekigeme6774
    @elyseekigeme6774 Před rokem +3

    😂😂😂😂😂😂😂😂iyi émission izaa guhera nahwereye nogutwenga vrt😂😂😂😂😂😂

  • @elyseekigeme6774
    @elyseekigeme6774 Před rokem +1

    Muzosaza mwe na Gré.❤

  • @ishimwekessia
    @ishimwekessia Před rokem

    Muranryohey 🥰mug nt déclaration mwagiz

  • @clarissabellaterimbere6073

    Ivyo vyinsh wakoz ninkuko wohura nuyo mugabo har vyinsh yakoze nawen knd ninkuko ashobor kugusigurir igtma wokwicara ntubitahur gusa ushk womwumvira ham mu nyuma wabikoz ugashir imber umwumvikan n ikiyago no kworosh ibint kuko ahandi ho uzoba ugomb kuza urahangana n umugabo bur musi 😂😂

    • @labelle9215
      @labelle9215 Před rokem

      😂uko nukuri acayitwa umugore wingare, umugabo arakwicarika muhira ukicara bibiliya idusaba kwubaha abagabo

    • @irankundaemeryne844
      @irankundaemeryne844 Před 11 měsíci

      Wapi nta mugabo agukunda aza kukwicarika ngo agukure muvyo warusanzwe ukora kandi ubikunze. Uwugunda agukundana n'ubuzima bwawe nakazi kawe kiretse ashoboye kukwereka ikiri mieux, Hosy ntuzokwigere wigura umugabo ngo uhagarike ubuzima waruhits kuko abagabo haraho bahinduka vyokugora ingene usubira kwigeza aho warugeze

  • @iradukundacynthia7013

    Gretha araciye ubwenge canee ,gusa n hosy ndamutahura kurikirya yavuze ngo umugabo amukarira amasah n gukora ,my friends ubuzima bwubu buragoye nugukora mwese apana kuvuga ng yicare uzomuha ico ashak hari gihe ivyo ufise bigabanuka ,so gusa ico nohanura hosy nuko hari abavyeyi bakora Akazi ubuzi kuburyo yibagira abana atari responsibility murugo donc harajagaray abana barabaye ibirara atabizi ,kandi urashobora gukunda amahera cane kuburyo ushaje bikunanira gutekana ugasanga vyakubere ikibazo m mutima kuko wakuze cane zanguvu utagifise ,so gukora nivyiza ariko vyoose ubihe umwanya

  • @rastajuly4
    @rastajuly4 Před rokem

    None ga Gretha mu minsi iza na hosy muzoshwana ko nawene mbona umengo be na Rasko murino minsi barawubanye? 🤣🤣 ewe ndumva uzohava usigarana abagenzi baharurwa ku ntoki

  • @user-vo3wz6fy3o
    @user-vo3wz6fy3o Před rokem +6

    Hosie ingene yibambura sasa ngo umugabo ntazomubwira ngwicara yicare?? 😂😂uwomutungo wishimira ubwo nubundi buzima mais umenyeko urumuntu nkabandi harabakurusha ama business numutungo mais ntibibabuza kwubaha abagabo

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  Před rokem +1

      Ayiweeee ivyo kutubaha umugabo wavyumvisemwo? Nivyo kwishimira imitungo??

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 Před rokem +1

      Oya wumvise nabi siko yavuze

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  Před rokem +2

      @@nirenganira8433 hariho abantu bumva ibijanye n’ibibazo babayemwo peee!!!

    • @Musindi736
      @Musindi736 Před rokem

      Uyu naw avyegerej umutima

    • @irankundaemeryne844
      @irankundaemeryne844 Před 11 měsíci

      Komera sha Hosy abantu benshi bararwaye mu mitwe ariko ntavyo bazi, n'amashari ni menshi, ivyo ntavyo wigeze uvuga.

  • @angekantungeko939
    @angekantungeko939 Před 9 měsíci

    muranyishe no gutwenga

  • @joyjoy2747
    @joyjoy2747 Před rokem +13

    Gretta elle est tr mature que Hosy

  • @mmqf1654
    @mmqf1654 Před rokem +1

    Ngo Chch Cheri Mur Restourant🤣🤣🤣

  • @user-28Gerardineakimana
    @user-28Gerardineakimana Před rokem +8

    Yooih Gretta waravanye numugabo Pol Sana sha😢😢

    • @rigust12
      @rigust12 Před rokem

      Kubera iki "pole sana", wosanga naho yararusimvye 🤷🏽‍♂️, just saying 🙃

    • @user-28Gerardineakimana
      @user-28Gerardineakimana Před rokem

      @@rigust12 vyose birashoboka ivyubu mbona bisigaye bigoye pe

  • @ChadeauMabano-kl3tl
    @ChadeauMabano-kl3tl Před rokem

    Nukuri ndatwenze ngo muga ntumpebe haha ndaturitse nugutwenga

  • @cizaelice2115
    @cizaelice2115 Před rokem +1

    Waooo kiratesa kwl❤❤🎉

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 Před rokem +1

    Ino musi vyari🔥🔥🔥

  • @lilianecyizihiza7021
    @lilianecyizihiza7021 Před rokem

    Ndabakunda from Rwanda

  • @PierresPerfect
    @PierresPerfect Před rokem

    Thanks a lot Siren 🚨

  • @iradukundacynthia7013
    @iradukundacynthia7013 Před rokem +2

    Kandi amanyama meshii kumugabo si vyizaa ,ikintu kitameze neza ugihereza imanaa ugasenga ukaja kumavi gusa ,Hama ukubaha umugabo bishoboka ,kandi ikitameze neza uhengera yaratekanye neza aryohewe Hama mukicara ahntu mukaganira ukamubwira ukamwunvish en doucement so buke buke bizogenda bihinduka

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 Před rokem +3

    Hosy wewe bizokugora kubaka nutahindura ivyiyunviro kuko iyubana numugabo umukorera ivyagusavye rero wewe uvuzeko atokubuza icugomba gukora niwahura numuntu nawe yiganza bizogorana kandi kenshi ingeso yumuntu uyibona mumaze kubana none wocuva murugo?

    • @innocentesimbare6742
      @innocentesimbare6742 Před rokem

      Uyu ntamugabo bazoshoborana kubaka ntivyoroshe adahindutse marriage ni responsibility idasanzwe idahera

    • @waltazdaone1
      @waltazdaone1 Před rokem

      Jeho numiwe, urumva kuri we Umugabo ntajambo. Azokora ikintu uko acumva motif ngo yararondeye! Ko tuzi abarondeye kumurusha kandi babategeka bakumva, bakamenya bati umugabo aravuze, bobo abarusha ik? Akili ni Mali.

    • @labelle9215
      @labelle9215 Před rokem +3

      Kweli kabisaaa akili ni Mali, nubwo woba ufise ibingana gute umugabo akubwiye icara muhira uricara no matter what warondey umugabo nuwo kwubahwa iteka ryose, yokubuza akazi kndi ukagaheba neza cane

    • @clarissentirandekura
      @clarissentirandekura Před rokem

      ​@@labelle9215😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @bellabelle1593
    @bellabelle1593 Před rokem

    Ndabikundira nimwirambire ❤❤❤

  • @ali-ey9yi
    @ali-ey9yi Před rokem

    Mutuyagire ba mama beza hosy Irakoze

  • @yollandenicimpaye3705

    Naje niko ndabikora ariko umugnzi ambabaje ndaquita kugira ntaze arambabaza.

  • @josianendayizeye2707
    @josianendayizeye2707 Před rokem +1

    Hosy wakoze ikiganiro kera Iki rero kiratesa

  • @fannylavineofficial1360
    @fannylavineofficial1360 Před rokem +3

    😂😂😂

  • @nduwimanajeannette5243
    @nduwimanajeannette5243 Před 11 měsíci

    Kuko ndabakunda kdi ndi umufana muzompe ako gapira.

  • @nijimbereaimable9947
    @nijimbereaimable9947 Před rokem

    Hosy iyo mpanuro ya Gretta aguhay kubuntu uyifate nkama niwaba wipfuza kwubaka urugo

  • @angekantungeko939
    @angekantungeko939 Před 9 měsíci

    ❤❤❤

  • @alainrukundo8563
    @alainrukundo8563 Před rokem

    Nunva mwotumira même abagabo kugira mwunve nabo kuko kuresha kuba ukwabose avec aussi nkabandi nacumi abakobwa 5 ncanke abagore 5 hamwe nabagabo 5 kuko Tabou ni nzinza ariko vyoha icirwa cane gusumba

  • @chancellineinamahoro7824

    😂😂😂😂 ndapfuy nogutweng

  • @emelynendikumwenayo9579

    Aba entrepreneuse oyeeee

  • @clarissabellaterimbere6073

    uri mature Gretta

  • @irakizanoella1142
    @irakizanoella1142 Před rokem +2

    Nshaka akumurundikazi

  • @bellardnijimbere1423
    @bellardnijimbere1423 Před rokem +1

    Ndapfuye nugutwenga😂😂

  • @ntawukuriryayoemille250

    Ndagukunda 💕🌹🌹🇷🇼

  • @elsie4658
    @elsie4658 Před rokem

    Gretta intelligente k Hosy

  • @emilien2298
    @emilien2298 Před rokem

    Au 21:è siècle tout le monde doit se chercher. Ce serait étrange de voir un homme qui pense autrement

  • @graceniyonagize260
    @graceniyonagize260 Před rokem +2

    Gre ufise umutima wa ga chr ❤

  • @LiesseIradukunda
    @LiesseIradukunda Před rokem +1

    Ikirundi cawe Hosy uragihubura , kimeze nkuko nyene ariko ntikimenze nkuko ! Bisigura iki ?

  • @emelynendikumwenayo9579

    Hosy ndakumva ijana kwijana

  • @jjproductions9538
    @jjproductions9538 Před 10 měsíci

    Arapfukamye?

  • @irakozeguyorneil3204
    @irakozeguyorneil3204 Před rokem +1

    Ubukobwa bwiza raaa....ubugambakazi bwiza mutagate bakobwa burundi burarema

  • @saidindizeye2206
    @saidindizeye2206 Před rokem

    hosy uti nta kintu umuhungu yokora utokora? wanguha! uwoguha isipiri ngo wimbe toilet cank fosse septique wobishobora?

  • @user-yc3hb3gy2o
    @user-yc3hb3gy2o Před rokem

  • @aimentahiraja8269
    @aimentahiraja8269 Před rokem

    👌❤️

  • @user-ds9gc3wx4n
    @user-ds9gc3wx4n Před rokem

    Gretta utwenga neza

  • @user-bd6xe9fi7o
    @user-bd6xe9fi7o Před rokem

    Mbega amabarene muri amasamagi

  • @user-xj6bw1rz6r
    @user-xj6bw1rz6r Před rokem

    Mwandayemw kurubugambo ngaho

    • @Nziga257
      @Nziga257 Před rokem

      😂😂😂😂

    • @bellabelle1593
      @bellabelle1593 Před rokem +1

      Kugira ubitindaya wafatiye kuki
      Ndumiwe abantunturagoye nukuri

  • @nakinteje7172
    @nakinteje7172 Před rokem +2

    ❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @michaellalyssellehakiziman6261

    Muratesa😂😂😂😂😂😂😂

  • @irakozeines8143
    @irakozeines8143 Před rokem

    Gretta uri keza kandi tu es intelligente 👏👏👏👏

  • @user-28Gerardineakimana

    Hhhhh ngo womubabarira umu boy friend wamufashe aguciyinyuma Sha birababaje

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  Před rokem

      Kumubabarira nivyo vyakubabaje 😩😩

    • @user-28Gerardineakimana
      @user-28Gerardineakimana Před rokem

      @@sirenvibestv oya sico nuko nubwo womubabarira utosubira kumwizera nka mbere vugisha ukuri Hosy🤣

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Před rokem +1

    Mugurisha gut? girl friend

  • @belysebutoyi5658
    @belysebutoyi5658 Před rokem +1

    Favor person

  • @Sixelaflo1908
    @Sixelaflo1908 Před rokem

    🤌🏾👸🏾📈❤️❤️❤️

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 Před rokem

    😂

  • @uwimana8584
    @uwimana8584 Před rokem +4

    Hosy rero aranyumije 😂we ahagarara kumitungo yifitiye ibindi ntumubaze.abakobwa bameze gutyo rero amanyama bigirira murugo ntumbaze 😂. Uwuzokubahuka azobarinda kabisa wewe ndakumva

  • @stevennzeyimana6111
    @stevennzeyimana6111 Před rokem +3

    Vous savez quoi les filles, il y a un truc qui pèse 4kg et qui est entre vos deux oreilles là.. ça s'appelle un cerveau et il faut s'en servir! Ubuzima bw'umwigeme sivyo binyugunyugu muriko muradahwa ngaho.. Uzi n'abana bakiri bato babakurikirana kand babemera muriko mwigisha Uburofa

    • @plumbrandyniyonsaba
      @plumbrandyniyonsaba Před rokem +1

      Big brother at least you need to respect them bobo bavuze leurs idees soit uravyemera soit ntuvyemere but don't judge them umu maman afise umwana urashobora kkuvuga ko iciyumviro ciwe arukudahwa

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  Před rokem

      Urateye imbabazi peee

    • @niyonkuruconsolee7820
      @niyonkuruconsolee7820 Před rokem +1

      Wishuye bivanye n'ibibazo wifitiye vy'ubuzima ntuze we😅😅😅none ikiganiro kitakuryoheye wakirabiye iki ga sha???urarushe😄😄😄

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  Před rokem +1

      @@niyonkuruconsolee7820 😂😂😂😂😂tumusengere nukuri

    • @ornikeza4146
      @ornikeza4146 Před rokem +2

      Nibaza ko cerveau yaw yatirigany yikomy pee nn ubirabira iki vyakubihiy??

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 Před 11 měsíci

    ❤❤

  • @user-dt1gd5lf7m
    @user-dt1gd5lf7m Před rokem

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 Před rokem

    😂

    • @gloriabenimana
      @gloriabenimana Před rokem

      Hosy faut guhindura mentalité,uri umugore harivyo utegerezw guheba pour le bien de ton foyer si non urashaka ucuvyihoza ,,,ham Gretta bravoo wamuhanuy neza et pôle kuri divorce