Umusigati kubawukoresha neza haba kuwufungura canke kuwisiga bafise aya mahirwe

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 11. 05. 2024
  • • Umusigati kubawukoresh... JEANINE TV

Komentáře • 25

  • @Capy-xo1
    @Capy-xo1 Před měsícem +2

    Ntaco udakora ngo duse neza.🥰🥰🥰. Kanda kano gagoto abaza nyuma yanjye twimenyanire.🤲🏾🤲🏾🥰🥰🥰❤️

  • @user-rh8ue9um6l
    @user-rh8ue9um6l Před měsícem

    Murakoze cane

  • @KakakaJaillani
    @KakakaJaillani Před měsícem +1

    Merc

  • @uwinezaclaudine5037
    @uwinezaclaudine5037 Před měsícem +1

    Ngendifuzanimeroyawe

  • @ElyseNsengimana-ce2sg
    @ElyseNsengimana-ce2sg Před měsícem +1

    Urakoze jeani❤ ariko ndagusavye umpe numero yawe ico nkwibariza uzobukoze caaane

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před měsícem

      hejuru Kuri Jeanine tv ziriko, ♥️

  • @EsperenceNIYONKURU
    @EsperenceNIYONKURU Před měsícem

    Mumbabarire mumbwire sinigeze numva umuti wamenyo.jewe arambabaza cane muzoba mukoze

  • @user-gv7jq8nm8u
    @user-gv7jq8nm8u Před měsícem

    Amahoro caane nashaka ngusabe uzoturonderere umuti wotuma umuntu asaneza mukwaha haraho usanga umuntu yirabura mukwaha benumuti wama frotema

  • @uwinezaclaudine5037
    @uwinezaclaudine5037 Před měsícem +1

    Nkagiriconkwibarizakubigendana noguhirotagutewenuruzingorwamarozi

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před měsícem

      Sawa ziriko hejuru juri Jeanine tv

  • @GhyslaineNdayishimiye-gm7gj

    Turangire umuti wamazi Arya aseseka

  • @Speedremarks
    @Speedremarks Před měsícem

    Uvuze neza

  • @user-km9nm4ue4n
    @user-km9nm4ue4n Před měsícem +1

    Uwufise amabara yo mumaso wayatewe na mavuta

  • @ElyseNsengimana-ce2sg
    @ElyseNsengimana-ce2sg Před měsícem

    Uwogira numero yuwu muvyeyi jeanine ayimpe azobakoze ndamukeneye caaane ico ndamwibariza muzoba mukoze

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před měsícem

      ziriko muri commentaire natanze uno munsi,nokuri Jeanine tv ziriko hejuru

  • @JeannetteIrakoze-zy1ul
    @JeannetteIrakoze-zy1ul Před měsícem

    Murakoze cane turangire umuti wamaribori

    • @Abc-kl2ux
      @Abc-kl2ux Před měsícem

      Murakoze cane. Muraturangira umuti wa amibe muzoba mukozey

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před měsícem

      Sawa murakoze