Uwurongoye Uburundi yishuye ku bibazo bijanye n'urupfu rwa Major Petero

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 8. 09. 2024
  • Ikibazo ku rupfu rwa Major Petero #Buyoya cabajijwe mu kiganiro kidasanzwe c'Umukuru w'Igihugu cabaye kuri uwu wa gatatu mu ntara ya #Ngozi. Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yabajijwe igituma ata kigandaro cabaye mu Burundi, n'igituma ataco Reta yavuze kuri urwo rupfu. Mbega ibisigarira vyiwe vyoba bishobora gutahukanwa mu #Burundi kugira bishinguranwe iteka ? Umviriza inyishu z'uwurongoye Uburundi

Komentáře • 27

  • @ezekielykawage1105
    @ezekielykawage1105 Před 3 lety +3

    Uwumumenyesha makuru nkekako mubagandaguye ndadaye nabahutu yarimeo Imana ntirenganya ndadaye yababwiye ati ntimukore amaraso kuneza yanyu nimiryango yanyu kandi ati mwishe ndadaye ntimwishe bandadaye

  • @ezekielykawage1105
    @ezekielykawage1105 Před 3 lety +3

    Icokibazo wibaza hobaye hatwara umututsi kowokimubaza ugasigara iyo ugemuriye umuntu munyuma akagusubiriza munkoko ntugaya kuko agutekerera yisunze ivyowamugemuriye Imana ntirenganya mbe komutabaza umuryango we atikomwamuhamvye hiyo?

  • @15centerckz60
    @15centerckz60 Před 3 lety +1

    Ego cane muze

  • @didasmugenzi4960
    @didasmugenzi4960 Před 3 lety

    uyumunyamakuru,mwamubonye kuki ikikibazo akibajije afite ubwoba ntabwo yariyagiteguye cyangwa biramugwiririye

  • @mbappewhichtechnician5388

    Mbega akagaye..

  • @jcdabeat414
    @jcdabeat414 Před 3 lety +1

    Uyumu presida nuwafeke

  • @bandobed6971
    @bandobed6971 Před 3 lety

    H

  • @ndayisabanelly7924
    @ndayisabanelly7924 Před 3 lety +1

    Uwo munyamakuru nkeka baciye bamwica kurico kibazo.

    • @jijiluckbmzbt188
      @jijiluckbmzbt188 Před 3 lety

      Wew ushira imber ubwicanyi

    • @kadogo7712
      @kadogo7712 Před 3 lety

      Wapi. Abahutu turimpfura.

    • @siimon559
      @siimon559 Před 3 lety

      @@kadogo7712 nimwe muri ibi koko ahubwo. Ni bande bamaze umwanya munini mwishamba?

  • @siimon559
    @siimon559 Před 3 lety +1

    Yagize icaha icahe? 😆😆😆 hariho preuve iri claire yerekana ko ari coupable? Mugabo hariho preuve nyinshi ko mwebwe mwa bi hutu mwe mwishe abanyagihugu ubu vuba pendant 2015? Ariko muracicaye ubu kubitegetsi🤔 Imbwa za nyoko. Muzosubira mu mirima/no mwishamba sha. Kandi vuba. Mwe rindira gusa

    • @benzenesanyofficial3841
      @benzenesanyofficial3841 Před 3 lety +1

      Wokwivugira make mugenzi vyofasha

    • @nduwingoma
      @nduwingoma Před 3 lety

      @@benzenesanyofficial3841 Ubivuze neza Sany!

    • @siimon559
      @siimon559 Před 3 lety

      @@benzenesanyofficial3841 haha sinon hazoba iki? Wambwa we, jewe nzokwama nandika ngaha ico nshatse aho nshakiye.

    • @pierrotirakoze4313
      @pierrotirakoze4313 Před 3 lety

      Ndabasabira mukizwe kuko uruphu ntawuzorusimba igihe ciwe kigeze na wewe uvuga uko ejo ntuhazi kndi imana ishiraho uwo ishatse igihe ishakiye agakuraho uyu igihe ishakiye

    • @raissafabien4285
      @raissafabien4285 Před 3 lety +1

      Yoooo uravuze nab ncuti. Twese tuzopfa ntawuzorusimba. Yab ab bitwa abahutu, abatutsi, abatwa, abirabure, abazungu,twes ni mukuzimu.