Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
GARUKA GARUKA WARUKUBUWE MUKOBWA MWIZA 🥰🥰🥰
murakoze ncuti
Bakunzi ba Jeanine tv ndabaramukije mwese ndabifiriza igitondo ciza c'umugisha🙏
Catwese wa Jeaja wacu
irambire
Murakoze muvyeyi turakunda ukuntu utwigisha Iman ikwongerereze ubumenyi
amen❤️
Maman muranyibukije ubugari bwiwacu burundi ahond nubwabigori murakoze
Akayabagu Uryoherwe Maman ❤Mbega biryoshe😂
mzrciiiiiiiiiiii❤️❤️❤️❤️
Bon appétit. Unkumbuje ubugari bw'iwacu Mama yahora ateka buvuye mu myumbati yarima ku Muzinda.
yooooo
Hariho abatabizi nukuri ariko nibabimenye kuko burya umushingantahe afunguye ubugari umupfasoni wiwe yacumvye araryoherwa❤
❤❤❤❤
♥️♥️♥️♥️
komeza utwigisha, turagukunda
Nanje ndabakunda❤
Urakoze kutwigisha
Ndi kukivi ncuti yanje❤
Rekakuntera uburoh maman
karibu disangire
Mrc
Ntabwo nokoza ibiharage nabonye iyo mboga
egome
Kubona hari umugore atazi gucumba nagapfyinyi. Ubugaba butagira izina
bariho kandi n'ibisanzwe Hari nabatabukunda
GARUKA GARUKA WARUKUBUWE MUKOBWA MWIZA 🥰🥰🥰
murakoze ncuti
Bakunzi ba Jeanine tv ndabaramukije mwese ndabifiriza igitondo ciza c'umugisha🙏
Catwese wa Jeaja wacu
Catwese wa Jeaja wacu
irambire
Murakoze muvyeyi turakunda ukuntu utwigisha Iman ikwongerereze ubumenyi
amen❤️
Maman muranyibukije ubugari bwiwacu burundi ahond nubwabigori murakoze
Akayabagu Uryoherwe Maman ❤
Mbega biryoshe😂