Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Amen imana iturinde ubwirate kubera umuntu avyisangamwo
Amen
Mukozi w'imana urasigura urakagira amahoro.Imana yo mw'ijuru ik urinde, ikuzitirire ikwandikeko kirazira.
Murakoze pastor
Ndabashimira ukuntu mukiza imitima yacu,mushishikare kutumenagura twebwe dufise imitima ikomantaye,twebwe tudakonje kandi tudashushe,mwarahezagiwe caanee
Muhezagirwe caneee ❤
Amen!
Amahoro meza bantu b'Imana.Inyigisho zanyu ziranyura. Kandi ndazikurikirana cane .Nashaka nanje nterere iciyumviro ko rimwerimwe kumwaka, ishengero ryokwegeranya ibifungurwa laveille de bonne anne canke Noël mugateka kurushengero mugasangira naba Christo banyu bugaca umwe wese aja kuwusozerera kumuhana
Imana iguhe umugisha cane mukozi w Imana. Turagikunda cane kuko utwigisha ijambo ry ukuri
Safisana mzee
Mukozi w'Imana, ntako udakora kabisa mu kwigisha kko ukora ku bintu tubamwo n'ivyo duhura mu buzima.bwa minsi yose. Ubandanirize aho nyene uzodukangura turi benshi
Amen Amen 🙌🙏
Imana ishimwe cane murakoze muvyeyi
Imana itugwizeko imbabaz zayo
❤
Nimwamize aagatima kuvyiza vyijuru halerua🎉🎉🎉
Ameen Ameen ❤❤❤
Amen amen
Amen ❤❤❤
Amen amen amen
😅i
Amen Amen ❤❤🙏🙏🙏
Iman idufashe iturinde ubwibone kuko ntacodufise tutahawe ntanico turi tutagizwe ni Mana🙏🙏🙏🙏
Amen imana iturinde ubwirate kubera umuntu avyisangamwo
Amen
Mukozi w'imana urasigura urakagira amahoro.Imana yo mw'ijuru ik urinde, ikuzitirire ikwandikeko kirazira.
Murakoze pastor
Ndabashimira ukuntu mukiza imitima yacu,mushishikare kutumenagura twebwe dufise imitima ikomantaye,twebwe tudakonje kandi tudashushe,mwarahezagiwe caanee
Muhezagirwe caneee ❤
Amen!
Amahoro meza bantu b'Imana.
Inyigisho zanyu ziranyura. Kandi ndazikurikirana cane .
Nashaka nanje nterere iciyumviro ko rimwerimwe kumwaka, ishengero ryokwegeranya ibifungurwa laveille de bonne anne canke Noël mugateka kurushengero mugasangira naba Christo banyu bugaca umwe wese aja kuwusozerera kumuhana