BISHWE N'UBWENGE BUKE, N'IMANA IRABIZI

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 2. 10. 2023
  • ‪@hungaicahaministry3747‬ @kcdwilly@gmail.com
  • Zábava

Komentáře • 46

  • @sishasaid6756
    @sishasaid6756 Před 7 měsíci +2

    Urakoze cane turagukunda ❤uratwigisha neza

  • @DealersMan
    @DealersMan Před 9 měsíci +4

    Mbayahaga vyukuri mubutumwa uvuga jewe urinduheza nkitwenga kandi mbandigutahura ivyurikwigisha ahubwo ntwenzwa na style wigishamwo😊

  • @giselenizigiyimana8035
    @giselenizigiyimana8035 Před 9 měsíci +3

    Amen ivyuvuze nukuri imana ikomeze kukuduza

  • @shuw2575
    @shuw2575 Před 9 měsíci +3

    Naj shaka ubwenke Iman izoba ikoz Iman iguh umugisha

  • @gospelchannel7795
    @gospelchannel7795 Před 9 měsíci +2

    Ahsante sana Pastor, Imana Ibandanye igukomeza mu murimo wayo.

  • @umunyuka
    @umunyuka Před 6 měsíci +1

    paste murakoze cyane kubutumwa muduha kanda buranyigisha .nkabandabakurikirana ndi muri zambia

  • @GorethGoreth-lp6kl
    @GorethGoreth-lp6kl Před 6 měsíci +1

    Imana iduhe kugira ubwenge

  • @BorisNdereyimana-mz8ri
    @BorisNdereyimana-mz8ri Před 7 měsíci +2

    Pasteur wacu turagukunda cane ❤️👏👏❤️

  • @ernestinemukamuvunyi2355
    @ernestinemukamuvunyi2355 Před 9 měsíci +3

    Abarundi bakumve natwe mu Rda turakumva uvugukuli Imana igume igukoreshe ibyubutwari

  • @sam201031
    @sam201031 Před 9 měsíci +3

    The intro of the message is probably one of the intros I have heard in long long time. This guy somehow a profound philosopher

  • @ndayizeyejohnathan8838
    @ndayizeyejohnathan8838 Před 9 měsíci +2

    Imana ikomeze ihe umugisha iyu mwigisha

  • @tresornemerimana2072
    @tresornemerimana2072 Před 9 měsíci +2

    Imana iguhe umugisha mukozi wimana

  • @user-hf3si2bm1s
    @user-hf3si2bm1s Před 5 měsíci +1

    pasteur uvuzukuri urumuhanuzi wukuri

  • @KzbBoy
    @KzbBoy Před 9 měsíci +2

    Komeza komeza Mukozi w'Imana❤❤

  • @vestinebukuru5678
    @vestinebukuru5678 Před 4 měsíci +1

    Amen

  • @pali3502
    @pali3502 Před 8 měsíci +2

    Iduhubwenge kweri kuko ntivyoroshe😂😂😂😂😂❤❤❤

  • @nzizaodile355
    @nzizaodile355 Před 8 měsíci +1

    Komera kwijambo papa

  • @girukwishakaclaudine5374
    @girukwishakaclaudine5374 Před 9 měsíci +3

    Wauuuu Imana ishimwe nukuri 🙌🙏

  • @yesunijibu1534
    @yesunijibu1534 Před 8 měsíci +2

    Komera musavyi w'Imana

  • @MwambaCal
    @MwambaCal Před 9 měsíci +3

    Ndanyuzwe kabisa

  • @ladislasmasabarakiza1012
    @ladislasmasabarakiza1012 Před 8 měsíci +1

    Umugisha n'uwawe mukozi w'Imana

  • @yvettendagijimana5376
    @yvettendagijimana5376 Před 8 měsíci +1

    Uhezagirwe mukoze w’Imana n’abawe

  • @ThomasBukuru-hj6ly
    @ThomasBukuru-hj6ly Před 9 měsíci +5

    Niwewe wenyene mu pasitori umuntu wese afise ubwenge ashobora kwumviriza, kuko ivyo wigisha vyose birafasha imitima yabakwumviriza bigatuma nabanyagihugu bashobora kumenya uwubahenda nuwutabahenda.
    Sinemera cane ariko ivyuga nka 95% ndavyemera.lero uri umu pasitori wukuri kandi adatinya kuvuga ukuri.
    Aba pasitori bose bo kwisi bakwiye kukwumviriza hanyuma bakakwigana. Vous etes entrain de revolutionner l'eglise protestante.
    Bravo Pasteur.

  • @MwambaCal
    @MwambaCal Před 9 měsíci +2

    Twige gusenga no kwisengera. Amen amen

  • @irakazaeriekim4753
    @irakazaeriekim4753 Před 9 měsíci +1

    Uravugukuri

  • @mamerithaniyimbona8688
    @mamerithaniyimbona8688 Před 6 měsíci +1

    😂😂umusi naje my Burundi nirazima nze gusenga muriyi kanisa 😅 kuko harimwo morale Kandi utaha wujujwe mpwemu yera yurutonde

  • @marthasabokwigura4955
    @marthasabokwigura4955 Před 9 měsíci +2

    Amen 🙏 🙏🙏

  • @sedeciasntakirutimana5812
    @sedeciasntakirutimana5812 Před 9 měsíci +1

    Imana igufashe Apotre

  • @user-bh4bd8rd9s
    @user-bh4bd8rd9s Před 9 měsíci +1

    Naomba nambazako Pstor

  • @BowasiNDAYIZIGAMIYE
    @BowasiNDAYIZIGAMIYE Před 4 měsíci +1

    Ndafashijwe mumpe Num yiwe
    Muzoba pukoze

  • @emmanuelndayizeye7601
    @emmanuelndayizeye7601 Před 9 měsíci +1

    Imana iguhe umugisha

  • @yvettempawenimana7111
    @yvettempawenimana7111 Před 9 měsíci +1

    Amen 🙏🙏🙏🙏🙏

  • @user-jt4kr3zn2s
    @user-jt4kr3zn2s Před 6 měsíci +1

    Wamugabo we uvuga ukuripe. Nuko uzakuzira. Ariko njye ndagukunda kandi ntakumva ndi mu Rwanda

  • @PapaNadine-rn2fb
    @PapaNadine-rn2fb Před 8 měsíci +2

    Wubahwe muta urigisha kabisa

  • @sishasaid6756
    @sishasaid6756 Před 9 měsíci +1

    Imana idufashe iduhe umutima wurukundo

  • @user-fi6tr7dp5m
    @user-fi6tr7dp5m Před 3 měsíci

    Nibyo rwose ubwenge ni ingenzi Uwiteka abuduhe rwose. Kuko abantu benshi bishwe no kutagira ubwenge. Ubwenge butumenyesha ikibi n'icyiza.

  • @user-bi1ju1eg7w
    @user-bi1ju1eg7w Před 8 měsíci +1

    Dabaramukij Hama sabe uwogira nm yuyumupasiter

  • @DealersMan
    @DealersMan Před 9 měsíci +1

    😂😂 ati ndisoo

  • @OdetaNahima.
    @OdetaNahima. Před 9 měsíci +1

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @ufitamahorojeanpiere
    @ufitamahorojeanpiere Před 9 měsíci +1

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 Před 8 měsíci +1

    None na ba vyeyi bomu mwuka? Ngo nuri daddy

  • @billyjoel5120
    @billyjoel5120 Před 7 měsíci

    😂🤣😂🤣😂

  • @user-pf1uo2bk4h
    @user-pf1uo2bk4h Před 9 měsíci

    ❤❤❤

  • @burundikugatumbatv16
    @burundikugatumbatv16 Před 9 měsíci

    ❤❤❤