I Kiremba: Amaziko nyezina y'umwungere wa mbere Elie NDIKUNKIKO
Vložit
- čas přidán 31. 05. 2024
- Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 (Appel & Whatsapp) canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu
- Zábava
Imana ikwakire warafashije benshi😮
Muvyeyi wanje nkunda k'umutima, Mwiruhukir 'amahoro
Wabaye icitegererezo cubukristu
Amena amena uwimana ikunze agirogwa benuko mwijuru naho biraruhirije
Uburuhukiro bwiza muvyeyi wacu
Icompa nkazokwipfira nkukw'abagororotsi
Duhe kukwubaha Mwami wacu kuko uwakwubashe raba uko yagiriw Mbega mwijuru nahoo?
Amen🎉
Icompa nkazokwipfira nkukw'abagororotsi bapfa