Mbega intahe twatwenze turuma //jewe nahatswe gupfa nigize uwimpwemu ngo sinywa umuti wo kwa muganga
Vložit
- čas přidán 6. 06. 2020
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV
Amen Imana nishimwe kuko irahambaye
Amen amen murakoze can mukozi w'lmana amen l'cubahiro nicimana ibihevyose amen 👏🏻👏🏻🙌🏼 yesu agukomenze can
Nshimiye Imana ko hakiriho intahe nk'izi, z'abihanye ivyaha vyabo muri Kino gihe cacu, bagahinduka vyukuri,bikagaragara. Yesu Kristo abakomeze, muntu w'Imana.
Iman yakugriy neza caaan nugushima iman izigririr neza uwomuntu
Ndakunda aba papa bakunda Imana ibahe umugisha
Amen muhezagirwe
Mutama wakijijwe hageze . Yesu .yubahwe
Queen Mana ntujya ubura Uko ubigenza. Mbega intahe weeee
Amen iyintahe iranyubatse Yesu aguhezagire muntu w'lmana
Imirimo Imana ikora nibitangaza gusa
Nukuri mbere ndafashijwe pe!
Ubuka nkabandi mana nibenchi baruche nawawundi
Christo yaratsinze yaranesheje
Warakoze Mana kumuzana murugo
Icompa n abandi ukabazana
Mana wubahwee caaaaaane
Imana ishimwe iyintahe iraryoshe
Imana ihezagire umuco wera.
Aamen
Imana nishimwe
Ushimwe Yesu ushoboye vyose 🙏🏾
Mana weee urakomeye peee 🤔😢
Ndujujwr