Habaye imibonano hagati y’abashikiranganji b’Imigenderanire b’Uburundi, Urwanda na Congo

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 7. 07. 2024
  • Imigenderanire hagati y’ibihugu vy’akarere yoba igiye gusubira kuba myiza ? Ico ni co cizere cibonekeza inyuma y’imibonano y’abashikiranganji b’imigenderanire n’amakungu b’Uburundi, Urwanda na Congo. Iyo mibonano ikaba yabereye muri Zanzibar iruhande y’inama yakoranije muri iryo zinga abashikiranganji b’ibihugu bihurikiye mw’ishirahamwe ry’ibihugu vya Afrika y’ubuseruko.

Komentáře • 10

  • @habyarimanafrancois985

    Abayobozi bu Burundi nibakigewugewu ntacyo bimaze kuganiranabo kuko u Burundi bugendera kumabwiriza ya Congo ntabwo umupaka wumurundi wafunzwe nu Burundi wafunzwe kwitegeko rya Congo urumvako ntacyo Ibyobiganiro bimaze Abayobozi bu Rwanda ntibirirwe barata umwanya kuri CNDD FDD Uburundi bwarabananiye kubuyobora baburagiza Congo😂😂😂😂😂

  • @Lock940
    @Lock940 Před 17 dny

    Nta muntu ucyeneye u Burundi kuri ino si yose. Nibashaka bakomeze bafunge, nta Barundi ducyeneye iwacu.

    • @estaniyongabire9956
      @estaniyongabire9956 Před 17 dny

      Ahubwo umuntu nkawe ntakenewe kuri ino si y'abazima🙄Murumva ingene kavuga, pumbavu🤦‍♀️

    • @Lock940
      @Lock940 Před 17 dny

      @@estaniyongabire9956 pumbafu ni wowe was kirofa we: ntawubacyeney

    • @estaniyongabire9956
      @estaniyongabire9956 Před 17 dny

      @@Lock940 Urumugwayi wewe, you need help

    • @Lock940
      @Lock940 Před 17 dny

      @@estaniyongabire9956 a Burundian telling other people that they need help: that's the joke of the century haha 😂.

    • @estaniyongabire9956
      @estaniyongabire9956 Před 16 dny

      @Lock940 I used to think that rwandans have the best manners and respect, but I was clearly wrong. You're that type of person who gets into everyone's nerves🙄