Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Umukuru wigihugu wacu Imana imuhezagire cane kutanga ibiganiro nkivyo birafasha.
Ndashimiye Nyakubahwa mukuru wigihugu cacu c'uburundi,Evaliste Ndayishimiye ukuntu atwitwararika n'ukuri Iman'imutuzigamire Imuj'imbere muri vyose n'a hose.
Nshimye ukuntu President yicishije bugufi,bituma nabashikiriza ivyiyumviro vyabo babivuga bisanzuye,kandi nabo bakoze kuvugana discipline,nubwo hari movement na eye contact bisa nivyokosorwa,ariko ahandi ntaco bibaye,ibigiye inama bigirimana.Kwisi yose ntagihugu kirimwo ukwisanzura nkuburundi,mumbeshuze
Uyu muperezida nïmfurape abarundi bagïze imahirwe ! Imana ikomeze ibamurindire !! Ntaho ahuriye nawawundi mwahoranye!!!
Nbukuri uwo mu Maman hamwe mutomwumviriza mwoba mwaraboshwe
Abarundi mufite Umuyobozi peee.Nimumushyigikire n, imbaraga zanyu zose.
Hhhh bazobereka urongozi ibyiyumviro nabicanyi iburundi mugifite amoko perezida hhhhhh
@@nsengiyumvainnocent8048 Aho iwanyu amoko mwayashize he? Abari hano bose wibaza ko ari ibicucu nk'ukwo kwawe?
Komera mubyeyi
President mwiza pe. Mana we wagira ngo si n’umusirikare pe. Imana imuragire
Hezagirwa nyakubahwaa
President wuburundi arigukora nkuwurwanda nisawa gusura ABA diaspora
Hongera mheshimiwa rais kwa Kutana na wananchi wako pia ikija Tanzania na ukutane na nanaichi wako
Kizigenza wacu oyeee👏👏👏👏
Nukuri ndashima iki kiganiro.ariko ndasaba baduhe numero umuntu aronderako abajejwe ubutungane.kuko uraja kuburana ababware bamwebamwe bakagutera ivyatsi kubwo bakuguririye.mwicogih urabura aho witura vuba.
Vyarabahay icirwa,numv mwosaba imbabazi Abo mwacumuyeko nabenegihugu Bose mur rusangi .ham mugatah igito gitabwa iwabo
Iga kuvugukuri .
nta mweranda ari kuri iyi si
Imana iguhezagire prezida wacu kubikorya vyiza udukorera
Prezida👍wetu nakupenda sana burundi tulikuwaga hatujapata prezida kama ww👍🇧🇮🙏
ubivuga urabizi ubu umuvyeyi yavuga ariko abacamanza nibabi birenze bakuravye mumaso kofokasio ni manda mwebwe murihanze ngira bazobura babatinye
Subiza inzu yuwo muryango apana kwishura wikura
Umukuru wigihugu cacu oyeeee, karibu muri CANADA naho tubature ibibazo dufise Murakoze
Ninza mugihugu cy’Iburundi nzanyurwa aruko mbonye umukuru w’Igihugu Umubyeyi wukuri akunda abarundi Uri umuperezida ukundwa kabisa.
Woooow
Ibibazo ntago biri guhabwa ibisubizo biboney cg inzira yo gukemuka, but its a good start!
❤ sebarundi wubahwe
Naijeria
Vraiment,H.E Ndayishimiye is giving hope!
SE BARUNDI 🙏🙏🙏
Il est evasif dans sa maniere de repondre aux aspirations des uns et des autres
Ndi umunyarwanda mbibwije ukuri president w,uburundi ndamukunda numubyeyi kandi ahacaro abenegihugu azikubana nabandi
Natwe turagunda muvandimwe turabishimira uhoraho
Umva nukuri 🧏 Nyumayokurira kubera imaution Ahojejwe amarira😭 Mbega ukuntu Imana arinziza🤭
Gusa umukuru wigihugu naze aragendera ibihugu
Uwo muvyeyi bamuhe inzu azoshikiramwo kuko ni umurundikazi
Arikwigana...u Rwanda
Amahoro mwanyakwubahwa hamwe nanyenicubahiro umukuruwigihugu c'uburundi, muzemumundamukirize, muzobamukoze, nipfuza guhuranawe nkagirakabazo ndamutura ariko ntabubashabwoguhuranawe nfise, muramumpera izontasho muzobamukoze
Abarundi mushigikire umutama umuyobozi wanyu afise umutima wa kimuntu !
Nice m president 👏 👍
Wapi ivyo bavuga bihereye aho,abo babita aba dd,,
Wooow birashimijije kubona se barundi aganiza abarundi
Begivyizawe
Uyu musanza cloroneri azashake evariste uzubwenge rwose?
Saw
Igumire aho abarundi bose bifuza kuva muburundi nawe ngo usubireyo
Bajyahe ko muburundi bifitiye amahoro ndetse bafite umuperezida mwiza yumva abaturage.
@@ndorimanaelesie4512 urakoze kumunyishurira muvandimwe yezu yaraduhaye amahoro uwutayagira numunyakibi gusa kuko nakare ntamahoro yumunyakibi
Urintwari ivuga ukuri presindent wacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Vive le Burundi ,un pays beau 🇧🇮🥰🥰
Mon Burundi hangama,Mon Président hangama kungoma
President mwiza
Yooooo rek amarira sha
Ntawutagu supporting umusaza komera H.E Ndayishimiye Evariste
Turabakurikirana
Mwayitege
Esemamajunikuberikiwaguzeamarido,😮
Cyakoze abaRundi bafise umuyobozi wimfurape!
Nukr ndakunze presid neva ndayishimiye ukuntu yitwara neza mukumviriz abenegihugu
Se barundi yubahwe
Mukomere
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Burundi buhire
Ubuzima bwumudamu Isuku yumudamu ntikwiye kugarukira kumubiri inyuma gusa ahubwo kwita kumyanya yibanga nibyo bizana isura nziza inyuma. Abataziko imyanya myibarukiro yumudamu ikorerwa isuku byihariye tubimenye ,Hari amasabune yagenewe gusukura icyo gukora gice ,twavuga ama feminine wash atandukanye nka tea tree feminine wash, gamat ndetse na kacip fatimah feminine wash. Zifasha gusukura ntacyo twangije maze zikarinda zikanavura ibibazo nka infection vaginale , impumuro mbi mugitsina , kubura ububobere biterwa nifumbi, kwishimagura kwaguka kwigitsina PH nyinshi ishobora kubuza umudamu urubyaro no kubura ubushake biterwa nimisemburo mike !! Nyabuneka ibi bibazo byose birakira gusa mugirwa inama yo kwisuzumisha mukamenya uko muhagaze ikindi nimutunge izi feminine wash mubuzima bwanyu ! Musure DYNAPHARM aho dukorera tunoze ubuzima ! +250784250063 tuganire isomo ryose !!!!
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏
Ramba ramba muvyeyi wacu
Ni ibyo mukirimo?
Ndumva ntacyo amwijeje, amwjije ko amategeko azobiraba.
Humura n ababyeyi bazagufasha
Ibi beganiro ni vyiza
Kabisa uburundi turinindongozi
Ariko imvugo y'abo bene wacu boraba, Burya umukuru w'igihugu ni Nyenicubahiro, ntabwo ari Nyakubahwa.
Bavyibagiye ngitango
☆☆☆ nanje mbimenye vuba nukuri hari igihe usanga bavyibagiye cangwa atavyo bazi☆☆☆ gusa kimwe nuko bamwubaha.
Akagaye kabatutsi nako
@@elvispozes635 ⚠️⚠️⚠️⛔🚷
Ndayishimiye Evariste numugabo wukuri kabisa
Économe Muyaga
Wanugore reka kuririra kiryagihemu ngo nimugabowawe ndayirukiye siriro urya yarakwiye gupfa atobaguritse umuburi wose. Ayo marira urira yaririre Niyombare azoguhiza canke agucure akugire umugore wakabiri.
Oya sha uwawe uko ameze kose birababaza pe
Yooooo Manawe mubabarire uwo mugore rekakumushinyagurira uwawe nahabarinkozi yikibi aguma aruwawe
Mbe wa lofa we urashobora kuvuga amajambo nkayo...aho wosanga urinzererezi atanico ifise ataramajambo yurwanko ninzigo yakazikira gusa......puuuuuu
komeza komeza
Dusabe reta ikure viza kubarundi baja gutembera iwabo biteye isoni.
Bibahose gusaba Visa ujya iwanyu what ashame
Ndayishimiye n'intwari kabisa
Ni vyiza kabisa. Yarakoze Caane kubayagisha.
🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪🇧🇮
Nibaguhe itongo.
Mutama niyubahwe abanyoni baragabanutse ibigori bisigaye vyumira mumatongo
Ndabasabe subscribe kubikogwa vyanje vya CZcams channel murakoze turabakunda
🇧🇮
Nukuri komerezaho kukigoro kabeshi
Namwe ni Burundi day?
Murundi mufite umuyobozi peee nyagasani amurindi
Ndumukunda bikomeye numubyeyi
Uwo mukenyezi nomuhanura kuguma aho ari ubu, sinon bazomumerera nabi atashe
Reka kumuterubwoba iyamuremye izomuzigama
Abarundi ndabakunda cyane muri abavandimwe bacu dusangiye amateka.
Cndd fdd oyeee
jjjjj
Bongo...! !!!!
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪👏🤲
Ndore umuperezundant urwanda rushaka ninkuyu kabisa?
Hahaha ndakureba ngatwenga 😂🤣
😂
Nibamugumane gusa Ari munzira nziza Nuko abana nabagome gusa Evariste ni sawa
Hahaha umuntu a compaye u Rwanda nu Burundi economiquement mubona mwoshaka u Burundi?
Aze ababwira amajambo abasosera atagira ibikorwa ABA Bose ubona barizi neza kobotataha
Rwasa Weeeee waretse kubesha? Uri gito gusa. Chorale niyo igutuma kuba Suger daddy? Niyo igutuma kubesha? Icara hasi usabe ikigongwe IMANA kuvyo wakoze.
Murandosa inomero nziwe
Uwo ashaka kubigurisha aca yongera yotumukire
None azoba agurishije ivyiwawe sivyo birondereye
@@alainnahimana8542 ayo marira ya crocodile niyo mabi.urabona ukuntu yiriza kandi azi neza ko umugabo wiwe yari umumenja!!wabonye adaheza kuvuga ahubwo utibaza ko ari uwundi muntu.Aho rero yashatse kwigira samandari!!!
ingaruka yoguhirika ubutegetsi bukwegera ibana numugore bakwiye kubiyamiriza
Dore,umukuru wigihugu wanyawe ureke abirirwa bambaye Masque bajijisha abanyarwanda. Mana wadutabaye ukadukiza abicanyi batumaze nabacu,amabandi yiyambitse inyenyeli.
@Joseoh Hategekimana,iyo mudatsemba abatutsi ubu ntimuba muribyo bibazo.Ubu muri mu gihano cy'Imana,kuko ibyifuzo n'imigambi yanyu Imana izi ko ari bibi,niyo mpamvu yabambuye ubutegetsi.
Wagiterahamwe we uragaragaye wagiye i Burundi se ko ari hafi niba umerewe nabi
Mukama murarushe abanyagwanda kumbe karibu iburundiwacu nigihugu nyabagerwa
Nibaza niba abana ntacyaha bafise bagomba kutaba victume yababyeyi
Umukuru wigihugu wacu Imana imuhezagire cane kutanga ibiganiro nkivyo birafasha.
Ndashimiye Nyakubahwa mukuru wigihugu cacu c'uburundi,Evaliste Ndayishimiye ukuntu atwitwararika n'ukuri Iman'imutuzigamire Imuj'imbere muri vyose n'a hose.
Nshimye ukuntu President yicishije bugufi,bituma nabashikiriza ivyiyumviro vyabo babivuga bisanzuye,kandi nabo bakoze kuvugana discipline,nubwo hari movement na eye contact bisa nivyokosorwa,ariko ahandi ntaco bibaye,ibigiye inama bigirimana.
Kwisi yose ntagihugu kirimwo ukwisanzura nkuburundi,mumbeshuze
Uyu muperezida nïmfurape abarundi bagïze imahirwe ! Imana ikomeze ibamurindire !! Ntaho ahuriye nawawundi mwahoranye!!!
Nbukuri uwo mu Maman hamwe mutomwumviriza mwoba mwaraboshwe
Abarundi mufite Umuyobozi peee.
Nimumushyigikire n, imbaraga zanyu zose.
Hhhh bazobereka urongozi ibyiyumviro nabicanyi iburundi mugifite amoko perezida hhhhhh
@@nsengiyumvainnocent8048 Aho iwanyu amoko mwayashize he? Abari hano bose wibaza ko ari ibicucu nk'ukwo kwawe?
Komera mubyeyi
President mwiza pe. Mana we wagira ngo si n’umusirikare pe. Imana imuragire
Hezagirwa nyakubahwaa
President wuburundi arigukora nkuwurwanda nisawa gusura ABA diaspora
Hongera mheshimiwa rais kwa Kutana na wananchi wako pia ikija Tanzania na ukutane na nanaichi wako
Kizigenza wacu oyeee👏👏👏👏
Nukuri ndashima iki kiganiro.ariko ndasaba baduhe numero umuntu aronderako abajejwe ubutungane.kuko uraja kuburana ababware bamwebamwe bakagutera ivyatsi kubwo bakuguririye.mwicogih urabura aho witura vuba.
Vyarabahay icirwa,numv mwosaba imbabazi Abo mwacumuyeko nabenegihugu Bose mur rusangi .ham mugatah igito gitabwa iwabo
Iga kuvugukuri .
nta mweranda ari kuri iyi si
Imana iguhezagire prezida wacu kubikorya vyiza udukorera
Prezida👍wetu nakupenda sana burundi tulikuwaga hatujapata prezida kama ww👍🇧🇮🙏
ubivuga urabizi ubu umuvyeyi yavuga ariko abacamanza nibabi birenze bakuravye mumaso kofokasio ni manda mwebwe murihanze ngira bazobura babatinye
Subiza inzu yuwo muryango apana kwishura wikura
Umukuru wigihugu cacu oyeeee, karibu muri CANADA naho tubature ibibazo dufise Murakoze
Ninza mugihugu cy’Iburundi nzanyurwa aruko mbonye umukuru w’Igihugu Umubyeyi wukuri akunda abarundi Uri umuperezida ukundwa kabisa.
Woooow
Ibibazo ntago biri guhabwa ibisubizo biboney cg inzira yo gukemuka, but its a good start!
❤ sebarundi wubahwe
Naijeria
Vraiment,H.E Ndayishimiye is giving hope!
SE BARUNDI 🙏🙏🙏
Il est evasif dans sa maniere de repondre aux aspirations des uns et des autres
Ndi umunyarwanda mbibwije ukuri president w,uburundi ndamukunda numubyeyi kandi ahacaro abenegihugu azikubana nabandi
Natwe turagunda muvandimwe turabishimira uhoraho
Umva nukuri 🧏 Nyumayokurira kubera imaution Ahojejwe amarira😭 Mbega ukuntu Imana arinziza🤭
Gusa umukuru wigihugu naze aragendera ibihugu
Uwo muvyeyi bamuhe inzu azoshikiramwo kuko ni umurundikazi
Arikwigana...u Rwanda
Amahoro mwanyakwubahwa hamwe nanyenicubahiro umukuruwigihugu c'uburundi, muzemumundamukirize, muzobamukoze, nipfuza guhuranawe nkagirakabazo ndamutura ariko ntabubashabwoguhuranawe nfise, muramumpera izontasho muzobamukoze
Abarundi mushigikire umutama umuyobozi wanyu afise umutima wa kimuntu !
Nice m president 👏 👍
Wapi ivyo bavuga bihereye aho,abo babita aba dd,,
Wooow birashimijije kubona se barundi aganiza abarundi
Begivyizawe
Uyu musanza cloroneri azashake evariste uzubwenge rwose?
Saw
Igumire aho abarundi bose bifuza kuva muburundi nawe ngo usubireyo
Bajyahe ko muburundi bifitiye amahoro ndetse bafite umuperezida mwiza yumva abaturage.
@@ndorimanaelesie4512 urakoze kumunyishurira muvandimwe yezu yaraduhaye amahoro uwutayagira numunyakibi gusa kuko nakare ntamahoro yumunyakibi
Urintwari ivuga ukuri presindent wacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Vive le Burundi ,un pays beau 🇧🇮🥰🥰
Mon Burundi hangama,Mon Président hangama kungoma
President mwiza
Yooooo rek amarira sha
Ntawutagu supporting umusaza komera H.E Ndayishimiye Evariste
Turabakurikirana
Mwayitege
Esemamajunikuberikiwaguzeamarido,😮
Cyakoze abaRundi bafise umuyobozi wimfurape!
Nukr ndakunze presid neva ndayishimiye ukuntu yitwara neza mukumviriz abenegihugu
Se barundi yubahwe
Mukomere
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Burundi buhire
Ubuzima bwumudamu
Isuku yumudamu ntikwiye kugarukira kumubiri inyuma gusa ahubwo kwita kumyanya yibanga nibyo bizana isura nziza inyuma. Abataziko imyanya myibarukiro yumudamu ikorerwa isuku byihariye tubimenye ,
Hari amasabune yagenewe gusukura icyo gukora gice ,twavuga ama feminine wash atandukanye nka tea tree feminine wash, gamat ndetse na kacip fatimah feminine wash. Zifasha gusukura ntacyo twangije maze zikarinda zikanavura ibibazo nka infection vaginale , impumuro mbi mugitsina , kubura ububobere biterwa nifumbi, kwishimagura kwaguka kwigitsina PH nyinshi ishobora kubuza umudamu urubyaro no kubura ubushake biterwa nimisemburo mike !! Nyabuneka ibi bibazo byose birakira gusa mugirwa inama yo kwisuzumisha mukamenya uko muhagaze ikindi nimutunge izi feminine wash mubuzima bwanyu ! Musure DYNAPHARM aho dukorera tunoze ubuzima ! +250784250063 tuganire isomo ryose !!!!
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏
Ramba ramba muvyeyi wacu
Ni ibyo mukirimo?
Ndumva ntacyo amwijeje, amwjije ko amategeko azobiraba.
Humura n ababyeyi bazagufasha
Ibi beganiro ni vyiza
Kabisa uburundi turinindongozi
Ariko imvugo y'abo bene wacu boraba,
Burya umukuru w'igihugu ni Nyenicubahiro, ntabwo ari Nyakubahwa.