“Ni mwikorere imitwe ya benewanyu, umutwe w’Umututsi uraremera.”

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 25. 07. 2023
  • Alice Hakizimana arigana ingene yacitse kw’icumu mu bwicanyi bwabereye mu Rusengo muri Gitugutu umwaka w’1993. Abanyeshure bagenzi we benshi barishwe, abarokotse muri bo bakaba barakorewe amabi menshi.
    Alice Hakizimana raconte les malheurs rencontrés à Rusengo au cours des massacres d’Octobre 1993. Plusieurs élèves ont été tués. Ceux qui s’en sont sortis ont subi de multiples violences.
    Sous-titrages français
    Spécial Témoignage
    Parcours : Une série de témoignages
    Abonnez-vous à notre chaîne sur CZcams : / telerenaissan. .
    Rejoignez-nous sur Facebook : / renaissancet. .
    Suivez-nous sur Twitter : / rtvrenaissance​​
    Notre site web : telerenaissance.org/

Komentáře • 195

  • @kezimanamelchisedek4907
    @kezimanamelchisedek4907 Před 4 měsíci +6

    Mpore Mama. Uze wibagire, wigishe abawe , incuti n'abagenzi kahise.utorane kandi Wigishe umutima mwiza nk'uwuwo mukecuru!!! Iyaba abarundi mwomenye ico shetani yagomba mukutujagarisha biciye ku bazungu!!!! Pole. Ariko uwishwe wese ahorwa uko yavutse ntiyatakaye, barihenze ababikoze!!!

  • @volo-music2263
    @volo-music2263 Před 11 měsíci +17

    Very traumatic
    I am a Hutu and I feel bad for you and everyone that has lost their lives
    I am glad you made it alive
    Imana igufisekumugambi

    • @Turkana-omo-marsabit
      @Turkana-omo-marsabit Před 11 měsíci +3

      Don't feel bad
      That's how humans we are till now
      The sins of a few are extended to an entire group
      Same thing happened in 72
      But that elderly lady saved her life
      There are always kind people in every group

    • @volo-music2263
      @volo-music2263 Před 11 měsíci

      @@Turkana-omo-marsabit thank you for helping me accept that those atrocities committed by a part of the group from which I am ( Hutus) were done by bad people . And you mentioning the 1972 issue which also affected me since I am a refugee from parents who fled the country during those unsettling times 1972 kinda made me realize so much about Africans in general
      Because most of the African nations after colonial era experienced those kinds of social disconnection which in most cases resulted in so many despicable atrocities against human hind including Burundi ( igihugu cacu dukunda)
      Ububi ntaho bushitsabantu
      Jewe nukuri naho navukiye mumahanga. Sometimes I thank God for not letting me witness as much as abarundi bavutse mbere ninyuma y urwimo rwo mu 1993 nizabaye mbere ya 93 na nyuma yaho
      Jewe nukuri ico novuga nuko murinda basi
      Kandi na mpole cane

    • @oseendayi5046
      @oseendayi5046 Před 10 měsíci +1

      No hutu or tutus they supposed to be one instead of fighting ☝️ whatever happened in the past it has already past
      Ivyovyamoko nivyo vyatumye nigihugu kiba igikenye kwisi
      Pole kubabuze bose haba kubatutsi canke kubahutu kuko bose barabuze

  • @aliceuwimana8809
    @aliceuwimana8809 Před 10 měsíci +7

    Oh my God c etait comme hier nciye ndavyibuka. Oh mon Dieu mpore cane ncuti Imana Ibahezagire abahutu batunyegeje bakanaduha utwokurya ❤

    • @user-cm3nd7um3l
      @user-cm3nd7um3l Před 5 měsíci

      yego yego, Imana izabagororere gushyika ku buzukuru babo, abo bahutu b'umutima bo kagira umugisha...

  • @Hi5392
    @Hi5392 Před 5 měsíci +3

    nukuri Imana izahe ijuru uwu mukecuru yabagaburira🙏🙏🙏

  • @ndikumanacassilda4369
    @ndikumanacassilda4369 Před 11 měsíci +3

    Ibi bintu ni vyiza cane
    Birakenewe kubatari bwavuke
    Murakoze

  • @evelyneirakoze7479
    @evelyneirakoze7479 Před 11 měsíci +1

    Mpore Alice,Ndiho ahabwe icubahiro we wakuzigamye ,komera❤

  • @jhappynesjo8747
    @jhappynesjo8747 Před 10 měsíci

    Oooo😭😭😭😭😭mpore goooooose muvyeyi 👏🏽👏🏽ewe mana bagirire ikigonrwe ntibazi icovakora!mpore Burundi &Rwanda …nahandi amaraso yasesetse yinzirakarengane nakize Burundi . Ikibabaje caaavyooose nuko guhana ico caha kibishe kidahanwa uko bikwiye!mpore gooose ababuze ababo bazira uko bavutse🙏🏼😭mpore gose maman ,ubohoke Ukire ivyobikomere kuko biraboneka ko utarakira,Ariko Imana yagukingiye izo nzira zoooose niyo izogukiza iyintuntu!

  • @bjnbsc
    @bjnbsc Před 11 měsíci +4

    Mbega mu Burundi wibaza ko wo yovuga ukuri neza akaharara ? Ariko abumva barumva naho agerageza kuvyorosha Gusa Imana ihezagire uwo mu journalist yateye intambwe yo gusangiza ukuri abandi

  • @eliusbizimana7646
    @eliusbizimana7646 Před 8 měsíci +1

    Uwobabwira ivyabaye muri Kaminuza juin 1995 mwobona combien urwanko rwasasiwe indava. Abatuzanira amacakubiri Imana ibaharire ntibari bazi ico bakora.

  • @nkurunzizaaugustin8845
    @nkurunzizaaugustin8845 Před 10 měsíci +5

    Murazohamagara *abahutu* nabo batange ama temoignages y'ivyababayeko

    • @inna7803
      @inna7803 Před 10 měsíci

      Murashiraho chaine namwe mubahe ijambo. Ico nzi co hari abamaze no guca hano

    • @africanqueen9452
      @africanqueen9452 Před 7 měsíci

      Urabe ziraharo nyinshi z abshutu/ abatutsi

  • @ChanelNzeyimana-dj6fw
    @ChanelNzeyimana-dj6fw Před měsícem

    Uyo mukeculu yari nkumu marayika wubu fasha mage ndanye n'Imana.

  • @pice-marcntigahera2621
    @pice-marcntigahera2621 Před 11 měsíci

    Rip.

  • @damiennkaka7006
    @damiennkaka7006 Před 11 měsíci +2

    Mpore lmpore igiko 🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿

  • @damiennkaka7006
    @damiennkaka7006 Před 7 měsíci

    Mpore 🙏🏿

  • @oliviernininahazwe6913
    @oliviernininahazwe6913 Před 11 měsíci

    Pole sana muvyeyi ndumva mwaciye mu bikomeye

  • @ericmugarura1250
    @ericmugarura1250 Před 10 měsíci

    Yooo komera Imana yarakurinze,hama uwo munyokuru aruta Patiri,aruta babandi biyita abakizwa,uwo munyokuru n'umuntu w'Imana,uraguma Imana niyo irinda abantu bayo,birababaje

  • @ntagwabiraaimable1107
    @ntagwabiraaimable1107 Před 11 měsíci +3

    Imana ikomeze ikuzigame mwana w'Imana, gusa birababaje cyane kumva president yoshwe abamwishe barazwi ariko abakene bafite icyo kurya basaba ibiryo bakica benewabo. Ibyo nibyo byabaye iwacu mu Rwanda. Gusa Umunsi umwe Africa izabona intwali abantu bave ikuzimu babe abantu.

    • @user-cm3nd7um3l
      @user-cm3nd7um3l Před 5 měsíci

      umutamakazi wabahaye imyumbati n'urwagwa..imana imuhezagire

  • @niniaha7894
    @niniaha7894 Před 11 měsíci

    Mpore Alice wanje😢😢 ntamahoro y'umwicanyi

  • @JN-bq8dh
    @JN-bq8dh Před 10 měsíci +1

    Impore mama ndabyubuka rwose byaribibaje rwose

  • @ndikumanacassilda4369
    @ndikumanacassilda4369 Před 11 měsíci +4

    Harabibaza ko bitabaye kuko babeshwa
    Histoire nkiyi irakenewe

  • @angemugisha7056
    @angemugisha7056 Před 11 měsíci

    😭😭 be strong dear

  • @dieudonnemukeshimana599
    @dieudonnemukeshimana599 Před 10 měsíci +1

    Une des émissions difficile à réaliser

  • @alinenibigira-xp8mx
    @alinenibigira-xp8mx Před 10 měsíci +11

    Notre pauvre Burundi. Soyez consolée notre sœur. Finalement tout le monde mérite d'être consolé. Le pays semble avoir connu plusieurs génocides ou des génocides superposés si on ose utiliser le terme. Quand on écoute un Tutsi on sent le malheur des tutsis, et quand on écoute un hutu, on sent le malheur des hutus. Quand est-ce qu'on pleurera ensemble sans que chacun fasse croire que les autres ont été terribles ? Je proposerai aux journalistes d'inviter souvent des témoins sérieux comme cette honorable dame, hutus et tutsis, qui nous racontent les crimes vus dans ces 2communautés. Ça pourrait aider plus.

    • @aloysdegonzagueniyoyita1974
      @aloysdegonzagueniyoyita1974 Před 10 měsíci

      Bonjour. Je te propose de lire le livre " Hutsi, au nom de tous les sangs"

    • @arthemonnziyunvira7763
      @arthemonnziyunvira7763 Před 7 měsíci

      Imana yaratabaye k ukiriho

    • @arthemonnziyunvira7763
      @arthemonnziyunvira7763 Před 7 měsíci

      Il faut apprendre à pardonner

    • @user-zh6gu8pv3z
      @user-zh6gu8pv3z Před 6 měsíci

      Alice IMANA yarakurinze.NDAFISE ICO NKWIFPURIZA,

    • @user-zh6gu8pv3z
      @user-zh6gu8pv3z Před 6 měsíci

      IMANA Yakurinze KUBERA IGUKUNDA,NDASHAKAKO UHINDUKIRIRA UMWAMI YESU UGAKIZWA.BURYA NICO GITUMA ABANDI BAPFUYE UGASIGARA,IGOMBA KUGUHA IKINTU KIMWE"AGAKIZA"VYOBA BIBABAJE IGIHE WOPFA UDAKIJIJWE:WOBA UHOMVYE CANE ICATUMYE IKUZIGAMA!URAKOZE

  • @oscarndayiziga8275
    @oscarndayiziga8275 Před 11 měsíci

    😢

  • @ndikumanacassilda4369
    @ndikumanacassilda4369 Před 11 měsíci +4

    Rusengo ni muri Province Ruyigi mu Burundi

  • @rosebubanje9544
    @rosebubanje9544 Před 4 měsíci +1

    Mpore muvandimwe. Bene Gahini IMana izo bahane. Intwaro yabo yose nukwica.Frodebu na CNDD.

  • @nathanaelnihorimbere2463
    @nathanaelnihorimbere2463 Před 7 měsíci +1

    Jew maze kwumva témoignage nyinshi harakwiye kuba icibutso rusangi kuba hu-tsi kuko bose baramaranye bapfubusa kunyungu z'abategetsi bakeya bikunda.Uwagize ivyago wese bivuye kuvy'amoko uti mpore ntawuhonya ubwoko tuvavanure na kahise kabi

  • @innocentnduwayezu348
    @innocentnduwayezu348 Před 5 měsíci

    Pole

  • @user-ey2is8ii3s
    @user-ey2is8ii3s Před 6 měsíci +1

    Mwaratwiciye president mubona ntakibakurikiye 'nabandi muguma mubarungikira amsumu ngobapfe batarway erega imana irakunda abahutu

  • @user-yn2yo9nd9t
    @user-yn2yo9nd9t Před 5 měsíci +1

    iL faut se reconcilier mituellement pour contstruire l'unite du pays et pour l"avenir des enfants.

  • @joselynenkurunziza
    @joselynenkurunziza Před 10 měsíci +4

    Niwitahire muvyeyi,Ubu amahoro niyose,mpore nokuvyakubayeko vyose,ndetse nabandi barundi intsinzi bahuye navyo,birababaje ariko tuvyibagire kuko intibagira ntibana

    • @inna7803
      @inna7803 Před 10 měsíci

      Uribagira wewe niyo vyagukundira, hari ivyutibagira kandi washaka kuvyibagira kuko nubundi birababaza. Tugerageze kwishira mu kibanza c'ababaye, Imana iturengere

  • @ChanelNzeyimana-dj6fw
    @ChanelNzeyimana-dj6fw Před měsícem

    Sorry for dating, wihangane bira babaje 🥹kubona zira kw'Imana yakuremye 😢

  • @jeanpierregirukwishaka5607
    @jeanpierregirukwishaka5607 Před 7 měsíci

    Ariko ihora ihoze

  • @butarembaga7710
    @butarembaga7710 Před 11 měsíci +5

    Uyu mugore aravugana ikinyabupfura kinshi rwose . Abenshi mu bahutu nubu iryo bagwanye bavuga niryo babyukana bavugana kwica umututsi kuri benshi ni umunyuzo ni nkaho mvugiye aha.

    • @blackberryberryblack9093
      @blackberryberryblack9093 Před 10 měsíci

      Abenshi mu batutsi n’abere ???

    • @N-Sagittar
      @N-Sagittar Před 10 měsíci +1

      abahutu mwishe muburundi no murwanda,mubakandamiza ngo basa nabi ngo ibizuru nibindi ntarondoye,mwibaza ngo FDD CNDD ihari kuri gusa??? Ni amateka.
      Umututsi azagabanye kwikunda no kwishyira up!

    • @inna7803
      @inna7803 Před 10 měsíci

      ​@@N-Sagittarsinon muzakomeza mubice??

    • @N-Sagittar
      @N-Sagittar Před 9 měsíci

      @@inna7803 none twe ko mutwica🤷
      Umututsi wishe umuhutu ntakibazo,arko ni ishyano kumvako umuhutu yatatse,why🙆

  • @spesirakiza7063
    @spesirakiza7063 Před 10 měsíci +1

    Mpore Ali
    Ntamahoro yumunyavyaha.
    Iyo nzira yumusaraba waciyemo nanjye nayiciyemo.
    Kandi ihora ihoze

  • @mikebizimana9412
    @mikebizimana9412 Před 5 měsíci

    Alice komera.ntaco wararusimvye mw.ijuru hariho imana.

  • @theoh.8932
    @theoh.8932 Před 3 měsíci +1

    Hari efforts mwakoze ngo muzamenye uwo mukecuru? Numva yarababereye Ange gardien !

  • @MabrukiNgereza-gj7mz
    @MabrukiNgereza-gj7mz Před 9 měsíci

    Ni hatari !!!

  • @cedibrown5067
    @cedibrown5067 Před 7 měsíci +3

    Our County is a fuckin County 😢😢ndasubiyemwo U Burundi bwacu Bwaraboze

  • @imfurafelicien
    @imfurafelicien Před 10 měsíci

    Impore mubyeyi birababaje cyane ariko bazabibazwa
    Amaraso y' Abatutsi bo mu Burundi no mu Rwanda bazayabazwa tu

  • @marcelnkomo7212
    @marcelnkomo7212 Před 11 měsíci +3

    Mpore muvandimwe!
    Grâce à Dieu tu vis encore!
    Et la vie n'est qu' une lutte de tous les jours pleines de vissicitudes!
    Soyez tjrs forte❤

  • @kagajuestella6215
    @kagajuestella6215 Před 8 měsíci

    Ihangane mubyeyi namwe mwahuye na genocide , ndagira inama Abarundi na ba Nyarwanda mwirinde amacakubiri cyane mureke ibintu bya moko nahubundi tuzomarana nukuri birababaje cane

  • @eliusbizimana7646
    @eliusbizimana7646 Před 8 měsíci +1

    Rusengo yari ishure irimwo amacakubiri cane cane aba Professeurs b'abatutsi rwandais

  • @user-il7pd9et7d
    @user-il7pd9et7d Před 5 měsíci +1

    Mpore mwiza wanje

  • @regulus4745
    @regulus4745 Před 10 měsíci +1

    30:25 Akajwari ne veut pas dire cèdre (isederi). Il s’agit plutôt de casuarina. L’un est originaire d’Australie, l’autre du bassin oriental de la méditerranée.

  • @uhorakeyeemma3521
    @uhorakeyeemma3521 Před 11 měsíci

    Komera mubyeyi. Abagiye ntibakibabara, bari ahatuje, namwe abarokotse Imana ishimwe yabahagazeho, kandi ibafiteho imigambi myiza.Ababakoreye ubwo bugome, aho bari bigaye. Mbese igihe abo mwishe bari kubaho kiziyongeta ku minsi yo kubaho Imana yabageneye?

  • @fridaytv3818
    @fridaytv3818 Před 10 měsíci +1

    Mu Burundi nta Moko , ivyo vyazanwe nabazungu ayomoko ipuuuu , Bagaza niwe yabikoze neza

  • @jeanm3988
    @jeanm3988 Před 10 měsíci

    Ubuhamya bubabaje cyane!! C'est horrible aliko ikibabaje nuko inzira bicamo ali politique kandi ukabona ntabyinshi bikorwa ngo hakosorwe akahise kabi,ibikorwa nugupfukapfuka gusa alk iturufu yubwoko native mumitwe yabategetsi kuko bakomeza kubigira intwaro c'sst dommage.

  • @nyamugishagoreth8556
    @nyamugishagoreth8556 Před 8 měsíci

    Mpore Muvyeyi mwiza.
    Data yarahabaye.yarakoze kukuzigama.komera.Uwiteka Niwe mucamanza

  • @chantalmujambere5990
    @chantalmujambere5990 Před 11 měsíci +2

    Ivyo vyabaye maze umwaka ndahavuye Lycée Rusengo niho namenyeye ukintu citwa itandukaniro ryabantu umuhutu umututsi kubera urworuhagarara rwamoko Alice yiga inyuma yanje ndaguhojeje mwiza Imana ninziza yagusimbishije urupfu ibandanye ikuzigame ibabarire nabishe abandi kuko uguhora nukw'Imana

  • @Muhaburaa
    @Muhaburaa Před 11 měsíci +1

    Impore mubyeyi. Urwanda Nubundi satani yarabateye

  • @antoinebakevya8911
    @antoinebakevya8911 Před 7 měsíci +1

    Wewe ivugire n uko ufise aho uvugira

  • @user-uc3mg5ri6f
    @user-uc3mg5ri6f Před 7 měsíci +2

    Abatutsi niho murabicanyi mwitimbere gusa abahutu ntama témoignages bafise?nuko baziko twese turi bamwe reka kwizanisha imvugo zibigongwe ataco mugira

  • @aloysdegonzagueniyoyita1974
    @aloysdegonzagueniyoyita1974 Před 10 měsíci +2

    Pleures O' pays bien aimé. J'ai mal quand j'ecoute les histoires de souffrances comme celle vecue par Alice. Ça me fait mal quand je vois des commentaires cyniques sans aucune ampathie. J'ai fui mon pays, je ne sais pas quand j'y retournerai. J'espère que les choses aura changé. Je prie le prie le bon Dieu.

    • @victorg7280
      @victorg7280 Před 7 měsíci

      Uzobaze neza. Ico gihugu uvuga ko wahunze, bagenzawe ibihumbi n,ibihumbi bava mumpade zose zisi bama baje muri vacances, bakahaba amahoro, bagasubirayo ayandi. Wewe none vyagenze gute?

    • @user-cm3nd7um3l
      @user-cm3nd7um3l Před 5 měsíci

      buri umwe agira impamvu zatuma ahunga, abandi ni abandi mugabo...​@@victorg7280

  • @doro2197
    @doro2197 Před 10 měsíci

    😢😢😢komera nshuti y IMANA ,twishwe urwa YEZU KRISTU, nkuko isi yamwanze natwe isi yaratwanze .Aliko agahinda ntikakatwibagize UMUTSINDO w UMUSALABA wa KRISTU. JESUS CHRIST est notre VICTOIRE. Komera cyane ,YEZU wa Tsinze nakugenderere akwiyomorere

    • @EstellaNDIKUMASABO-hj3hq
      @EstellaNDIKUMASABO-hj3hq Před 7 měsíci

      Nukuri twabonye amahano nubu hariho abatwanka cane

    • @doro2197
      @doro2197 Před 7 měsíci

      ​@@EstellaNDIKUMASABO-hj3hq😢😢😢😢😢 ese muvandimwe nturuzi ibili kubera muli moyen Orient none bikaba byabyukije urwango isi yanga YEZU KRISTU ikaba yahagurukiye Umuryango We ,hhhh ndakubwiye AMARASO YACU UMENYA ANUKIRA ISI YA YOBOTSE SEKINYOMA .IMANA NIGARURE ABATANNYE BOSE TWESE TURABAVANDIMWE ,TWESE DUFITE IMANA SE W UMWAMI WACU YEZU KRISTU HO UMUBYEYI .

  • @user-ey2is8ii3s
    @user-ey2is8ii3s Před 6 měsíci +1

    Uriko wisema wanya yi mbwa we

  • @raymond-francoiskimanuka1880
    @raymond-francoiskimanuka1880 Před 11 měsíci +1

    Triste réalité !

  • @happymunezero4923
    @happymunezero4923 Před 7 měsíci +1

    Les démons se sont emparés de biens de têtes de bon nombres des burundais. J’ implore le Bon Dieu, le Père qui est aux Cieux de pardonner les criminels et de faire régner la Paix et l’Amour dans le monde. Car n’oublions pas que ce qui se passe au Burundi, se passe malheureusement aux quatre coins de notre planète Terre.

  • @Yvesbriand
    @Yvesbriand Před 5 měsíci +1

    Vous imaginez la joie que cette famille a eu après avoir vu leur fille en vie !!

  • @jeanpierregirukwishaka5607
    @jeanpierregirukwishaka5607 Před 7 měsíci +1

    😅birababaje kabisa

  • @N-Sagittar
    @N-Sagittar Před 11 měsíci +5

    Ninde wabeshye umututsi ko ariwe wagenewe ibyiza gusa,
    Kutabona umuhutu nkumuntu ufite agaciro, bizaduhoza mumarira adashira.
    NUTAMPA AGACIRO NAWE WITEGURE KUKABURA
    MWIGISHE URUKUNDO NUBWUBAHANE ABANA BANYU BIZABABERE UMURAGE MWIZA!!!!

    • @blackberryberryblack9093
      @blackberryberryblack9093 Před 10 měsíci +1

      Bien dit mon frère

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 Před 10 měsíci

      Urukundo rusabwa abahutu nabatutsi mugenzi. Ntitwiyibagize ko hari abishe abari mubwoko bumwe ariko bagapfa imigambwe

  • @user-qd4jr2xz7l
    @user-qd4jr2xz7l Před 7 měsíci

    Niwihorere Sha sisita

  • @placidentahonshikiye2385
    @placidentahonshikiye2385 Před 11 měsíci

    J,étudiais au Séminaire de Dutwe. Ce temps, le séminaire de Dutwe a beaucoup aider les jeunes en difficultés

  • @user-ey2is8ii3s
    @user-ey2is8ii3s Před 6 měsíci +1

    Abatutsi bahu nze murikuramwo ubwenge cane mukibaza ngo abahutu ntubona muragaruka musubire kutwinyegazawo turabe takubika umuriro mumpuzu muzopfungwa muhereyo

  • @mastaaamar5530
    @mastaaamar5530 Před 7 měsíci +1

    yoooooooooooooooo mana mana mana ndabaye ndabaye ndabaye ndashoboye lurira ndabaye cane cane kabisa ndashoboye kurira kurira nukuri ndasavye niba wibuka neza uriya mukecuru niba wibuka neza aho aba ubwire ndagusavye niba akiriho ndagusavye ndagusavye nukuri yoooooooooo man amana mana nukuri yooo wihangane yoooooooooooooooooooooooo

  • @eliusbizimana7646
    @eliusbizimana7646 Před 8 měsíci

    Maggy Barankitse muri Shalom muramwibuka ndibaza

  • @joemac7463
    @joemac7463 Před 11 měsíci +1

    Nuyuhe uremurutse ????

  • @victorg7280
    @victorg7280 Před 7 měsíci +1

    Iyo titre ya yihezanguni(extremisme) iratangaje .Ariko uwayizanye amenye ko amaraso yose atukura.

  • @ManirambonaEzechier-zd2bh
    @ManirambonaEzechier-zd2bh Před 7 měsíci +1

    Mpore ariko abarokotse mwari mukwiye gushavurira abishe ndadaye Kuko urumva vyose niho vyamuka ndumva icogih hari intwaro y,ubwoko bumw ndadaye akaba yaziz KO azany intwaro rusangi Niki catumy yicwa??

  • @user-ey2is8ii3s
    @user-ey2is8ii3s Před 6 měsíci +1

    Mpore abarundi turi maso

  • @leonidasmujakera7642
    @leonidasmujakera7642 Před 10 měsíci +1

    Ba chercheurs muzoturonderere aho urwanko rw'umuhutu n'umututsi aho rwavuye
    Twavutse tubisanga bazotubwire badahengamye ariko birababaje kabisa kwica uwomubana Mana ni danger

  • @zanga8185
    @zanga8185 Před 11 měsíci +1

    pls which language and country is this

    • @donboscont4514
      @donboscont4514 Před 11 měsíci +1

      The country in question is Burundi. Located in Central-East of Africa. The language is Kirundi

    • @zanga8185
      @zanga8185 Před 8 měsíci

      @@donboscont4514 thank you for the answer

  • @user-iq5ql5dd8l
    @user-iq5ql5dd8l Před 11 měsíci +5

    Mbega mbega uburundi nurwanda umwanda gusa😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

    • @buravan1512
      @buravan1512 Před 10 měsíci

      Nimbe n'umwanda... Mbona Turi hanyuma yawo ahubwo.

  • @uwamahorojeannedarc7489
    @uwamahorojeannedarc7489 Před 11 měsíci

    Uwo uvuze uri mu Rda,yitwa nde uzoduhe number yiwe tuzomuramutse

  • @Irene28092
    @Irene28092 Před 11 měsíci +7

    Abahutu bapfuy bicwa n abo vyigana 93 murabaza uko bangana cane cane muntara ya bururi nkaa lycee rutovu, rumeza umu sans echec yitwa mugisha abaahutu yish azopfa abikorey abàmaaare? Lycee bururi, matanà, rubangâ. ntawoyavuga ayamare ...niturekuriranire ivyabàay ni shetani uwipfuza kubigaruka à naw bizoherera iwe

    • @nmnteamdknn8405
      @nmnteamdknn8405 Před 10 měsíci +1

      Abarundi harageze ko bemera ko habaye ubwocanyi, impande zose, hama bakareka ivyabaye bakubaka ibindi bushasha... ntibizohera??? Iyo virus yamacakubiri iratuma tugima mu bibazo gushika ryari?? Abantu bamaze imyaka myishi bicwa nabi kubera amazuru??? Erega ntawiremye twese twavutse uku ntaco twobikorako

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 Před 10 měsíci +1

      Donc abazwe abahutu biga kurayo mashuri yose kandi ariko avuga ivyamushikiye wewe?

    • @inna7803
      @inna7803 Před 10 měsíci +2

      ​@@kalyka4107ibaze nukuri. Umuntu avuge akababaro kiwe, bazane ba Bikomagu na ba Ndadaye.

  • @martensnshimi3613
    @martensnshimi3613 Před 10 měsíci

    Iyo mugore :: elle raconte et elle parle Imana imukize avakomere,abandi bo mugukira ibikomere vy'ubufuvyi,ugukumirwa mumashuri U n'a I,ugukumirwa muri Économie no mumatongo,ugashirako ubusuku na humiliation.bizokizwa n'UBUTATU BWERANDA

  • @user-iq5ql5dd8l
    @user-iq5ql5dd8l Před 11 měsíci +4

    Komera komera mukowa mwiza ihangane guhigwa uzira umuperezida wafuye utanamuzi utaranamubona. Nuruhinja rukamuzira utarigeze ntanuwo muryango wanyu wayoboye numudugudu birabaje😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @user-ey2is8ii3s
    @user-ey2is8ii3s Před 6 měsíci +1

    Dufise ibikomere mwaduteye muyangara gushika kumuhero wisi

  • @user-ey2is8ii3s
    @user-ey2is8ii3s Před 6 měsíci +1

    Urumva ingene urogota vayo uzehino wirabire ibituranga uwuhawe nagahengwe acana inkinzo

  • @user-ey2is8ii3s
    @user-ey2is8ii3s Před 6 měsíci

    Nareke gukora munkovu abarundi kuko twaravyibagiye

  • @user-ey2is8ii3s
    @user-ey2is8ii3s Před 6 měsíci +1

    Naze tumwereke ibikovu dufise kumubiri kandi twaribato tubitewe na boyoya

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5i Před dnem

    Komera mama, gusa umututsi muri aka karere yaratotejwe bikomeye ariko muhumure Imana irahari ntabwo izoguma yihanganira ubu bugome, twibuke ko n'ingoma ya Hitler, aba nazi, aba gestapo nabo Imana yabashizeko iherezo. Gusa les allemands bo ils ont reconnu ibibi bakoze, ariko abandi bo ubwicanyi babugize iragi, umuco

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 Před 10 měsíci +2

    Uramaze kuja gusura uwo muhutukazi yabakingiye?

    • @N-Sagittar
      @N-Sagittar Před 9 měsíci

      Naburya yabakingiye,ntibikuyeho ko mumaso yiwe amubonamwo nk'umuhutu nyene...

  • @user-hg4vt4rp7m
    @user-hg4vt4rp7m Před 8 měsíci

    Ewe Bdi wishwe nabo wavyaye, komera Muvyeyi impembo y'umwicanyi nukwangara nta kindi

  • @antoinebakevya8911
    @antoinebakevya8911 Před 7 měsíci

    Micombero, Buyoya n'a Bikomagu nibo babikweze ivyo vyose bakabona abahutu bihoreye ngo n ibijuju, hmmm. Ndadaye yasize ababwiye. Mbe urazi abahutu bishwe? Imana Isjimwe ubu n agahengwe

  • @prospermanirampa9306
    @prospermanirampa9306 Před 7 měsíci

    Ai je bien compris que madame ariko avuga ivyamushkiye le 21/11/1993 nkuko Monsieur Muhozi amubajije. Si oui quelle honte!!

  • @user-ey2is8ii3s
    @user-ey2is8ii3s Před 6 měsíci

    Igihugu nicabo niwigumye twarakirazwe mpore none

  • @EstellaNDIKUMASABO-hj3hq
    @EstellaNDIKUMASABO-hj3hq Před 7 měsíci

    Mpore natwe abacu barahahoneye twiyibagize ivyadushikiye 9:34

  • @AlexisNZAMBIMANA
    @AlexisNZAMBIMANA Před 7 měsíci +1

    Nihataei. Kahis katwibutsa vyinshi ae

  • @user-ks8eo2fz3w
    @user-ks8eo2fz3w Před 8 měsíci +1

    None ka yemw abanyeshure ko bari abana ataco bazi baca bazira iki nabo?

  • @regulus4745
    @regulus4745 Před 10 měsíci +1

    3:21 «En revenant un peu en arrière _[càd pendant que Ndadaye était bien vivant, libre et cadre bancaire ou président],_ le lycée de Rusengo avait connu des problèmes vu plusieurs grèves d’élèves sur base de questions ethniques. Cela nous arrivait souvent de passer des nuits blanches, de recevoir des alertes sur des attaques probables de Tutsis contre des Hutus et vice-versa.» L’avènement de Buyoya fut un désastre historique pour le Burundi. Les répercussions ne se sont plus jamais arrêtées.

    • @doro2197
      @doro2197 Před 7 měsíci

      Aliko muvandimwe ,nukuli Buyoya yararenganye cyane ,nimureke polemique ituma umwiryane ukomeza mukarere kacu , ibibi byabaye birahagije ,enterrons la hache de guerre ,dusabe IMANA imbaraga zo kuzamuka agasozi k IMBABAZI Z IMANA, KUKO TWESE TWESE TURAZIKENEYE ,PERSONNE N EST GAGNANT DANS CETTE SALE GUERRE ,NUGUSARURA AGAHINDA DE PART ET D AUTRE GUSA .HHHH ALIKO NAKUMIRO PE ,KUGEZA NAHO UBURUNDI BWANGA UMURAMBO WA BUYOYA 😪😪😪😪😪

    • @doro2197
      @doro2197 Před 7 měsíci

      Koko ngo imbyisi ngo ikulira abana ikakurusha kurakara hhhh nukumirwa gusa .Ukuli kuzwi n IMANA yonyine ,president BUYOYA yaliruhukiye ,hababajwe abahetse urwango bahetse urupfu mulibo et la haine tue plusqu 1 claive puisqu elle tue a petit feu

    • @regulus4745
      @regulus4745 Před 9 dny

      @@doro2197 En 1988 habyarimana dresse la milice palipehutu qu’il lâche sur le burundi pour tuer la population tutsie dans les communes ntega et marangara, juste en face de la frontière rwandaise. Une fois leur forfait accompli, les miliciens repassent la frontière pour retourner au rwanda, où beaucoup d’entre eux participeront d’ailleurs avec une cruauté inouïe au génocide de 1994 dans ce pays.
      Mais sur le moment, buyoya ne pipe mot contre cette action de habyara. Au lieu de cela il récompense les tueurs en leur offrant des maisons toute neuves à eux mais pas à ceux qui avaient survécu à leur campagne. De façon générale il se comporte comme si cette affliction était la bienvenue et ne faisait que conforter la politique qu’il avait toujours voulu imposer au pays.
      De fait quelques années plus tard il installe au pouvoir les gens qui ont commis le génocide de 1993 au burundi. La commission d’investigations de l’ONU ne pourra que le déplorer par la suite: «La Commission estime que les éléments de preuve dont elle dispose *suffisent à établir* que des actes de génocide ont été perpétrés au Burundi contre la population tutsie le 21 octobre 1993 et les jours suivants à l'instigation et avec la participation de certains militants et responsables hutus du FRODEBU, y compris au niveau des communes.»
      Un an après cela le régime tanzanien offre son soutien à la milice Cndd-Fdd, la même qui fera irruption une nuit d’avril 1997 dans un séminaire à Buta pour exterminer les petits séminaristes dans leur lit de dortoir. Une nouvelle fois, buyoya revenu au pouvoir ne pipe mot contre ce comportement du régime tanzanien.
      Ce dernier, renforcé dans sa position par ce mutisme de buyoya, inspirera même mandela plus tard à déclarer publiquement que _‘les hutus tuent les tutsis parce qu’ils sont pauvres alors que les tutsis sont riches’._ Ainsi se trouvait justifié aux yeux de ce nouveau médiateur et d’autres maîtres du monde, le massacre d’enfants à Buta et partout ailleurs dans le pays. La machine infernale que buyoya n’avait pas voulu enrayer à temps ne s’arrêtera plus hélas.
      Celle-ci, fidèle à sa nature, ira d’ailleurs jusqu’à se retourner contre son grand paravent en s’assurant qu’il finirait sa vie comme repris de justice en fuite condamné à perpète. Même sans vie, il n’aura toujours pas le droit d’être enterré en sol burundais comme vous tenez à le souligner.

  • @user-ey2is8ii3s
    @user-ey2is8ii3s Před 6 měsíci +1

    Abatutsi muribabi cane inzigo yakazikira ntizoba vamwo

  • @bjnbsc
    @bjnbsc Před 11 měsíci +1

    None mwoduha Numero ya Telefone ya Madame Alice?

  • @UgwegobdiSulaiman-se5kt
    @UgwegobdiSulaiman-se5kt Před 7 měsíci +1

    Mana habwicubahiro warokoy ababantu urindi gihugu ntibizasubire

  • @hakizimanacarlos5569
    @hakizimanacarlos5569 Před 7 měsíci +1

    Mpol mpol iyondahaba narikubatabara

  • @doro2197
    @doro2197 Před 10 měsíci +1

    Elega ntawuzuka atapfuye

  • @godefroidhabarugira4147
    @godefroidhabarugira4147 Před 11 měsíci +1

    Ubu nyaruka twubake igihugu muvavanure n'izonyigisho z'abazungu

    • @bricendayisenga40
      @bricendayisenga40 Před 11 měsíci

      Kahise kigihugu ni inyigisho z abazungu? Ivyabaye vyarabaye kandi ntawobihindura

    • @Turkana-omo-marsabit
      @Turkana-omo-marsabit Před 11 měsíci

      Banyaruke bichwe!wunva iburundi nirwanda habayo freedom of speech liberte d expression
      Muzabanze muhe akazi abatutsi bize baba hanze nkakuriya irwanda babikoze nabandi bazaza

    • @inna7803
      @inna7803 Před 10 měsíci

      ​@@Turkana-omo-marsabitbanyaruke sha bicwe bahohoshe n'utwasigaye

  • @user-ey2is8ii3s
    @user-ey2is8ii3s Před 6 měsíci +1

    Aho barikumutwe wawe rira nturabona wamukecuruwe abahutu wishe ahuri barikobakubon rira gose barakurindiriy pe

  • @jeanoliviergasore964
    @jeanoliviergasore964 Před 11 měsíci +2

    Ces témoignages méritent d’être traduits en anglais ou ceux qui parlent anglais peuvent le faire en anglais.

  • @jeanmarievianneybangirinam3
    @jeanmarievianneybangirinam3 Před 11 měsíci +1

    imanga ntimarira Imana,gucika kwicumu naho ni ukugira tube ivyabona vyakabi kakozwe,courage courage hari vyishi tugikeneye gushira ahabona kugira abarundi nisi bagire amahoro: c'est la seule raison qui fait que nus respirons encore.