Karibu dutegura icayi cabubatse.

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 7. 01. 2024
  • Karibu dutegura icayi cabubatse.
    / @jeaninetv
    #greentea #delicious #youtube

Komentáře • 57

  • @VAa-nb1od
    @VAa-nb1od Před 24 dny

    Urakoz❤❤❤❤

  • @user-yf6rp4jj9p
    @user-yf6rp4jj9p Před měsícem

    Nkunda inyigisho zawe❤❤❤❤

  • @JoselineMuhawenimana
    @JoselineMuhawenimana Před 2 měsíci +1

    Yitwa gute mukinyarwanda. 3:29

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 2 měsíci +1

      ndiko ndondeza,benshi navuga akarungo c,icayi

  • @UwizeyeOlive-cm7km
    @UwizeyeOlive-cm7km Před měsícem

    Wambwira Aho nokura champoo namavuta yawe ya naturel ndi kigali

  • @user-ej3tx8ok7p
    @user-ej3tx8ok7p Před 3 měsíci

    Huuuuum none abana ntibakinwa jeani

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 3 měsíci

      Oyaye

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 3 měsíci +1

      Nicabubatse kugira basusuruke umubiri nukuri

  • @nshimirimanafaustine1618
    @nshimirimanafaustine1618 Před 4 měsíci

    Thé vert original twoyigurira hehe?

  • @FulgenceBukuru
    @FulgenceBukuru Před 6 měsíci

    Mercie sana

  • @user-rs2eb9tb4d
    @user-rs2eb9tb4d Před 6 měsíci

    Murakoze cane none uwuyikeneye woyigurira hehe?

  • @user-yg1vg7nz1d
    @user-yg1vg7nz1d Před 4 měsíci +1

    Thé vert igurirwahe iyo fu

  • @angeliquekwizera8098
    @angeliquekwizera8098 Před 6 měsíci

    Urakozee cane kutwereka ingene bategura thé vert,nashaka ndagusabe undangire Aho noyigurira?

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 6 měsíci

      Muri alimentation hose ziriyo kandi kivura vyinshi

  • @ZenonNzeyimana-df5lu
    @ZenonNzeyimana-df5lu Před 6 měsíci

    Muturangire Aho muyigurira

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 6 měsíci

      ushobora kuyironka Muma alimentation

  • @nyamvuragrace2436
    @nyamvuragrace2436 Před 6 měsíci +1

    maybe is green tea

  • @user-ly5hm3vc8f
    @user-ly5hm3vc8f Před 4 měsíci

    Ndakunda inyigisho zawe non wofata ico cayi imisi yose

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 4 měsíci +1

      mw,ijoro trente minutes imbere Yuko muja kuruhuka❤🙏

  • @kanimary5642
    @kanimary5642 Před 6 měsíci

    Ariko kirarura Mugabo !

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 6 měsíci

      Oyaye bukebuke kandi gifise akamaro kanini mugenzi❤

    • @noellaniyonsaba
      @noellaniyonsaba Před 6 měsíci

      Cyane rwose nibyiza mujye mukomeza kutwigisha ❤❤❤

  • @ReineHabonimana
    @ReineHabonimana Před 3 měsíci

    Uraduha numéro yawa kugira tuzohore tukurondera Kuko harighe bikenerwa kotukubaza ivyo waturangiye Aho twobigurira

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 3 měsíci

      kuri Jeanine tv zirahari❤️

  • @user-ek8dc1vq8z
    @user-ek8dc1vq8z Před 6 měsíci

    Uwibungenze aranwa thé vert ?

  • @user-in4hz1bt4o
    @user-in4hz1bt4o Před 6 měsíci

    Nne nkumumama yonsa yokinywa?

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 6 měsíci

      Egoooo cane gituma circulation sanguine imera neza namonkwa urumva acaza Ari menshi kuko imitsi irazibuka❤

  • @user-bx1dq5fu1h
    @user-bx1dq5fu1h Před 4 měsíci

    Abanyarwanda ntabwo twasobanukiwe pe

  • @nyamvuragrace2436
    @nyamvuragrace2436 Před 6 měsíci

    icho chatsi kivuge izina dusobanukirwe neza niba ari France chamgwa swahiri tubwire neza

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 6 měsíci

      thé vert en France canke green tea mucongeteza

  • @user-zf6jv1wy4p
    @user-zf6jv1wy4p Před 6 měsíci

    nn uwonsa akinyoye harico bitwaye

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 6 měsíci

      Oyaye ituma amaraso atembera mumubiri neza urumvako anonkwa acaba menshi

  • @user-kd2ri3kd6z
    @user-kd2ri3kd6z Před 6 měsíci

    Kutaduha whatsap yawe jewe nshaka aho baguriea parley amavuta akura tempo

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 6 měsíci

      Sawa,ncuti kuri Jeanine tv hejuru ziriko

  • @user-fv5nf6xl5y
    @user-fv5nf6xl5y Před 6 měsíci +1

    Ndakeneye whatsap ya Jeanine

  • @febronienyabenda7148
    @febronienyabenda7148 Před 6 měsíci

    Gusa urumujinga haruwisiga hina kumaboko yose nukwo kurisha au uteguza amafunguro

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 6 měsíci

      iyi sihina kandi burya umuntu wese afise uburenganzira bwiwe Imana ikubabarire ndaguhariye🙏

    • @ManiragezaMenard
      @ManiragezaMenard Před 6 měsíci

      Urupfasoni rurakenewe mumvugo z' abantu.

    • @user-yy3uz7do8i
      @user-yy3uz7do8i Před 6 měsíci

      Urakoze kumuhimbazi satani yosha nabi

  • @user-cs9qy7lt8d
    @user-cs9qy7lt8d Před 6 měsíci +1

    Muduhe watsap yanyu

  • @kiburentenicolas3040
    @kiburentenicolas3040 Před 6 měsíci

    Kutinya kubivuga😂😂😂😂